Prezida NEVA yagendeye umurundi aba Autriche ariko ararangura umugambi w'uburimyi nubworozi i Karusi

  Рет қаралды 85,954

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 119
@ngendahimanaemmy2755
@ngendahimanaemmy2755 3 ай бұрын
I live in Kigali!! Nibyiza ko abenegihugu bakunda gutezimbere igihugu cyabo !!
@NOHELITECHTV250
@NOHELITECHTV250 4 ай бұрын
Amahoro bashingantahe? Nishimiye umukuru wigihugu cyanyu uburyo atera courage abarimyi biburundi
@TheChampion53
@TheChampion53 4 ай бұрын
Murakoze
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 3 ай бұрын
❤🎩
@nimubonaeric8074
@nimubonaeric8074 3 ай бұрын
Baranezereye cane kubona yariyumviriye un tel projet ifasha abanyagihugu bashika 300 . Merci cher président kuba ugendera abantu nkabo mukabatera intege
@outboxthinkerofficial
@outboxthinkerofficial 3 ай бұрын
Sha kabisa umukuru wuburundi kabisa ari mukazi kose ndabona mubirimo neza nkunze abo bafashe iyambere bakava mumahanga bakazana ubwenge bbwabo mugihugu cyababyaye courage.
@jahson460
@jahson460 4 ай бұрын
Merci beaucoup Mashariki TV. Iyi trip ya Neva yerekana vyinshi benshi batariko barabona.
@theogenegahizi2474
@theogenegahizi2474 3 ай бұрын
turakwemera Aimé
@sage-uq6pv
@sage-uq6pv 3 ай бұрын
Ni vyiza gutahura ko abana bose b Uburundi bafise ico bamaze. Igishe abandi bakwegereye Neva courage uhe inguvu nabandi kumbure vyogenda neza agatima kakagaruka.
@LeonelBizimana
@LeonelBizimana 3 ай бұрын
Time Will reach and come to build our country Imana ikomeze kuturindira mumahanga❤
@d.r.5350
@d.r.5350 3 ай бұрын
Yego rata Neva. Courage kabisa. Wowe ukunda abaturajye bawe kandi biraboneka ko uri real and connected to the reality 💪🏾👍🏾
@VyizigiroDeo-lu1gv
@VyizigiroDeo-lu1gv 3 ай бұрын
Rayisi wa BURUNDI 🇧🇮 unaweza unataya moyo sana wanachi tunawapata huku tanzanie🇹🇿
@zubeaslay6566
@zubeaslay6566 3 ай бұрын
Our President 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
@MCdarius250
@MCdarius250 3 ай бұрын
Toutes mes félicitations Monsieur le président voilà un exemple j'adore ça moi aussi j'aimerais vraiment investir au Burundi 🎉🎉🎉🎉🎉
@TURUBUMBATIRETv-f6p
@TURUBUMBATIRETv-f6p 3 ай бұрын
Mukomere ❤❤❤❤❤❤ Musure urubuga rushyashya bita "Turubumbatire TV" ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 4 ай бұрын
Neva arigukora neza cyane
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 4 ай бұрын
Imana ibanzigamire Burundi benewacu korakora nivyizacane
@TheChampion53
@TheChampion53 4 ай бұрын
Abantu nkabooo nibo bakenewe turonse nka 30 bakor ibintu nkivy vrmt vyozaaa kwel❤❤❤❤
@GodfreyMwita-j4q
@GodfreyMwita-j4q 3 ай бұрын
Good idear
@prime_a
@prime_a 2 ай бұрын
ese kubera mumwita Neva?muce munsigurira batama! Yooo dore uwavaye ngo visit Burundi disi 😮 bimwe byavuye mumishinga y’ i Rwanda
@NduwayoSamuel-r4d
@NduwayoSamuel-r4d 3 ай бұрын
Ndabakunda cyane 🙏
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 4 ай бұрын
Vyizaa caaannn❤❤
@gaelmarieiradukeje8437
@gaelmarieiradukeje8437 4 ай бұрын
We are so proud of you brother
@BizimanaFrancoisxavier-q6z
@BizimanaFrancoisxavier-q6z 3 ай бұрын
Courage mugabo
@Twige
@Twige 4 ай бұрын
Intambuko nziza kandi ibereye kuri uno muyamugambi yahisemwo gushira umutahe mu burimyi n'ubworozi: 2:24 Murakoze cane kudushikiriza kino kiganiro.
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 4 ай бұрын
Iterambere rihera muguteza imbere mubuhinzi ndabizi abantu benshi iyo babona Neva atemberera mumirima bakamuseka ariko ibyo akora arabizi
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 4 ай бұрын
Erega Umututsi niwe afise ubwenge bwo guteza Imbere igihugu naho ivyo bihutu bitabibona kubera ubujuju bwuzuye mu mitwe yavyo !
@papanasaraah7412
@papanasaraah7412 4 ай бұрын
😂😂😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
😏😏🤫
@DjarudiObio
@DjarudiObio 4 ай бұрын
Nkawe ibinibiki uba wanditse ibyobintu ntabwo aribyiza ubwo nubugiryi
@ueush643
@ueush643 4 ай бұрын
Ariko mana turahanzwe none nkivyo nibiki 😅😅😅
@ngirabacuanastase2380
@ngirabacuanastase2380 3 ай бұрын
Sha ndu munyarwanda ariko nkunda Burundi ariko Ibitekerezo byawe sibyo
@LameckNgabo
@LameckNgabo 4 ай бұрын
Ahomwenewacu uvuze neza ati nararavye ndabona ahigihugu kigeze nabonye kwiye kuza gufasha urekane nababanyepolitike bibigugu baca batangura kuvugubureve ndakunze cane uymwenewacu
@nickojunior2
@nickojunior2 4 ай бұрын
Umutahe uba ukenewe abo bagenda hanze nabo baba bagiye kurondera umutahe sibibi
@Amafaranga300
@Amafaranga300 4 ай бұрын
Bazakumesura Mugabo! Cunga sana
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 4 ай бұрын
Hahahahaha
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
😏😏🤫
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 ай бұрын
❤🎩
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 4 ай бұрын
Nibakaz umutekano gusa Nabadashaka kuza kubera imvo izi naziriya baziana Abajejwe umutekano nibadufatire I volant ibisigay twiruke kukazi
@pommenuh5413
@pommenuh5413 3 ай бұрын
Neva urikibwa cakindi nyakwigendera yavuze cimujeriiii
@Nta-m4z766
@Nta-m4z766 3 ай бұрын
Mzee Neva korana naba jeunes urekana nabo ba vieux 3:41
@DesireBigirimana-l6l
@DesireBigirimana-l6l 3 ай бұрын
neza cane
@AminiBurundian
@AminiBurundian 4 ай бұрын
Abandi nabo basahura igihu bakaja kwigurira amazu mu mahanga
@nkurunzizadonald9757
@nkurunzizadonald9757 3 ай бұрын
None umukuru w'igihugu ko yabaye umunyamakuru?
@BizimanaSeptime
@BizimanaSeptime 3 ай бұрын
Ndashak inka nziza
@Muremyi
@Muremyi 3 ай бұрын
Sendagara yatangiye kurondera ingururube😂😂😂😂
@jeanbosconkengurutse6906
@jeanbosconkengurutse6906 4 ай бұрын
Président ntawanka kuza kugira investissement mugihugu ikibazo nuko bahora baza ugasanga hari bamwe baciye babiba idufaranga twabo.So mwebwe ndibaza mubigiyemwo bizokunda!
@Bakariijr
@Bakariijr 4 ай бұрын
Ivyo uvuze nivyo barakwiye gishinga amategeko meza na bakayubahiriza cane cane nyamba bashakako Uburundi butera imbere ntamuntu azofata amafaranga yiwe aya risk mukibano hama nabo bajemwo mubonona sikubarundi gusa reka nabo banyamahanga ntamutahe wabo bozana kubera imbere yuko babigira bararaba politike yindani uko imeze cane cane kubahiriza imitahe yabantu. Oho ndavuga abonona ivyumuntu bitwajije politike. Sagamba Burundi 🇧🇮
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
Harikera barabihagurukiye kalibu
@Intwalirwanda
@Intwalirwanda 3 ай бұрын
Sureba se 😂
@igiranezaseth3970
@igiranezaseth3970 4 ай бұрын
Ingurube nizi rerooo
@Nziga257
@Nziga257 4 ай бұрын
Ndi zigamasabo I matyazo Afise ingurube nziza Kandi barazoza😊😊😅😅
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
😂😂❤🎉
@pommenuh5413
@pommenuh5413 3 ай бұрын
Neva urikobwa
@bijou5038
@bijou5038 3 ай бұрын
Abarundi sha nibasinzire ibindi bavyihorere boze ingurube
@franciscafrancoise1426
@franciscafrancoise1426 3 ай бұрын
Abaryoza igihugu bazoziha isumup
@pommenuh5413
@pommenuh5413 3 ай бұрын
President kubera ububegito nukubura icoo akora nguyu asigaye ari umu journalist
@CyizabirenziBlandine
@CyizabirenziBlandine 4 ай бұрын
Mufungure imipaka tuze turangure ibyamwa
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
❤❤
@MagnifiqueNtahimpera
@MagnifiqueNtahimpera 4 ай бұрын
Vyiza caane ❤❤
@StevenNyandekwe-b8e
@StevenNyandekwe-b8e 3 ай бұрын
Ntabyasebarundi arasura umushinga wingurube
@freetv4209
@freetv4209 3 ай бұрын
Ubuse aba CNDD-FDD ntiza kumwiba koko??, ikamukenesha agahomba agasubura iwabo??
@turikumwee
@turikumwee 4 ай бұрын
Mwebwe mureba abaturage bafise ivyo berekana mbega biratwengeje mureke bereke Leta uko bikorwa ntimuvyiyiyereke
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 ай бұрын
uburundi buri kuntambwe ishimishije peee
@GisaboKelia
@GisaboKelia 4 ай бұрын
UYU NIWE MU PRESIDENT Usura abaturage bose cyane abahinzi naborozi akabatera courage ureke Uwo mu Rwanda wirirwa usenyera abaturage
@uwitonzemartin5409
@uwitonzemartin5409 3 ай бұрын
U Rwanda aho Rugeze bizabagora kubigeraho mukiri muri byo mwigereranya na Rwo😂😂 President wacu PK ntari ku rwego rwo gusura ingurube ndakurahiye 😂😂 Decentralization yarakozwe buri wese agirwa accountable and responsible ubishinzwe iyo bidakozwe neza arabibazwa ubu twe turi mu nganda zikaze, uruganda nk'inyange muzarugera ho nta nkuru 😂😅Mwicare mwige basha,nakugira inama yo kuzakora ubushakashatsi kucyo bita Crystal Ventures Limited (CVL) ubundi muzaze mwige mumenye😂😂Naho se ubugambo butameshe bwawe wagizengo haricyo bwadutwara😂Turakataje mwana gusa ni kalibu iwacu muze mwige nubundi Abanyarwanda n'Abarundi ni Abavandimwe uretse nkawe wigize umwana w'ikirara😂
@pacifique3943
@pacifique3943 3 ай бұрын
No mu Burundi bazasenya dear…nibulayi namerika barasenye…hariya imijyi yabo yubatse hahoze abakene!
@Chadil-h2u
@Chadil-h2u 3 ай бұрын
@gisabokelia we hindura iri zina si iryawe rwose wararyihimbye vanaho iryo ry ikinyarwanda ntirihura n ibyo wandika na gato naho kagame we ahantu hose uba wagerageje kumuvuga nabi kuko ubabazwa n ibyiza yubatse mu gihugu kuko atari mwene wanyu,bene habyara murasetsa nkwise gutyo kuko nakubonye henshi ibyo wandika bimbwira uwo uri we.ntago kagame yajya gusura ingurube rwose ubonye iyo aba ari inka kandi na zo arazitanga ntiyajya ntiyajya gusura abazifite kuko nta gishya kiba kirimo nawe afite urwuri rwe asura ize,naho abaturage bo arazibaha.ubwose urumva ari ikihe gifite umumaro hagati yo kugabira umukene inka no gusura ingurube zumuturage wikorera?kereka umuturage mugenzi we ushaka urugendo shuri ngo amwigireho ntago bene ibi ari ibya perezida kagame burya muge munamenya uwo muvuga.
@technologyinactions4923
@technologyinactions4923 3 ай бұрын
Uri igiterahamwe fdrl
@MsafiriValens
@MsafiriValens 4 ай бұрын
Izi ngurube ziraciriritse azaze m'Urwanda arebe ingurube tuba dufite zipima ibiro 700
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 3 ай бұрын
None nimpaka zingane nizo murwanda? Ni itegeko?
@habumuremyiadolphe2873
@habumuremyiadolphe2873 3 ай бұрын
Ariko nkawe upinga ibyo ubonye byose Koko wagiye ureka, You are stupid kbc Sinjya nshyigikira ubumara
@BizimanaSeptime
@BizimanaSeptime 3 ай бұрын
Tuzomutora
@muhiretheoneste1706
@muhiretheoneste1706 4 ай бұрын
nta President abarundi bafise pee ndabivuze ibi akora nimirimo yabanyamakuru ubu x wambwira ko president akora iki muzasigara inyuma ibihe byose mugifite president nkuyu
@userk23456
@userk23456 4 ай бұрын
Raba ivy'iwanyu mumureke,gukora neza nukuja muri bureau 365jours?
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
Kirofa
@Bakariijr
@Bakariijr 4 ай бұрын
Mumwanka mureka ntimuri Abarundi ntavyobitwaye umaze kumubona igihe kingana gute kandi ararekuriwe gukoresha vacation yiwe murivyo akunda uwiwanyu kakunda kugenda muri vacation kupfukamira abo bazungu nibwo butware 😂😂
@Chadil-h2u
@Chadil-h2u 3 ай бұрын
@bakariij abazungu wamubonye apfukamira ni abahe ko baza kumwishakira ahubwo,ibikorwa birivugira sha baramurwanyije babonye yihagazeho batangira kuza bamushaka ngo bakorane business,ubuse aho agejeje igihugu ntuhareba,erega sha iyo wihagazeho ugakora ibyawe neza nabo barakwifuza kuko babona kudakorana nawe ari igihombo,umusaza ntawe yapfukamira barakubeshye ibye ni mpa nguhe nta cyo akora atagifitemo inyungu kandi n igihugu ntakibagirwa agira ibyo agihereza si nk abanyu baza bakanasenya ibyubatswe kandi nta gishya bahasimbuje.
@Bakariijr
@Bakariijr 3 ай бұрын
@@Chadil-h2u hahaha 😂 ukuri kurababaza baragushiraho mugakorana ego nivyo baraguha ivyobashatse ariko ukagendera munyungu zabo ndekeye aho•
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 4 ай бұрын
Mudutegu rirenamahi nguriro
@JeanMarie-g4v
@JeanMarie-g4v 4 ай бұрын
Turagukeje terimbere
@Rubuka264
@Rubuka264 4 ай бұрын
Vyoba vyiza ubishije abo batembereye bakabona ahandi ingene bateza imbere igihugu, bitaho abo batware, agateka ka zina muntu, batica abo barongoye ahubwo babakingira, u Burundi bwoca butera imbere. Nayo ibindi n'amajambo gusa. Raba igitoro wifatiye mu minwe waciye ugumya uranka kukirekura. Abo bazana iyo migambi bazohomba kuko ntibazoronka iyo batwara umwimbu wabo. Umurundi ataronka ivyo ararira azoja kugura isosiso? Azogura amabungo canke izo nkwavu. Usine de transformation de la viande du port izokorera mu murima w'uwo mugabo? Ikoreho, ivyo bahinguye azobishora hehe ata gitoro? Usine izokora gute ata matara? Imashini zizoshika i Burundi gute ata devises?
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 4 ай бұрын
Tetwa wakijuju no nonahuriko ucirinkonda uvugiki akogateka kazinamuntu muburundi katariho genda mubihugu kariyo none
@Rubuka264
@Rubuka264 4 ай бұрын
@@CharlesBukuru-u2e Naho untuka ntibihindura ukuri. Abo bari hanze sibo bafise imigambi canke biyumvira gusumba abandi. N' uko barya bagahaga bakaryama bagasinzira ata mbonerakure bicura iza kubaka ku nguvu ivyo baruhiye. Raba abo banyagihugu bumye iminwa biriwe bariruka inyuma ya Neva. Bokwiyumvira gute umugambi? Barindira ivyo mubatamitse ku nguvu ngo "orora inkwavu, tera amavoka, .... ". Ariko uwufise amahoro mu mutima n' umutekano usesuye ivyiyumviro birisuka. Wumvise urya wo muri Autriche? Ngo "bampaye umugore, mfise n' abana bamerewe neza". Aho yoreka kwiyumvira imigambi gute? Kiretse azi gutukana gusa nkawe. Nk'ubu abana bawe canke benewanyu ntibitwa n'abana bitwa ibiswi vy' inkona. Abo bokura biyumvira neza? Inkona icungana n' agataruka igacakira. Nta mugambi igira kuko ntiyiyumvira. Untuke rero canke ureke.
@sanny.m3767
@sanny.m3767 4 ай бұрын
Urarushe genda usinzire😂 Reka abikorera bikorere nawe uze wirirwa urira ngo ibitoro, imashine, ,nibindi bitagira epfo naruguru. .. Abandi bari kukivi barondera ejo hazoza nawe urasinziriye😂😂
@alainmethodeirankunda5795
@alainmethodeirankunda5795 4 ай бұрын
​@@Rubuka264ivyiyumviro vyaw nivyiza mon frère mug ibi ubon ubu bifit Aho vyavuy mubadutanguriy kare gutwar igihugu basizemwo akantu kabi abarundi niyompamvu nabaz ubu kabarimwo nabazovuk badukomokako kazob karimwo mug uwugatahur kugira uburundi bugend nez cnk abarundi bakur cnk bavuk bumvako bos ari bene Burundi dukwiy kwitandukany nivyo twagiriw cnk bagiriw hm tugashir hmw nkabarundi tugasaban imbabazi hatabay uko naw abo uzovyar bazovuk bafit ako kantu nnj abo nzovyar bavug bafit akandi igihugu kizokwam uko nyn naho ubon vyavuy abatway igihugu avant tukivuk cnk tutaravuk
@Rubuka264
@Rubuka264 4 ай бұрын
@@alainmethodeirankunda5795 Ikibabaza n' abantu banka kubona ikibi kubera aho begamiye. Inzara iteye mu gihugu canke ubukene twese turashikirwa. Igitoro kibuze twese turahomba. Devises zibuze ni twese bikorako. Kiretse abiba igihugu gusa ariko nabo bazobura aho barira ayo bivye. Gukorera igihugu neza tukagiteza imbere ni ku neza ya twese. Abatwaye kera barononye tukabibona dukwiye gukosora. Atar'uko tuzovyishura twese.
@HavugimanaEmmanuel-id7iz
@HavugimanaEmmanuel-id7iz 3 ай бұрын
Wamugabo abobantu ninyamaswa baracyareba amazuru.jyucunga neza
@pommenuh5413
@pommenuh5413 3 ай бұрын
Neva urimbwa
@arielngabo9016
@arielngabo9016 4 ай бұрын
Ko prezida wagira ngo arakora umwuga w'itangazamakuru?
@Bigenergy94
@Bigenergy94 4 ай бұрын
Ingorane niyahe none? kubariza nabandi !!!erega president nuwuterana intege
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 ай бұрын
wagomba akoriki rero
@NiyonsabaFulgence-tq3gr
@NiyonsabaFulgence-tq3gr 4 ай бұрын
Ari uyu na Kagame umara umwaka abeshya anatukana umwiza ni nde?
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
Bikuryahe warofawe
@Emmanuel-mh5cx
@Emmanuel-mh5cx 4 ай бұрын
urumugabo kabisa courage
@Kamutima-M
@Kamutima-M 4 ай бұрын
Hhhhhhh😂😂😂😂😅
@interhela
@interhela 4 ай бұрын
A bon ibi bintu ko bitera intege
@copamundial-xk2lv
@copamundial-xk2lv 4 ай бұрын
amabungu ni iki?
@erza6832
@erza6832 4 ай бұрын
Amabungo =passion fruit nibaza k abanyarwanda bayita itunda
@copamundial-xk2lv
@copamundial-xk2lv 4 ай бұрын
@@erza6832 Murakoze cyane, nasobanukiwe.
@Nziga257
@Nziga257 4 ай бұрын
Urabeshe itunda sibungo​@@erza6832
@Iriho
@Iriho 4 ай бұрын
Ibinyomoro
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 4 ай бұрын
ikiciyunviro cawe watanze kirapfuye ,nabandi turinyuma dutaha ,, koko mumahanga ntihangana niwacu nino igitoro kirazivye kuva intamba zino iburayi zitanguye, ubuduteze amaso igihugu cacu ciza cuburundi.
@Rubuka264
@Rubuka264 4 ай бұрын
@@joelnzeyimana7791 Iyo kirazimvye ariko kiraboneka. I Burundi kiri hehe? Ngo uteze amaso u Burundi! Burimbura igitoro? Naho muzokora imyaka 100 mugitwara uku nta Burundi buzotera imbere.
@sanny.m3767
@sanny.m3767 4 ай бұрын
​@@Rubuka264 Aho usanga wirirwa uvuza induru ngo igitoro atanikinga ufise😂
@Rubuka264
@Rubuka264 4 ай бұрын
@@sanny.m3767 Umva ubwenge aho bugarukira. Ntayo mfise mugabo ndakenera kwipakiza nkaja kurondera ibitunga umuryango. Kugira nawe nitwahura uzoronke ivyo unyiba. Kuko abantu mutabona ko abarundi bakenye n' uko mutunzwe n'ukwiba.
@KennoKanse
@KennoKanse 4 ай бұрын
Reka mube murantwenza nari ndaye ntatwenze😂😂😂😅😅😅😅.
@sanny.m3767
@sanny.m3767 4 ай бұрын
@@Rubuka264 Ntawo guhora ubwenge bucuramye wifitiye nakubwiyeko urushe. Uba uriko urata umwanya kuri social media umutwe wawe wikoreye urusyo
@Nta-m4z766
@Nta-m4z766 3 ай бұрын
Mzee Neva korana naba jeunes urekana nabo ba vieux 3:41
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
00:29
好人小丑
Рет қаралды 45 МЛН
Players push long pins through a cardboard box attempting to pop the balloon!
00:31
This Game Is Wild...
00:19
MrBeast
Рет қаралды 192 МЛН
Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.
2:54
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
00:29
好人小丑
Рет қаралды 45 МЛН