Ibimenyeshamakuru vyari vyarugawe mu

  Рет қаралды 12,265

Mashariki TV

Mashariki TV

3 жыл бұрын

Ibimenyeshamakuru vyari vyarugawe mu #Burundi vyoba bigiye gusubira gukora. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yasavye Urwego rujejwe kugenzura itangazamakuru mu Burundi #CNC ko vuba rwovugana n'abaserukira ivyo bimenyeshamakuru kugira bavugane ingene inzitizi zari zihari zokurwa mu nzira.
Iyo nkuru uyivuzeko iki ?

Пікірлер: 31
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 Жыл бұрын
Sha Imana yara twibutse kudaha Wewe Samurarwa nukuri Imana ikomerwe amashi menshi cane kandi cane kuko Mutama arazi nezi yuko ko murugo iyo abavukana batavuga rumwe nt'amahoro aba ariho,komera Mutama wigumire kurivora nayo Imana akazikayo nukugucungira umutekano wawe nivyo ugaba.
@ntirandekurajeanpaul3883
@ntirandekurajeanpaul3883 3 жыл бұрын
ibungubu nu rwanda ruzagira umuyobozi nkuyunguyu koko🤔👏👏👏👏👏👏👏
@havyarimanaalex3363
@havyarimanaalex3363 3 жыл бұрын
Be blessed mutama wacu!!!hangama %%%%%
@Mwanaume676
@Mwanaume676 3 жыл бұрын
Komera komera mon General
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 3 жыл бұрын
Nakubonye nkumuntu w'Umugabo utarayobora igihugu. Narakubonamwo ubumuntu. Imana ikurinde cane.
@llumbayves9044
@llumbayves9044 3 жыл бұрын
Time to make Burundi 🇧🇮 great again
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 Жыл бұрын
Realy soon as soon everywhere will Wonder to our Burundi honey and Milk country God bless again our President and our Country 🤗🤗🤗💚💚💚🙏🙏🙏🙏
@jeanndereye8292
@jeanndereye8292 3 жыл бұрын
Le pacificateur👏👏🙌🙌🤝
@makinimoses9041
@makinimoses9041 Жыл бұрын
Turakwemera mutama wacu
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 жыл бұрын
Thanks 👏👏👏👏👏
@manuelmutuyimana2143
@manuelmutuyimana2143 3 жыл бұрын
Asantesana lahisi wetu👍👍👍
@adriang.
@adriang. 3 жыл бұрын
Imana ikuje imbere nyakwubahwa President
@starbikabss8012
@starbikabss8012 3 жыл бұрын
Ijambo ry'ukuri Mutama 🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ezekielleonidas5798
@ezekielleonidas5798 3 жыл бұрын
Ndakumera urumugabo!
@tolumsukuma4850
@tolumsukuma4850 3 жыл бұрын
Chuma hicho ni mwoto sanaaa nakukubari
@user-je7jj1vi2u
@user-je7jj1vi2u 3 жыл бұрын
Tanzania yateye imbere
@starbikabss8012
@starbikabss8012 3 жыл бұрын
Uburundi bwubahwe🙏🙏
@ibinyoma8067
@ibinyoma8067 3 жыл бұрын
Good
@gasanabukurueric2054
@gasanabukurueric2054 3 жыл бұрын
Komerezaho mutama dutakahise kaboze dutegure kazoza keza.Tubane mumahoro twubake igihungu cacu.
@jeannettemukeshimana577
@jeannettemukeshimana577 3 жыл бұрын
Tubaye turakenguruka nukuri invugo ibe ingiro
@banin-bradaneirakoze9535
@banin-bradaneirakoze9535 3 жыл бұрын
Numvumengo nuza nkaguterura nkaguheka mutama wacu none ntivyoshoboka kandi sinogushobora,so reka ngusengere Imana ikutuzigamire
@jhonclaudendagijimana7697
@jhonclaudendagijimana7697 3 жыл бұрын
imana takuduhay ikudutungire mutam wanj
@user-je7jj1vi2u
@user-je7jj1vi2u 3 жыл бұрын
Nuko mutama nimubake igihugu
@Mkel890
@Mkel890 3 жыл бұрын
Uyu mugabo ko umengo ni muzima.
@esperancekamikazi5479
@esperancekamikazi5479 3 жыл бұрын
Imana igukomeze mutama
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 жыл бұрын
@@esperancekamikazi5479 nyakubahwa azokurikirane urya mupfakazi wo mugasekebuye yagirizwa kwica umugabo wiwe,tumenye ukuri nyako kndi ndaziko atazohengama,na first lady azobikurikirane,ivyurya mupfasoni,hagaragare ukuri nyakwo.
@hjaymwaminifu3781
@hjaymwaminifu3781 3 жыл бұрын
Akunda igihugu
@philotairehabonimana3727
@philotairehabonimana3727 3 жыл бұрын
Na sogokuru yari yaravuzeko uyo amusubiriye ko iyo avuze ikintu agishitsa, turi kumw twese we can
@fulgencenkurunziza4707
@fulgencenkurunziza4707 3 жыл бұрын
Turabasabira kugira ntimuzohinduke kumajambo meza mushikiriza
@hjaymwaminifu3781
@hjaymwaminifu3781 3 жыл бұрын
UKUNTU UKUNDA UBURUNDI NUKURI NI NKA NDADAYE URABE NTIBAGUCE MURYAHUMYE KUBERA KUVANAKERA HARABASI BUBURUNDI ARIKO NDAYISHIMIYE IZINA NIRYO MUNTU TURINYUMA YAWE
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 63 МЛН
Spot The Fake Animal For $10,000
00:40
MrBeast
Рет қаралды 177 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 84 МЛН
Kuvuga ibijanye n'ubuzima ndorabitsina mw'isengero
22:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 63 МЛН