Gabriel Rufyiri ni umu diaspora bije gute?| Diaspora n'umugambwe uri k'ubutegetsi bihuriyehe?

  Рет қаралды 1,341

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundinews :Namwe mwoba mwari mufise ikibazo mw'imenyekana cane rya Gabriel Rufyiri tuzi nk'indongozi nkuru ya #Olucome muri ino misi avugwa cane mu barundi barangurira imirimo yabo mu mahanga tuzi nkaba diaspora.
Muri ino reresi barasigura ikibazo gikunze kuvugwa ko diaspora ndundi yoba ikorera mu kwaha kw'umugambwe #CNDDFDD........

Пікірлер: 16
@hakizimanaelie8916
@hakizimanaelie8916 8 сағат бұрын
Urakoze cane u Burundi niyompetso yacu twese niharambe abarundi iterambere kubaba mu Burundi nohanze dushimire Imana kwikanguro ryubumwe n 'iterambere ❤❤❤
@issamchaga7238
@issamchaga7238 7 сағат бұрын
Ndakwemera urazi gutambikiza
@Nickojunior
@Nickojunior 9 сағат бұрын
My favorite host @Alain😊
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy 8 сағат бұрын
Twesenkabarundi dushimirimana kukouburundi burimwivugurura. Ikanguro ryogukunda nogukundisha uburundi nogutezimber igihugucacu ndagukunda urundibwanje🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲
@cassiennibaruta3707
@cassiennibaruta3707 9 сағат бұрын
Huuuum ngo ibarabara diaspora Ishure diaspora Rufyiri n'ikirirahabiri pe
@AdB-oe9yh
@AdB-oe9yh 7 сағат бұрын
Double Agent....ntabishasha .....aguma amoka gusa
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 9 сағат бұрын
Ngo duterere umugambwe kwatayindi tubona
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 9 сағат бұрын
Uruhende gwosha amavyi bitajanye kwegera ayomadorari ubutegetsi kubarihanze ibisigaye winumire
@cassiennibaruta3707
@cassiennibaruta3707 9 сағат бұрын
Aba Diaspora mushaka ko bahereza DD amafaranga barya 😢😢
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 9 сағат бұрын
Ubu mwibagiyeko kwitiranya igihugu numugambwe arivyo bizingamitse uburundi
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 9 сағат бұрын
Wombwira ko twojahamwe gut igihugu car amaze Kuba cumugambwe umwe Ubu mugatanga intererano nikunkoni
@AdB-oe9yh
@AdB-oe9yh 7 сағат бұрын
Uriko uhenda nde twarakumenye ......ivyibitirire vyarakunaniye ubu uri muri sensibilisation.......sahabo si diaspora?......ivyiza yakoreye igihugu ntavyuzi.....kudasaba arenganurwe.....ziba ntaco uriko uraganira
@JeanKazungu-c8z
@JeanKazungu-c8z 8 сағат бұрын
Uwudafise ibyaranguta ari umukozi Ntaba ari diodpora? Ndasavye mumpe umuco
@jeanclaudenshimirimana6719
@jeanclaudenshimirimana6719 10 сағат бұрын
Rufyiri ari hose nkimvura
@Bihomebuja
@Bihomebuja 8 сағат бұрын
Invura muri desert ntayiriyo
Etienne Ndayiragije ngo agiye Gutsinda Burkina Faso
1:18:01
Indundi TV
Рет қаралды 990
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 30 МЛН
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 34 МЛН
Don't look down on anyone#devil  #lilith  #funny  #shorts
00:12
Devil Lilith
Рет қаралды 43 МЛН
Agashavu karaniga  kubaguze amatongo y'amanyanga mu Maramvya
19:17
Etienne Ndayiragije ngo agiye Gutsinda Burkina Faso
1:15
Indundi TV
Рет қаралды 76