Very interesting!!! Thanks for choosing to share with us such insightful contents despite the current big temptation of uploading empty content...thanks for choosing value over volume....Keep it up 💪💪 URAKOZE CANE
@BeatriceNkurunziza-l9b3 ай бұрын
umupfasoni mwiza k umutima no k umubiri. Twariganye L. Clarté n.d
@jeaninehan3 ай бұрын
Ndafashijwe vraiment 🙏❤️
@brillantnzorubara977Ай бұрын
Whaoouuuh! N Inyigisho zo,kabisa. Uwo muvyeyi n Umuvyeyi w Ubwenge bw Imana,_nakunze aho yahanuriye Ingo kuc Ubuvugishwa bw ibinyoma.
Pamela, ndagushimiye kuri iyo ngabirano na wewe waronse, ubwo butumwa utanga ni bwiza. Uwo muvyeyi na we , aratwubatse cane, adukebuye muri vyinshi, aho twakomerekeye turahabonye, kandi tugiye kwikosora, dushishikare kuja ku mavi, tugire ubwenge dufashijwe n'Imana. Murarondera un homme sage, atange impanuro nawe, kuko hari abasambura ingo zabo batabizi, mu gutoteza abapfasoni babo. Encore une fois, merci bcp
@SERGESGAHUNGU-ws5eg18 күн бұрын
Urakoze kutwumvisha amajambo meza yubaka ya Renilde. Nari nkumbuye kumwumva mu kimenyeshamakuru kugira aduhe ivyiyumviro bijanye n'ibikomeza ingo, ese womugarukana akadoma ku bindi atashitse ko bijanye n'imibonano mpuzabitsina kandi bizwi yuko ari karahara mu ruganda ntibacure. Abatumire bawe barakwiye kuja baraduha adresse yabo. Urakoze, ikiganiro cawe cubaka benshi ndashobora kuvyemeza ata kwihenda.
Thank you so much Mum Renilde am. Inspired by your advice , we love 💕 you and you are a blessing to this generation 🙏 God bless you always woman of God 🙏
@AlidaIzonkiza-tx1jm3 ай бұрын
Imana ibongerereze ubwenge🥰
@PhilomèneNdayizeye2 ай бұрын
Umumaman arahanura pe?
@FB-df6bp3 ай бұрын
❤❤❤
@arsenensabimana34573 ай бұрын
❤
@CorneilleNdayishimiye3 ай бұрын
Amahoro neza.Ndanezerewe n'inyigisho za madame Renilde vraiment.N'umu maman mwiza kandi ari inspiré par saint esprit rero IMANA yo mw'ijuru imuduhezagirire cane hamwe nawe Pamela.
Très bien apprécié par moi, les exemples donnés par cette femmes sont concrets: surtout KO arugesenga cane kububatse, nukureka kwifuza amatungo kubadamu ...,