Umukuru w'Igihugu yerekanye akamaro Uburundi bufitiye isi yose, ibi mwari mubizi?

  Рет қаралды 5,257

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundinews :Muri rya koraniro ry'abakenyezi b'imboneza #Forum_des_femmes_leaders, Umukuru w'Igihugu #Evariste_Ndayishimiye yasiguye KO Uburundi ari igihugu c'amata n'ubuki, kandi amazi yaco meza ariyo agaburira isi yose.....

Пікірлер: 26
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 komera mutama Neva
@KassimYussuf-l5v
@KassimYussuf-l5v Күн бұрын
Mrc
@JeanboscoKanyamusivya
@JeanboscoKanyamusivya 2 күн бұрын
❤❤❤uWiteka akuturindire mube amahoro
@Unochris-t2s
@Unochris-t2s 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤
@mambo7682
@mambo7682 Күн бұрын
Wa muntu ubaza ngo bavugira mu migani No muri Bibiliya Yesu yigisha mu migani
@mambo7682
@mambo7682 Күн бұрын
Wa muntu ubaza ngo bavugira mu migani No muri Bibiliya Yesu yigisha mu migani Kuvugira mu migani n’akaranga no mu zindi ndimi nko mu gifaransa bavyita expression ou la devise Genda muri Bibiliya hariho igitabo c’imigani Uyo n’umurundi wa hehe ga yemwe? Imana Ibandanye kumuzigama umukuru w’igihugu cacu ciza c’Uburundi
@freetv4209
@freetv4209 15 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂 disi abantu bicara imbere yawe iminota mikeya bakamenya ubujiji bwawe, bakanarambirwa ako kanya.
@gasarabwepatrick659
@gasarabwepatrick659 2 күн бұрын
Uyumutipe ni rofa kabisa 😮😮😮😮
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 2 күн бұрын
Ivyuvuze ntaw vyotangaza kuko Abanyarwanda ntaciza mwigera muvuga k,U burundi.turamaze nokubimenyera kwariko mwimereye,ariko ntaco bidutwaye
@NdayikengurukiyeYoya
@NdayikengurukiyeYoya 2 күн бұрын
I rofa na mm wawe yakuneye
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
Kuva kumunota wa 9:30 gushika ku munota wa 9:45 : 🎶Mwa bantu mushengera, mushenguruka, nimugende mubarire Dawe na Mawe, muti Bihiribigonzi yakuze, genda mumukwere mukobwa hanyuma aheze arongore 🎶 😂 😂 😂
@MrsEdmond_2.0
@MrsEdmond_2.0 2 күн бұрын
Irofa ni nyoko na so bakuvyaye, bugira ico wubaha wamburakimazi🤮
@erickarenzi9973
@erickarenzi9973 2 күн бұрын
Ibigugu biragwira
@MrsEdmond_2.0
@MrsEdmond_2.0 2 күн бұрын
Kuruta ubugugu bwawe???? Ikirofa gusa🤧 Mube mugira icomwubaha bizobafasha
@vianneymugemana1577
@vianneymugemana1577 2 күн бұрын
Kuki abarundi mukunda kuvugira mu migani ?bisigura iki?
@Musabirema949
@Musabirema949 2 күн бұрын
Comedy ziraha 😂
@AaronNIYONIZIGIYE
@AaronNIYONIZIGIYE 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤😂aaron08!10!2024
@Alntho
@Alntho 2 күн бұрын
Huuu
@FrankImani-cb3in
@FrankImani-cb3in 2 күн бұрын
❤😂😂
@freetv4209
@freetv4209 15 сағат бұрын
Ubwenge mwapfuye iki mugabo?
@RemmyWilliam
@RemmyWilliam 2 күн бұрын
Ndakunda ukungu Muha agaciro ikirundi kuvyukuri ndabona uburundi bozoba nkubushinwa mwubahwe cne🙏🙏
@erickarenzi9973
@erickarenzi9973 2 күн бұрын
Nuko yatinye kuvuga igifaransa
@RemmyWilliam
@RemmyWilliam Күн бұрын
@@erickarenzi9973 wapi ahubwo Jew ndamwemera gose harya umukuru wigihugu Akunda igihugu ciwe agendewe iwe bisaba kwavug Ururimi ruhuye nigihugu ciwe hama abamugendeye babayengombwa bakambara écouteur nabwo nigihuciwe giheza kikagira agaciro
@JeanboscoKanyamusivya
@JeanboscoKanyamusivya 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@AaronNIYONIZIGIYE
@AaronNIYONIZIGIYE 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤😂aaron08!10!2024
@AaronNIYONIZIGIYE
@AaronNIYONIZIGIYE 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤😂aaron08!10!2024
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,5 МЛН
Agashavu karaniga  kubaguze amatongo y'amanyanga mu Maramvya
19:17
Why is Los Angeles a disaster?
13:59
TéléCrayon
Рет қаралды 26 М.
UMUTURANYI S11Ep43:Papa Iddy atashye yarakaye,linda c arakora iki?
40:37