Umwana yahinguye igitoro mu BURUNDI mu bisigarira vya PLASTIC//Ubuhinga nkoresha//natanguye bampinga

  Рет қаралды 21,682

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Ай бұрын

Umwana yahinguye igitoro mu BURUNDI mu bisigarira vya PLASTIC//Ubukomezi bwaco//natanguye bampinga
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#gitoro

Пікірлер: 181
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 Ай бұрын
Iyo means nimba ndamugiriye impuhwe kweli.muri kino gihugu cuburundi ntabahinga bakeneye Kandi ntacabwenge bakeneye Imana imurinde kabisa.
@user-eq7yp1pq2x
@user-eq7yp1pq2x Ай бұрын
Erega Ncti yanje ngira Kuba batarabafasha Nuko reta ikenye ariko nibazako kwiticaye iriko ikubita inzubipfusi kugira babashigikire.
@logic-commentetor3258
@logic-commentetor3258 Ай бұрын
Bino bintu ni vyiza kandi ni ivyo gushimwe... Nibaze ko ababijejwe bakora ibishoboka uwo mwana ashigikirwe.
@MILK52899
@MILK52899 Ай бұрын
Ahubwo nyakubahwa arakwiye kubabona kugira yigishe abandi nabo tuzoze tuvyikorera ibitoro ntituze tubizana iwacu
@user-wj7cr5vo2q
@user-wj7cr5vo2q Ай бұрын
Goel 🙏 Abo Nibo tuba dukeneye kenshi mubiganiro vyawe
@arielladusenge
@arielladusenge Ай бұрын
Courageee🎉Nukuri IMANA irushirizeho kugukomereza impanoDaniel ndetse ikuzigame👌
@bibikiki8437
@bibikiki8437 Ай бұрын
Daniel uzohore wambara Masque chéri Kuko plastique burya ziri très toxique.
@charlesAkimana-tc5il
@charlesAkimana-tc5il Ай бұрын
Burundi 🇧🇮🇧🇮 bwacu Burundi 🇧🇮🇧🇮 buhire dufise impano kabis 🤟🤟👏👏🔥🔥
@hakizimanaelie8916
@hakizimanaelie8916 Ай бұрын
Congratulations Rwaruka rwiza na bandi bakurabireko . Dushimir 'Imana kwikangura ririko riraba mu Burundi .Abarundi twese abarimugihugu canke bari mumihingo yose y 'isi igihe niki twivyukiranye dukore cane . Mugitabo Camategeko canke Gusubira Muvyagezwe 28:1-------- 14.❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 Ай бұрын
Amasengesho y'Abarundi arimwo kumvigwa mutekane❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 Ай бұрын
Waouh! Murabe ntibazomwice nk' umwe wo muri Zimbabwe! Ntibikunzwe ko tumenya ubwenge! Mwikingira umutekano. Uwuza kubarondera, ntashaka ko muba abakire, ashaka kubagurira découverte hala agatunga mukaguma hahandi
@user-mj4jm4hy9q
@user-mj4jm4hy9q Ай бұрын
Uzoze.urasengacane.wiyegerezanimana.kukobazohava.bakwica.muburundihaje.uwuzi.icofasha.abanyagihugu.bacabamwica
@kwizeratheddy
@kwizeratheddy Ай бұрын
Good job kbs, Gaël umfashe umpe num yuwomu jeune Imana yahaye uburundi
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s Ай бұрын
Wow ❤❤❤❤❤❤❤❤ brooskiiii courage sn my G uzoterimbere Kandi cn nukuri nibarabe bakwitehooo turabisavye urumu blessingo mugihugu brothaaa❤
@silvernizi7790
@silvernizi7790 Ай бұрын
Good job Abadagi babafatiye ibihano ku gitoro hanyuma baca baracikorera Vyose birashoboka
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 Ай бұрын
🇧🇮 twishiture??
@KubwimanaJayMichael-lf5wd
@KubwimanaJayMichael-lf5wd Ай бұрын
Notre pays a de bonne avenir vraiment que Dieu nous benissons.
@SamuelNshimirimana-oe5ly
@SamuelNshimirimana-oe5ly Ай бұрын
Uwo mwana nashigikirwe vyukuri abo nibo bakwiye gufatwa mu mugongo ahubwo nakingize formule yiwe kuburyo batazomugirira nabi kuko hariho abatovyishimira ahubwo nanyaruke muri PAEJ bamuhe sponsor
@BigirimanaDonatien-ls1bp
@BigirimanaDonatien-ls1bp Ай бұрын
Ashigikirwananda nindeyakubwiye komuburundi hakenewincabwenge urabacurira ubabaze kwiyibira
@NaomieMasoka-xp4ob
@NaomieMasoka-xp4ob Ай бұрын
Woooow vyiza cane gusa ntugacike intege Imana izogushikana kure 🎉🎉gusa ikirundi c’abana bo mu gisagara kiriko kirahera 😂love you guys
@fredericntihabose
@fredericntihabose Ай бұрын
Nimba ukunda ibikorwa vy'UMUKUBITO kanda kw'ifoto yanje unshigikire.
@ttyy7642
@ttyy7642 Ай бұрын
Gizegahinda 😭😭😭😭😭Kubera muburundi sinzinkurununvis goharimuntu yagombyegukorandeg ngobaciy bamukozamuvunde😭😭😭
@user-ug1xz2gf6t
@user-ug1xz2gf6t Ай бұрын
IMANA ikingire icokibondo kuko abazogomba kumwiyitirira ntibazoronke aho bamenera
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 Ай бұрын
Waaaauuuuu courage brother congrats sana❤❤❤❤
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Ай бұрын
Ariko Gaël ga bash😂😂😂ngo hushura none
@NaomieMasoka-xp4ob
@NaomieMasoka-xp4ob Ай бұрын
Uko mutu kabambe❤uzoshika kure uri incabwenge ndakwemeye pe gusa Imana ikuzigame kandi igushikane kure
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Ай бұрын
Nakore igitoro cishi atabare abarundi bararuhijwe nikibazo cigitoro nubukene vyabuze uwubitorera umuti. Kuvuburundi bubaho nibwobwambere uburundi buhuye nubukene budasanzwe
@mugishamariam
@mugishamariam Ай бұрын
Kw'ishuri ni aho gufungirwa ababyeyi bakagushakira ubuzima batuje.🎉
@Mlsl9310
@Mlsl9310 Ай бұрын
Gaël ndakunda cane ibiganiro vyawe nagira ndagusabe nimba bikunda uzohore ushira ama sous-titres mu ibiganiro nkivyo kugira n’abatari abarundi bamenye igihugu cacu n’incabwenge zuzuye ico gihugu kandi na wewe vyoguha visibilité nini. Uwo mu jeune abandanya atera imbere.
@marcelnkomo7212
@marcelnkomo7212 Ай бұрын
NB:Plastic ziva mu bitoro ! None Daniel asubiye kuzikoramwo igitoro!! Bravo Daniel
@Olimalkey123
@Olimalkey123 Ай бұрын
👏👏👏👌👌 courage bamufate mumugongoo uyomwana aciyubwengeee
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Ahubwo nashigikirwe iciyumviro ciza cyane
@NestorMinani-mv2tp
@NestorMinani-mv2tp Ай бұрын
Nivyizz cane.ahubwo uyo musore nashigikirwe.
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 Ай бұрын
Ba mureka gutangaza ivyo mwavumbuye, bitarabuvura ubukene!
@emelyneniyondiko3902
@emelyneniyondiko3902 Ай бұрын
Wew ukwiy gushigikirwa ahubwo leta ikwiye gufata muntoki iki gikorwa kuko niwe wambere uriko ukorera muri ya mbona kazoza ya 2040 yuburundi bwifashe n'a 2060 y’uburundi butey imbere courage mon frère
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Ай бұрын
Ndamwemeye kbs
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 Ай бұрын
Abo nibo bakenewe iburundi❤❤
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d Ай бұрын
Uraciye ubwenge mwana. Imana igushigikire
@yveslamyiradukunda2189
@yveslamyiradukunda2189 Ай бұрын
Courage kabisa iyi n intambwe idasanzwe
@joshlor25
@joshlor25 Ай бұрын
My brother daniel keep going💫
@hervepro7835
@hervepro7835 Ай бұрын
Vip Boss
@bibikiki8437
@bibikiki8437 Ай бұрын
Bravo young man Daniel Be proud of you So I am 👏👏👌👍❤️❤️❤️
@user-pf2bu4hn1j
@user-pf2bu4hn1j Ай бұрын
Imana ishimwe❤😂😂❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮😂
@kevinhotuyisabe4848
@kevinhotuyisabe4848 Ай бұрын
Courage
@DonacienHakizimana
@DonacienHakizimana Ай бұрын
Emwe birame ntangare mugihugu iwacu bakoresha ijambo rivugo ngo umwe yugurura iwe bukaba bukeye kubumva ikirundi bumvise
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s Ай бұрын
Broo urarueeeenzeee fooo maanii🔥🔥🔥🔥❤
@dollarswiz9
@dollarswiz9 Ай бұрын
Ivyo abavugishwa n'Imana bavuze ko Uburundi buzorusha iterambere isi yose biratanguye:umwe yakoze indege,uwundi imodoka itanwa ibitoro,abandi ama barrage,abandi ikaburimbi,Ubu naho uno mwana mwiza igitoro,haaa, ter'imbere barundi beza. Eee,nari nibagiye GASAPE yavugije insamirizi HUMURIZA FM
@bsderrick
@bsderrick Ай бұрын
Na Gasape yatanguye uko. Courage!
@shazaboytheking9683
@shazaboytheking9683 Ай бұрын
❤😂uyumwana afis ubwenge akwiye gushigikigwa
@junchengsportsnewsstars5016
@junchengsportsnewsstars5016 Ай бұрын
Uyu akwiye support nukuri
@user-fs6gr6rb7k
@user-fs6gr6rb7k Ай бұрын
Courage man.urampimbaye vrema
@user-ps5uk9px2g
@user-ps5uk9px2g Ай бұрын
Kubafise uburyo turabasavye mushire imitahe kuruyu muhungu arashoboye
@AudacieNDUWIMANA
@AudacieNDUWIMANA Ай бұрын
Ubahwa kweri❤❤❤❤❤
@Happy-427
@Happy-427 Ай бұрын
Courage mugenzi
@queeniesamantha54
@queeniesamantha54 Ай бұрын
May God continue to bring another version 🙏
@gorethnsabimana5139
@gorethnsabimana5139 Ай бұрын
Courage Ur,intwari
@legend.channels
@legend.channels Ай бұрын
Respect kur uw mujeun kbx🔥
@bonfilsndayihimbaze5370
@bonfilsndayihimbaze5370 Ай бұрын
Uyu musore Imana imuduze pe, nomuvyavuga harimwo vision ikwiy gushigikirwa
@user-mj4jm4hy9q
@user-mj4jm4hy9q Ай бұрын
Nonetwereke.akarirero.mushiremumodoja.turabekwigenda
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Urumunyabwenge bagushogikire.
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx Ай бұрын
Kumbura nyene muzemurici rakenge
@user-wo9fi2iu3p
@user-wo9fi2iu3p Ай бұрын
Courage dogo janja
@khaloiyse
@khaloiyse Ай бұрын
This one need support from president In fact, the president should invest in that young man so that our country can move forward. Share this video to reach to our president of the Republic of Burundi.
@user-ez5ll1yu1b
@user-ez5ll1yu1b Ай бұрын
Big up sana
@user-ws1ro3eh6j
@user-ws1ro3eh6j Ай бұрын
Vyarivyiza ariko muri Edeni bazoca bakunyuruza pe kuko iyo Manda ntikeneye abantu bafita ubumenyi so IMANA ikurinde cane
@user-eq7yp1pq2x
@user-eq7yp1pq2x Ай бұрын
Mumbabarire nibarize akabazo konumva ngo mu burundi hari abagwizatunga bakomeye reka ngombe ndomeko urutoki abonumva bavugwa... Mushingatahe Siyoni, Mr Ziranotse... Muri mubiki komudashigikira impano zabana Bigihugu kandi namwe mwobironkamwo akanyungu.hama bwana mumenyeshamakuru nkwisabire akantu uwabaye mwiza abamuzima giricukoze arabe uhuze abanyempono nabanyamafranga uzobukoze neza cane.komera umukubito turabakunda cane!
@jeanclaude9132
@jeanclaude9132 Ай бұрын
Gouvernement irih se
@BobNahimana-bn7qp
@BobNahimana-bn7qp Ай бұрын
Icogitegwa citwa Methanol Ninayo bakoresha mugukora sapor bakatubesha kwar isukari n uburozi budaswanze
@user-sk9no1tk2l
@user-sk9no1tk2l Ай бұрын
Courage mon ancien élève !
@JonatanNyonkuru
@JonatanNyonkuru Ай бұрын
Vrmt bamufate mumugongo
@Atree_is_a_tree
@Atree_is_a_tree Ай бұрын
Uyo muhungu yari kuba umu Ingénieur Mécanique akaze! Eka umu ingénieur muri rusangi 😮
@YvesBally
@YvesBally Ай бұрын
Félicitations bro
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 Ай бұрын
bravo
@murimatv4448
@murimatv4448 Ай бұрын
Abarundi bafise impano nkizo nibenshi cane ariko ntabamenyekana kandi ntabushigikizi baronka.icari gikwiye abo bana bari bakwiye gushigikirwa
@harerimanasteve1141
@harerimanasteve1141 Ай бұрын
Hey Mr. Gael dufashe nimero zuyu mu jeune kabisa I can do something for him
@emmanuelnsengiyumva2731
@emmanuelnsengiyumva2731 Ай бұрын
Uyumwana araciye ubwenge...kuko arasoma ibitabo...
@shanthalshanthal1491
@shanthalshanthal1491 Ай бұрын
Wewe lmanikurinde iguhe nahandi uzozagukorera ubundi iwacu ntancabwenge bakeney ahurapfuye
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s Ай бұрын
None nkababarwizatunga kl ntiborekura izonoti bagafasha abababa pt babuze inoti ahubwo bafise ukobazirondera babifashijwemwo
@user-st4rc2bo8y
@user-st4rc2bo8y Ай бұрын
Reka duhere kuri maire de la ville, afashe isuku ryigisagara mukumutoreza amakopo atabwa hirya no hino mugisagara
@petermurugagatei7911
@petermurugagatei7911 Ай бұрын
Congration
@user-qi1yl6cd3d
@user-qi1yl6cd3d Ай бұрын
Ahezagigwe kabisa
@toyi7605
@toyi7605 Ай бұрын
Tuna soga mbele kwa msada wa mungu
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 Ай бұрын
Courage jeune homme
@salha9186
@salha9186 Ай бұрын
Mwana usenge cane muburundi ntabanyempano yogutezimbere igihugu bashaka kuko baca babura ingene banyaga igihugu aho mumisi mike tuzumva rip.
@FrankBigirimana
@FrankBigirimana Ай бұрын
Erega ibibazo bicisha ubwenge
@gibsondjibril8587
@gibsondjibril8587 Ай бұрын
Ah ntamu nye politique numw binezera muta Muzaba mumbwira mumyaka ibiri uwo azoba yazimye neza neza ntamunyepolitik azogushigikira kuko benshi bakunda inda zabo baca bibaza ng Ugomb ubakure isosi kumunwa
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 Ай бұрын
Gaël; ndakunda ibiganiro vyawe. Ariko birabuze akanovera. Kumbure " culture géneral " yoba ituzuye. Harabuze mwo notion de résultat / inyungu ; ubumenyi; impanuro; inama, etc.. muvyo kenshi werekana😢. No gutandukanya neza abo ugeneye ikiganiro. Abafise smartphone benshi bagukurikira barize. Rero nonosora neza ; bikenewe ubanze ubaze ibavyumva imbere yo gutanga ikiganiro. Ngiyo inzira irashe yo " kwamamara" .
@AudacieNDUWIMANA
@AudacieNDUWIMANA Ай бұрын
Ubahwa kweri
@user-yy3uz7do8i
@user-yy3uz7do8i Ай бұрын
Uwo arapfuye kabay
@bricepatientkubwayo-ym3gu
@bricepatientkubwayo-ym3gu Ай бұрын
Plasik muburundi kugira izohave,nti biri musi y'imyaka 30!
@MILK52899
@MILK52899 Ай бұрын
Iyo niyongorane dufise Mugihugu bofungwa awe ntaboneke turasubiza inyuma abiwacu nkaho twariturose ibintu vyinshi
@manirakizamelchiade2368
@manirakizamelchiade2368 Ай бұрын
Ama plastiques ni ama dérivées ya pétrole, donc kugiturira hama hakavamwo igitoro nivyo mais la qualité yaco niho hari ikibazo.
@toyi7605
@toyi7605 Ай бұрын
Nina omba namba yake mtagazaji nina ndogo ana weza kufanya kazi kabisa
@user-gp2ue3hj8z
@user-gp2ue3hj8z Ай бұрын
Burundi 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 hejuru
@user-qb5vp2ou7j
@user-qb5vp2ou7j Ай бұрын
Songa mbele kaka
@Alcadeniyonzima-uh5fw
@Alcadeniyonzima-uh5fw Ай бұрын
Nukuri ukwiyegushigikigwa
@NdayisengaEverist
@NdayisengaEverist Ай бұрын
Komera mwana wigihungu turagusengera ugezekure Igihugucacu
@boscosibomana28
@boscosibomana28 Ай бұрын
ndanezerwa nukubona hariko haraboneka abantu bashoboy mugihugu
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
Ahubwo uyo leta yomuha uburenganzira bwo kuyaronka ayakuye hanze mbere ikamufasha kubona ayakwiye !
@SalvatorHakizimana-ow4fq
@SalvatorHakizimana-ow4fq Ай бұрын
Jewe nanje sinovyemerako yokora igitop agihinguza iki?
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 Ай бұрын
Ino i burayi, bamaze iminsi batubwira ko amatafari y' ivyondo ari découverte😂 écologique, iyo bi exemple imwe muzindi. Reka kuba muhenda abantu ngo ni aba stars, iks sont entrain de se découvrir!
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Imana igiye gutabara uburundi nabarundi
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub Ай бұрын
Amen❤🎉
@NimubonaYunus-qi9yv
@NimubonaYunus-qi9yv Ай бұрын
Ndagushigikiye kabisa kijana mdogo ufise ubwenge kabisa
@EphraimNdayishimiye-mm1gq
@EphraimNdayishimiye-mm1gq Ай бұрын
Iyonikanyangaaa sigitoro ereg nakanyanga iraka mumuriro
@ziidewest9735
@ziidewest9735 Ай бұрын
Erega nivyo ivyovyose bi plastic vyose bikorwa nibikomoka kur petrori
@NDAYIRAGIJEAlon
@NDAYIRAGIJEAlon Ай бұрын
Nuko nuko mWana nakubari rakini wakusaidie
@oscarnahigombeye94
@oscarnahigombeye94 Ай бұрын
Muri Edeni bashahu😮
@MILK52899
@MILK52899 Ай бұрын
Iki ciyumviro reta irakwiye kubiraba bakamushigikira hanyuma bigende neza
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
Sigma girl and soap bubbles by Secret Vlog
00:37
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 74 МЛН
Спит с ОТКРЫТЫМИ ГЛАЗАМИ! 😱😴
0:25
Взрывная История
Рет қаралды 5 МЛН
This or That 🛍️
0:52
A4
Рет қаралды 11 МЛН
ToRung short film: 🙏baby protects puppy🐶
0:37
ToRung
Рет қаралды 85 МЛН