Hoba hariko hakorwa iki kugira ibarabara RN3 kugira ngo rikorwe, rizonashikirizwe rikomeye?

  Рет қаралды 3,257

Mashariki TV

Mashariki TV

19 күн бұрын

#Burundi: Ibarabara RN3 rirabangamiwe cane n'amazi y'ikiyaga Tanganyika? Mbega hoba hariko hakorwa iki kugira ngo iryo barabara rikorwe, rizonashikirizwe rikomeye?

Пікірлер: 9
@africarisingsoontv9604
@africarisingsoontv9604 17 күн бұрын
Rn3 iraduteje isoni pe pe .Kuko nibenshi bohanze bahaca.Kumengo amahera ysriysrabonetse mumwaka uheze.TURAKUNDA IGIHUGU DUHR URUHUSHA ABANYAGIHUGU TWUBAKE IRYO BARABARA MWEBWE MUGURE IBOKORESHO.
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 17 күн бұрын
Wawuuuu bien expliqué uvuga ivyuzi
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 17 күн бұрын
Ivyarirya barabara RN3 vyakunaniye muta kandi siwewe reta vyayinaniye kurikora imyaka10 irenga ririko rirakorwa!
@pascalbucanayandi
@pascalbucanayandi 17 күн бұрын
Iyaba bose bakora ivyo bumva nkawe
@UmurundiWumugabo
@UmurundiWumugabo 17 күн бұрын
Akigoro se ni amahera mukura kwabaso banyu??? Ni responsabilités
@UmurundiWumugabo
@UmurundiWumugabo 17 күн бұрын
Birateye isoni kibona amakamyo apakurura amabaye nibivu mwibarabara
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 17 күн бұрын
Ivyo uvuga vy imbono nsivyo bakubajije aba Journaliste. Wa mugabo we imanga zikikije Bujumbura umaze kubaka z ingahe ga mon frr
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 17 күн бұрын
Ngo mwahaye abubuka baguma bigurishiriza amasima mubahaye ngo bakoreshe!
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 11 күн бұрын
URIMWO WUMVIRIZA ABA NYEPOLITIKE IVYO BAVUGA VYOOOOOOOOOOOSE NUBUBESHI NKICO KIBAZO CISOKO BIRABABAJE CAAANE KUBONA KIGIYE GUTWARA IYINDI MYAKA IRENGA 5 BIRABABAJE PEEE NTAKINTU NAKIMWE RETA IRIMWO IRAKORA KURICO KINTU IVYO YISHUYE YATUBESHE
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 43 МЛН
DO YOU HAVE FRIENDS LIKE THIS?
00:17
dednahype
Рет қаралды 112 МЛН
Abasirikare b' abarundi bari muri RD Congo bafashwe gute?
7:38
Indundi TV
Рет қаралды 1,5 М.
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 43 МЛН