Bahati iyo ntahe yawe niyo kubesha.Wewe uri umu nyakayanza wo kw'itsitso,i Gatara mu Maramvya kandi na maman wawe asengera mw'ishengero bita Power of God church riri ahantu batazira mury'abami kandi arasanzwe.Rero dusabe Béni kugira azomenye ukuri aduhe Ep 2 aze yishikire i Gatara kugira baduhe umuco,tumenye n'ingene abantu bibeshera.
@tuyisabeyvette75582 жыл бұрын
Muzomugarukane beni
@benichou59962 жыл бұрын
Vuba
@ndayiintumwa Жыл бұрын
Ntiwari bwapfe iyupfa niho wari kubona really face de satan. Yihindura mubantu ivyiwe vyarangiye ubwiza bwo mwijuru ntabwo agifise 😱