Gabriel Rufyiri ahamagarira Umukuru w'Igihugu gukoresha ububasha afise muguhasha abanyoni

  Рет қаралды 56,019

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 119
@AlexisByayezu
@AlexisByayezu Ай бұрын
Rufyiri niwe numva yaramira Uburundi nabarundi bose 👍
@NIYIRAGIRANepomscene
@NIYIRAGIRANepomscene Ай бұрын
Muzehe Rufyiri, Wavuga ibikenewe canee mugihugu cacu kabisa. Secteur prive niyo yambere iduz itunga ryigihugu kbx.
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Ahubwo batwongere amasaha dukore 24l24 nihoduterimbere vuba❤
@NdikumasaboGodefroid
@NdikumasaboGodefroid Ай бұрын
Inama nshingamateka yoyo nakamaramaza ukuntu Ndabirabe abakankamira umenga nabana biwe.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 Ай бұрын
Rufyiri le Grand Patriote🎩 ✊🏾
@ErenesteMbazumitima
@ErenesteMbazumitima Ай бұрын
Rufyiri uravugukuri cane mwebwe mushoborakuvuga bigashikira nyakwubahwa umukuruwigihugu nimubandanye turagowe
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Ukuri kwuzuye Mutama Gabriel Rufyiri komeza muvuge ngira bazoteba bumve uwuzokwanka kwumva nawe muzomuvuge Abarundi tumukureko amaboko tumwanke.
@user-dn2ct8by4k
@user-dn2ct8by4k Ай бұрын
Neva arasamaza abarundi kuko ntamurunddi numwe arengeye amategeko. None ko neva avuga ko azi abantu bahindura ingingo yafashe hama ntabahane nasubize igihugu kuko kuguma yidoga ariko ntafate ingingo natange imihoho
@KwizerimanaDesire-wv4qo
@KwizerimanaDesire-wv4qo Ай бұрын
Atanze imihoho bahahaye woe wobishobora
@ntwarititi
@ntwarititi Ай бұрын
Barundi mwibohore kuko muraboshwe
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh Ай бұрын
Gabriel Rufyiri avuga ibintu bihambaye cane vyoshobora kugira impinduka. Ariko ico tutemeranya nuko avuga ngo aba journalistes bogira investigation kuabo basuma ngo umukuru wigihugu vyanse ko abavuga ngo bo bobivuga. Numva yoba abasutse kubera igituma president abazi ntabavuge sinumva ko aba journalistes aribo bafise inguvu z'uku denonça abo bantu gusumvya president. Uwohirahira akanavuga numwe ntawuzi ingene vyomugendera.
@AaronNIYONIZIGIYE
@AaronNIYONIZIGIYE 27 күн бұрын
Ikosa iryo ryonyene kabisa
@CizaBerechimans
@CizaBerechimans Ай бұрын
Nyakubahwa presindent abobatuma tudaterimbere nabirukane azane abandi abagumyabangaturiho tuzi ibikorwa
@sysynzeyi8018
@sysynzeyi8018 Ай бұрын
Non vy abagumyabanga nivyo tudashaka guys vous ne comprenez tjrs rien. Faut ko abarundi biga discipline . Ico ndamukundira nuko malgré lui même, malgré ko bitarakunda ngo bifate Inzira, il est le seul yashoboye kuvuga ce que tout le monde pense tout bas. Rero ayo ma affaires y abagumyabanga ou aba uprona ou aba ceci ou cela on n en veut pas . Que les bonnes personnes occupent les bonnes places. Sinon ayo ma speech 20 ans irakwiye faut changer de disque et tureke ces conneries z imigambwe . Umu cndd ashoboye bamuhe responsibilities, adashoboye naho bahashore uwundi abishoboye peut importe son appartenance politique. Ewa reka tugerageza irya vision basi yank twabikoze. Tous ensemble Ata vy imigambwe
@uwerajosephine-il2sq
@uwerajosephine-il2sq Ай бұрын
Abakora nabi uwambere si Neva none? yokwibanzirizako
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 20 күн бұрын
Harakwiye gushira inguvu mugusata gikurikieana ifaranga dy ubumnandi ndabona tugeze ahatemba haribonekeza ko dufise reta zibiri muburundi ntakuntu dushobora gugira ubudumbi dumbi agachiro k ifaranga dy uburundi must be fix please 🙏
@JafariQuraish
@JafariQuraish Ай бұрын
Uyo Ndayishimiye, ntazi nico ashaka
@mpawenayojacob
@mpawenayojacob Ай бұрын
Vyanka wavuze mutama Imana ikomeze kukuzigama
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ntushobora kwigamba ngo har umutekano kubahutu nkawe gusa wirengagije les autres. Kira noneho turahari ntac muzoturonkana UE c'est nous et tous les bailleurs iyo bava hose turazi aho duhurira..
@HervéCIZA
@HervéCIZA Ай бұрын
Nyakwubahw Gabriel yagragz kuvug ivyobohr igihug cac ark umugan wiw ah vyugariy ntihabink
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Rufyiri , urazi 100% ko Président ko w' abahutu Neva atagisuma kingawe... Ikijuuju cubahuka kuvuga ngo ntawumusumba gutunga alors que bizwi neza amahera avuga ayariyo 😢😢😢 Quelle honte ! Abahutu muragapfa musara muri ibisigo
@NtihaboseReverien-in4ku
@NtihaboseReverien-in4ku Ай бұрын
Nukuri nafatingingo nkumukuru wigihugu ndamwemera nafatingingo
@ChristopheBanda-vn8dz
@ChristopheBanda-vn8dz 23 күн бұрын
Muburundi haracar agahaze.kuk indongoz ntizigikor ivyo ziyemeza!!!
@holyaltar6974
@holyaltar6974 Ай бұрын
Igihugu ntigishobora gutera imbere nagato mugihe abakora amakosa badahanwa,mbaye muri Australia imyaka 19 years kandi ni igihugu giteye imbere,nta muntu numwe uko ari kose ari munsi y’amategeko ni kuvugako uwukoze ikosa uko angana kose ahanwa neza hisunzwe amategeko,ariko mu Burundi hahanwa nyarucari ariko abakivunikiye ntamakosa bahanirwa nagato.
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira Ай бұрын
Nihatarii kwelii
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Rufyiri nindoosi arota kuzuba.... Iyo avuga wamenga kubwiwe igihugu gitwarwa n'abantu bazima biyumvira alors que azi neza k uburundi busa 1000% nintwaro yokuri Habyarimana. Igihugu cose gitwarwa n' umugambwe b' Interahamwe. Igihugu gitwarwa numugwi w'inkorabara... Utar umuhutu washesh amaraso gusumba abandi ntakazi nta poste ntakintu nakimwe umaze Igihugu ubgicanyi buri kugwego pas possible , imbwa yose ibin' umwana ikibondo c umututsikazi kigacakira kikonona kikica kigaterera ngaho intumbi bikaba bihereye ngaho... AHO IYO MBWA YUMUHUTU YUZUY' AMAYEZI YIYARARA ARAZI ISESEME ADUTERA ?
@nshimirimanaconstantin5359
@nshimirimanaconstantin5359 Ай бұрын
Rufyiri na ndakugarika bari mu bantu mu burundi bavuga ukuri kwishi
@numekofelix6130
@numekofelix6130 Ай бұрын
Ikibazo nuko bagomba aba dd ngo ndimwo
@EspéranceKANYANGE-i3p
@EspéranceKANYANGE-i3p Ай бұрын
Hana président wacu,kuko nubutungane bucimanza budakwirikije amategeko kuko atabihano mutanga.
@fredmacumu4411
@fredmacumu4411 Ай бұрын
Mutama rufyiri ihangane kuba indongozi ntibyoroshye ariko mwishime ko mufite indongozi nziza
@KwizerimanaDesire-wv4qo
@KwizerimanaDesire-wv4qo Ай бұрын
Muburundi abantu badashoboye bajimbere mama service yose none kuki nubu mubuzi bwareta bukomeye usanga hakora bashiki nabene wabo canke imiryango yabantu bari mundongozi
@NdikumwenayoClovis-p7q
@NdikumwenayoClovis-p7q Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@jonaskgotsimbonihankuye8704
@jonaskgotsimbonihankuye8704 Ай бұрын
Yegome reka najewe mukebure umukuru wigihugu , CNDD FDD ni bishinga kuguma baramiragura basesagura imisoro yabene igihugu biyuka akuya kugira imiryango yabo ibeho, nagira mbabwire nimutikebura uzodahwa amaraso!
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne Ай бұрын
Dusabe Président ahane vyumwihariko abariko babuza ko igihugu cotera imbere!!
@gedeonnibitanga1873
@gedeonnibitanga1873 Ай бұрын
Nawe arabifitemwo inyungu kuko iyaba atabifitemwo inyungu aba yarabafashe kera kuko ubwobubasha arabufise
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet Ай бұрын
Ntabwo afise kuko ishirahamwe ollucome ntiyobashobora
@uwerajosephine-il2sq
@uwerajosephine-il2sq Ай бұрын
Uwambere yica igihugu ni Neva. Umuperezida abwira abanyagihugu ati jewe sinkeneye ko mumbwira ko ibintu bizinvye kuko jewe ico kibazo ntaco nfise, ndatunze gose ahasigaye mwe nimwimenye!
@DieudonneNIJIMBERE-qm6op
@DieudonneNIJIMBERE-qm6op Ай бұрын
Duhwanje imisi tudakora kumvo zukwisoko twakoraramwo yahiye abashingamatek twatoye ntanabo turabona twarabuze icodufata nicotureka kuk tutemerewe gusubira ahotwaburiye ivyacu
@Bihomebuja
@Bihomebuja Ай бұрын
Nyene icubahiro adufashe abo bantu baboheye igihugu mumugongo bafatwe bose. IMANA IBIMUFASHEMWO KUKO ABANTU BATARI BAKE BARARUSHE.
@doncalebmanirakiza7216
@doncalebmanirakiza7216 Ай бұрын
Mutama Gabriel Rufyiri uri imvugakiri ndakwemera
@astereniyomukunzi6888
@astereniyomukunzi6888 Ай бұрын
@hassann4209
@hassann4209 Ай бұрын
Namanike amaboko. Kuvuga arabizi.
@sysynzeyi8018
@sysynzeyi8018 Ай бұрын
Mais c est son rôle. Heureusement ko avuga
@Rubuka264
@Rubuka264 Ай бұрын
Ariko Rufyiri ngira ngo yamenye ko aba diaspora b'ahandi bishize hamwe kugwanya ubukene mu bihugu vyabo, ariko ntiyamenye icabateye intege. Icabateye intege n'uko leta z'ibihugu vyabo zabafashije, nta macakubiri y'intara, ubwoko n'imigambwe vyari mu bihugu vyabo. Ariko mu Burundi hari diaspora yemewe n'ubutegetsi, hakaba iyindi ifatwa nk'inyankaburundi. None boja hamwe gute? Hera ku batwara babanze batwarire bose, hoye kuba abenegihugu n'abansi b'igihugu. Neva ashobore kwirukana abanyuruza itunga cy'igihugu hagukorana nabo. Muri CNDD-FDD bakure NDIMWO muri projet de développement yose ije mu Burundi. Ibindi bizikora.
@AlexisNdayishimiye-ni6nw
@AlexisNdayishimiye-ni6nw Ай бұрын
Président nafunge izo mbecile zishaka kwica igihugu
@uwerajosephine-il2sq
@uwerajosephine-il2sq Ай бұрын
Imbécile ya mbere yica igihugu ni Neva !
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Muri abahutu mwaravumwe ntakindi mushoboye...
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 Ай бұрын
Bashireho 24/24 nihosaw igihugugica gitera imbere
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Pesidant abo ba general nibo bamwishiriyeho ntanguvu afise kanatsinda namatora ya 2020 ntiyayatsinze uwayatsinze mwese muramuzi umuvumo twaronse kubona barahirira kukiziga CA nyakwigendera Nkurunziza atarashingurwa kwarugusahura igihugu atatsindiye abo bamwishiriyeho nibo bafata ingingo niyompamvu aguma avuga ko atabamufasha afise arabo kwiba gusa ,vyukuri Agathon Rwasa yubahwe yangere Kandi yubahwe kabisa baramwivye arihorera raba ayigihugu kiriko kiracamwo vyose biva kumatora ya 2015 na 2020 rero nubu bagomba bayibe ashaka president niyitangite igihugu Areke abanyepolique Bose nabahunze abareke baze Rwasa Amurekere umugambwe hama barya bamwiyonkoyeko babahe umugambwe wabo nayahandi sindababesha abanyagihugu batobato baraharwa sindababesha Ndikuriyo nareke guhenda president Ndiarkobuca na Prime abo nibo batumye igihugu kumera uku
@ndereyimanavalens2996
@ndereyimanavalens2996 Ай бұрын
Ngewe ndi murwanda ariko uyu mugabo ibyo avuga niby100%
@NiyonkuruJoshua-p7y
@NiyonkuruJoshua-p7y Ай бұрын
Nibazane abo bantu tubatere amabuye kumugaragaro
@jchuma5417
@jchuma5417 Ай бұрын
Ego kweli
@JosephHarera-q7v
@JosephHarera-q7v Ай бұрын
Gsa icavuz cihuta nugushigikira Président bakamwereka ababegito Bose bakanabavuga bakamenyekana naw vyomufasha afatiy kuvyazi kandi vyos bizi abobakurubakuru nabar mumashirahamw aya reta nayatari ayareta
@CizaBerechimans
@CizaBerechimans Ай бұрын
Umutekano niwose iburindi ndabizi gusa ubukene nibwise
@NiyubahweElysé-v5n
@NiyubahweElysé-v5n Ай бұрын
Wewe kora ibikorwa vyiterambere ,ivyavuzwe na president uvyihoze,kuko ugumye ubisubiramo urabizira baraguhitana abobagabo ntibakina.
@Bmdmf
@Bmdmf Ай бұрын
Wanka gusesera amaraso igihugu, imba zikzyarigata kubuntu😂😂😂😂
@stevemanirakiza8386
@stevemanirakiza8386 Ай бұрын
Hica ubwoba muta
@olivierngoma7734
@olivierngoma7734 Ай бұрын
Uwumuntu araciye akenge
@MoiseAhishakiye-c7t
@MoiseAhishakiye-c7t 22 күн бұрын
Navuze yuko abamunekerako bubame hasi abanze arengane ibihe nigihe bibanze bihere nayo utugambo gambo kuraho umutekano urahagije
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 Ай бұрын
Nta kuri uzomwumvako atar'ugusamaza abanyagiihugu. N'umubeshi kandi niwe musuma mukuru muri Eden
@moisentakirutimana820
@moisentakirutimana820 Ай бұрын
Birababaje kubona Leta ifata ideni hanyuma ikayishira muri consomation Kandi natwe ikatubuza crédit de consomation. Dette publique ni nini hanyuma ikori Leta ikayitudugirizako tuyahaye Leta nayo igica ifata crédit de consomation ahokuyashira mu miganbi izoyagarukana!!!
@تميمالبوسعيدي-ه2ص
@تميمالبوسعيدي-ه2ص Ай бұрын
Nabaduhe tubater amabuy tubice nibo batuma tutaterimber muburundi
@uwerajosephine-il2sq
@uwerajosephine-il2sq Ай бұрын
Rufyiri kora sensibilisation y'abari mu gihugu bakore investissement nayo abari mu mahanga bareke kuko icatumye bahunga igihugu nico gituma badashobora kuzana amahera mu gihugu bahunze. None wewe woba udafise umutekano mu gihugu hama ukizera ko wohakorera investissement gute ? Hamwe wewe woba ufise umuti w'ibibazo bituma bahunga wuzane. Kora sensibilisation y'abategetsi Neva-Cndd batware neza nico gikenewe. Nibabishobora ibindi uvuga bizoca vyikora.
@mariagoretti8096
@mariagoretti8096 Ай бұрын
None abo bantu bonona kubera iki umukuru w' Igihugu ya avuze abanyagihugu bakabakosora nimba wewe baramunaniye !!!☹️🥺🥺😏😏😏😏
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
Je nanje abo bantu ko abazi habuze iki ko batabafatira ingingo? Abo bantu usanga ari abindani ahantu na president abatinya wumba gute?
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Ай бұрын
Abobantu bazibira iterambere harimwo nibitoro nibindi nabonyene barikumwe kandi baratunze yavuze kobagira muma v8 ariko agenda gahoro kuko bomugarika nkamagufuri ntiboroshe😂😂
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet Ай бұрын
Burundi waragowe bandandende ni benshi mubutegetsi bwigihugu nayo neva nawe ninkabonyene kuko aba yarabakuye kuko arabasumba
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly Ай бұрын
Gabriel Rufyiri arakunda u burundi, umwumvirije urumva yuko atipfuza yuko bwopfa. Gusa ico adakunda nababutwara. Ariko lero ivyo ntawukwiye kubimuhora, kuko uko imisi igenda irahera, nawe agenda arategera yuko nabo nyene atari babi bose, bisigura yuko nabo nyene yita babi azotinda akabona yuko atari babi cane, hanyuma azotinda abone yuko bose ari beza. Reka lero tumuhe umwanya wo gutegera. Burya umu opposant mubi ntiyigera atanga proposition, ara critika gusa agaca yigereza ngaho. Rufyiri suko, aca avuga icokorwa kubwiwe. Ivyo lero muri democratie ivyo ni vyiza kuko rimwe na rimwe birafasha abatwara iyo bakerebutse. Bibwigwa benshi bikumva benevyo.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
nyenicubahiro adufashe kweli adukurireho ivyo bihangange
@JeanMarieBarutwanayo-ou1bk
@JeanMarieBarutwanayo-ou1bk Ай бұрын
Nimba koko abari muntwaro bashaka ko igihugu gitera imbere barakwiye kwumviriza abantu mwenaba ariko ingorane nokwumviriza ibi ntibumviriza
@kingqueen354
@kingqueen354 Ай бұрын
Ibihugu vyose amahera yaramanutse n,amadolar ya Ra taye agaciro,Mozambique ikiro c,ibiharage,umuceri biri muri 10mile y,amarumdi.aho ntaco avuze.
@alainwalterrwota1868
@alainwalterrwota1868 Ай бұрын
Wagerageza kuruta
@SteveOfficial-v1t
@SteveOfficial-v1t Ай бұрын
Buba ar'ububeshi ariko abasha nabi bikamutesha agaciro!!!
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Mbe ko utigera wubahuka kubaza pourquoi Neva yanka gifunga ibisuma nkawe uhereye kuri sa propre femme ? Ba mubesha abo munganya uburofa mwa mihimbiri mwe..
@leoncerochleonceroch
@leoncerochleonceroch Ай бұрын
Biragoye ivyamasaha nibabanze bats amatara yose kumabarabara habone Hama dukore habona regideso iravyuvya niyats agatara kamwe ukurupangu ntikobonesha
@KwizerimanaDesire-wv4qo
@KwizerimanaDesire-wv4qo Ай бұрын
Mutama uravuga ukuri ubuzima ubu mubantu beshi bararya ino musi ejo batazi kobazorya biragoye rer gufata umuntu ngagire aterimbere kandi nubwo buzi buguma busirikira muri babana babategetsi gusa
@KwizerimanaDesire-wv4qo
@KwizerimanaDesire-wv4qo Ай бұрын
Ahubwo jewe biranyobera cane none kuki nabirya bihugu biri mubu garagwa usanga biteyimbere kuturusha kuki biturusha iki???none niki twokwigira kuvyo bihugu???ikindi none baturusha ibintu. Uagaciro kandi ari mubugaragwa ????nka Arabie saoudite nigihugu cubugaragwa gusa ariko genda urabe nubu kiza imbere kurusha ibindi bihugu biteyimbere bafise ressource yuburyo bwa financement ari mumazutu gusa
@CheerfulBobsleigh-rz3dj
@CheerfulBobsleigh-rz3dj Ай бұрын
Karanyanyay
@HAMUDUDURestaurant
@HAMUDUDURestaurant Ай бұрын
Wavuga ntuvura kubwira abatumva,ariko wicunge abobanabo niba yuda
@BarthazarNIYONKURU
@BarthazarNIYONKURU Ай бұрын
None abo bantu bazingamitse igihugu nibande?
@esperancehabonimana9240
@esperancehabonimana9240 Ай бұрын
Komera mutama
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy Ай бұрын
Buriya u Rwanda rurafise abantu bagira suivi mu vy'ubutunzi nk'uku??? Kagame nkeseri ntiwogira cotation nkiyo ku gihugu ciwe 😅😅. Ahubwo umuntu avuga ko mu BURUNDI ata démocratie ihari nukuri,haaaa!!!
@Tharcisse-k2w
@Tharcisse-k2w Ай бұрын
IKIBAZO NOTRE PRESIDENT AFISE AVUGA CANE ARIKO GUFATA UNGINGO NIVYO BIMUNANIRA!! RERO IYUDAFATINGINGO NO MURUGO RWAWE ,ABANA, UMUGORE BARAKUMENYERA BSTI: UWO NIKO YAMA HANA NENO NI MANENO TU MENGI😂😂 IL FAUT QUE LE PRESIDENT CHANGE SES MENTITITES DE PARLER BCP SANS PRENDRE DES MESURES ADEQUATES!!!!
@KwizerimanaDesire-wv4qo
@KwizerimanaDesire-wv4qo Ай бұрын
Muburundi abateyimbere nibarya nyene bafise imiryango ikomeye ntamuntu yize avuka ahantu hatari umutegetsi yomuvugira azoterimbere biragoye ikindi naco kuki ubuzima bwubu butugora kuronka kurusha kera ibintu birazivye cane kera umuntu yaragura ifu ya200fbu indagara za200fbu zikarya umuryango none ubu kugira umuntu afungure akoresha 20000nahone aho aba arumukene none abayinjije angahe kumusi???mwebwe burya ntimubona ko nubwo buzima butugoye
@Taziratv
@Taziratv Ай бұрын
Yanka kubakur nabo ngira boca bagaruka kumushira kumugaragar kuma futi yiw nawe akora
@SimeonNsengima
@SimeonNsengima Ай бұрын
Tubigezegute😂
@NKURUNZIZAPascal-k3e
@NKURUNZIZAPascal-k3e Ай бұрын
urumugabo mutama
@AlphonseNdihokubwayo-q5d
@AlphonseNdihokubwayo-q5d Ай бұрын
None ninde wundi asumba president mu gihugu?? Ninde atokugwa n,umukuru w, igihugu Ninde wundi ari hejuru yiwe
@OdaNzeyimana-z4x
@OdaNzeyimana-z4x Ай бұрын
Naze abavuga
@RemyNtakirutimana
@RemyNtakirutimana Ай бұрын
Wagerageza kabixa
@DieudonneNIJIMBERE-qm6op
@DieudonneNIJIMBERE-qm6op Ай бұрын
Niwivugire mutama tugira tumare 15j twicaye tudakora Hama ngodukore 24h/24h
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Nibabamurushya imbaraga😅😅
@nyamiye
@nyamiye Ай бұрын
Reka kuvuga aya muhe. Shirameo diplomatie
@samsonbucyanaingenere9913
@samsonbucyanaingenere9913 Ай бұрын
Reka ubwoba ukuri kuravugwa nta diplomatie yahonyanze 😂😂😂
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ubwoko bw inkende butagira cerveaux
@CizaBerechimans
@CizaBerechimans Ай бұрын
Biragoye buceco 8500 dagotte 93000
@theogenenshimirimana7267
@theogenenshimirimana7267 Ай бұрын
Urabeshe
@JosephHarera-q7v
@JosephHarera-q7v Ай бұрын
Ribay iryambere muvyo maz ukumviriza uwo mugabo nunva avuga ukuri gsa ntiyibagire KO bukebuk bushikana umusiba kumugezi kand ugiy Can ugenda nabi kuko igisuma murubanza igisuma kirashobora kugutsinda kandi wibwe atankeka kuko mukukwiba coco kiba cabiteguy imyaka nimyaka muga w uvyiyumvira mumasegenda kuko wibwe .n wibaza KO uwomuntu womusumvya umukenyuro???bisaba kugenda intabwe kuyindi
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 Ай бұрын
Hamwe bose bobona kure nka wewe twotera imbere uri umugabo
@KassimYussuf-l5v
@KassimYussuf-l5v Ай бұрын
Wwww😅
@elysetatu7455
@elysetatu7455 17 күн бұрын
Mudomeko urutoke
@simonntibaziyaremye5607
@simonntibaziyaremye5607 Ай бұрын
Ntibikunda kuko umugore wa Museveni na Kagame nibo bahawe iryo soko ryigitoro iBurundi None se Sevarundi yakora iki nariha undi barahita bamuhitana bamukure !!!!!
@rastajuly4
@rastajuly4 Ай бұрын
Ivyo uvuga wovyemeza? Urabifitiye ivyimezo?
@ZIRUGURUYEAstere
@ZIRUGURUYEAstere Ай бұрын
Ibigoryi biragwira
@emmanueluwamurengeye1049
@emmanueluwamurengeye1049 Ай бұрын
Hhhhhh muriguta ibitabapfu ngo isoko ruahawe nde??😂😂
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Ай бұрын
😂😂😂
@samsonbucyanaingenere9913
@samsonbucyanaingenere9913 Ай бұрын
Uziko bwayaze wana ja Kwa le gentil
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Ай бұрын
None uyu gabriel rupfiri afise imetero zingahe zibikaju kugira haboneke isukari? Afise igipimo kingana gute c'ikawa, c'ipampa,c'icayi,c'amavoka rupfiri azoshora hanze ngo bizanire igihugu ciwe amadovise? Azi gucuruza urunwa gusa
@isaacvtv547
@isaacvtv547 Ай бұрын
Abayinywa bose boca barima
@CedricNiyogusenga
@CedricNiyogusenga Ай бұрын
Vuga make noe Usha kuvugako ivyavuga atarivyo?
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet Ай бұрын
We urikirofa umuntu wose abafise icon ashinzwe singombwa Abe afise ivyo
@Tharcisse-k2w
@Tharcisse-k2w Ай бұрын
IKIBAZO NOTRE PRESIDENT AFISE AVUGA CANE ARIKO GUFATA UNGINGO NIVYO BIMUNANIRA!! RERO IYUDAFATINGINGO NO MURUGO RWAWE ,ABANA, UMUGORE BARAKUMENYERA BSTI: UWO NIKO YAMA HANA NENO NI MANENO TU MENGI😂😂 IL FAUT QUE LE PRESIDENT CHANGE SES MENTITITES DE PARLER BCP SANS PRENDRE DES MESURES ADEQUATES!!!!
@Tharcisse-k2w
@Tharcisse-k2w Ай бұрын
IKIBAZO NOTRE PRESIDENT AFISE AVUGA CANE ARIKO GUFATA UNGINGO NIVYO BIMUNANIRA!! RERO IYUDAFATINGINGO NO MURUGO RWAWE ,ABANA, UMUGORE BARAKUMENYERA BSTI: UWO NIKO YAMA HANA NENO NI MANENO TU MENGI😂😂 IL FAUT QUE LE PRESIDENT CHANGE SES MENTITITES DE PARLER BCP SANS PRENDRE DES MESURES ADEQUATES!!!!
Players vs Pitch 🤯
00:26
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 114 МЛН
MWANAFUNZI MALAYA
13:01
MR BIGI BIGI
Рет қаралды 1,3 МЛН
LEO STEVE KIMEUMANA TENAA ILA STEVE
10:28
Steve Mweusi
Рет қаралды 511 М.