Fun&facts:impari zibaye nyinshi/umugenzi ashatse kuntwara umugabo/hari abikundira aba bad boys🤔

  Рет қаралды 19,978

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#funandfacts #saintvalentin

Пікірлер: 72
@queenmugisha
@queenmugisha 2 жыл бұрын
Siren Vibes shouuut ouutt from Ottawa! Nama ndabumviriza ndikukazi ndabakunda cane !! Iyi emission iragahoraho vraiment yama inkumbuza buja mugabo en même temps nkumva irahanshikanye🥺♥️ God bless u siren vibes mubikorana urukundo pe… it’s the consistency for me kabisa!!🇧🇮♥️
@nellykwizera598
@nellykwizera598 2 жыл бұрын
Urukundo rugenda ruraba amorti sha dacia😆😆😆
@chantalzoe9646
@chantalzoe9646 2 жыл бұрын
Dada biragoye kumutahura ivyavuga, mais umaze gukomereka mu rukundo biroroshe kumutahura.
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 2 жыл бұрын
😁 😀 DEBATE NI BON
@aimefabricebayubahe6137
@aimefabricebayubahe6137 2 жыл бұрын
urukundo sirwo rwubaka urugo, ubwenge(maturité) nibwo bwubaka nshaka kuvuga iki? mubisanzwe le mariage c'est pour les grands pas pour les petits mvuze c'est pour les grands nabantu bakuze gukura bisigura maturité canke sagesse nico gituma bibiliya ishira cane importance k'ubwenge igihe uzokunda ariko uri umwana ntaho urwo rukundo rwawe ruzoshika kuko nyene urukundo rwabana ntaho rushika. Kuko benshi bama bavanye ubabajije ati muracakundana egoo none muvanye gute kandi mugikundana abo bantu babuze ubwenge bwogutunganya urugo rwabo nico gituma bavanye. Muri make urukundo gusa ntiruhagije harakenewe nubwenge bisigura gukura kuva mubwana.Ubwana burasigura kandi ignorance ikintanzi uri ikintanzi urakora amakosa menshi kubera kutamenya. Nico gituma namba ushaka gukunda nguze wubake urugo birgusaba gukura ukaba mature.
@nadegemuhimpundu7488
@nadegemuhimpundu7488 2 жыл бұрын
Aimé Fabrice bayubahe ,merci !uvuze amajambo y'Ubwenge nuko bihava bitahura bake !
@limageplustv9422
@limageplustv9422 2 жыл бұрын
Uwo mu tip mike ara nyinsh😀🤣😂😂😂😂😂 urukundo ntiyemera, ivyabagenz bivana na intérêt, inzira zimana zirarenz n’umugbo w’umugenz waw ashobora kuba uwiwawe wisezerano 🤣🤣🤣😂😂, ,, Ngo inyibano ziraryoshe 🤣🤣😂😂😂😂😅 bon Débat yose numvirije Mike 😂🤣🤣🙏🤣🤣
@kaboss4real
@kaboss4real 2 жыл бұрын
First one to comment 🔥🔥🔥débat intéressant 🤩🤩
@irihokandiirakora2048
@irihokandiirakora2048 2 жыл бұрын
We need part 2✍️ abo ba invité naba gravé vrt bazi kuganira
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 жыл бұрын
Love is like algebra 🤣🤣🇺🇸 being single is the best ever 🤣🤣🤣😂😂😂🤣🤣
@jean-lucnikoyagize5910
@jean-lucnikoyagize5910 2 жыл бұрын
l'amour s'entretient uvuze ukuri sexy love
@NATY-jc6dx
@NATY-jc6dx 2 жыл бұрын
Somebody's son go find me one day One day I don dey wait, don't stay too far away Somebody's son go love me one day One day I don dey wait, don't stay too far away Yeah, yeah, yeah, yeah Somebody, somebody Somebody's son go love me one day One day (yeah, yeah) Somebody, somebody Somebody's son go love me one day One day By Tiwa Savage
@Godsmasterpiece364
@Godsmasterpiece364 2 жыл бұрын
The second to comment 😀kifle mike j suis tout a fait d'accord avec toi
@roberttuyambaze1491
@roberttuyambaze1491 2 жыл бұрын
Dukunda cyane debats zanyu mutumara irungu🇷🇼
@linda_ma
@linda_ma 2 жыл бұрын
Mumpere amashi Mike vraiment 👏🏾👏🏾
@letsevolve4907
@letsevolve4907 2 жыл бұрын
Icambere ni MERCI et BRAVO mwese kuko c'etait un regal nukuri!! Ivy'urukundo ntivyoroshe gusigura biri complexe cane HOWEVER hari ama bases ruhagazeko hanyuma abantu muri diversité zabo bakarw'adapta mubuzima bwabo!! Muri make nasigaranye ibintu bikurikira: - Urukundo rurahari kandi ruracakomeye ikibazo nuko turwihendako, - Ntituzi Urukundo ico arico bigatuma tutamenya gukundana, - L'amour ne se force absolument pas, - Dada, Urukundo ntirujamwo ibiharuro kuko bavuga ngo "Qui aime ne compte pas!" - IL FAUT CONNAITRE LES LANGUAGES DE L'AMOUR DE SON PARTENAIRE SINON ni Bule!! Imana ibahezagire cane!!!
@gladiakaneza7764
@gladiakaneza7764 2 жыл бұрын
The new intro jameni.. So dope😍
@blessed_to_be_muslim
@blessed_to_be_muslim 2 жыл бұрын
Ntamugabo biba aba ari inzererezi😄😄😄😄
@arlettybellairadukunda504
@arlettybellairadukunda504 2 жыл бұрын
Fun&facts of today it was super 😎 than others you did (mwari mwirigala enft)you made my night ladies 🤌 I am your fan
@mugishaaxelle8245
@mugishaaxelle8245 Жыл бұрын
Kuvyo numvise Sexy Love urukundo rwoba ruvuna amaguru yoba agender kur fauteuil roulant 😂😂😂😂💔💔💔
@ishimwearlene847
@ishimwearlene847 Жыл бұрын
Bivana n fondation,mwubakiye kuri Yezu biguma biryoshe. Kuko urukundo ruravomerwa
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Nukuri.ruriho.muga.ruragabanuk.ukimyaka.igeda.irahera.niko.rugedaruragabanuka.jewe.vyarambayeko.tugihura.vyaribiryoshe.arikubu.haheze.6..naho.womfubwira.wapi.turimurukudo.
@bellarmeeuma1653
@bellarmeeuma1653 2 жыл бұрын
Turasavye muzotumire umuvugizi w'igipolisi,umu juriste soit un avocat,numuvyeyi,hamwe na Béni kuri sujet de la cybercriminalité et son impact dans la société(ex:Cas Gitega)
@8877Bella
@8877Bella 2 жыл бұрын
They don’t deserve DADA on this show , why the endless jabs at her? I don’t get it and she actually always come up with good points…
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
ohhh for you we deserve someone who doesn't have any point or bad points?
@8877Bella
@8877Bella 2 жыл бұрын
Haha Siren vibes, thank you for commenting but its cringe when she makes a good point and they diss her, or maybe that’s how they interact naturally but it’s cringe. She has valid points often and she is a natural on camera and on the mic, so the undermining her points all the time is actually very weird. I love your show hagati aho, keep it up!! This is just constructive feedback
@musavyimanamarietta1018
@musavyimanamarietta1018 2 жыл бұрын
Siren Vibes reread her message and understand what she said so you can fix it so we can enjoy watching you all.
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
That's true
@lydiairakoze8506
@lydiairakoze8506 2 жыл бұрын
Ikint ca micro ndagishimy congrats 😚
@nduwayezuzebonissa2155
@nduwayezuzebonissa2155 2 жыл бұрын
Sujet nzizaaa. Abantu baratandukany basha, kandi bakunda ugutandukany. Ikindi si kuri bose urukundo rutituka… mugani wa sexy love , tumenye gukundana, tuganir nuwo twubakany uko yumva urukundo…. Yemwe communication nyinshiii
@cloviskwigize4478
@cloviskwigize4478 2 жыл бұрын
Urukundo ni tolérance envers l'autre..urwo umuvyeyi y'itangira abana..rurabaho ariko ntirwigera ruba perfect; urwo umugenzi akunda uwundi canke umuvukanyi..rurabaho ariko ntirwigera ruba perfect..n'inkurwabakunzi..rurabaho ariko ruboneka k'uwakunze kurusha kuwakunzwe..ni gake ruba reciproque kuko tuguma turi abantu..
@Ninamarie151
@Ninamarie151 2 жыл бұрын
Sexy avuga ibintu bizima Dada il fau k uba un peu posée kdi ukiyunvir ivy ugir uvige! Mrci
@aliceumwali8551
@aliceumwali8551 Жыл бұрын
Mwazanye aba invités beza gose gose kdi b ama idées ya bien 👍🏾
@maitredaviddusabe6761
@maitredaviddusabe6761 2 жыл бұрын
❤️Ndabakunda, ndakunda na ambiance mukoramwo émissions zanyu.
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@Clara26718
@Clara26718 2 жыл бұрын
Dada uracari sous le choc ya deception ubu ugerageza kwi protegea laisse toi aller ma chère urukundo ruraryoha hama vyans c pa la fin du monde uri remetta
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 10 ай бұрын
Nar nkumbuye dada nciy ndab iy video
@jilu1095
@jilu1095 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣muranyishe kwel ndan mpore🤣🤣🤣🤣🤣
@arakazaarleneflorelle3934
@arakazaarleneflorelle3934 2 жыл бұрын
Mike niwe nkunzee😂😂❤❤
@bercafricain
@bercafricain 2 жыл бұрын
Uko Wokwiyambura Impwemu Mbi Yo Guhakana I kugumiza Mu Bukene / Remplace le Négatif par le Positif kzbin.info/www/bejne/a5Wym3yvbsetic0sub_confirmation=1
@lesportetlanutritionpourla9956
@lesportetlanutritionpourla9956 2 жыл бұрын
Kwenye mapenzi hakuna mkweli wote washenzi tu kilichopo we tafuta mshenzi unaemuweza kisha maisha yaendelee. Kama haujafanyiziwa endelea kuongelea rafiki kipenzi. Ndi kuruhande rwa MICKIFFER
@ancillacicy8981
@ancillacicy8981 2 жыл бұрын
I love you ❤
@johIr024
@johIr024 2 жыл бұрын
Sexylove, I love your perspectives of love👏🏾👏🏾 Stay blessed
@ladygalis6708
@ladygalis6708 2 жыл бұрын
Muri n'akavuyo.....please muhinduke kuko murakuze
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
Débat yariryoshe vraiment. Muga Dada araharira cane kandi aba ashaka mwese abemeze ivyiwe b🤣🤣🤣
@patrickbitangumutwenzi8920
@patrickbitangumutwenzi8920 2 жыл бұрын
Débat intéressant mais hanijambo svp muhanumwanya apana gusimba simba..vuga muri pausé nkuwomuhungu na Hosy
@abdullally3733
@abdullally3733 2 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe gose from zanzibar ndabakurikiran gose
@habonimanaomar4732
@habonimanaomar4732 2 жыл бұрын
Hello guys nkeneye inumeron yuyo mudada wasimbizi my name Omar from durban please
@burundisgottalent2184
@burundisgottalent2184 2 жыл бұрын
Nimukureho ubusutwa ngaho! Muri mwese ninde akunda?
@niyongereniyongere4647
@niyongereniyongere4647 2 жыл бұрын
Murazikuririmba basha 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mairymairy1851
@mairymairy1851 2 жыл бұрын
Mugire umugisha muvyanyuu no mu bantuuu nukur jw ndabakunda ibignir vynyu biranyigish cne mutere mujimbere
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 2 жыл бұрын
ikiganiro kiraryoshe mukomeze please
@yvesuwizeyimana4543
@yvesuwizeyimana4543 2 жыл бұрын
Bash mwubahwee 🙏 kand merci 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@niyonagizegrace5473
@niyonagizegrace5473 2 жыл бұрын
Ico kintu co kwiga kwikunda murakwiye kukivugako cae kuko nizo ngorane dufise
@wakandatyganelsonofficiall6395
@wakandatyganelsonofficiall6395 2 жыл бұрын
Hosy yavyariye muhira numugisha vrt
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
😊😊🤐
@alicehakizimana1582
@alicehakizimana1582 2 жыл бұрын
Ndabakunda muragahoraho nibiganiro vyanyu .
@Ornellaakaneza
@Ornellaakaneza 2 жыл бұрын
Yoo ndabakunda gushika ❤️
@mr_ingabire
@mr_ingabire 2 жыл бұрын
Ndi ngaha kubera Mike…
@PierresPerfect
@PierresPerfect 2 жыл бұрын
Nice one ...
@niyonagizegrace5473
@niyonagizegrace5473 2 жыл бұрын
Nzoguhamagara😂😂😂😂😂
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 2 жыл бұрын
🤔🤔🤔Ndadamwee
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 2 жыл бұрын
Dada vraiment uranyica
@bukeyenezaaurore9520
@bukeyenezaaurore9520 2 жыл бұрын
Courage les femmes
@fleuryb8706
@fleuryb8706 2 жыл бұрын
Muzotumire Nelly nath nawe aduhe intererano ziwe
@sandrineiradukunda6808
@sandrineiradukunda6808 2 жыл бұрын
Egwe da🤣🤣🤣🤣
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 2 жыл бұрын
Dacia uyundi musi uzewambere neza wikwiz kuk ntibibereye kubawambaye uko urimbere ya camera
@fleuryb8706
@fleuryb8706 2 жыл бұрын
Tena uwo ni mère afise umugabo
@ninetteba433
@ninetteba433 2 жыл бұрын
Ufise agahereni uca ushirako agasuparudra kuzuru ....naho wowarara urahinduka hari gihe mwenjako ata bibona iragoye ivy inkundo
@sarahakimana5123
@sarahakimana5123 2 жыл бұрын
Muramara irungu basha happy day kuri mwese
Abaniga
8:29
Yaga Burundi
Рет қаралды 16 М.
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 258 МЛН
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 13 МЛН
Le Burundi célèbre ses 58 ans d’indépendance
3:01
Iwacu Web TV
Рет қаралды 13 М.
UMUGORE MU IHEMA ,UMUGABO MU MAREMBO 2024 (Day 1) - With Apostle Mignonne KABERA
Women Foundation Ministries
Рет қаралды 1,5 М.