No video

GITORO

  Рет қаралды 4,507

INCUTI - FILMS

INCUTI - FILMS

Күн бұрын

Description :
Dr Mathias umuganga w'indwara z'abakenyezi, akaba asanzwe yubatse. Kukazi abantu benshi bipfuza kwivuriza iwe bivanye nuko abavura neza akanabitaho, ariko uko kukazi ari umuganga mwiza siko murugo iwe ari umugabo mwiza, kuko kenshi aja kurara k'umuhabara asize munzu umukenyezi wiwe yibugenze. Iyo agarutse atabeshe ko yaraye kukazi yabesha ko yaraye gutondera IGITORO ku mastation yitwaje ibura ry'ico gitoro aho aherereye.
Producer : Aboubakar NIBARUTA
D.O.P & Editor : Pops
Sound Engineer : Bede IRAMBONA
Director : Aboubakar NIBARUTA
More info : +257 79 532 646
Email : ajebfilms@gmail.com

Пікірлер: 71
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
Abanyamuyiga muduze ibiganza🤚🤚 igitoro catobotse munyarukane amabido🤣🤣🤣🤣🤣 #LIGERA Familly💕 murihe Ko ntabona✌️🔥🔥🔥❤️❤️
@Iteritekaivonvi
@Iteritekaivonvi 4 ай бұрын
Aboubakar warahinduts kumez kuturyoher ncut ❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
Mbaye mubambere🤣🤣 abaza nyuma tumenyane muri rwarukundo nyene🔥🔥🔥❤️❤️
@passostudio9194
@passostudio9194 4 ай бұрын
Woow🎉Film yanditse neza kandi n'abakinyi bakinye neza ❤❤❤ twifuzako wozodukorera i serie
@user-td7ht7wd3v
@user-td7ht7wd3v 4 ай бұрын
waaaoo Courage
@pilindayishimiye9393
@pilindayishimiye9393 4 ай бұрын
Twahageze❤❤
@ntakirutimanamoise4784
@ntakirutimanamoise4784 4 ай бұрын
Good job
@user-vl2ry9ze9t
@user-vl2ry9ze9t 4 ай бұрын
Waooooo muco courage cane ndimuruko nawe❤ nubw nzosigara ndijenyene nzoguma💞💞💞💞💋
@AnithiaIrankunda-et8sl
@AnithiaIrankunda-et8sl 4 ай бұрын
Mucooo wnjee shaaa turagukunda cnee
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 4 ай бұрын
Eira❤
@user-tz2ny9rq3s
@user-tz2ny9rq3s 4 ай бұрын
Oui Oui Bien organise. Color ❤
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 4 ай бұрын
Good🥰🥰
@user-iu3kf4sp8j
@user-iu3kf4sp8j 4 ай бұрын
Ina chr❤
@huzaifairankunda
@huzaifairankunda 4 ай бұрын
Moussa merci kundungika ahantu nkaha wallah Hama vyiza yobandanya
@skymediaburundi
@skymediaburundi 4 ай бұрын
sky media Bdi is here
@boboboxtv
@boboboxtv 4 ай бұрын
Niwewanje
@RenildeHakizimana-dd5pe
@RenildeHakizimana-dd5pe 4 ай бұрын
Waooooo ubundi bon Bachar yahorahe?? Ndakwikundira muco courage
@user-cx8qt7oo8o
@user-cx8qt7oo8o 4 ай бұрын
🎉🎉🎉❤
@user-sn2nt1qz3m
@user-sn2nt1qz3m 4 ай бұрын
Gitiro cubu nihari
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 4 ай бұрын
Waoooooo courage dii muco wacu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ericbizimana1753
@ericbizimana1753 4 ай бұрын
Twaje kandi tugiye kuza kabisa!
@user-vl2ry9ze9t
@user-vl2ry9ze9t 4 ай бұрын
Yoooooooooo atigitoro?🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@MANING41
@MANING41 4 ай бұрын
Inaaaa na Bad Jay mnaweza sana!!!!
@aimepatiencenibitanga7557
@aimepatiencenibitanga7557 4 ай бұрын
akantu kamez neza 🩸☑☑☑
@user-sn2nt1qz3m
@user-sn2nt1qz3m 4 ай бұрын
Gitiro cubu ningorane
@flavafleury
@flavafleury 4 ай бұрын
Naha naje nihondi
@NeneInes-kf4iu
@NeneInes-kf4iu 4 ай бұрын
Waoooo muze muyiduhera kugihe rata
@user-bd2zq5vg9k
@user-bd2zq5vg9k 4 ай бұрын
🎉🎉❤❤❤
@user-fy8kx7so2y
@user-fy8kx7so2y 4 ай бұрын
Amede wakera yaravyibushee😮😮😮😮😮
@officialislathedon9909
@officialislathedon9909 4 ай бұрын
Les beautés chez Nous 🔥🔥🔥
@user-qv1rx8os9f
@user-qv1rx8os9f 4 ай бұрын
Courage Amédée twari tugukumbuyeee
@benignekwizera924
@benignekwizera924 4 ай бұрын
Big up sana my bro Bad j ❤️🌹🌹🌹🥰🥰
@kevinnkurunziza183
@kevinnkurunziza183 4 ай бұрын
Safi sana
@HamenyimanaAmanda69-fx5rz
@HamenyimanaAmanda69-fx5rz 4 ай бұрын
😂😂😂 merci bcp kur team yose
@solangeiradukunda9133
@solangeiradukunda9133 4 ай бұрын
Courage guys❤❤❤
@user-th3ij2tj9k
@user-th3ij2tj9k 4 ай бұрын
❤❤❤
@user-mj4jm4hy9q
@user-mj4jm4hy9q 4 ай бұрын
Ndabakunda.abiwacu.muyinga.ndifuzakomwoterimbere.mugatezimbere.iwaju
@MelchisedechNdayigine-et9yx
@MelchisedechNdayigine-et9yx 4 ай бұрын
Vyiza cane, agakurikira!
@onexyneo1538
@onexyneo1538 4 ай бұрын
Courage
@SandrineMugisha
@SandrineMugisha 4 ай бұрын
Muco izo film uzosanga zigiy ziragukurikirana
@lysetteakimana800
@lysetteakimana800 4 ай бұрын
Waouh Ndanezerew 🎉
@SleepyBambooForest-df7jy
@SleepyBambooForest-df7jy 4 ай бұрын
amede wabaye mwishi
@moussansengiyaremye5274
@moussansengiyaremye5274 4 ай бұрын
Mubona gute ibandanije
@user-tw9sx6bn4n
@user-tw9sx6bn4n 3 ай бұрын
Courage vraiment ahubwo raba usubire ubigire umwuga tuzogushikira nkabafana Goooo Ahead aboubakar
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 2 ай бұрын
Thank you
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 4 ай бұрын
😂😂😂Mbega mbega igitoro weee😂😂😂 Good movie❤
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 4 ай бұрын
Thank you bro NJ nukuraba uze nawe
@NdayiragijeBashil
@NdayiragijeBashil 3 ай бұрын
Wubahwe bdi Jay wacu
@Born-to-hustle
@Born-to-hustle 4 ай бұрын
Wow nicociza cogukurikirana bobo box tv nkiyi sinarindayizi Kandi iryosh
@MunyankindiJackson
@MunyankindiJackson 4 ай бұрын
Kumbe iraryoshe wakoze bobo box kundingika ngaha
@Darlene-c5n
@Darlene-c5n 4 күн бұрын
Komereza Aho dii
@user-bb8xc1yv8m
@user-bb8xc1yv8m 4 ай бұрын
😢amedeeeee wahoraheeeeee
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 4 ай бұрын
Amede yagarutse ubu ari hano
@user-pl8zs4pf8o
@user-pl8zs4pf8o 4 ай бұрын
❤❤🎉🎉
@user-lq2fi8gg5x
@user-lq2fi8gg5x 4 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@IgiranezaMika-ed9dy
@IgiranezaMika-ed9dy 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@user-zw4bc6rw4b
@user-zw4bc6rw4b 4 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
@NtakirutimanaCyriaque-fo8xr
@NtakirutimanaCyriaque-fo8xr Күн бұрын
Vuba muduhiyindi
@user-xp5jd8wn6h
@user-xp5jd8wn6h 2 ай бұрын
Oy duhe isindi
@sourtanshemu9512
@sourtanshemu9512 2 ай бұрын
Ugukanye umuvuduko wawund nyn
@AloysNiyonizigiye-ce7di
@AloysNiyonizigiye-ce7di 2 ай бұрын
Amed wariwagiyeh
@user-ex6ul7gp8o
@user-ex6ul7gp8o 2 ай бұрын
Firim yariryosh ariko nuko batayibandanij
@FélicitéNininahazwe-x8k
@FélicitéNininahazwe-x8k 24 күн бұрын
Uw mu type narindamukumbuy mur film
@Zakiavyizanye-xd1ov
@Zakiavyizanye-xd1ov 5 күн бұрын
Doudoune bite
@Zakiavyizanye-xd1ov
@Zakiavyizanye-xd1ov 5 күн бұрын
Deudonne
@Zakiavyizanye-xd1ov
@Zakiavyizanye-xd1ov 5 күн бұрын
Dad jey na Deudonne nabandi hejuru cane
@negroprapper
@negroprapper 4 ай бұрын
Nice
@user-dq5bj2ld8y
@user-dq5bj2ld8y 4 ай бұрын
❤❤
@SleepyBambooForest-df7jy
@SleepyBambooForest-df7jy 4 ай бұрын
amede wabaye mwishi
@SleepyBambooForest-df7jy
@SleepyBambooForest-df7jy 4 ай бұрын
amede wabaye mwishi
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 2 ай бұрын
Nimyaka yariyongereye
ICIZERE Part B
35:21
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 14 М.
Throwing Swords From My Blue Cybertruck
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 10 МЛН
SPONGEBOB POWER-UPS IN BRAWL STARS!!!
08:35
Brawl Stars
Рет қаралды 24 МЛН
拉了好大一坨#斗罗大陆#唐三小舞#小丑
00:11
超凡蜘蛛
Рет қаралды 16 МЛН
Glow Stick Secret Pt.4 😱 #shorts
00:35
Mr DegrEE
Рет қаралды 18 МЛН
UKURI MOVIE EP 2
11:19
I E TV
Рет қаралды 2,9 М.
WEDDING_NIBARUTA ABUBAKAR (Bad Jay)
1:29:22
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 1,7 М.
MURAMUKAZI WANJYE (EPISODE 4) Film nyarwanda - Rwanda movies 2024
19:59
OfficialCouple1
Рет қаралды 314 М.
DAWIDI NA GOLIATH CARTOON NYARWANDA
11:54
INCUTI Y'ABANA
Рет қаралды 154 М.
سورة البقرة كاملة لطرد الشياطين من منزلك وجلب البركه باذن الله surat albaqra
3:57:32
Throwing Swords From My Blue Cybertruck
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 10 МЛН