Kuvuga ibijanye n'ubuzima ndorabitsina mw'isengero

  Рет қаралды 14,769

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

🤳🏽 Ukaja ubona ku ma réseaux sociaux aka vidéo k'umupasitori ariko aravuga ibijanye n'uguhuza ibistina 💁🏾‍♀️
🤔 Mbega mw'isengero birarekuriwe kuvuga ibijanye n'ubuzima ndorabitsina ?
Pasteur #Mbayahaga Isidore araduha umuco 😊

Пікірлер: 15
@BethaJoel-l5b
@BethaJoel-l5b Ай бұрын
Ubalikiwe mtumishi wa Mungu kuwafafanulia hayo.hicho ni kipindi cha ndoa ambao hawajaoa hawaongozi kwenye kipindi cha ndoa niko tanzania
@vivantianebinagwaho7409
@vivantianebinagwaho7409 3 ай бұрын
Tres interessant
@jeanclaudensabumuremyi1439
@jeanclaudensabumuremyi1439 Күн бұрын
Ikiganiro ciza cane.Nta wompa tél ya Apôtre Mbayahaga
@DusDona
@DusDona 7 күн бұрын
Maybe uriya mu yeyi yararimwigisha abubatse nta kosa yakoze kbsa apotre usobanuye neza cyane nubundi nsanzwe nkwemera sawa mpakwa wa Mungu mubarikiwe
@AmaBlessedBoy
@AmaBlessedBoy 10 ай бұрын
Salut, muzomumbarize apotre kukintu cerekeye kwisonzesha, ni ryariii bikwiye ko umuntu yisonzesha!!!harabantu usanga bisonzesha iminsi 40 batarya kd batanwa bagafungura soir gusa! Nshaka kumenya nimba kutisonzesha ko harimwo icaha??
@ThierryNiyonkuru-n7l
@ThierryNiyonkuru-n7l 10 ай бұрын
Urokoze caneee apôtre kurizompanuro utanga ninziza cane uzokomeze guhanura
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 3 ай бұрын
Nukuvyigisha muma Sengero Birunvikana birakenewe kubimenya
@sylveremurengerantwari9778
@sylveremurengerantwari9778 3 ай бұрын
Titi😂😂😂❤
@Coyitungiyechristophe
@Coyitungiyechristophe 3 ай бұрын
Muraho mukozi w'lmana mfise inm
@FiftyD
@FiftyD 3 ай бұрын
none ntamashure ari i Burundi atanga ama cours sexuelle nko mubindi bihugu ?
@ndayisengaleonard6891
@ndayisengaleonard6891 2 ай бұрын
Uti Umwigeme atwaye inda atipfuje? Niko, ico kivugwa ku mukobwa wese atarakwiza imyaka 18. Uwubikoze yarayikwije canke ayirenza, akaba ataguye mu mutego ngo afatwe ku nguvu, aba yayitwaye ayipfuza. Mube muvuga ko ikintu cera ari uko cera, icirabura ari uko cirabura.
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp 2 ай бұрын
Uvuze neza ariko hari vyinshi cane biba k'ubakiri bato utaramenya nagato!!!! Gusa nimba uri umuvyeyi hari igihe ivyo utazi cane utamenye isi izobikwereka utavyemejwe n'umuntu nk'awe! Gusa biboneka ko ubumenyi ufise buhagaze k'uvyo wabonye gusa ivyo utumvise canke utabonye kuri wewe NTIBIBAHO!!! iyaba wari uzi ko mu vyo wibaza ko wize bikakugira ngo"fonctionaire" intellectuall(e) ari "uruhumyi mwiga " birateye isoni n'umubabaro kwitwa incabwenge kubera ko uzi kuvuga no kwiga wigira mu ndimi z'inyamahanga ,ugasobeka ukavyimba ngo warize utazi agaciro k'ururimi gwawe, ngo mwarize ? Ata kiranganzira nakimwe canditse m'ururimi gwawe!!! Wumva womenya gute ko umuntu ashobora gutwara inda atayishaka?? Umuntu ashaka kumenya ico atazi niwe munyabwenge,nayo umuntu ahakana ico atazi uwo ni INJIJI,IMPUMYI,yamana ivyo azi n'ivyo yamenye gusa !!!
@ElvisTurikumwenayo
@ElvisTurikumwenayo 29 күн бұрын
Vyza cn
@ahishakiyejules7083
@ahishakiyejules7083 10 ай бұрын
Ip
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 3 ай бұрын
Nukuvyigisha muma Sengero Birunvikana birakenewe kubimenya
IYABA UVYIBUKA NTUBA USUZUGURA ABANDI
1:05:42
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 42 М.
Un coup venu de l’espace 😂😂😂
00:19
Nicocapone
Рет қаралды 4,4 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 63 МЛН
« Nasohokanye n'umuzungu, biherera muri drogue »
14:02
Yaga Burundi
Рет қаралды 32 М.
Trump na Kamala Harris, hazotsinda nde ?
6:08
Yaga Burundi
Рет қаралды 916