Girlfriend ya Jessica na Erica😍/turi kumwe nguma ndamuha ama bisous/baririmba neza cane🥹/twinslove

  Рет қаралды 20,229

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#girlfriend #sirenvibestv

Пікірлер: 67
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Kubakunze ikiganiro ca Erica na Jessica mwoshobora gukurikirana indirimbo zabo muciye kuriyi link kzbin.info/www/bejne/p4S5moabga2pgs0
@lydiainamahoro4713
@lydiainamahoro4713 Жыл бұрын
Hello siren... umuntu yobatora gt abo bakozi b'Imana
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
So cute 🥰,the really twins 👯‍♀️,Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌,Komera @siren vibes 🫶🫶🫶🫶,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@donnar3790
@donnar3790 Жыл бұрын
Abanya kinindo yambu😊Nkunda indirimbo zanyu zoseee les jumelles, Iyabahamagaye niyokwizera ibandanye ibayobora muri vyose , muri umugisha
@arlenemugisha5926
@arlenemugisha5926 Жыл бұрын
Thank you Hosy and Gretha murabantu beza cane ❤️❤️ mwazanye ikiganiro ciza cane sije mbona samedi irageze ngo girlfriend ndayirabe . Mwarakoze cane kandi dushimiye aba invités buno musi kuzana abakozi b'Imana Jessica & Erica tubibonyemwo umugisha vers la fin bavuze amajambo akomeye cane. Ndakunda Hosy na Gretha ukuntu bakunda Imana . Courage we love u
@EmelyneIradukunda-z4u
@EmelyneIradukunda-z4u Жыл бұрын
Ndi Umurundikazi Ndabakunda cane Imana Izimpe Amahasa Yabakobwa Akunda Imana Nkanyu kandi Akundana nkanyu❤❤
@sosomh5430
@sosomh5430 Жыл бұрын
Ahantu hose mbonye Erica na Jessica ndabakurikirana, kko ndabakundq kdi nkunda cane n'amahasa.Siren Vibes mwubahwe, muduha ibiganiro biryoshe cane ❤️❤️
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
😍😍ndakunz ukugen mu kint cose mushir imber Imana
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 6 ай бұрын
Muhezagirwe cn Jessica mazina yanje mwubahwe ♥️♥️♥️
@franckmuco7534
@franckmuco7534 7 ай бұрын
Franck Securite:Big up Hosy na Gretta kubiganiro muduha biryoshe. Muzokwiyumvire ibiganiro vya Boys Friend navyo.
@nicolendabateze6307
@nicolendabateze6307 Жыл бұрын
Yooo twaduhasa nkunda twageze muri Siren Vibes… Yesu akomeze kubakuza bakobwa bacu et merci à Siren Vibes
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 Жыл бұрын
Vraiment hosy ababantu batekey ibintu bidasanzw muzosubire kubatumira vraiment twaryohew bafis ubuntu bwlmana cane twabakunze cane God blss u 💕
@owanaishimwe
@owanaishimwe Жыл бұрын
Affaire twins reroo😍😍😍
@ericairakoze4075
@ericairakoze4075 Жыл бұрын
Ndabakunze cane🥰🥰 nknze ko harimw nuwo twitiranwa mazina Erica 🥰 ndabipfurij ivyiza biva ahera🎊🎊🎊🎉🎉🎉🎉
@yvetteirakoze
@yvetteirakoze Жыл бұрын
Turabakunda cane Jessica na Erica, muri umugisha kumahanga ,urwo rukundo muzorwamane, en tout cas muraba grave, manryoheye cane, ubu rero vyarenze,ndabakunda cane❤
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
So Happy to know the twins more than I did before...thank you so much beautiful hosts❤️❤️❤️
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Nukur birangiy ndize basha mwarahiriiiiiwe nukur kunv abantu bavukan bakundana nkuko vrm😢😢😢😢basha nukur nunv mundijije caaaane ndabakuuuuuunze❤❤❤❤❤gooooose nukur.Nukur Mwunv ko ndabakunze caaaaaane❤❤❤❤
@EmelyneIradukunda-z4u
@EmelyneIradukunda-z4u Жыл бұрын
Imana Ibakomeze mugikogwa cayo
@dianenijimbere2958
@dianenijimbere2958 Жыл бұрын
😢😢amajambo yurukundo so emotional 😢❤
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 Жыл бұрын
Oooh Erica and Jessica shn muraryoshe vrt❤🎉 I really appreciate you so much 😍😘
@mweusi5949
@mweusi5949 Жыл бұрын
Ndaryohewe ninsanze ndize cane kubera ayomahasa .urakoze Hosy
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Wouh I really really like it!!! That’s ma joijoi joyeuse
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 Жыл бұрын
10min zanyuma💯💯
@mairymairy1851
@mairymairy1851 Жыл бұрын
Amn mrc hosy na Gege ikiganir cubaka kbsa❤❤❤❤
@dorineirakoze-zj2xw
@dorineirakoze-zj2xw Жыл бұрын
Hosy mrcii kutuzanira Erica et Jessica
@kellykimndayishimiye1111
@kellykimndayishimiye1111 Жыл бұрын
Amen i really love u so much may God bless u abondantly
@letthemknowyourbusiness6743
@letthemknowyourbusiness6743 Жыл бұрын
Thank you for these beautiful ladies, You look stunning Greta
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Mbeg aba Jumelle weeeeee muratesa saaaaan vrm❤❤❤❤❤
@userk23456
@userk23456 Жыл бұрын
Yooo abarundikazi bacu twari tubakeneye kuri siren vibes,imana ibahezagire cane
@naomieofficial2869
@naomieofficial2869 Жыл бұрын
mu kinindo we miss you so much pee 🥰✨
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 Жыл бұрын
Ndabakunda
@tuyishemezeflorence361
@tuyishemezeflorence361 Жыл бұрын
Yesu abahezagire❤ ndafashijwee caneee
@pacellirukundo6004
@pacellirukundo6004 Жыл бұрын
God bless u.wonderful twins...
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 Жыл бұрын
Amen 🙏 cyokeze noneho irisengesho rwose c,est Bonn courage rwose
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Nubwambere mutanguye musenga kwel lman ihabwe icubahiro kwel AMEN
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 Жыл бұрын
They are so cool
@eddyrosekaza7922
@eddyrosekaza7922 Жыл бұрын
Yooo uziko nanj nshobora kuvyara amahasa kwli ? Murumugisha kwli.Yesu abakomez.
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 11 ай бұрын
This is so cute🥹😭❤️
@MizeroLeathitie
@MizeroLeathitie Жыл бұрын
Waaaaaaa ndabakunda❤
@belindabg963
@belindabg963 Жыл бұрын
Beautiful souls ❤❤❤❤
@lyneburundi2443
@lyneburundi2443 Жыл бұрын
Yoooo baragize mariage nabaheruka kera nukuri.couraje Erica et jesc
@famoustv4588
@famoustv4588 Жыл бұрын
Bonne émission !
@AlainAhaniyo-qu9gd
@AlainAhaniyo-qu9gd Жыл бұрын
God bless you
@isabellekwizera278
@isabellekwizera278 Жыл бұрын
Imisi myinshi pe.bari baragiy hé? Nari nkumbuye kubumva.
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Baririvyeneza cane nukuri❤❤❤
@Daniela-ij4fr
@Daniela-ij4fr Жыл бұрын
Mwavuze ko mushirako link ya KZbin channel yabo muza gushirako! Ko atayo tubona mwashizeko??? Mwabeshe
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Pardon cane ariko ubu twayishizemwo
@IRAKOZEClarisse
@IRAKOZEClarisse Жыл бұрын
Ndabakunze cn les jumlls christo aragaragra muri mwebwe frachmnt
@c257-abc
@c257-abc Жыл бұрын
wa ine😂
@IamRahma
@IamRahma Жыл бұрын
Wa pili 😂
@daddyaliciaishimwe7267
@daddyaliciaishimwe7267 Жыл бұрын
Iki kiganiro ni cambere 🥹🥹❤️💯
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Wow❤❤❤❤
@hayochampionne7230
@hayochampionne7230 Жыл бұрын
Waou❤
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 Жыл бұрын
Hosy tu sais je t'aime bcp ariko kwiyi ncuro ho birarenze wakoze kutuzanira Erica Et Jessica turabakunda caane kandi courage Muhezagirweeee.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Murasaneza pee ❤🇧🇮❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💯💞💞💞💯✅👊👊👊👊👊✌✌✌
@EvelyneNiyongabo
@EvelyneNiyongabo Жыл бұрын
❤❤❤❤
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Yoooooo
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 Жыл бұрын
Bs bazofume bagaruko please
@nakinteje7172
@nakinteje7172 10 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@laurasandraishaka4882
@laurasandraishaka4882 Жыл бұрын
👌🏻👌🏻😍😍💯💯
@celiaclemieee_
@celiaclemieee_ Жыл бұрын
Awwwnn🥹🥹🫠🫠
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Aba namahasa ko badasa
@dhaliebarayunga3151
@dhaliebarayunga3151 Жыл бұрын
Barasa kwl
@ancillacicy8981
@ancillacicy8981 Жыл бұрын
Wakwaza
@alicenkurikiye1336
@alicenkurikiye1336 Жыл бұрын
🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🙌🙌🙌🙌🙏Aman
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Najeduwihasa.mugaje.naramuvuy.iruhade.arari.cane.nunomusi.yubatse.aracarira.anyibutse.
@milithiakanyamuneza5307
@milithiakanyamuneza5307 Жыл бұрын
❤❤❤
She's very CREATIVE💡💦 #camping #survival #bushcraft #outdoors #lifehack
00:26
Стойкость Фёдора поразила всех!
00:58
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 6 МЛН
OYUNCAK MİKROFON İLE TRAFİK LAMBASINI DEĞİŞTİRDİ 😱
00:17
Melih Taşçı
Рет қаралды 13 МЛН
UMUNYENKOMEZI
5:15
ERICA - Topic
Рет қаралды 1 М.
MUTIMA WANJE SHIMA by ERICA AND JESSICA OFFICIAL VIDEO
6:11
Erica & Jessica
Рет қаралды 53 М.
Gasape Internet  Giga
22:56
BUSORO
Рет қаралды 2,6 М.
NYAXO COMEDY: Kuvumba Mukiriyo
30:59
Nyaxo Comedy
Рет қаралды 109 М.
She's very CREATIVE💡💦 #camping #survival #bushcraft #outdoors #lifehack
00:26