Karibu imvano narinkutegereje cyane kandi komerezaho mwiza wanjye consta l'love you 🌹🌹🌷🌷🌹🌹
@ReponseMessi-f6pАй бұрын
❤❤❤❤❤❤ndagukund cane kons raba ump nm yawe kugirang nzoz ndarab statu zawee
@constanceniyoofficial5289Ай бұрын
Zirabe Aho Kuri youtube
@AliceNininahazwe-o8iАй бұрын
Bazirab gt@@constanceniyoofficial5289
@AnesieHAFASHIMANAАй бұрын
Conso duhe 2mundwi uzobukoze nda❤❤❤❤❤❤ kanini
@Appolinairehavyarimana-o8cАй бұрын
Uvuzukur naduhe 2mundwi yobakoze cn
@EstellaButoyi-g5oАй бұрын
Yooo nacerew ntakundi!! Conso ngwary nkumugway w diabète yvette maman pasta az gukina rôle zos nay yadukorey mungaruk gs j nda❤❤❤❤ birenz Fanny naw por !!! Film imvano hejuru cn nih mbifurij kuger
@JuleslaurielBizimanaАй бұрын
Courage constance 👏👏 uriko urakora neza i film imvano iraryoshe 👍♥️
@charlottenahimana2872Ай бұрын
Ndabakunda cane kdi courage,ubu film ndundi ndabona mugezahantu kure mushishikare mugire ikiganza ciza,consta big up my dear,yvette sha uranryohera nta role udashoboye bwabundi,gusa na Mimi agire ningoga aduhe film Inama.