Intahe ibabaje cane😭MAMA AMBABARIRE SINDAMUMARAMAJE😭namwe mworira😭Yari amarira gusa/my Journey

  Рет қаралды 77,948

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#myjourney #sirenvibestv

Пікірлер: 643
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 ай бұрын
😭😭Constance yaciye mu gahinda gakomeye ariko Imana ishimwe ko yahamurindiye😭 🙏🏽Muze kwihangana muheze ikiganiro kugira mutahure ubukuru bw’Imana🙏🏽🙏🏽 Constance ansanzwe akina Film Uwifuza kumukurikirana yoca kuriyi link : kzbin.info/www/bejne/eaDJmWSDnN95apIsi=CmJZx5MYqSTPWQY1 Kuwuza kwifuza gushigikira uyu muvyeyi numero ziwe ni ‪+257 69 46 94 19‬ Muhezagirwe 🙏🏽
@Beronegahimbare344
@Beronegahimbare344 9 ай бұрын
Imana ikugirire nezaa constance
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 9 ай бұрын
Pore 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 9 ай бұрын
Nukuri urakoze nukuri
@FrancineNiyonkuru-o7k
@FrancineNiyonkuru-o7k 9 ай бұрын
Sorry sorry sister I think you're growing like me
@FrancineNiyonkuru-o7k
@FrancineNiyonkuru-o7k 9 ай бұрын
😢😢😢😢
@AjenezaNuria
@AjenezaNuria 6 ай бұрын
Ndumva umutima wa Nuria utuntuye munyibukije nanj ubuzima nabaywmwo na mm gushikaho numva imengo nokwiyahura nkapanga komoka bikanka ariko ubu ndashima Iman Kuba ahongeze😢😢😢😢😢😭😭😭😭😭Hosy ahoubona Imitim yacuntiyorohewe gs nsubiye kwibuka ubuzima bwanj bwakahise😢 kw ndibuka ingene mama wanj yanyima ibirato akagurr mukuru wanj 😢😢 Hosy courage kubikorwa vyawe cosi nawe mana imukomeze kumurindira umuryango imuhe nubuzima bwiza ndi Nuria mvuka muntara ya cibitoke carugombo uwoba yarabaye mubuzima nkubwo link zanj ndazishaka 😍😘😘
@DianeIrakoze-dv8ky
@DianeIrakoze-dv8ky 7 ай бұрын
Yoooo ndatangariye Constance vraiment sinarinzi koyaciy murububuzima mugabo ukaguma wiha amahoro nukuri ichimwe kumana yacu yakuzigamiye murububuzima ndagukunda cane❤
@alinendayishimiye7028
@alinendayishimiye7028 9 ай бұрын
Nukuri kwankwa numuvyeyi nigikomere atamuntu akomora kiretsimana yonyene jewe nubu numva hataragera ko nobivuga ndacabaye cane imana niyanyomora ibisebe nfise kumutima nzobivuga😢😢😢😢
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 8 ай бұрын
Mpoleee naw mwiza wanj ni htr turakwiy kwiyakira mubuzima
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik Ай бұрын
Intahe ikomeye ya constance,Imana nihabwe icubahiro yarakoz kukurokora ikagukura mubiziga vyishi,yashatse kuzovuga ugukomera kwayo nubutabazi bwayo🙏🙏🙏🙏
@zainab1947
@zainab1947 9 ай бұрын
Ese uwumuntu koduhuje story 😭😭nyamara agahinda fise gafise nuwundi nukuri komera nanje nkubwiye ivyanje mwarira ico mbona mwakomera kuri yesu niwe utanga amahoro nayabantu kwl biragoye kubona abantu bumumaro😭komera my sister ❤️
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 9 ай бұрын
Hashimwe yesu yakoze ibikomeye caneeee constance wihangane imana harimpanvu ya kurinze kugira uze gukomeza abandi
@AlolkAlkj
@AlolkAlkj 7 ай бұрын
Nanj ndafise intah Imana ikimfashij mumyak irimber niyamfash nkazoshobor kubitondek nez
@mugishaerica5985
@mugishaerica5985 9 ай бұрын
Imana ni nziza kandi izokugirira neza!Yo yakurinz rirya cumu niyo izotuma ushika kure!!!
@NsabimanaFlorida-gp1cx
@NsabimanaFlorida-gp1cx 9 ай бұрын
Imvukira zi muyinga tumenyane 😊Mana nukuri sinzi ibitera abavyeyi bacu ariko je ndashima Imana uko papa na mama bahindutse🙏🙏🙏🙏🙏
@sandrinemurekerinka
@sandrinemurekerinka 9 ай бұрын
turahari❤
@NsabimanaFlorida-gp1cx
@NsabimanaFlorida-gp1cx 9 ай бұрын
Tumenyane di sandi❤
@EvelyneInamahoro-rn2pn
@EvelyneInamahoro-rn2pn 8 ай бұрын
Yooo Mana yanje mpore muvyeyi wararushe cane gooose warababajwe bikwiye ukoze cane nokudushingira intahe bitumye ndema cane nukuri usenge Imana izoguha umunezero kuko ntaco inaniwe nukuri ndarize ariko uharire cane ndetse uzonababwireko wabahariye
@JacquelineManariyo-l8i
@JacquelineManariyo-l8i 8 ай бұрын
Iyi ntahe irababaje pe mais courage yagushikanye ahantu Imana ikunezereze ar ukuruha wararushe
@DidienneRiziki
@DidienneRiziki 6 ай бұрын
Costanca humura hari Imana yibagiza imibbaro
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 8 ай бұрын
Mpore mukobwa mwiza… Yesu yarahabaye ubwobutatwawe nayo mazi… buriya Imana igufiseko umugambi… it’s too much nukuri….
@bonifacembonigaba
@bonifacembonigaba 8 ай бұрын
Pol Sana constance wacu intah yanje iramfashije cane
@jeannetteuwimana7945
@jeannetteuwimana7945 9 ай бұрын
Intahe ibabaje cane consta Imana irimuruhande rwawe peee.Hosy buzana amazi arakenewe ariko ararira
@mariemurekatete3527
@mariemurekatete3527 9 ай бұрын
Komera Imana murikumwe ibihebyose
@aliceuwera112
@aliceuwera112 9 ай бұрын
Komera cane constance.Yesu n’umukozi w’umuhanga.Wihangane cane.
@JeanineNiyonkuru-pi6ew
@JeanineNiyonkuru-pi6ew 9 ай бұрын
Mpore mama. Uwo mwana azoba umuntu w, Imana akomeye
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 9 ай бұрын
Bzuuu.pol Sana sha consta
@Nanalovdav
@Nanalovdav 8 ай бұрын
Kumbe ya film yakinye Iyeriko yarashizemwo utuntu twubuzima bwiwe,,Ihangane sha aha twese twarayabonye gusa nukuri ibintu ntibingana
@niwemugeni
@niwemugeni 9 ай бұрын
Iyi yo irenze kuba intahe ni apocalypse ahubwo . Umwana yararokotse? Icomunyereka disi!😢❤
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 9 ай бұрын
Yararokotse ariho arakuze nagakumi urazoraba muri filme iyeriko arimwo
@tdyrrtrtyrr-su6rb
@tdyrrtrtyrr-su6rb 9 ай бұрын
Imana ishimwe kowarokotse
@MosooName
@MosooName 4 ай бұрын
😢😢😢😢wihangane costance wahuye nibibazo vyishi
@evelynetabu9939
@evelynetabu9939 9 ай бұрын
Ingihecariki kweri urakozenokubivuga kweri iyontahe irakora kumitimayabe nshi kweri
@ChellaNiyinshoboza
@ChellaNiyinshoboza 7 ай бұрын
😭😭😭😭😭 oooooohhh mbega ubuzima bukakaye
@belissenindereye4074
@belissenindereye4074 9 ай бұрын
nanje ndaririze nukuri lmana ishwe ko yahabaye '
@KampimbareDiane-lt9dc
@KampimbareDiane-lt9dc 9 ай бұрын
Constance wanj sha muri film,ndamupenda saana rek ndamutege amatwi.
@irankundadenise3309
@irankundadenise3309 8 ай бұрын
Uhoraho azokwirure Muvyeyi gusa birababaje.
@gagagrace6789
@gagagrace6789 9 ай бұрын
Nukur ivy lmana ikora birakomey 😢😢😢😢😢😢 bisizubweng nukur 😢😢😢😢 ukuntu yabarokoy numwana murayomaz kumbur harimpamv pe
@wardarahma3297
@wardarahma3297 9 ай бұрын
Mpore mwiza wabaye mububabare budasanzwe
@ChristellaButoyi-x5v
@ChristellaButoyi-x5v 8 ай бұрын
😢😢😢😢uhoraho aze aguhe kurangiza neza
@delacycy
@delacycy 9 ай бұрын
Conso wanje mpore mpore❤😢ndagukunda caan Imana yaratabay Sh courage 🎉mubikorwa vyawe 🥰
@Nyirakajuguma_alice
@Nyirakajuguma_alice 9 ай бұрын
Njyewe ndakunva cyaneeee
@gertrudenahimana3061
@gertrudenahimana3061 9 ай бұрын
Niho uzobohoka gose ukabana na Yesu niwe murengezi wacu!
@ChristineBukuru-f1x
@ChristineBukuru-f1x 9 ай бұрын
Iyo ntahe nanje iramfashije
@rosettecimpaye4090
@rosettecimpaye4090 9 ай бұрын
Constance pôle pole ndakwihanganishije pe!
@muwabahamanafidelante530
@muwabahamanafidelante530 9 ай бұрын
Imana ishimwe
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 9 ай бұрын
Sh intah ya constance irandijij vmt nahor mfis umutim nkuwakameme😭😭😭😭
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 9 ай бұрын
Nukuri harabavugako bafisibibazo hew ibibazo biratandukanye
@DaniellaNiyibikora-my7ss
@DaniellaNiyibikora-my7ss 9 ай бұрын
Pôle Sana gusa bigukomez mubuzima urek kugum uvyiyumvir
@AliceKamikazi-q9f
@AliceKamikazi-q9f 9 ай бұрын
Birababaje ariko Imana ishimwe yarahabaye
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 9 ай бұрын
Constance we ego warahuye n'ibigeragezwa ariko sha uzoze ubishira k'uruhande naho bitoroshe ugume witwengera Kurya nkubona imana iguhe umunezero shetani yakunyaze
@PierreJustinGICORI
@PierreJustinGICORI 9 ай бұрын
Pore sana madame constance 😢😢😢😢😢😢
@Beatrice-t4y
@Beatrice-t4y 8 ай бұрын
Ndabuze ico mvuga
@anthernahimana5562
@anthernahimana5562 9 ай бұрын
1:29:18 imana iguhozamarira ibandanye uguha uyomutima😮 wukwihamahoro turaryoherwa nafirimezawe warihayamahoropeb
@fleene1653
@fleene1653 9 ай бұрын
Mpore disi constance yesu arikumwe nawe
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 9 ай бұрын
Pore sana muvyeyi
@MarieGorethMunezero-r2b
@MarieGorethMunezero-r2b 9 ай бұрын
Itahe itey ubwoba yoooo Mana
@the_voice_of_women_tv
@the_voice_of_women_tv 3 ай бұрын
Yooooooo
@febronienyabenda7148
@febronienyabenda7148 9 ай бұрын
Pol disi muvyeyi
@IraNella-u6p
@IraNella-u6p 9 ай бұрын
😢😢yooooooh pol sn mwiza
@BuntuLewis-kz7wp
@BuntuLewis-kz7wp 9 ай бұрын
Conso wubahwe
@nervinirakoze7026
@nervinirakoze7026 9 ай бұрын
Ntacoo mfise norenzako Imana izodukize 🙏🙏
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 9 ай бұрын
Nanj ndarize😢😢 😢😢😢😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭ikiganiro ndagihevye nosara namarira😢😢😢umunyamuyinga wiwacu love from FANNY FAFA OFFICIAL 🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@ZawadZaoadi-po1us
@ZawadZaoadi-po1us 9 ай бұрын
Muyinga tumenyane
@DativeUwizeyimana-w3g
@DativeUwizeyimana-w3g 9 ай бұрын
😊😊😊😊
@christella5092
@christella5092 9 ай бұрын
Usenge cane shahu kuko uwomwana kubona yisukako amazi sha nakaroge nukuri ntiwibaze ngo ivyo nibisanzwe
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 9 ай бұрын
🎉
@VenusteHumble-no8qg
@VenusteHumble-no8qg 3 ай бұрын
Intahe ikomeye cane n'aho iteye agahinda ariko irakomeza cane umutima Vyukuri nanje ndafashijwe cane
@Ngabiranoelnassif
@Ngabiranoelnassif 9 ай бұрын
Constance bibaho mubuzima kl,gsa uko uzoguma ubona abo ba maman ukavyibuka bizotuma uguma ucumurira ubusa.wewe reo nka constance wababajwe urazogenda iwanyu umubwire umuvyeyi wawe ko wamubabariye,hanyuma uce wegeranya abo bagore ubabwire ko bakubabaje kukukwambika ibara ariko ko wababariye.aho uzoba wibohoye pe.ndagukunda sana ❤❤❤
@alinehabonimana6344
@alinehabonimana6344 9 ай бұрын
Ooohhh Mana ndakwingize constance umuhezagire caaaane booose bazomutangarire kugira umuhoze amarira yose yarize.Au nom de Jésus. Amen
@afsamossi830
@afsamossi830 7 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉
@EmelyneNshimirimana-p7m
@EmelyneNshimirimana-p7m 9 ай бұрын
Pol sana constra vyukuri wahuye nibigeragezo vyinshi ariko lmana harigihe izokwibagiza uwomubabaro wose courage ❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🌟
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 9 ай бұрын
Mana weee😭😭😭 Ariko ubundi nanje nanka akarwi kabagore peee Yoooo ikindi umugore wo kuja kunwa inzoga agataha yaborewee nukuri kenshi ntaco bavamwo 😢
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 9 ай бұрын
🥹🥲🥲😭😭birababaje pe,Constance ihangane,urarize nanje numva ntuntuye, bushaka gusa n'ubuhamya bwanje😭😭
@EddyNDEGEYA-sl3ui
@EddyNDEGEYA-sl3ui 9 ай бұрын
Murakoze cane !! Constance merci beaucoup pour votre témoignage !! Merci ndafashijwe nukuri !!
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 9 ай бұрын
Conso mpore sha amagorwa ntasig ayand arik mwijur harimana ifise ukwibigenza😢
@LauriechaniceGahungu
@LauriechaniceGahungu 9 ай бұрын
😢😢😢 constance ihangan hashimw IMANA yakurinz ntivyar vyorosh ncuti dimanche ndagukeney tuyag kur église umubabar urandenz 😢😢😢
@anithansengiyumva2013
@anithansengiyumva2013 9 ай бұрын
😭😭😭umuntu atababajwe n'iyi ntahe nta mutima agira gusa n'uyo mwana afise intahe ikomeye muri kazoza😢😢
@moisentawiha5924
@moisentawiha5924 7 ай бұрын
😭😭😭😭😭
@AliceBarabwiriza-yl1jv
@AliceBarabwiriza-yl1jv 9 ай бұрын
😭😭😭😭hariho intah nudutah peee😭😭komera can constance bury mwijur hari Imana ihoza abarira nukurii
@LauriechaniceGahungu
@LauriechaniceGahungu 9 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭 constance mpole ncuti kuvuk mubavyeyi banyw inzoga bakaboregw nikibazo gikomey unyibukij vyinshii intah yaw irasa niyanj UWITEKA azodukiz ibikomer ihangane canee mwiza 😭😭😭😭
@cheillakessyndayishimiye3661
@cheillakessyndayishimiye3661 9 ай бұрын
Ndaye mbabay kubwubuzima bwa constance nukuntu ndamukunda ! Sha hosy wakoze kumwumviriza nukuri Hashimw yesu akikurinze consta🙏🙏ubahe imbabazi zibwina mutima Abo bantu Bose bakubabaje niho uzoruhuka neza
@rg4631
@rg4631 9 ай бұрын
Imana irikumwe nawe ,izoguhoza ayo marira ,hari ibindi vyiza yaguteguriye ❤
@NadineNdayikeza-ft9ct
@NadineNdayikeza-ft9ct 9 ай бұрын
Imana iguhe umugish constante nukuri wararokots ahantu hakomey
@belysenihorimbere1588
@belysenihorimbere1588 9 ай бұрын
Yooooo pôle sana conso vrt Imana ikomeze kukubahafi ubandanye uterchargea uw munezero kl nayubundi kwisi nihatari 😢😢
@annemarieshemezimana9097
@annemarieshemezimana9097 9 ай бұрын
😢pôle sana constance intahe yawe iradufashije knd Imana ize ikugez kure
@AkimanaBelinda-x5m
@AkimanaBelinda-x5m 9 ай бұрын
Pole sn mwiza wahuye nibikomeye😢😢😢😢😢Imana izoguhoza amarira warize
@raissafabien4285
@raissafabien4285 9 ай бұрын
😢😢😢😢IMANA ikworohereze mukobwa mwiza❤❤❤❤
@Néné-x3r
@Néné-x3r 9 ай бұрын
😢😢😢 pole mama
@meryorndi630
@meryorndi630 9 ай бұрын
Iman irikumwe naw ivyoyaguteguriy birahar ncut yanj najew ndariz vyari bitey agahind❤❤
@LéonidasNDAYIKUNDA
@LéonidasNDAYIKUNDA 7 ай бұрын
Mwaduha numéro za Constance svp.
@mariesolangeniyodusaba
@mariesolangeniyodusaba 9 ай бұрын
iki kiganiro kinaniye kucyirangiza kubera amarira😢😢😢😢😭😭😭 ihangane costance, Imana yagucishije mubikomeye izi impamvu zabyo😢😢
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 9 ай бұрын
Jew vyanseko nihangana😢😢😢😢😢😢😢😢
@uwimana8584
@uwimana8584 9 ай бұрын
Hosy niwubahwe unzaniye umuntu nkunda 😊
@florenceirakoze1850
@florenceirakoze1850 9 ай бұрын
Ndiho agume agukomeza mwiza aguhe umunezero utazongera gushira apana uwo ucréa
@gloriosentakirutimana7499
@gloriosentakirutimana7499 9 ай бұрын
MANA DUSENGA weeeee tabara nukuri numva ntuntujwe n'iyi ntahe,uyu mwana arakeneye kugirirwa ikigongwe n'urukundo🙆
@nadinengendakumana6296
@nadinengendakumana6296 9 ай бұрын
Ndashimiye cane Constance kuriyo témoignage. Kimwe gusa courage Jésus est au contrôle. Agufitiye kazoza keza
@aurorebukeyeneza641
@aurorebukeyeneza641 9 ай бұрын
Disiiiii weeee😢😢😢😢😢araruhutse kubona ashoboye nokuvuga😢😢😢😢😢😢mpole constance..... Merci Hosy🎉🎉🎉zurayagisha abantu birafzsha kuruhuka
@VestineBuntubwimana
@VestineBuntubwimana 9 ай бұрын
Constance nukuri Imana yarakwimanye vrt😢😢😢😢😢Nukuri uzayinambeho .Ikindi naco nkumuganga mwogenda kumu psychologue akabagirira cousling Ndazi vyose bizohera Ubeho nkumuntu utigeze uhura nikintu nakimwe ,Kandi Imana izokuramira mwiza Imana ikuzigamire Ibibondo vyawe iguhe namagara meza yo kurondera kugira Ubeho Bose baze batangazwe nukugiraneza kw'Imana
@JunnyJunny-sj3gt
@JunnyJunny-sj3gt 9 ай бұрын
Pol sana constance Imana iracarikunwe nawe intambara waciyemwo Imana azakomora igikomere nureme Yesu aracakora
@ChachaChany
@ChachaChany 9 ай бұрын
Constance wanje mpore mwiza warababaye nanje ndarize😭😭😭😭😭😭😭😭
@TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
@TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm 9 ай бұрын
NIY'IFISE IJAMBO RYA NYUMA KU BAYO😭😭courage sh Constance Imana igufiseko umugambi nukuri!!
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 9 ай бұрын
Mushiki turagukomeje hari impamvu wanyuze murivyo bihe,kwari kugirango imana yiheshe icubahiro,niyo mpamvu uriho,pole sana.
@jilu1095
@jilu1095 9 ай бұрын
😢😢😢mpor sha abavyeyi babi bariho najew mumwaka 2000 naraye haze kugiti papa yariyabwiye kwanyica noneshenje imirima yabandi ariko nubu ndatinya kurogorwa kubera ntankoni zindishaka😢😢😢😢 ndasavye tuzohure twiryoheregwe
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 9 ай бұрын
Yoooooo mpore 😢😢😢😢😢😢😢😢
@JeanineNiyonkuru-pi6ew
@JeanineNiyonkuru-pi6ew 9 ай бұрын
Wigore uronder aho wokura imbabazi. Biragoye ariko Imana izogushoboza sha. Jtm bcp bcp
@hindurivyiyumvirowitezimbe8929
@hindurivyiyumvirowitezimbe8929 9 ай бұрын
Ingozomurafrika kuki batahuk😂😂😂ana
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 9 ай бұрын
1corinthien 10.11-13❤❤❤❤❤Imana izokugeze kure wewe ufse intahe.
@eliasmpozamarira2536
@eliasmpozamarira2536 9 ай бұрын
My daughter sorry
@Danydanie23
@Danydanie23 9 ай бұрын
Shaa yarageragejwe pe biteye ubwoba😭Imana igufiseko umugambi amarira warize azohanagurwa ubandanye u telechargea uyo munezero Imana ikwongerereze igukize ibisebe vyos wagize🙏🫂❤️
@peace7313
@peace7313 9 ай бұрын
Oh my Goddess mbuze ico mvuga you 😭
@RETUS-BRAINY
@RETUS-BRAINY 8 ай бұрын
Oooh my God 😢😢😢😢
@mireilleryumeko6273
@mireilleryumeko6273 8 ай бұрын
Constance le pardon irabohora cane.Pardonne à tous ceux t'ont fait du mal, uzoca ukira.
@kanezaalice7369
@kanezaalice7369 9 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭 nukuri ndatuntuye NDIHO azoguhe ijuru
@RégineNtawuyankira-s3r
@RégineNtawuyankira-s3r 3 күн бұрын
Constance yihangane,benshi baca mubigoye gusumba ivyo!kubabarira nukubikorana ubwenge!haruwo ubabarira agaca yihisha inyuma y'imbabazi akaboneraho akagukorera ikibi gisumba,icambere!
@feliciteirakoze2544
@feliciteirakoze2544 9 ай бұрын
mana warakoze kumurunda Constance ihangane mama ❤
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 38 МЛН
The day of the sea 😂 #shorts by Leisi Crazy
00:22
Leisi Crazy
Рет қаралды 2 МЛН
escape in roblox in real life
00:13
Kan Andrey
Рет қаралды 91 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 395
INTAHE Y'UWAHOZE ARI UMUMARAYA  |  Part 1
39:29
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 30 М.
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 38 МЛН