Yubatse amazu y’ibitangaza i Bujumbura😳/nabaye impfuvyi nkiri muto/diasporas batinyuke baze dukore

  Рет қаралды 47,620

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#burundi #sirenvibestv

Пікірлер: 144
@habonimanafridolin7882
@habonimanafridolin7882 Жыл бұрын
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Merci Hosy kumutumira Fabrice afise ivyiyumviro vyiza akwiye gushigikirwa kabisa jewe ndamufana kabisa Ndiho ashishikare kumuhezahira🤝👏
@igirukwishakanadege5335
@igirukwishakanadege5335 Жыл бұрын
Courage tukeneye abantu nkawe mu burundi 🇧🇮
@richardninteretse2968
@richardninteretse2968 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane cubaka.Hosy naw watagase sana vrt🔥🔥
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Жыл бұрын
Pole sana Imana sinkantwe ifise Ico iba yarateguriye umuntu Umutima urikwereke abarundi n'uburundi utubere akarorero keza kuko iyushaka warikwigumira mumahanga ariko ntiwabishimye La fille elle est très intelligente "icushoboy gikore excellemment"🤛twibere mwiparadizo
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 Жыл бұрын
Respect😊 that's what i want in my life ,i will serve my Country
@s3bitv426
@s3bitv426 Жыл бұрын
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻 kzbin.info/www/bejne/qZq2iaCGa55_gZY
@ericniyonzima9191
@ericniyonzima9191 Жыл бұрын
@@s3bitv426 to i
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Жыл бұрын
Much respect to him and many blessings from God
@s3bitv426
@s3bitv426 Жыл бұрын
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻 kzbin.info/www/bejne/qZq2iaCGa55_gZY
@alicekrahenbuhl6949
@alicekrahenbuhl6949 Жыл бұрын
Bonjour Madame Merci pour cet entretien avec Mr Manirakiza. Une chose qui vous manque 2eme micro c'est serai beaucoup mieux. Merci
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 Жыл бұрын
Thanks Sister wetu Hosy kuza uwo musore wacu mukiganiro ciza cane. Imana ikomeze kumujimbere mubikorwa arimwo, Natwe tumuri inyuma❤️❤️❤️🇭🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nduwimanaestella4395
@nduwimanaestella4395 Жыл бұрын
Courag muhung wigihugu🇧🇮🇭🇲
@belyseniyonzima3192
@belyseniyonzima3192 Жыл бұрын
Imana igume ihezagira ibikorwa vyamaboko yiw
@s3bitv426
@s3bitv426 Жыл бұрын
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻 kzbin.info/www/bejne/qZq2iaCGa55_gZY
@hakimuminingltdfidele4763
@hakimuminingltdfidele4763 Жыл бұрын
Ndagushyigikiye kuri uwo mugambi wo guteza imbere u 🇧🇮 Burundi , ndakwemeye cyane
@stephaniempawenimana1648
@stephaniempawenimana1648 Жыл бұрын
Imana ikutuzigamire uzushike kucumfuzo cawe natwe igihugu cacu gitere imbere.
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
None hosy izo nume zakunaniye gushira muri description ?
@alexnzigamasabo3173
@alexnzigamasabo3173 Жыл бұрын
Fabrice kabisa a blessing to our nation 👏👏 Hama yavuze vyo Bujumbura turakeneye City Planning
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
Urban planning ni naho tutazosubira kwumva amazu yatwawe, n'imyuzurira. Ministère ibijejwe na Leta muri rusangi bikubite agashi.
@user-qu1xm1hw6d
@user-qu1xm1hw6d Жыл бұрын
Ayo mahereni y'u Burundi aramara. Thank you for the video content.
@nicesa...8882
@nicesa...8882 Жыл бұрын
Respect 🙏 Nugutezimbere Igihuguciwacu Nivyovyiza Uburundi Kurundigwego Ega Ataritwe Abarundi Dutecimbere Igihugu Ntabandibazogitezimbete Nanlnjye Ningera Ahantuheza Nzatezimbere Ivyiwacu Pee Niho Uburundi Buzubahwa Nabaho Bubahwe Kbx
@s3bitv426
@s3bitv426 Жыл бұрын
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻 kzbin.info/www/bejne/qZq2iaCGa55_gZY
@chrisjohn6734
@chrisjohn6734 Жыл бұрын
Much respect for this guy.mwenyezi mungu akusaidie kaka
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
Mana weeeee ntiwokumva ukuntu nkunduyumugabo nukuri ndabisubiremwo uri zahabu twironkeye nuko batabibona wamugani twoguheka ikibabaza nkaho ntihabuze abapanga kumwica😔
@iradesimpaofficial6153
@iradesimpaofficial6153 Жыл бұрын
@Hosy these are the contents that we need.please bring more ents like Him👌🏻
@mmnn3579
@mmnn3579 Жыл бұрын
Wouuuuu ndaryohewe cne fabrice uhezagirwe rwose UWITEKA akurinde utwifuriza ivyiza cne
@Adidja257
@Adidja257 29 күн бұрын
Imana ni nziza
@irakozedivine8690
@irakozedivine8690 Жыл бұрын
Woww...big up to him kandi courage cane may God be with u muvyo ukora vyose
@mmnn3579
@mmnn3579 Жыл бұрын
Murakoze kuduha ka nim🙏🙏
@ndayihimbazejoel4241
@ndayihimbazejoel4241 Жыл бұрын
This guy is real...congratulations 👏
@safarinyubaha5109
@safarinyubaha5109 Жыл бұрын
Courage my bro, I get chance to meet you, you are such humble, kind and respectful gentleman. God bless you
@sindasignoline2814
@sindasignoline2814 Жыл бұрын
N ukuri nk umuntu w umuvyeyi mbanje kukubwira nti MPORE Ku buzima waciyemwo mu bwana' Ndanaguteye intege kuko watinyutse aho benshi batinye kuko bamburirwa mu gihugu cabo nyene. Murakoze kubatinyura. Muzorondere udu projets tw abanyagihugu batobato kugira ruguru naho baryoherwe.
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 Жыл бұрын
Good man frabice be blessed fr yr contribution of yr nation 🙏hama leta ikwiye gufasha kubka amabrabara Meza nacane kubera imyuzurira batangure gukoresha caniveau zica mukuzimu🤞🤞
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
Nivyo kweri amabarabara ageze habi, kandi bahe na marché ababizi apana abatanz ruswa. Igisagara ca Bja gisigay gitey isoni ntikiduter iteka. Fabrice ukora ibikora inka, komeza mw'ijuru hari imbembo.
@lauritamunezero8717
@lauritamunezero8717 Жыл бұрын
Wow nivyiza cane Imana ikomeze ikuja imbere Fabrice 🙏🙏🙏
@manirakizablaise4664
@manirakizablaise4664 Жыл бұрын
Igihugu guter'imbere nuko abanyagihugu Baja hamaw bagakundana bagashiriha hamw..nimba America itey'imbere nuko yagiy hamw bagakundana bagakorera hamw..nikindi kugira ubukene mugihugu buhere nuko igihugu nabanyagihugu haba Industrialization, hakaba kwubaka ama Industries menshi samazu gusa...Big up bro Fabrice
@JimmyBlaise5
@JimmyBlaise5 Жыл бұрын
Hosy merci bcp pour l'émission
@Barca788
@Barca788 Жыл бұрын
Nice emission Hosy!! Keep it up!!!
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 Жыл бұрын
Nukuri pee uburundi buratunze nizindi nca mbwenge nibaz bagir icobaterere mwiteramber ry igihugu Fabrice nicitegererezo kur benshi lmana iguhezagir kuruyo mutama ukwo nikwo gukunda igihugu nyakuri🇧🇮🙏
@PierresPerfect
@PierresPerfect Жыл бұрын
Very interesting 👌 👍 🤔, thanks Siren 🚨 👍...
@jeanjuniornkuyubwatsi6652
@jeanjuniornkuyubwatsi6652 Жыл бұрын
keep it up brother..good job
@anesie7938
@anesie7938 Жыл бұрын
Komera muntu w’Imana. Imana iguhezagire!
@marietheresemanimpa6280
@marietheresemanimpa6280 Жыл бұрын
Kubera IMANA.... YESU agira neza.
@alainbigero8609
@alainbigero8609 Жыл бұрын
Merci pour l'émission
@fabo5415
@fabo5415 Жыл бұрын
Un bon exemplaire, courage cane🙏
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
Akwiye guhabwa akazi ko gutunganya ibisagara kuko arashoboye 👍🇧🇮
@soleilmutesi1971
@soleilmutesi1971 Жыл бұрын
Good ideas brother well done
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Жыл бұрын
Yes
@bonifacentawukenashaka5676
@bonifacentawukenashaka5676 Жыл бұрын
Hosi merci pour Sirenvibetv, ndakunda ibiganiro vyawe. Uwutwereka ibintu biri sérieux ! Suggestion :" uzogendere aba barimyi n aborozi ba kijambere batanguye kuboneka, batwereke ivyo bariko barakora hamwe n uko babikora". Merci
@_-wt8ns
@_-wt8ns 10 күн бұрын
Ahohantu eee fabiy kobikaze nkubusinobahonyen birakazewarayi
@caramamttv
@caramamttv Жыл бұрын
Respect dufise indoto zisa
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 Жыл бұрын
Ibutanyerera hejuru mubicu
@kamiadidi1229
@kamiadidi1229 Жыл бұрын
Fabrice Big Up
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 Жыл бұрын
Courage musore mwiza nabandi nimubonereko
@birihoarnaud1698
@birihoarnaud1698 Жыл бұрын
Amasanamu asa neza cane gose ....Niwigurire orange ikanye
@angedarlene1770
@angedarlene1770 Жыл бұрын
Wow Hosy uramusabira akazi sha naho ntize nzoza ndakubura ndonke ayokugaburira umuryango🙈🙈🙈
@_-wt8ns
@_-wt8ns 10 күн бұрын
Imanirakundiphuvyi
@Arcade14
@Arcade14 Жыл бұрын
Mugwize ibiganiro nkibi mugabanye yamatiku yabarurimvyi atanaho barigushika
@alinaalina3089
@alinaalina3089 Жыл бұрын
Haha Nihatari
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@olamideegidelogie9793
@olamideegidelogie9793 Жыл бұрын
Wow
@adelinadn2628
@adelinadn2628 Жыл бұрын
#Émission ya bien 👌👌
@ndayihimbazejoel4241
@ndayihimbazejoel4241 Жыл бұрын
Mukomezeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ericredemption6664
@ericredemption6664 Жыл бұрын
Nice
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
Nukuri ntimwokumva ukuntu nkunda(like) uyomugabo burigihe iyo ndamubonye nkamwumva nisanga narize ukuntu rero ari pose akaba n'a positive nukuri Imana ibahezagize kurambaa ntakundi nokwifuriza
@iradukundajimmy-thierry7930
@iradukundajimmy-thierry7930 Жыл бұрын
Iyo mujama ari smart vyukuri
@abahatari250
@abahatari250 3 ай бұрын
Murarenze kbx
@inalumieresonia9677
@inalumieresonia9677 Жыл бұрын
Nice nice
@s3bitv426
@s3bitv426 Жыл бұрын
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻 kzbin.info/www/bejne/qZq2iaCGa55_gZY
@dauthryk3785
@dauthryk3785 Жыл бұрын
Sumu Ir ...ahubwo akoresha ab Irs ...
@nininahazwepascalinemutoni4193
@nininahazwepascalinemutoni4193 Жыл бұрын
Muzubake ingozi ndabibasavy🤣
@franciscaf9835
@franciscaf9835 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@josephinendayishimiye1757
@josephinendayishimiye1757 Жыл бұрын
Nivyo Hosy avuze neza ,nugukora neza nishaka ico ushoboye ,Umusiguzi9:10 "Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi, canke ubukerebutsi mu kuzimu, aho uriko uraja ".
@Gwaneza
@Gwaneza Жыл бұрын
Fabric Melbourne city Australia turogukurikira ga mash
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@roddyfawaz8167
@roddyfawaz8167 Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥💕🇧🇮
@jacqui702
@jacqui702 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@abahatari250
@abahatari250 3 ай бұрын
Fabrice ararenze
@Bahoamagaramazima
@Bahoamagaramazima Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮#hosy narindagukumbuye🤣🤣🤣🤣
@akimanaarlene851
@akimanaarlene851 Жыл бұрын
Je narimbwe😂😂😂hafi 22million
@ndayizeyeathanase807
@ndayizeyeathanase807 Жыл бұрын
Brevo
@josephinendayishimiye1757
@josephinendayishimiye1757 Жыл бұрын
Umukozi mwiza
@MohammedMohammed-fv6sy
@MohammedMohammed-fv6sy Жыл бұрын
Gusa Sha azinokuvugijambo ryimana mumvugo yiwe
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 Жыл бұрын
Iteka kuburundi. Uri akarorero Kenza kubarundi
@ndabitezimanabonaventure2870
@ndabitezimanabonaventure2870 Жыл бұрын
Hosy rondera microfone zikwiye, ndumufana wawe kuva murugombo
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Zirahari murakoze
@thine9667
@thine9667 Жыл бұрын
Nimuduhe nimero ziwe
@danielyoungerman1646
@danielyoungerman1646 Жыл бұрын
Kovya kovyo aho turi hose tubanda tubanya tuba kwirikirana
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Жыл бұрын
Sujet ya ma cakubiri ya mugaje abarundi benshi mpora ni baza umuntu afis amac akubiri ubwo azobona Imana
@nkezimanathadee7433
@nkezimanathadee7433 Жыл бұрын
Yoyiyibona gute ga ndugu?? hari ibiyibagiza ko Imana ivyanka urunuka ,bibiliya ivuga ngo: amacakubiri y'amoko akurwaho n'umusalaba!!
@kamiadidi1229
@kamiadidi1229 Жыл бұрын
Ntamana azobona nagoto
@kamiadidi1229
@kamiadidi1229 Жыл бұрын
Umuntu ufite amacakubiri abameze nkajya sgetani yashatse gusenya Ubwami Bwimana
@salvatorkaburundi3222
@salvatorkaburundi3222 Жыл бұрын
Ndagushigikiye cane kandi kunva ko abarundi tworengera amacakubiri yatuzingamiste turaho dura ingendo tugashira hamwe ubwenge igihugu cacu cohinduka neza. Kuvyerekeye izo nzu nazo zigerekeranye kandi ziri mwo n’ivyuma birerura abantu ziragoye kuba mwo: - harategerezwa ko abazibamwo bose bagira assurance responsabilité - harategerezwa kuba budget de gestion kandi umwe umwe wese ategerezwa guterera mwo - abajejwe gutunganya kuba muri mwene izo buildings bategerezwa kuba abantu batagira uburyarya Mu ncamake a ashaka kugura izo appartements barakeneye kumenya amafaranga bazoriha ya frais de gestion en plus de l’hypothèque.
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
Frais de gestion cank management/strata fees zigenwa na société izoba i géra izo buildings, si abubaka. Hama iyo société i géra iba ifis amategeko ngenderwako ababa muri ayo mazu (ba nyenezo cank abapangiy banyenezo) bategerezwa gukurikiza (exemple, ntushobora guhindura l'extérieur ya apartement yaw, cank kuvuza umuziki birengeje cane, kwanikira umpuzu kuri balcon, etc.. izo ni exemples!) Budget de gestion igenwa na Société i géra amazu, kandi nayo iba ifis assurance. Ariko naba nyen amazu nabone bagira Assurance kuko usiz amazi yuguruy akava gushika aho aseseka mu nzu y uwuba musi yaw hakagira nivyo yonona si Société i géra building izoriha ahubwo ni Assurance yaw nka nyen inzu.
@salvatorkaburundi3222
@salvatorkaburundi3222 Жыл бұрын
@@jayavatar1577 Ni vyiza ariko mwokwigora mukaraba uwobaharurira izo frais de gestion uko sishobora kungana hamwe na frais individuels obligatoires nka assurance en responsabilité vyifashe abashaka kugura appartement kumenya le coût approximatif imbere yo gufata décision.Murakoze.
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
@@salvatorkaburundi3222 Murakoze ku ciyumviro. Nagira ntange umuco, sindi muri iyo projet, natanz iciyumviro bivany na experience gusa. Assurance ifatwa na nyen inzu kandi ibiciro bivana nivyo w'assurisha cank ukingiza impanuka, ico rero s'igikorwa c'umwubatsi. Hama ibijanye na Société i géra ama apartements, uko ndabimenyereye nta biciro biboneka building itarahera kwubaka ngo ija mu minwe yiyo Société. Ico kizomenyekana inzu zihejeje kwubakwa zikaja mu ninwe yayo. Abaguz itarubakwa kenshi bagura kuri make, iyo imaze kwuzura ushaka uragurisha ugatora inyungu ukigendera cank ukayibamwo. Uwuguriye ueaguze rero agura azi frais de gestion ingene zingana, ariko ubu ico giciro nibaza ko kitaraboneka, uwushaka kw estima yobaza aho abandi baguz
@salvatorkaburundi3222
@salvatorkaburundi3222 Жыл бұрын
Assurance hari iyifatwa na les gestionnaires d’immeubles iyo hari igice ca immeuble kiguma ari Isangi rya bene ama appartements bose nk’ibibuga vya parking, piscines, amazu y’abazamu, etc..n’iyindi ifatwa na nyene appartement umwe umwe wese…..
@akimanaarlene851
@akimanaarlene851 Жыл бұрын
Naduhe contact please ?
@alinaalina3089
@alinaalina3089 Жыл бұрын
IMANA IRINYUMA YAWE FABRICE IKURINDE INYANKATERAMBERE MUBURUNDI UMWE AVYUYAGATWE AMASHARI ABAMESHI IMANA IKUGIRIR NEZA
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Yubahwe kabisa
@s3bitv426
@s3bitv426 Жыл бұрын
Mwari muzi yuko abagenzi mujana bashobora ku bloqua tes chances dans la vie courante ?👇🏻 kzbin.info/www/bejne/qZq2iaCGa55_gZY
@marcnikwigize5953
@marcnikwigize5953 Жыл бұрын
TURAKWISHIMIYE KOMERA KURUYO MUGAMBI MWIZA W ITERAMBERE KUGIHUGU CACU
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Жыл бұрын
Urazi gukora biganiro Journalist
@ingabirefabrice7035
@ingabirefabrice7035 Жыл бұрын
Imiturirwa(étage) n’amabarabara meza n’amatara(éclairage public) birakenewe Buja
@clovissibo2299
@clovissibo2299 Жыл бұрын
Nokwongerako gusukura n'ugutegura neza iyubakwa
@Brandon-vj9hq
@Brandon-vj9hq Жыл бұрын
Ukora ibiganiro vyiza ariko noguhanura kugerageza kugira Introduction ngufi
@dilwalasylveste9137
@dilwalasylveste9137 Жыл бұрын
Kubadida gisiguriki?
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣 Hosy adusigurire! Ngira yaravy match za foot nyinshi🤣
@shellanzubahimana7295
@shellanzubahimana7295 Жыл бұрын
Wamuko uvuzeneza bzbzbzbzbz umutumire wawe ndamukunda yubahwe bzbz
@nyandikira
@nyandikira Жыл бұрын
Twaronka numero ye ya telephone?
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Yego yarayitanze mumpera
@TheAidide
@TheAidide Жыл бұрын
None ko ataterefone wadushiriye kuri comments
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 Жыл бұрын
uyu mujama n'umugabo
@mjcell5230
@mjcell5230 Жыл бұрын
Jew mbona iy'inzu mwoyishiramwo Imbonerakure nimbonerakurekazi zose zomugihugu ziberemwo
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣😂😂 kubera iki?
@ngundachris7598
@ngundachris7598 Жыл бұрын
Nyambwa ntaba Nyanka, guma muri politique ubise abandi bibandanyirize kukivi
@Onlife250
@Onlife250 Жыл бұрын
Biteye ubwoba marina yafunzwe azira gukundana numuzimu🥶🥶 m.kzbin.info/door/YlnBvUOVehRrcldLOX5u0Q
@birahindukaofficial628
@birahindukaofficial628 Жыл бұрын
Irebere ibintu byatuma ugaragara neza👍👇👇👇👇 kzbin.info/www/bejne/qpqsqXd5r9yoras
@casimirndayisenga
@casimirndayisenga Жыл бұрын
Ikiganiro ni ciza caaane.none hosy ko utamubajije ayo mafaranga yo kubaka izo nzu aho ava?nimba ari amahera yiw bwite cnk ko hariho nkibank yoba imufash mumugongo?
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
Abagura batanga avances, hama ayandi banque ikabaha mortgage
@Jirhley
@Jirhley Жыл бұрын
Ni Projet, urayitegura hama ukayisabira Financement muri Banque abazikeneye nabo bagatanga ama avances! Kudandaza bihera mumutwe bikaja kurupapuro . Integuro irangiza vyose
@alexismona8242
@alexismona8242 Жыл бұрын
Ingo Dubai urabe amazu meza asumba ayo
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Yavuze none ko atahandi ari)
@MohammedMohammed-fv6sy
@MohammedMohammed-fv6sy Жыл бұрын
Non Dubai niwanyu
@alexismona8242
@alexismona8242 Жыл бұрын
@@MohammedMohammed-fv6sy ndahaba niwachu nyene uyu mwanya mpari
@Fk-fm1rn
@Fk-fm1rn Жыл бұрын
Small mind 👎
@ismaelray6840
@ismaelray6840 Жыл бұрын
Wumva wewe utari umubono
@aurorequeenumutoni4825
@aurorequeenumutoni4825 Жыл бұрын
incroyable
@nanina6428
@nanina6428 Жыл бұрын
Nta mail ziyo compagny ? Où insta où Facebook
@ndayihayaolive2409
@ndayihayaolive2409 Жыл бұрын
Oooooh fabrice sha crrge bandanya utsinda ndakwibuka 2012 muntara ya Rutana nimba ntakwitiranije
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 170 #shorts
00:27