Ibijanye n'indege yagenewe kurerura umukuru w'igihugu c'Uburundi ubu yakoteshejwe vyifashe gute?

  Рет қаралды 21,231

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi Mu kiganiro Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yaremesheje kuri uyu wa gatanu, abamenyeshamakuru bamubajije ibijanye n'indege yagenewe kurerura umukuru w'igihugu c'Uburundi ubu ikoteshejwe. Umviriza inyishu yashikirije.

Пікірлер: 24
@shabajims2966
@shabajims2966 7 ай бұрын
Bizogenda imbere kubura inkwavu😂😂😂😂
@bendarw
@bendarw 6 ай бұрын
🇧🇮 UBURUNDI BWARAHEZAGIWE 🤭😂 visit RWANDA 🇷🇼
@GadYumvira
@GadYumvira 10 ай бұрын
Dushimira umukuru w'igihugu kunyishu zitomoye yishura
@Bihomebuja
@Bihomebuja Жыл бұрын
C'est confus SE. Ntabwo vyunvikana. Kuki haguzwe indege ifise defaut? Commission yabayiguze ubwo ntikwiye gukurikiranwa? Amasezerano yokugura iyo indege yavuga gute? Mbega yari nshasha? Ubwo kugura indege ibarerura ga SE ikaba ifise defaut itaranaguruka ubwo si attentat kugwego gwanyu? Jewe nagumanye utubazo. Komera mutama
@umutonialine8317
@umutonialine8317 6 ай бұрын
Nyumvira
@jumajux3656
@jumajux3656 Жыл бұрын
Igihugu cikukiye knd mutubwira ko twikwije kuki utubwira twambambe kubandi bantu?
@aishahabiba2606
@aishahabiba2606 Жыл бұрын
Niwitwikir 😂😂🇧🇮😷
@Mkel890
@Mkel890 Жыл бұрын
😂😂😂
@davidndaha9607
@davidndaha9607 Жыл бұрын
Ahoniho gukwirikirana ivyigihugu
@JustinNduwimana-vp2by
@JustinNduwimana-vp2by Жыл бұрын
Pow
@isaya4819
@isaya4819 Жыл бұрын
Bandanya usabe rifiti
@msteveg2181
@msteveg2181 Жыл бұрын
Ntanyishu ibereye uduhaye ntibitahuritse nihamwe Ata uharira nu mukuru
@draye3357
@draye3357 10 ай бұрын
Nanje ntanyishu numvise nukuri
@leonardmethusela66
@leonardmethusela66 Жыл бұрын
Inkuru nziza yihumure
@minanifrederic4717
@minanifrederic4717 Жыл бұрын
what is no
@venistendayishimiye1885
@venistendayishimiye1885 Жыл бұрын
Ntasoni Neva?
@isaya4819
@isaya4819 Жыл бұрын
Birakubereyecane
@Mkel890
@Mkel890 Жыл бұрын
🤭
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Жыл бұрын
Muri garage kabisa
@laurentnizigiyimana2517
@laurentnizigiyimana2517 Жыл бұрын
Uri muri garaje mukamenge🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣.
@augustndinimana5990
@augustndinimana5990 Жыл бұрын
Buyenzi
@Levy-xh9tv
@Levy-xh9tv Жыл бұрын
Harya umuntu agutije Indege buraca nawe akagira ivyo akwaka vy'igihugu kandi urabimuha kuko uba wumva hari ico umufitiye. Ivyigihugu nuko bisahurwa. Gura indege nzima twigenge
@solinebizimana3881
@solinebizimana3881 Жыл бұрын
Très Excellent !
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 5 МЛН
How do Cats Eat Watermelon? 🍉
00:21
One More
Рет қаралды 11 МЛН
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 59 МЛН
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 5 МЛН