INGARUKA S 2 EP 8 KING SABBAS ARATANGUYE AKAZI ARIKO MBONA BITOROSHE MAMA ALICE YAGARUTSE MU BURUNDI

  Рет қаралды 68,931

GN FILMS

GN FILMS

Күн бұрын

BAKUNZI BA GNFILMS MURYOHERWE NA EP 8 CONSTANCE IVYO AKOREYE MATHIAS NI IBARA SAMMY NGO YAGIZE ACCIDENT
#gnfilms
#sabbas
#ingaruka

Пікірлер: 339
@Nice-gd9xr
@Nice-gd9xr Жыл бұрын
Abari murukundo ningaruka mundabire twatu like ndabakund can❤
@kladahmad3333
@kladahmad3333 Жыл бұрын
Iyi inanikubusha megi sana❤❤❤❤
@فرنسينا
@فرنسينا Жыл бұрын
Ingaruka hejuru abahemu muze mwihangana natamahoro yumunyavyaha 😢😢😢😢😢😢
@elesa1279
@elesa1279 Жыл бұрын
Hhhhhhh sammy ngo ngwiki😳😳 isanganya 😂😂 nico nkundir imana nta giturire amarira ya sabbass ntiyari gutuma ashika iyo yaragiye ingaruka hejuru can💪💪 Hama nabantu muriko muca mubibaz kubwo kurenganwa muhumure imana irahari inyuma yigifungu izuba riraka
@ntihemukirabasenzifidelite5276
@ntihemukirabasenzifidelite5276 Жыл бұрын
Amen
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
King sabbas tumenyane ndazindutse vyukuri mbaye uwumunani impa lik nzanje yayayayaya ni fayaaaaaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@IrakozeJeannedarlene
@IrakozeJeannedarlene Жыл бұрын
Uyu umusi nduwambere mumpe twatundi abari murukundo ningaruka❤❤❤❤
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
Ababonyeko sabbas ajegukora kwase ariwe papa wiwe tumenyanye jewe ngene barabanye ndabonako arise wiwe yemwe rekatubirindire mwubahwe bdabakunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-mr3jc4pf9n
@user-mr3jc4pf9n Жыл бұрын
Guys abacerew nkanj tumenyan abakunz bingaruka hejuru can ❤❤❤ Constance ngo Happy day to you 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq Жыл бұрын
😄😄😄😄😄😄ndamanyutse
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 10 ай бұрын
J constance azonyica
@mediamed1196
@mediamed1196 Жыл бұрын
Nanj ndabona neza kingi sabasi ashitse kwese kandi mube mureka kutunyoteza kuko tubakunda turi beshi❤❤❤❤
@rodryboy8955
@rodryboy8955 Жыл бұрын
Ndakunda uburyo muriko murakina iyi flm abayikunda nkuko nyikunda mumpe like nije mbaye wambere kuyiraba
@maiakoakimana6168
@maiakoakimana6168 Жыл бұрын
Waoooooh ngize uwa 18 vrt mump link kwl tuhatwik hash🎉🎉🎉❤❤❤❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
congratulations king sabasi and Antoinette from Rwanda kigali ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤🇷🇼🇷🇼❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛🤛👌👌👌👌
@KubwimanaFiacre-hu5sk
@KubwimanaFiacre-hu5sk 10 ай бұрын
Mwubahwe iyo film iratwigisha mubuzima busanzwe courage vrt
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w Жыл бұрын
Mwakinye nez xana mam Alice wewe yavyitwayemw neza xana courage madame sammy Iman ugira ibakorerek 😮😮😂😂
@JoshuaDjuma-rw3dw
@JoshuaDjuma-rw3dw Жыл бұрын
Very nice full I like this season 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲we following u all the time
@kanyanaayisha7299
@kanyanaayisha7299 Жыл бұрын
Hejuru ingaruka 🎉🎉🎉🎉 gusa muradutevya kutuduha
@AnnabellaNdayishimiye-hq2zb
@AnnabellaNdayishimiye-hq2zb Жыл бұрын
Mur 8mun nkaba ndahashitse!sabass rekura yose nn😂guys abar murukundo nuyi série mumpe like ngaha👎👎
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 Жыл бұрын
Sabbas ndi umufana wawe ndakunda firim zawe nukuntu uvuga utuje muhungu wa yesu❤❤❤❤
@myriam5411
@myriam5411 Жыл бұрын
Jewe gamana costance urakunda kusetsape😂😂😂😂 rwabarundi babaye gute nawe ugarutse utakiriwe gantuze finil uraraba ntubugiye gukorera sowawe kwakwakiranye igishika cishi cane ❤❤❤
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq Жыл бұрын
Ewe constance ndamukundaaaa aranyishe
@alphonsinenionhoro4065
@alphonsinenionhoro4065 Жыл бұрын
Basha ingarukayicaha nurupfu ntawutwarumugisha wuwundi nayakobo impamvuyatwayumugisha wa Esau Nukovyarivyarahanuwe kandi yariyawuguranye uduharage kuba samuragwa saminawe arabonyingaruka yicaha pe
@lydi791
@lydi791 Жыл бұрын
My favorites movie❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@amnaamna1335
@amnaamna1335 Жыл бұрын
Nukuri murashoboye ndabakunda cane 👌👌👌👌👌👌👌💋 💋💋💋💋💋💋💋💋💋
@emmanuelnzambimana5569
@emmanuelnzambimana5569 Жыл бұрын
Yes sabas nkeneye kubona bamwe bigira abavugushwa babakozi b'Imana babonye akarenganyo wakorewe n'umuhemu samy,ariko Imana ninziza ndumva ko umuhemu atashitse hanze😂😂😂👍🇧🇮🇰🇪👍👍
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 Жыл бұрын
Waooo iyi filme iratesa sana courrage❤❤❤❤❤❤
@anitaalkhrbooshi7499
@anitaalkhrbooshi7499 Жыл бұрын
Wooo nanj nahageze ❤❤❤nanj ndimurukundo ni ngaruka
@SggzgxgSggzgx-dd5uf
@SggzgxgSggzgx-dd5uf Жыл бұрын
Hejuru cane niho mbifurije gushik ❤❤❤ndabakunda 💕💞❤️
@user-yi1zg8sl3j
@user-yi1zg8sl3j Жыл бұрын
Waaaaawooooo vyiza cane ndishimye kuba sabasi arose akazi
@اممحمدالسعيدي-ط7ز
@اممحمدالسعيدي-ط7ز Жыл бұрын
I love you king sabasi from 🇧🇮🇧🇭♥️♥️♥️
@FANNY-oc4cb
@FANNY-oc4cb Жыл бұрын
Ndimurukundo niyi SERIES ❤❤❤courage brother sabbas wubahwe ❤❤😊
@NyirahabimanaAgnes-kq4ng
@NyirahabimanaAgnes-kq4ng Жыл бұрын
👍
@sibomanadaniel
@sibomanadaniel 11 ай бұрын
Pe
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 Жыл бұрын
Twahashitse kabx turi inyuma yanyu kabx courage team sabbas ❤❤❤❤❤
@claudinensabiyumva-6223
@claudinensabiyumva-6223 Жыл бұрын
Courage isinema zanyu ziranyubaka ndabakunda mwese❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 Жыл бұрын
Nih tuba twibereye🥰😀welcom ingaruka👌
@esperanceniyonkuru6970
@esperanceniyonkuru6970 Жыл бұрын
Ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii ingaruk irabaye ingaruka n'ahubutaha
@dedeiteritekacovenant6751
@dedeiteritekacovenant6751 Жыл бұрын
Wauuuuu courage king Sabbas 💕💕💕murik mubikor nez Can mwubahw
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe Жыл бұрын
Wooooooow🥳🥳🥳 ndabakunda caane🥰🥰🥰🥰
@annabellaakimanamurengeran9927
@annabellaakimanamurengeran9927 Жыл бұрын
Happy Day Ewe constante sha nuwo musobeko wawe rero 😂😂😂😂
@olivierntwari1051
@olivierntwari1051 Жыл бұрын
😅😅😅😅ni surprise sha consta😂😂😂😂
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Жыл бұрын
Un musi ndayisamiye hejuru🤣abakunda in film tumenyane 🤝mwubahwe mubirimwo neza🙏mukomereze aho
@سنتياالشهري
@سنتياالشهري Жыл бұрын
Hey Iyi serie ndayikunze pee. Courage mwese.
@chadiashushu2866
@chadiashushu2866 Жыл бұрын
Ndaryohew cane kobona sabas yishimy courage❤
@venantiegirukwishaka9944
@venantiegirukwishaka9944 Жыл бұрын
Iratanara n'Imana nziza! Iman'irahana bene Data irahana cane nimwibuk'ingene yahanye farao yanse kuyumvira. Ingero y'icaha n'urupfi(Mshahara WA dhambi ni mauti)
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Жыл бұрын
Tereza hejuru cane 🤟🤟🤟🤟🤟🤟🤟🤟
@niyonkuruconsolee7820
@niyonkuruconsolee7820 Жыл бұрын
Constance 😅😅😅😅hapiteyi!!keep it up guys
@uwinezamado3479
@uwinezamado3479 Жыл бұрын
Intare yingore hejuruuuu❤❤❤❤
@jannemugisha4086
@jannemugisha4086 Жыл бұрын
ndabakunda❤❤❤❤
@holidendacasaba824
@holidendacasaba824 Жыл бұрын
Surprise weeee🤣🤣🤣Constance aranyica kabisa😆😆😆
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq Жыл бұрын
Ndamukunda aranduhura
@user-ng9yv3el4v
@user-ng9yv3el4v Жыл бұрын
Courage😮
@chadrackirankunda2115
@chadrackirankunda2115 Жыл бұрын
Ndabakunda cn ♥️♥️♥️
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Жыл бұрын
Abaza nyuma mundemere ama Link ♥❤😍💕
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 Жыл бұрын
Toratwaguhat💝💝
@NellyUwase-c9z
@NellyUwase-c9z 10 ай бұрын
Nukuri iyi film iravyoshe cane gose kl
@dianeirankunda1354
@dianeirankunda1354 Жыл бұрын
Murakoze ariko zamuragerageza muduha kabiri mundwi plz
@hhmmmm6523
@hhmmmm6523 Жыл бұрын
Ivyovyose ningaruka😢😢😢😢❤❤❤❤
@audacie8413
@audacie8413 Жыл бұрын
Ingaruka yahageze basha🤗🤗🤗
@user-yh5ru7tb4q
@user-yh5ru7tb4q Жыл бұрын
Nice❤❤❤❤
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 Жыл бұрын
Courage king sabbas ongeleni mwisho wa ubaya ni aibu unamutafuta sabbas wakati ulimufanyia mabaya mbona hujafikilia kunamwisho ??❤❤❤
@AmisiKiza-s5e
@AmisiKiza-s5e Жыл бұрын
My brother on the top ❤❤❤❤❤❤
@user-tr9vp6ef3h
@user-tr9vp6ef3h Жыл бұрын
Waooo waoooo nanje ndimur cumi bambere
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Жыл бұрын
Uwo mu Boss wa Sabas ubwo si se wiwe ga ntuzeweya 🥱😄
@santhaaudreilleakimana1778
@santhaaudreilleakimana1778 Жыл бұрын
Couragee Mukinaa nezaa cane
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 Жыл бұрын
Yoooo disi nshimye ingene Sabas bamwakiriye ooho pole mwabakobwamwe mwari muzi ko mugiriye nabi umuntu w'Imana arenganijwe hatari ingaruka ? uguhora nukw'Imana
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Жыл бұрын
Ndazindutse abaza nyuma mundabire p❤❤
@afsamossi830
@afsamossi830 Жыл бұрын
Bravon ndaryohewe kuba Sammy atageziyagiye kukibiyaragiye akoreye King sabbas
@joselynenahigombeye1256
@joselynenahigombeye1256 Жыл бұрын
King sabas courage ❤❤❤❤
@GggfGgfgg
@GggfGgfgg Жыл бұрын
Sabass❤❤
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 Жыл бұрын
Courage ❤❤✊
@Kayirarebecca-pq8pm
@Kayirarebecca-pq8pm Жыл бұрын
Imana ni we nyishu ya king sabaste
@MedinaFuraha-fg8me
@MedinaFuraha-fg8me Жыл бұрын
Mwubahwe ndaba❤❤❤❤
@vitalnijimbere7399
@vitalnijimbere7399 Жыл бұрын
Courage kbx
@NkingiAlbertKelly
@NkingiAlbertKelly 5 ай бұрын
Lionel ukina neza cane n'ubeitonzi bwinshi Imana iguhezagire uronderey akazi Sabbas
@user-dc6fh9mu6h
@user-dc6fh9mu6h Жыл бұрын
Yooo!nacerew Basha hinge manze ndabe ibindi munyuma kbx😊
@solangekefahakizimana5414
@solangekefahakizimana5414 Жыл бұрын
Koma Sha mwabesheye king Sabas
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Жыл бұрын
Uyumus ndazindutse mbay mubambere ❤❤❤❤
@miracleange1588
@miracleange1588 Жыл бұрын
Kositase siribrise yawe iranyeguy Haka kuvyasami naho tutabibonye kokanini ingero yicaha nurupfu muduhe ikindi nibonere ivyasami numugore wiwe mubaryarya bwabo
@NiyukuriVirginie
@NiyukuriVirginie Жыл бұрын
Wao my favorite movies
@taizontv1827
@taizontv1827 Жыл бұрын
LOVE from Taizon TV
@UWITONZEAline-qz1wn
@UWITONZEAline-qz1wn 3 ай бұрын
Intare y'ingore ❤❤❤❤
@NtisigaraJmbosco
@NtisigaraJmbosco Жыл бұрын
Tereza wacu sha hejuru can courage ❤❤murashoboy 💪💪💪
@kevincandy3488
@kevincandy3488 Жыл бұрын
Ingaruka oyeeee ❤❤❤
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Жыл бұрын
Nyamuz ikintu kitibwa n,umugisha wuwundi❤❤❤
@Sarfien-ft5vc
@Sarfien-ft5vc Жыл бұрын
Chr wasammy komamusos wabunyeger wakozamanyang wibazakobizokwijan ingeroyicah nurupfu
@ariellaniyonkuru8115
@ariellaniyonkuru8115 Жыл бұрын
Ingaruka hejuru Can ❤️❤️❤️❤️
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Жыл бұрын
Hhheeee,ngo Samy agize accident ??? Hhhhhhhh !!! Buriya uhemuka wihuse ukababara witonze 😅
@AshushuAshura
@AshushuAshura Ай бұрын
Ndakund ukunz mwateguy iy flm
@AliceCuki
@AliceCuki 2 ай бұрын
Ntare yingore ndagukunda disi ubikora neza 🎉🎉🎉🎉
@menedorebucumi
@menedorebucumi Жыл бұрын
Ivyovyose ningaruka kweri❤
@AngeGrâceININAHANZWE
@AngeGrâceININAHANZWE Жыл бұрын
Ewe Mukama🤣🤣🤣ewe Constance sha ngo hapideyi to u🤣🤣🤣🤣🤣
@EmelyneNshimirimana-p7m
@EmelyneNshimirimana-p7m Жыл бұрын
Muri bwabumwe nyene bwaba kunzi ba flm ndundi❤❤❤❤❤🤗
@hahajah7189
@hahajah7189 Жыл бұрын
Theme yose ndabakunda courage ndimurujund9 niyi serie 👏 ❤❤
@EularieNdayishimiye-eb9ki
@EularieNdayishimiye-eb9ki Жыл бұрын
Abakunzi hejuru cne❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ gose😂😂
@IshimweBrigitte-zn1vr
@IshimweBrigitte-zn1vr Жыл бұрын
Constante ga mana aranyeguye🤣🤣🤣
@ShooShooo0-g5w
@ShooShooo0-g5w Жыл бұрын
Mbaye uwanyum pp
@AlnNn-yi8hg
@AlnNn-yi8hg Жыл бұрын
Mukomeze mubirimwo neza❤❤❤
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k Жыл бұрын
Mbega igarukawe icyaha nikibipe
@DivineKubwimana-yw3he
@DivineKubwimana-yw3he Жыл бұрын
Ingaruka hejuru. Abayibonye muze dutore akarago tuyirabe
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 Жыл бұрын
Constance ngo😂😂😂imbavu zanje samy ntamahoro kumunyavyaha❤❤❤❤❤❤
@user-bt2sc2vt7z
@user-bt2sc2vt7z Жыл бұрын
Yoo natevyewe arikondaje ntoragatebe❤
@Gift-vn4sn
@Gift-vn4sn Жыл бұрын
Courage kweli murashoboye
@MesskDj6
@MesskDj6 2 ай бұрын
courage king sabbas❤❤❤❤
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Жыл бұрын
Nkunda akokaririmbo karakosoye, ham ngiy nazindur, mumpe twatuntu
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 Жыл бұрын
Saudia turabambere kweri❤❤😂😂😂
@chantalniyorukundo-xt9ol
@chantalniyorukundo-xt9ol Жыл бұрын
♥️♥️♥️♥️
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Жыл бұрын
Komera
@هاجرالدوسري-ش7ض
@هاجرالدوسري-ش7ض Жыл бұрын
Bibi gutebana ingaruka
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Abana bivyanke Chris et Alice
@fofochania-xv5pr
@fofochania-xv5pr Жыл бұрын
Mwubahwe abarundi courage
@GhgCvv
@GhgCvv Жыл бұрын
Imanichimwe koyarose Akazi
@AliceBellaHagabimana-hx8wy
@AliceBellaHagabimana-hx8wy 7 ай бұрын
Imana ihora ihoze kandi akzi mwayaze urakarya ariko ntukamena umutwe Sammy uzicuza kweli
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Денис Кукояка
Рет қаралды 3,2 МЛН
Dad gives best memory keeper
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 23 МЛН
小丑和白天使的比试。#天使 #小丑 #超人不会飞
00:51
超人不会飞
Рет қаралды 43 МЛН
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 35 МЛН
MUKUNZI WANJE BY DIVIN SINDA
3:13
Divin Sinda
Рет қаралды 12 М.
Burundian movie | Mugisha Part1
1:20:31
indundiCinema flavaz
Рет қаралды 443 М.
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Денис Кукояка
Рет қаралды 3,2 МЛН