General NEVA yemereye ko abaye Umukuru w'Igihugu azotunganya igisagara ca Bujumbura

  Рет қаралды 4,167

Mashariki TV

Mashariki TV

4 жыл бұрын

#Burundi General NEVA, umu Candidat wa CNDD_FDD yemeye ko abaye Umukuru w'Igihugu azotunganya neza ( amenagement ) igisagara ca #Bujumbura. Umviriza ivyo yemereye abanyagisagara mu gusozera imyiyamamazo yuwo mugambwe.

Пікірлер: 6
@evaristentakirutimana1066
@evaristentakirutimana1066 4 жыл бұрын
Imigambi ni myiza yogushigikirwa. Intsinzi iramota!
@jastinpaul2510
@jastinpaul2510 4 жыл бұрын
Komera wiyamamaza neza cane kubijanye nukubaka amazu komeza kandi tugusavye kudufasha mukutwugururira amashirahamwe yuburimyi nubworozi kuko twaracinze amashure tubura imitahe
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
Oya nimusukure kabisa igisagara numucafu gusa namazu nibisaka tunganya igisagara neza mwigire kubindi bihugu
@user-ms5ln7vl7q
@user-ms5ln7vl7q 4 жыл бұрын
Nimundubwicanyi.bwimonogoje.muburundi
@niyonsabagenevieve4880
@niyonsabagenevieve4880 4 жыл бұрын
Jewe ndanda samurarwa avuga neza ntatyozanya
@niyonsabagenevieve4880
@niyonsabagenevieve4880 4 жыл бұрын
itsinzi niyose inkona ntiyaruzwa mwakirose kibagoye nimwirabire
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 35 МЛН
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 62 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 19 МЛН
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 44 М.
#MuRugo : wiketse ko akuvanga, wokora iki ?
2:18
Yaga Burundi
Рет қаралды 1 М.
IGITAMBO CYA MISA YA MBERE KU CYUMWERU KU WA 28/07/2024
Pacistv catholic church Rwanda
Рет қаралды 278
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 35 МЛН