Ku KAYI: Birashoboka kugira mariage ya danger ku buryo ufise, utavunye comité n'abantu!!

  Рет қаралды 17,269

PAM Channel TV

PAM Channel TV

Күн бұрын

Пікірлер: 72
@gracebigirimana1242
@gracebigirimana1242 2 жыл бұрын
Umenga nosubiramwo mariage 😂😂😂nukuri this topic is waaaaoooo👌ese les jeunes mukiri inyuma mworabiraho🙏🏾
@kadelnah
@kadelnah 2 жыл бұрын
Woow iyo concept ya Lorraine nahora ndayibwira abantu bakantwenga kandi nanj ndi umuchoriste 🤣🤣😅 peut-être c'est la raison. Ndaryohewe kumva uwabikozeeee muteseee🤩🔥🔥
@obedyniz7972
@obedyniz7972 2 жыл бұрын
Be blessed Inyuma yurubanz ubuzima burabandanya
@gahongayiresolange9397
@gahongayiresolange9397 2 жыл бұрын
Aya ma couples Ari special,abakristo bagakwiye kwigira Kuri iki kintu! Abantu benshi batinya ubukwe kubera ubukene!
@lbm3234
@lbm3234 2 жыл бұрын
Iyi couple yatanze urugero rwiza. Ils sont courageux de dépasser les qu'en dira t on et ils sont à féliciter et leur exemple à émuler.
@Tille24.Worship
@Tille24.Worship 2 жыл бұрын
🤩👌Wooow...Pam Chanel Tv vrm, nukuriiii iyo émission ije hageze abantu bararemvye dukeneye izo mfashanyo nyen, bless uuuuuu
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Murakoze gushima Ineza Bertille. Hari ibindi bibazo mubona mukibano twobategurirako ibiganiro? mwotwandikira kuri: info@pamchanneltv.com
@karurangabelyse7135
@karurangabelyse7135 2 жыл бұрын
Wow merci Pamela gukora ibintu bidahenze Kandi byiza birashoboka 👌ndagukunze cane 💝 greetings from rwanda 🇷🇼
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Karuranga Belyse merci pour ton commentaire turaryohew kuronka aba fans bo Mu Rwanda nanj ngie kubanezereza cane☝️
@glorioseruterakagayo2718
@glorioseruterakagayo2718 2 жыл бұрын
Félicitations mukobwa wacu!!!! Uri intore sha!!!🥰
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
Vyarancitse I just discovered this channel 👌🏾 Mature Vlog 😊😊
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory 2 жыл бұрын
Igituma mariage izimba, ni kubera izamwo abantu. On veut q izimbuka, on évite les invitations des multitudes mais la joie est joie quand elle est partagée. Ndemeza ko hakenew kugarura ubwenge, ariko hari ibindi bizimvye : Inkwano , gufata inzu uzobamwo, équipement kandi muri ivyo ntawuguterera. Ivyo iyo wabikoze neza ukavyikorera, réception burya abatumire nibo bayirihira, baba bakunezererew, baraguterera, uyegeranij réception igenda neza cane. Une fois utatumiye abantu, n izo ntererano ntazo baguha. Birangira wabaye inyakamwe kndi ata savings ziboneka waciy ugira ngo ni kubera waminimij ibiroriiiii. So nimba uzi ko ufise abantu, batumire muryoherwe. Jewe impanuro yanje novuga nti ba wewe!!!!
@bolingobakali6675
@bolingobakali6675 2 жыл бұрын
Irène vraiment ibiganiro byawe ndabikunda nawe udasigaye,courage
@munnamu1801
@munnamu1801 2 жыл бұрын
Oh niho nkibona iyi video....I am very happy of this video, nukuri uduha ama topic meza cane. Ndagusavye ahubwo uzogire iyindi video yerekeye mariage zibera i burundi kuba diaspora baba bavuye hanze, ibibazo twitera ubwacu hamwe ningorane natwe duhura nazo ngaho buja. Murakoze
@genereusehakizimana-yv7xy
@genereusehakizimana-yv7xy Жыл бұрын
Emission iryosh cane, Courage PAM
@aimentahiraja8269
@aimentahiraja8269 2 жыл бұрын
Iyo mariage yari bisazi top👍 courage Ku Kayi terimbere
@ndikjo_el9981
@ndikjo_el9981 2 жыл бұрын
Lauren a eu un marriage parfait!! Ama tralala yose barayafuse bitahira kare!!! Iyoba yarafise akazi 15h yarikwigirayo
@lbm3234
@lbm3234 2 жыл бұрын
Je commence à aimer cette chaîne. Pamela Irène, tu es charmante kandi ukora ibintu byiza.
@gahongayiresolange9397
@gahongayiresolange9397 2 жыл бұрын
Ukuntu mwese Muri abasirimu,n,ukuntu mwakoze ibintu byiza ariko biciriritse,murantunguye pe! Muri intwari Kandi Muri abanyabwenge.iki kiganiro ni Sawa!
@aimentahiraja8269
@aimentahiraja8269 2 жыл бұрын
Muratesa comité mwazanye nuwuserukira cicr
@chadiadushime8131
@chadiadushime8131 2 жыл бұрын
Belle émission 👌👌 Courage Pamella
@ndikjo_el9981
@ndikjo_el9981 2 жыл бұрын
Abantu bafise ingene bashaka marriage yabo, naho bobo batay apprecia ubwonyene baravue ama foto bararyoherya, Personnellement je ne veux pas un marriage grandiose mais ya des gens qui rêvent de ca!! Ikindi marriage niyabavyeyi surtout, comment est ce que les parents on reagi, nico narinshaka kumenya Ahubwo le conseil pour les gens qui veulent un marriage grandiose, nikurindira baronse amahera, il ne faut pas s'endetter pour un marriage!! Il faut user de ses moyen ou eventuellement attendre d'avoir les moyens
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza caneee,kirankozeko kbs, mbabajwe ahbwo ukuntu ndakimenye ncerewe , sujet ikenewe cane mu buzima,aya ma couple arandenzee kbs , respect
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Orlan Kevy IRAMBONA merci sanaa kuri commentaire yaw 🙏🙏 hama just yipartager nabandi ishobore kubona abantu benshi bashoboka ntibacerw nkaw😄☝️ hma nukuza ura suiva ama emission yacu ya pam channel Tv ari trop interressant 👌
@manmahuna1160
@manmahuna1160 2 жыл бұрын
C'est tres courageux.....gukora marriage en fonction uko uvyumva na les moyens umuntu abona zitamuvuna
@kanyamibwapatrick5152
@kanyamibwapatrick5152 2 жыл бұрын
Ndafashijwe from Rwanda
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Ooo turaryohew cane kuba fans bo mu rwanda 🇷🇼
@wisdom3596
@wisdom3596 2 жыл бұрын
Mercii Pam Tv😊
@MrBlakman1988
@MrBlakman1988 2 жыл бұрын
Aho Basha, mwe bimwe muzokundana vyukuri. Hezagirwe
@roths6725
@roths6725 2 жыл бұрын
Felicitation ndavyemeje pe
@gahongayiresolange9397
@gahongayiresolange9397 2 жыл бұрын
Ndabakunze cyane,mureba Kure! Ubu bukwe bw,ikinga ni hatari! Bwasaga neza cyane!
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci Solange pour le commentaire🙏 i think mudukurikirana from Rwanda 🇷🇼 ? Turaryohewe cane ko ibiganiro vyacu bibaryohera💕
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci Solange pour le commentaire🙏 i think mudukurikirana from Rwanda 🇷🇼 ? Turaryohewe cane ko ibiganiro vyacu bibaryohera🙏🙏
@nishimwekenthia768
@nishimwekenthia768 2 жыл бұрын
Merci bcp ❤️❤️❤️
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 2 жыл бұрын
Bjr canke bsr. Basha waru ba bwiye. Ikiganiro ciza caaaane. Komera
@juscarkwizera6161
@juscarkwizera6161 2 жыл бұрын
Ndabashimiye cne ese abantu bose bakwiyunvira uko. Pam Chanel TV. Ramba
@niyongabojules3784
@niyongabojules3784 2 жыл бұрын
Chapeau guys
@lv2264
@lv2264 2 жыл бұрын
Bravooo très belle émission, constructive
@soniamugisha7189
@soniamugisha7189 2 жыл бұрын
Loraine yubahwe👍👍
@ChefMutoniTVshow
@ChefMutoniTVshow 2 жыл бұрын
Nukuri abasore benshi batinya mariage kubera dépense inutile abakobwa dusaba.please mureke duhindure.j aime bcp les invités
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merciiiiiii les invités batanze msg mziza cane
@justinenkurunziza2401
@justinenkurunziza2401 2 жыл бұрын
Amahera ababanyi umurengera pfuma mugira aka voyage de nice muzokwama mwibukirako utwo rubanza
@justinenkurunziza2401
@justinenkurunziza2401 2 жыл бұрын
Voyage de noces
@dusabebenieblandine581
@dusabebenieblandine581 2 жыл бұрын
Merci...courage ...so amazing
@justinenkurunziza2401
@justinenkurunziza2401 2 жыл бұрын
En tout Cas BRAVO!! IL faut etre realiste!!
@jean-marceliteka6242
@jean-marceliteka6242 2 жыл бұрын
N'akayi ka mukaro vrt 😂😂😂
@niyongabojules3784
@niyongabojules3784 2 жыл бұрын
The scenario is tremendous
@pamelairakoze5176
@pamelairakoze5176 2 жыл бұрын
Akayi ka mukaru hahahahahahaha... Thk u Pam this was amazing
@dyllairakoze730
@dyllairakoze730 2 жыл бұрын
🤣🤣 Elvis président wa comité ntavyorosha!
@arnaudbigoro
@arnaudbigoro 2 жыл бұрын
coup de chapeau 👌
@esperancendayishimiye
@esperancendayishimiye 9 ай бұрын
aba jeunes bari inyuma barabireho
@edmondndindamagambo7184
@edmondndindamagambo7184 2 жыл бұрын
Ndakunze ibi vyiyumviro,ndetse ndashimiye izo couple zahisemwo kubikora uko.ariko ivyo bikunda igihe umwigeme nawe muvyumva kumwe kuko har'igihe usanga imiryango nayo nyene iba intambamyi mugushakako hakogwa ivyahatari ataburyo buhari!!
@akimanajoelle7965
@akimanajoelle7965 2 жыл бұрын
Waouuuu 👌👌👌👌
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 2 жыл бұрын
Hahahahahaha.... Marriage si Paradis, ibi bintu vyama Comité nivyo vyaje gusongera isibe kuko ubu umuntu wese agize Marriage arakoranya abantu 100 barenga yizeye ko nka 2/3 y'uburyo buzokora muri Marriage aribo bazobutanga. Oya nukuri ibi bintu sivyo naje aho novuga nasohotse
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Жыл бұрын
Gikuru nugutegura ivyuzokora nyumayamariyaje
@RealTech257
@RealTech257 2 жыл бұрын
Thank you so much #Pam this was so helpful 👏👏👏
@gahongayiresolange9397
@gahongayiresolange9397 2 жыл бұрын
Ubu bukwe ko bwari buryoshye! Mwatekereje neza!
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Cane gose☝️
@blackandblessed1847
@blackandblessed1847 2 жыл бұрын
first of all congratulations kuko mwavuze kukintu ntaratahura gushika nubu..Ikindi l image ni bon mais the presenter can i please get you inbox if ibaho i'd like to ask you some questions...mwoba mudufashije merciii
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Tu peux laisser ton numero on pourra t'appeler.
@swaggpictures9141
@swaggpictures9141 2 жыл бұрын
ndafashijwe🤝🤝😀
@gahongayiresolange9397
@gahongayiresolange9397 2 жыл бұрын
Aba Bantu bazatuganirize no Ku rukundo rwabo.ese ni gute wabona umu partenaire muzima mu gihe kigoye nk,iki? Pilate zabaye nyinshi ntababeshye
@lorenneflavinemuremesha
@lorenneflavinemuremesha 2 жыл бұрын
Vyose n ugusenga, Umukama arakuronsa umwe ukeneye
@bucutiarsenelupin164
@bucutiarsenelupin164 2 жыл бұрын
Créativité
@gahongayiresolange9397
@gahongayiresolange9397 2 жыл бұрын
Birakomeye,harya udafise amahera ntimwakwijyanira gusa?
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Voila💁‍♀️ mudufashe kugira share iki kiganiro henshi hashoboka benshi batahure☝️
@ChefMutoniTVshow
@ChefMutoniTVshow 2 жыл бұрын
Ibi bintu ndabikunzee
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci mireille nanj ndishimye kubona wadukurikirany uga partager nabandi merci🙏
@glorioseruterakagayo2718
@glorioseruterakagayo2718 2 жыл бұрын
😅😅😅😅👍🏾👍🏾👍🏾
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Жыл бұрын
😂😂😂
@nishimwekenthia768
@nishimwekenthia768 2 жыл бұрын
Merci bcp ❤️❤️❤️
@nishimwekenthia768
@nishimwekenthia768 2 жыл бұрын
Merci bcp ❤️❤️❤️
#KuKAYI: Umukenyezi arashobora gusabira umugeni umwana wiwe muri dot?
28:21
#Kukayi : Urukundo GAGA akunda abana rwavuyehe?
30:24
PAM Channel TV
Рет қаралды 6 М.
Katwe-Based Inventors Showcase Locally Made Car and Aircraft
6:28
New Vision TV
Рет қаралды 57 М.