Gabriel Rufyiri ibi nivyo anegura k'umudiaspora yari amaze umwaka n'amezi 5 afunzwe yaraye arekuwe

  Рет қаралды 24,031

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 104
@KendrickJunho-i6f
@KendrickJunho-i6f Ай бұрын
Nibareke iyo nzigo twubake igihugu
@faidafedha2301
@faidafedha2301 Ай бұрын
Imana imuhe kwihangana uyo mu diaspora hama izigame abashoboye kumupfunguruza bose
@lostboy2608
@lostboy2608 Ай бұрын
Kumbe nuko abantu bahohoterwa mu Bdi iyo bazanye imitahe yabo😢😢😢
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx Ай бұрын
Gaburiel ndakwemeye kbx wubahwe ukoze umuti uzohore ubukora nkuku igihe cose imana iguhezagire can ubikoze neza akarenganyo muburundi tukiyamirize gose 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@IsaacAfricaRumanya
@IsaacAfricaRumanya Ай бұрын
Pole sana Frere Emmanuel
@JordisNtamagiro
@JordisNtamagiro Ай бұрын
Gabuliyeri garukira umu Diaspora wundi yatwara Kira Hospital yazize imitahe yiwe.
@FerdinandNkurikiye
@FerdinandNkurikiye Ай бұрын
Duhe inimero za tel za Rufyiri
@irankundadeomaxime5600
@irankundadeomaxime5600 Ай бұрын
Abantu Bo muri documentation bisubireko Ivyo vyose nibo babikora bapfa kubona naho woba waguze umuduga mwiza wokugenderamwo baca batangura guharura ayo wayiguze nkaho wogirango mwarayiguranye uravye nabi uhemuka upfunzwe
@IranziOzil
@IranziOzil Ай бұрын
Imana ize iguhumugicha rufyiri burya birababaj
@mauricenzoyamara5341
@mauricenzoyamara5341 Ай бұрын
Ntivyorishe pe! Umu investisseur agapfungwa azira ivyiwe! Iri n'isomo kuba diaspora bose.
@Kanuma45
@Kanuma45 Ай бұрын
Imana ishimwe Frere Ema Simba imanga
@obed-w9t
@obed-w9t Ай бұрын
Pole saana kaka yangu Emanuel.uyu twarabanye hano cape town . Kuki akarengane kabandanya mugihugu cacu ?reka nibutse abo bagiranabi Burundi ntabwo ari iyabo bonyene
@firminirakoze8910
@firminirakoze8910 Ай бұрын
DIASPORA NDUNDI VYUKURI IMANA IBAHEZAGIRE KUKO UYO MUNTU UBUZIMA BWIWE NITERAMBERE RYIWE RYARACINYIJWE KANDI IYONGENDO KUGIRA DUSHIKE KURI 2040-2060 NUKURI AKARENGANYO GAKWIYE GUHERA
@wawakamakawa
@wawakamakawa Ай бұрын
Komera mon frere kandi wihaganire ivyagushikiye.Ni ko koko hari abagishaka kudutukisha banatukisha Leta yanzu nziza n'Ubwiza bwayo.Ariko Imana irababona kabisa ba gikenyekeki😢
@januarybarampama5280
@januarybarampama5280 Ай бұрын
Komera. Mutama. Rufyiri. Gukurikirana. Antennas. Ndagushimiye. Cane❤❤❤
@januarybarampama5280
@januarybarampama5280 Ай бұрын
Nnditse. Nabi. Nagovye. Kuvuga. Gukurikirana. Abarengana
@hermenegildempawenayo279
@hermenegildempawenayo279 Ай бұрын
Ntanzara dufise kabisa tuba dushaka guteza igihugu cacu imbere.
@ntakirutimanavincent1176
@ntakirutimanavincent1176 Ай бұрын
Nkaho haburiki kugira uwadindije irekurwa ryiyo nzirakarengane, atabwe mumvuto??
@GbVénuste-x4w
@GbVénuste-x4w Ай бұрын
Mbarizasha haburiki nyene
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh Ай бұрын
Merci Gabriel
@WiliamKimRgzm
@WiliamKimRgzm Ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉 murakoze kuduha ikuru iryoshe yogushima😢😢😢😢😢😢
@ello-gmusic9753
@ello-gmusic9753 Ай бұрын
Jewe napfuye gushika mu Burundi naciye mfungwa marayo amezi indwi nararekuwe nca nisubirira hanze nubu nitwa nzogaruka ntevye
@Mireille-austin
@Mireille-austin Ай бұрын
Gabriel mwibuke uwundi twunva ivyiwe bitavugwa umunyamitahe wa KIRA hospital
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Ай бұрын
Nibabavuge nabandi badiaspora murabe ivyabo kuko muburundi haracariho imihimbiri yitwaza igitugu naho president yorara aravuga batumva
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
No benshi kbsa . Jewe numva ntashakangutaha pe kubera akarengane Kari Bdi
@tharcissetv
@tharcissetv Ай бұрын
HANYUMA NGO MUSHAKA KO TUZANA IMITAHE MUGIFISE INGESO ZOKUDUHOHOTERA HUUU😢😢😢 KURABA SHE SANAA😢 NEVA NADUKUREKO IZONJAVYI ESE HARUMUNTU BAFUNGA ATARABURANA?? BIRABABAJE CANEE NUKURI 😢😢
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Mu burundi hari leta zibiri ,leta NKOZI -NSENZI-NTEZAMBERE na leta NSATANI-NDODOBEREZI-NSUBIZANYUMA.😂😂😂😂. Hari leta igenda kugura igitoro na leta igenda kukiguruza ikagisubiza inyuma...😵‍💫😵‍💫😵‍💫🥱🥱🥱. Hari leta itanga itegeko ryo gupfungura umuntu apfunzwe, n'a leta itanga itegeko ryo kumugumizayo. Nubwo amasengesho menshi yama yabaye, wogirango leta NDAYIMONI niyo yama iri kuri volant nkuko Neva nawe ubwiwe yama yavyemanze, ati iyo arangije gufata ingingo, haca haza IKIDAYIMONI,....🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣.
@youandme-m2u
@youandme-m2u Ай бұрын
Ndagushigikira, na jewe niko nabibonye. Leta satanic ikora ibangabanganwa n'iyo tuzi Mvyeyi na Nkozi. Baripfuza cane, n'ibitari ivyabo bakabitangira ruswa ngo bavyegukire
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
@@youandme-m2u Igitangaza ca Bibiliya kabisa !!!.
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Ай бұрын
Abantu mu butungane mwokwikebuka niba atakund kubikora kuri inyuma.Ivyo mukora ntibihesha iteka Uburundi n’abarundi kiretse kubutesha agaciro.
@JordisNtamagiro
@JordisNtamagiro Ай бұрын
Hanyuma ngo ab Diaspora bagume basesa imitahe 😂😂😂😂 twarabamenye muzorya ayo yabasinziriye
@JordisNtamagiro
@JordisNtamagiro Ай бұрын
Hariho Leta 2 ncuti Never arasemerera hanyuma ntiyumvirwe, baramusuzugura kk nawene yavuye murako kagwi😮
@LéonceMinani-v7l
@LéonceMinani-v7l Ай бұрын
Nn iry teramber mushak Burundi nabandi bipfuza gutex imber Iguhugu mugifira imitim nkiyo ndabarahiy muzobura vyose kbx ngomushak ubutunz
@KendrickJunho-i6f
@KendrickJunho-i6f Ай бұрын
Imanishi ababaya baramaramaye kutashe
@FerdinandTuyikeze
@FerdinandTuyikeze Ай бұрын
Ukuniko tuzofatwa dutashe?
@caramamttv
@caramamttv Ай бұрын
Uwu brother ndamuzi Cape Town ni jama yangu
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Ай бұрын
Muburundi niwacu ariko kukibazo kijanye nakarengane dufata akabamza kambere
@MamaLuck-d7w
@MamaLuck-d7w Ай бұрын
Ndaha uganda natwe muturabire neza
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 Ай бұрын
None kuki batomushumbusha, uko yafashwe nabi?
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere Ай бұрын
Ah niho duhombera,nibamushumbush nne,atabihano ntituzobivamw
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Mpore Mpore ncuti wararenganijwe ariko wemere ukubitike kuko ubucamanza nejo nuko uzomera.uzosahurwa mpaka Aba DD ntabumuntu bagira ncuti.rufyiri arabazi uretse ko yemeye ko bamuhako ngo bakorana.Nibafashe Dr sahabo 😂😂😂😂 Hama tubone neza ko rufyiri na Samuel 😂😂😂
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
😂😂😂😂😂none iyo reta uvuga avagufunze ni ibiti n'amabuye?umunsi muzovuga mudaca kuruhande muzomenya ko reta abayigize mbi arabarimwo.abadasonera abari muburundi bazosonera abari hanze?😂😂😂. Rufyiri weee Dr sahabo nawe uzomufasha????😂😂😂😂
@khesedfavor6746
@khesedfavor6746 Ай бұрын
Murakoze cane Nyakwubahwa Rufyikiri. Uko niko Minani Desiré gouverneur wi Ngozi yagira amfunge ndidoberejwe na Emile directeur wa BPAE Ngozi nubu uyo gouverneur agombako babomora inzu nubatse bafatanije na DPAE. Nza ninyegeza nje mu Burundi kuko nubwacu twese.
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Ай бұрын
Eish sorry man
@dushimeterry
@dushimeterry Ай бұрын
😢😢😢
@B-Y-N
@B-Y-N Ай бұрын
👏👏👏👏
@silvernizi7790
@silvernizi7790 Ай бұрын
None ukwo kuboko kuruta ubutungane bwose ni kwande????? Ivyo bikwiye kugaragara twese tukamumenya
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
Ahubwo abari bamuhihoteye none kuki batobahana?
@irankunda4121
@irankunda4121 Ай бұрын
Abadashaka gutaha nimwigumire hiyo kuko ntanuwuzi icabajanye mutagaruka kuduteza ibibazo nivyo mwagiye muteje bitarahera
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 Ай бұрын
Abarundi ruswa yarabamunze bazotera imbere gute? N'ubugome burarenze abajanayo imitahe nibayijane buzoca bagaragara
@UCKmcvMhP4DWlYjEbZs3T5TQ
@UCKmcvMhP4DWlYjEbZs3T5TQ Ай бұрын
Amez'Atanu yose 😭😭😭😭
@NiyonkurujailosiNinja-p5d
@NiyonkurujailosiNinja-p5d Ай бұрын
Abarundi twarigorewe iyo tugiye kuronderera dufatwa nabi utashe mugihugu cakwibarutse hoho ningorane bahakwa nokukuniga birababaje 😢😢
@jeanmariendorere6019
@jeanmariendorere6019 Ай бұрын
None ntimubonako ubutungane burwaye
@iirkz8994
@iirkz8994 Ай бұрын
None Gabuliyeli aba mu mahanga ga yemwe??😂😂😂. Amahera y’aba diaspora ntawutayakeneye kabisa!!!
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
So in Bdi we can't sue anyone? He must sue the department that tortured him . Ibi ntivyoherera hano wapi , abamuhohoteye bakurikiranwe kuko bazobikorera nabandi badahanwe , bitter truth
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Muzofashe Dr sahabo Christophe niho nzomenya ko mukora mutaraba ubwoko n'imigambwe???ewe Rufyiri na Samuel shaaaa😂😂😂😂😂.turabazi cane
@deobiho
@deobiho Ай бұрын
UVUZE UKURI , IVYO NIVYO BIMBUZA GUTAHA I BURUNDI, ABARUNDI NI IBISUMA
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Ай бұрын
Mpore sha nukuri igiporisi cacu harigihe gihohotera abantu keshi ntibita kwiterambere namba
@ibelongtojesus1292
@ibelongtojesus1292 Ай бұрын
HARIHO UWUNDI MU DIASPORA AFUNZWE DOCTEUR SAHABO ,KANDI YAZANYE IMITAHE YO KWUBAKA IBITARO HOSPITAL BIMWE VYAMBERE MU BURUNDI,TURASAVYE NYINICUBAHIRO AMUGIRIRE IMBABAZI AMUREKURE,KUGIRE BIHE INTEGE ABANDI BA DIASPORA KUZANA IMITAHE MU BURUNDI
@MaîtreRichardHabimana
@MaîtreRichardHabimana Ай бұрын
Ikimbabaj nuko uvuze ngo urashimiye reta yuburundi😊
@nshimirimanaconstantin5359
@nshimirimanaconstantin5359 Ай бұрын
Rufyiri n'umuntu w'ijambo ryishi
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 Ай бұрын
None Rufyiri ni diaspora?
@mandaribede8603
@mandaribede8603 Ай бұрын
Sintangaye kuri NIYONZIMA.
@GbVénuste-x4w
@GbVénuste-x4w Ай бұрын
Ntimumpende uwo yamapfunze naw muzomukoza iki?
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r Ай бұрын
Hari abarundi beshi bafise ubugome bw'indenga ka-mere none yapfungiwe iki???Ubu murizi igihombo yagize mu-mezi5?kimwe gusa iyo mihirimbiri irenganya abantu biriko biraza izokwisanga atakibaza ifise mu-gihugu cacu-ikindi nosaba umuntu udodobereza uwundi akwiye kuja imbere y'ubutungane nkubu hari hakwiye guca yitwarira uwa-mupfunze ariko Imana ishimwe kwa-vuyeyo.
@NshimirimanaChristophe-g8c
@NshimirimanaChristophe-g8c Ай бұрын
Reta nize ihana abobantu bafingishabandi kukadenderezo banabarihe nimisiyose bamazeyo
@firminirakoze8910
@firminirakoze8910 Ай бұрын
UWO MUPAPA NDUMVA MPIMBAWE NKUMUNYA RUTANA NUMVA NEZEREWE NARINUMVA MENETSE UMUTWE ARIKO NUMVA UCIYE UHAGARARA VYUKURI SINDUMU DIASPORA ARIKO MAZE IGIHE NKWIRIIRANANA INTUMBERO ZABO KUGIHUGU NINTUMBERO ZIRASHE ARIKO IMANA IBONGERE UMUGISHA
@FerdinandTuyikeze
@FerdinandTuyikeze Ай бұрын
Mwana wamama....imyaka nkiyi iheze....waruri mugasho
@hermenegildempawenayo279
@hermenegildempawenayo279 Ай бұрын
Hariho abarenganya abandi
@FerdinandNkurikiye
@FerdinandNkurikiye Ай бұрын
Kwirirwa bapfungira abantu ubusa.bagatukisha inzego zimwemwe Na Leta yacu Mvyeyi.
@72ceoTV1
@72ceoTV1 Ай бұрын
mbaze ese iyo umuntu arenganijw arekuw baramuha agashumbushanyo??
@JoramMwangaza-is4oj
@JoramMwangaza-is4oj Ай бұрын
Reka nikorere business Mumahanga ntamagara yinduru
@EricNdayikengurukiye-i9p
@EricNdayikengurukiye-i9p Ай бұрын
😢😢😢😢😢
@ndikumanaandre6584
@ndikumanaandre6584 Ай бұрын
Abantu bakora ivyo vyo gucinyiza abantu kandi bahembwa amakori y abene gihugu bakwiye gusezeregwa
@MinaniPenuel
@MinaniPenuel Ай бұрын
Abo bakora ivyo ninzigo bamugiriye imana ihure nabo kuko inzigo ntaco imaze
@nimubonaeric8074
@nimubonaeric8074 Ай бұрын
None ababikoze nibatahanwa bizobuzako nabandi ba diaspora bafungwa?
@majwegerifabrice9187
@majwegerifabrice9187 Ай бұрын
Hari l'ETA zibiri nkozi na ntovyi erega nabandi bagiye kuzotinya kuzana utwabo
@lazzR1935
@lazzR1935 Ай бұрын
Icombona nuko hohindurwa itegeko rifunga nyene modoka kuko jew ndibuka neza iryo tegeko ryogutuza abamagendo babicishije kwanyene ngendeshwa, icombona nuko hotizwa abachofeur nabaconvoyeur kuko nibo bapakira magendo kandi nibo bobera ijisho igihugu mubunyonyezi bwikori.
@IranziOzil
@IranziOzil Ай бұрын
Ndavyibuts ko atakituvugira canumva agahinda kanyiche
@JoramMwangaza-is4oj
@JoramMwangaza-is4oj Ай бұрын
Niyompanvu igihugu cacu tuguma inyuma Abarundi turafise uburyo ariko tugize icodukora Mugihugu cacu turanyanyaswa
@JordisNtamagiro
@JordisNtamagiro Ай бұрын
Ubu ko Olucome ari mumboneza zaba Diaspora mutama ubu turahumurijwe kk urimwo.
@EnockNdayizigiye-gt5cn
@EnockNdayizigiye-gt5cn Ай бұрын
Ahatarubutungane ntamahoro , abarenganya abandi barakwiye kuza bafatwa bagahanwa hisunzwe amategeko,nacane cane ababa batipfuza kwabafise impano zoguterintambwe bobaterana intambwe,kuko Umugisha uva k'Umana , tuze twigira kuri histoire ya Yosefu muri bible .
@lagaga3086
@lagaga3086 Ай бұрын
Bakurikirane uwo muntu yatumye afungwa.Uwo yanka ko asohoka
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ikindi.. We wofatwa ugafungwa 2ans uzira ubusa , ugafunganwa nimiduga yose yawe ugafungwa mu mafuti bakurekuye ukajaho ukarondogora ushimira imbwa z' imbwa zakugiriye ivyo ?
@FrancisNzigiyimpa
@FrancisNzigiyimpa Ай бұрын
Birababaje kbs ninde atuma iyongendo Iba uko sorry brother
@MinaniPenuel
@MinaniPenuel Ай бұрын
Abantu baribmuri etat bafise igitugu cukurenganye sivyiza ntanyungu ntamugisha kurya ibiturire vyabantu bafitiye inzigo ababo bagatwara kubagurisha ngo babikwe mugasho .nukuri reke kurya ingurire yukwicisha ubuzima bwabantu kubwivyo pfa
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ico kintu cakozwe kugira ibisuma vyaboze ba Neva nabandi bakomeze batembagaza igihugu mumanga bubaka muyo bivye bavyitirire diaspora alors que c'est un mensonge
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Hama ngo Rufyiri bla bla bla mbe uwo muboyi w' umuhutu anuka nka Neva ko mumuvyimbiiiisha mukamugira conteneur nigiki ? Umunuuko nka toilette sans plus.... Iyo rutomboka ngo les diasporas nikibe cyongeraho diaspora singes hutu kuko ntabandi mungana...Umuja wumujaburamboga nkaba sebuja
@GoldYvonne-r9o
@GoldYvonne-r9o Ай бұрын
Anderson Frank Williams Paul Clark Larry
@spesirakiza7063
@spesirakiza7063 Ай бұрын
Nahabwe indishi yakababaro
@HajiKelly
@HajiKelly Ай бұрын
Iyoleta nyonyezi ngarika nyuruzi ntotezi abarundi turarushe nintwaro zagahotoro pe
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ivyo bitenge abarundi bose bambaye biza gute ? Kuki bamwe bemerewe gukora business abandi bakabizira ? Voila pourquoi abahutu mwavumwe muzopfa musara ! Ibinyoro gusa
@jeanclaudenshimirimana6719
@jeanclaudenshimirimana6719 Ай бұрын
Ubutungane burakwiye kwikubita agashi kukuntu imanza zicibwa mu Burundi
@DrNelsonJohnMuhirwe
@DrNelsonJohnMuhirwe Ай бұрын
Nibamuhe indishi ya kababaro
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ariko murakunda gufukamanga basi... Ukajaho ukanyogomba nk' ifi ngo ndashimiye nyen' icubahiro umukuru w' i gihugu ? Kazibe nta nyenicubahiro ni umwaku mukuru w'igihugu... ngo ndashimiye isaha nzima ? Ushimiki waranyazwe ataco uzira en plus imiduga yawe yose yaboreye muri parking ugatwarwa utwo wisumiye ?
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa Ай бұрын
Birazanab uzabaporise bomwiryagatumba ingen bigenza uyowe yazizubusa uzubusuma bonyene bafise ingen barenganicha imidugipakie amaforode bakorana nabahabara babo bafise namaer meshi bakoresha katababafata bichirahejur ngoninzego poresana sha hiii igih nagarutse nvuy nkakongo nifitiy agateng kamwe hagiruwuzonyegera ngaje kukanyaka hiii
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
😂😂😂 mbe yemwe ubu bwoko bwavumwe gushika he ? Erega muribagirwa cane mwa nguge mwe... Iyo muvuga ngo umukuru wa diaspora ba mwongerako muti umukuru wa diaspora yama singes kw isi ha ha ha Ntaho ryabaye cndd-fdd niza maguge gusa ubwoko bwavumwe... Urumva ? 🤦 Les juifs Tutsis ntamwaku w' inguge 🙈 ituja imbere
@Bihomebuja
@Bihomebuja Ай бұрын
None muri transport en commun barasaka ingenzi ivyo zitwaye? Umu client afise fraude baca bajana nyenimodoka? Ugo rubanza ntiyari gufungwa meme une seule journee. Ayo ma cas nimenshi. Jewe nasavye audience umwe murabo ba cour d'appel aca aterefona uwo dufitaniye amatati numva twicaranye amubaza ko yonjama mumpimba. Ayo ma cas nimemshi kuzana umutahe aha iwacu uba ukwiye kuja muntwari kuko uba urinda cane
@NiyonkurujailosiNinja-p5d
@NiyonkurujailosiNinja-p5d Ай бұрын
Twishwe nabatudodobereza mukwikundisha kwikundwakaza imbwa zanka abazana imitahe muburundi nimuze murazifata ugaca usanga imbwa ikora ikintu nkico ntirava nomuburundi .rero Uko sukugunda igihugu ubwo nuburofa
@ntakirutimanavincent1176
@ntakirutimanavincent1176 Ай бұрын
Erega nkaho vyari bikenewe ko inzirakarengane nayo ishumbushwa
@jeanclaudenshimirimana6719
@jeanclaudenshimirimana6719 Ай бұрын
Ubutungane burakwiye kwikubita agashi kukuntu imanza zicibwa mu Burundi
EN DIRECT || 2ème Pati || SE SA NOU VLE || MERCREDI 20 NOVEMBRE 2024.
TEAM RUDY OFFICIEL
Рет қаралды 2,7 М.
Noodles Eating Challenge, So Magical! So Much Fun#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:33
Trapped by the Machine, Saved by Kind Strangers! #shorts
00:21
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 41 МЛН
Увеличили моцареллу для @Lorenzo.bagnati
00:48
Кушать Хочу
Рет қаралды 8 МЛН