Ibisanga vyashikiye SIMBIZI kuri Mariage yiwe kuri BATA/Intahe ya Maman wiwe/uBumuga bw’umugore wiwe

  Рет қаралды 17,477

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#burundi #simbiziwasemavumba #mariage

Пікірлер: 76
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 2 ай бұрын
Natacha afis amaso meza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤.....Idriss na Inès félicitations mingi Imana izobubakire❤❤❤❤❤
@donnar3790
@donnar3790 3 ай бұрын
Kubumugore wa Simbizi bisaba korosha umutima nubuzima😂😂, uronse umugore mwiza kandi nawe arakuronse , muzogire urugo ruhire , Imana izobubakire
@ndayishimiyerenovat3840
@ndayishimiyerenovat3840 3 ай бұрын
Ako kantu k'imodoka nako yateguye. Kuki ipfira muri ville hagati?😅😅😅
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 3 ай бұрын
Waw mariage yambere yo muburundi iryoshe cane , merci Hosy ka Semavumba nciye ndagakunda kurusha naho kavuga ibijambo vyinshi 🤣🤣🤣 ariko urunva ko atabivugana umutima mubi! Bon sinogenda ntavuze ingene la maman de Idriss est une dame superbe, posée et respectueuse wawwwwww Bon mariage Idriss et Ines ❤❤🎉🎉🎉🎉
@MugishaDiane-vm5fz
@MugishaDiane-vm5fz 3 ай бұрын
Simbizi nahora ntakwemera ubu ndabonye kushobora kuba umuntu wumugabo❤
@Semavumba
@Semavumba 3 ай бұрын
merci
@bibikiki8437
@bibikiki8437 3 ай бұрын
Congratulations Simbizi Aha mperereye turagukunda cane Ubu rero tugiye kugukundira na Inès wawe n’umwana wanyu. Imana ihezagire urugo rwanyu Hosy merci kutwereka ubukwe bwiza Love from 🇨🇦🇧🇮🌹🎉🌹🎁❤️❤️❤️
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 3 ай бұрын
Grandes félicitations aux nouveaux mariés
@julesjulius2694
@julesjulius2694 3 ай бұрын
Simbizi ndamwemeye pe .big up sana .umuduga NGO pfuuuu
@nge257
@nge257 3 ай бұрын
Hosy nice look kagutotse sanaa😊❤
@nkezimanathadee7433
@nkezimanathadee7433 3 ай бұрын
😂😂sha Aka kantu ko Kuri Bata yakagize n'impaka kumbe, ewe Semavumba sha😂😂😂
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 3 ай бұрын
Bwabundi astutely haratoka
@cappucinella9120
@cappucinella9120 3 ай бұрын
Ohhhh nice haircut hosyyy, stunning 😍😍
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Idrissa n'a Inès bakoze ubugeni bwiza ❤❤🎉🎉
@esperancensabimana9892
@esperancensabimana9892 3 ай бұрын
Yooo ndabony Nipo Simple shaa🎉🎉
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 ай бұрын
Yaramuraranye kbsa❤❤❤
@KhanKhan-t4i7w
@KhanKhan-t4i7w 3 ай бұрын
Natacha ❤❤❤ndagukunda
@cappucinella9120
@cappucinella9120 3 ай бұрын
Hahah la.pauvre 🥵🤪🤪 kawuka sha Ines ibaze nkubu iyo mutangura kwubakira kwideni ryimodoka ya mariage 😂
@DieudonneNdayisaba-lj3tw
@DieudonneNdayisaba-lj3tw 3 ай бұрын
Uyu mu jama nitwamubura mu muziki ndundi tuzoba duhomvye😂😂 azi ivyarimwo
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 3 ай бұрын
Muzobe amakara ntimube urubeya baz semavumva arabaye sérieux kbs🎉🎉
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Simbizi ndakwemerera ibintu ubikora uko bimeze. You neva fake life🎉🎉🎉🎉
@SggzgxgSggzgx-dd5uf
@SggzgxgSggzgx-dd5uf 3 ай бұрын
Turamukeje babe amakara ntibabe urubeya❤❤
@Der257-v1y
@Der257-v1y 3 ай бұрын
Uwomu Maman 🥰 avuze ngo abana na simbizi yamushizemwo 😂😂😂???
@mvuneboy6287
@mvuneboy6287 3 ай бұрын
Congratulations idrissa
@Der257-v1y
@Der257-v1y 3 ай бұрын
Uwomu Maman 🥰 avuze ngo abana na simbizi yamushizemwo 😂😂😂???
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 3 ай бұрын
Hosy ndamukunda azan ibint vyumurirogus ndakwikundira vrmt
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Mana we Hosy Mr6!sana kuri Simbizi kubona waramushigikiye nu muntu wambere mbonye mubantu avugangwa kumbuga akoze ubukwe bwiza Décor yonyene yarakaga Wallah Ni arenze Décor ya The Ben na Pamella vrmt vyasa neza yarikuye akagaye nu Mushingantahe
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 3 ай бұрын
Ngo hariho abavyeyi bahombesha 😢😢😢Ako kantu nikabi
@faida-5901
@faida-5901 3 ай бұрын
Ngongwiki gabanyamajambo😂😂😂😂 wasekuyidekora nguzoyidekora munyuma❤❤❤❤ hariho yindi mariage uzokora😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@AmaniNduwayo-o2b
@AmaniNduwayo-o2b 3 ай бұрын
Wubahwe kbx
@Elvvicky
@Elvvicky 3 ай бұрын
Hahaaaaa asha wararongowe ngubone ended 😂😂😂😂😂 ndakumbagaye
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 3 ай бұрын
Idrissy and lnès lmana ibane namwe
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 3 ай бұрын
U so beautiful
@_-wt8ns
@_-wt8ns 3 ай бұрын
Icondabemerey simbizi unyeretse kuribata nahaherukakera narindanahakumbuy akogatwiko niko ahowashatse kuryochikirori namavuyuzi
@kevinblessing76
@kevinblessing76 3 ай бұрын
Mariage yibihe kbsa😂❤🎉
@esperancensabimana9892
@esperancensabimana9892 3 ай бұрын
Gus rro ngum mbon umngo akokantu nako yigiriy kokumodoka
@uwimana8584
@uwimana8584 3 ай бұрын
Semavuta ndamwikundira ukuntu 😂
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 3 ай бұрын
None title utanditse ibisanga nta bindi wari kwandika?
@LyndaUwamahoro
@LyndaUwamahoro 3 ай бұрын
Urumwana Mubi ngo Yarazi kondamutora Muri V8😂😂😂
@sozvin1869
@sozvin1869 3 ай бұрын
.gusa iyo burugiri yashaje
@yyyy6413
@yyyy6413 3 ай бұрын
Nararongow mbone
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 3 ай бұрын
Hosy image zawe bravo
@NtakirutimanaJohn-v6t
@NtakirutimanaJohn-v6t 3 ай бұрын
Vyari bibereye gusa wabuze imodoka waramaramaje abatumire
@_-wt8ns
@_-wt8ns 3 ай бұрын
Yoo muranyich ewesimbizi atiyararindiy sebukwe ngovewiti ewebasha gusanisawa
@IkurakurePacifique
@IkurakurePacifique 3 ай бұрын
Ni mariage ya vrai ?
@divariennekarire3688
@divariennekarire3688 3 ай бұрын
Mana yanje iyimodoka ninkorofani nukuri 😂😂😂😂
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 ай бұрын
Umugeni niwe yamaramaye basha😂😂😂mpore
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 3 ай бұрын
Congratulations 😂😂😂
@ednaky5150
@ednaky5150 3 ай бұрын
Semavumbaaaa 😂😂😂😂🙌🏾🙌🏾🙌🏾❤️❤️❤️
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 3 ай бұрын
Regis aratwenz ng namwabiriy ng yanse kunsom ubahw ugir urugo rwiz
@IrishuraLily
@IrishuraLily 3 ай бұрын
Ngo kotumbwiy KO mberewe 😁😁😁 burya sinumvis nabi 😂😂😂
@RareRobertha
@RareRobertha 3 ай бұрын
Biry vyaberey kur Bata nivy yar yapanze ?🤣
@ThamarNdacayisaba
@ThamarNdacayisaba 3 ай бұрын
Vyarivvyiza
@denadena7727
@denadena7727 3 ай бұрын
Ngohari habavyeyi bahombesha🤣🤣🤣
@bavuganezaImmaculee-pn9ni
@bavuganezaImmaculee-pn9ni 3 ай бұрын
Arabia yakakwimye kwel😂😂😂
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 3 ай бұрын
Ikawe ya kheli
@_-wt8ns
@_-wt8ns 3 ай бұрын
Nonuyimuduga ewesimbizi cha kutarondeyuyundi muduga
@KhanKhan-t4i7w
@KhanKhan-t4i7w 3 ай бұрын
Simbiz usigaye wambara nez kwl
@IkurakurePacifique
@IkurakurePacifique 3 ай бұрын
Iyi niyanyuma hahahaha
@MucoJoe-Dassin-ju9up
@MucoJoe-Dassin-ju9up 3 ай бұрын
Nahobiruko ntiyiyubaha simbizi nikirofa afise ururimi rumuhanga nicokimodoka nigiporoporo arongoye ubwoko non
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 3 ай бұрын
Urakoze kivomisa😂😂
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 3 ай бұрын
Mariage ya simbizi yariryoshe 🤣🤣🤣
@blaiseahishakiye6464
@blaiseahishakiye6464 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@MakurazaJos-mi7my
@MakurazaJos-mi7my 3 ай бұрын
None ko wewe uru umuhutu bigufashije iki.ndababaye ingene usubiyemwo ngo umututsi nkincuro ijana ,wewe nyene uriyizi iyutari kumuvyarako batari kumuguha none uriko urabogambako ,ubwo nubu indiscipliné vraiment .Hindura akarimi kawe 😢.
@IrishuraLily
@IrishuraLily 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@IrishuraLily
@IrishuraLily 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@BrandonKabanga-vo7nl
@BrandonKabanga-vo7nl 3 ай бұрын
😂😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@Emily-k98
@Emily-k98 3 ай бұрын
😂😂
@Emily-k98
@Emily-k98 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 3 ай бұрын
Simbiziz😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 3 ай бұрын
😮😮😮😮😮😮😮😮
@Princess_Graah
@Princess_Graah 3 ай бұрын
😂🫶🏼
@MakurazaJos-mi7my
@MakurazaJos-mi7my 3 ай бұрын
Simbizi none ko uvuze ko ari abagamba babatutsi kuki utarondeye abatari abagamba.wewe Ufise amacakubiri ,urakwiye kubihindura ayo macakubiri uyavemwo baba abagamba canke ababo ,bose bafise amaraso .mbabajwe n,umunyejenda wiwacu.
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 3 ай бұрын
😢😢😢😢
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v 3 ай бұрын
Ijenda mumbeho😂😂😂
OYUNCAK MİKROFON İLE TRAFİK LAMBASINI DEĞİŞTİRDİ 😱
00:17
Melih Taşçı
Рет қаралды 13 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
Spongebob ate Michael Jackson 😱 #meme #spongebob #gmod
00:14
Mr. LoLo
Рет қаралды 10 МЛН
OYUNCAK MİKROFON İLE TRAFİK LAMBASINI DEĞİŞTİRDİ 😱
00:17
Melih Taşçı
Рет қаралды 13 МЛН