IBYA KUDETA: BUNYONI YIRUKANYWE| GUFUNGWA| Pres. NDAYISHIMIYE AFITE UBWOBA| AGATSIRIRI K'URWANGANO

  Рет қаралды 106,900

GENTIL GEDEON OFFICIAL

GENTIL GEDEON OFFICIAL

Күн бұрын

#GENTILGEDEONOFFICIAL #GGO #BURUNDI

Пікірлер: 150
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 2 жыл бұрын
Ingoma zose zo kur’iyisi yacu zama zigenda zihinduka icangombwa conyene cingira kamaro n’Ukubaha Imana n’abantu, ibindi vyose n’ubusa, nugahahamira umuyaga. Dusengere uburundi. Amen
@kampiregentille6816
@kampiregentille6816 2 жыл бұрын
Fyyyytttttttttttttgggttttttttgggtgggggggutdutdutdutudtudtuxgx Ohz blah C ylyea k we b. Y Dj
@KMGOTV
@KMGOTV 2 жыл бұрын
Niko bimeze kbs
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
Urakoze papa Burundi🥰uwutwara munyungu ziwe akwiye kwegezwayo✋tugushimira kuriko ugerageza gutwarira abanyagihugu🥰IMANA igushigikire impande zose🥰sokuru at"uwuzorukarisha ruzomumwa"🥰🥰
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Ego kweri , Sogokuru petero nkurunziza yarabivuze
@nahayopaulkim9097
@nahayopaulkim9097 2 жыл бұрын
Respect kwa Mutama se wabarundi,Ndayishimiye
@themagnet4236
@themagnet4236 2 жыл бұрын
Vive never!!!amweretseko,Ari President
@niyakhalid5650
@niyakhalid5650 2 жыл бұрын
Merci cane Gentil Imana irinde Uburundi bwacu hama uzodukorere kuvyerekey politike ya Kenya
@mandela2145
@mandela2145 2 жыл бұрын
Niyu Rwanda
@hitamungujeandamascene5710
@hitamungujeandamascene5710 2 жыл бұрын
@@mandela2145 BARAYITINYA KUKO BYABAKORAHO,N'IYO BAYIVUZEHO BAVUGA IBIGENDA GUSA BAKIRINDA IBITAGENDA
@KABAYIZA705
@KABAYIZA705 2 жыл бұрын
Ndakwemera cyane. Uyaduhera kugihe kd uba wayacukumbuye.
@pierrecelestinimanirakaram7146
@pierrecelestinimanirakaram7146 2 жыл бұрын
Ubu Ndirakobuca arangije kurahira. Thank you #GGO For Updates.
@Jafanny21
@Jafanny21 2 жыл бұрын
#GGO Yitwa Prime NIYONGABO apana NIYOMUGABO 🇧🇮
@niyungekomarius9657
@niyungekomarius9657 2 жыл бұрын
GGO,big up musaza,nar nakurindiye cyane!
@nahimanaleonce5717
@nahimanaleonce5717 2 жыл бұрын
Iyinkuru muzogume muyikwirikirana cane mutubwire ukovyifashe
@nshimyumuremyijoseph9192
@nshimyumuremyijoseph9192 2 жыл бұрын
Guxa Gen Bunyoni nacyo atahawe muburundi nindashima
@vivarwandapodcast
@vivarwandapodcast 2 жыл бұрын
President Ndayishimiye ndamukunze cyane Ati Bacamanza mumfashe
@aloysbisengimana1078
@aloysbisengimana1078 2 жыл бұрын
Evariste nadyishimiye ndamwemeye kbs
@davidkwizera2586
@davidkwizera2586 2 жыл бұрын
Nari ndindiranye igishika icegeranyo cawe GGO merci beaucoup
@K99-r3v
@K99-r3v 2 жыл бұрын
Pres. Ndayishimiye ni umugabo✊🏽✊🏽
@mutavu
@mutavu 2 жыл бұрын
Aritonda cyane
@gregioremanirakiza4695
@gregioremanirakiza4695 2 жыл бұрын
Wendakwemera gedeo Umukuru wigihugu cacu Yubawe intashima Zishaka kudusubiza Mwihumbi Tamara uwuzobigerageza wese Ntibizomurwaneza Uwambere Arabibonye
@vivarwandapodcast
@vivarwandapodcast 2 жыл бұрын
6:25 Neva Ati ku izina ry'Imana nzamunesha.
@ngizwebigsize9302
@ngizwebigsize9302 2 жыл бұрын
Am the number 1 here from🇲🇿🇷🇼
@tuyishimirekassim3846
@tuyishimirekassim3846 2 жыл бұрын
Estamos juntos aqui
@markoviskyhernandez9706
@markoviskyhernandez9706 2 жыл бұрын
Ntabwo ari Général Prime Niyomugabo ni Général Prime NIYONGABO.
@Gtownsogo
@Gtownsogo 2 жыл бұрын
No 1 murwanda no muri east African wew bwanafunzi
@twizerimanajeanclaude1049
@twizerimanajeanclaude1049 2 жыл бұрын
Abarundi mukomeze mushyigikire President wanyu, kuko ni umupresident mwiza! azi guca bugufi kandi abanisha Abarundi neza uko abishoboye!!
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Ego cane, imana imufashe
@blessingsjolam8162
@blessingsjolam8162 2 жыл бұрын
Hano never ndakwemeye💝
@gishikaprince5920
@gishikaprince5920 2 жыл бұрын
Iyisi itaragukaranga iba ikigushakira ibirungo bigukwiriye bunyoni ibyawe byarangiwe
@georgechimeta6080
@georgechimeta6080 2 жыл бұрын
Absolutely
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 жыл бұрын
Kabisa urumussesenguzi kandi ivyuvuze ni vyo hama Prime ni Niyongabo si Niyomugabo
@gentilmugisha4553
@gentilmugisha4553 2 жыл бұрын
Thank you GGO for updates
@christlebelirimaso1443
@christlebelirimaso1443 2 жыл бұрын
Ni prime niyongabo, si niyomugabo. Thank you
@byiringiropacifique1327
@byiringiropacifique1327 2 жыл бұрын
Ikindi ntabwo bava mu karere kamwe kuko president ava i gitega prime nawe avuka i muramvya
@jeanmarievianneyirakoze6690
@jeanmarievianneyirakoze6690 2 жыл бұрын
@@byiringiropacifique1327 bose hamwe ni au centre du pays.
@isodogzskits3414
@isodogzskits3414 2 жыл бұрын
Kbx akokantu ni fresh
@doniteka5594
@doniteka5594 2 жыл бұрын
Ndi uwa mbere GGO. Gusa hari ibiganiro kuri Yězu utabandanije
@nshimyumuremyijoseph9192
@nshimyumuremyijoseph9192 2 жыл бұрын
Ubundi xe wagira umujenerali minister wintebe ntaguhirike kubutegetsi
@frenkmakoba510
@frenkmakoba510 2 жыл бұрын
Uravug amakur neza musaza GGo
@KABAYIZA705
@KABAYIZA705 2 жыл бұрын
Uzadukusanyirize ibijyanye nuko Pierre BUYOYA yagiye ahirika ubutegetsi.
@user2379
@user2379 2 жыл бұрын
Iki uzagikore
@BURUNDIB
@BURUNDIB 2 жыл бұрын
Narababwiye ko bunyoni ntaco yokora ubu igihugu kimeze neza kweri ubu turiko dukora neze kandi ntituzohagarara gukora
@PaulWambea
@PaulWambea 2 жыл бұрын
Igitangaje, nuburyo HE Nkurunziza... bicaye bashaka uzamusimburaaaa, twebwe abaturage bugacya bakadutondesha imirongo ngo tugiye gutora umukuru wigihugu. hahahah Sha rubanda twaragowe koko
@dieudonnemukeshimana599
@dieudonnemukeshimana599 2 жыл бұрын
Tu es Rwandais, tu n'est pas burundais
@PaulWambea
@PaulWambea 2 жыл бұрын
hahah je me fichais de qui vous et moi sommes. J'ai été simplement surpris de ce que nos dirigeants prévoient et après nous avoir demandé d'aller voter à qui ils donnent déjà le pouvoir
@buravan1512
@buravan1512 2 жыл бұрын
*GENERAL "EVARISTE NDAYISHIMIYE" yakoze akazi gakomeye muri 2015, yagiye mu NTARA zavugwagamo imvururu z'amoko mu BURUNDI, amarayo ibyumweru bike, ibibazo arabicoca, asiga amahoro agarutse mu BATURAGE, nta MUNTU upfuye, kandi nta masasu avuze.* ibi bintu byo gutera IGIPINDI, no gucisha make, President PETER yarabimukundiraga cyane.
@mussaram4351
@mussaram4351 2 жыл бұрын
Waje hageze GG
@jeanmarievianneyirakoze6690
@jeanmarievianneyirakoze6690 2 жыл бұрын
Ni Prime NIYONGABO apana NIYOMUGABO knd wihenze Neva na Prime Niyongabo ntibava kugatumba kamwe. Umwe ni muri Gitega, uwundi Province Muramvya. Gusa bose bava muri Region Centre.
@georgechimeta6080
@georgechimeta6080 2 жыл бұрын
Ni namukone abidyozwe
@vivarwandapodcast
@vivarwandapodcast 2 жыл бұрын
Thanks GGO
@gakeri4162
@gakeri4162 2 жыл бұрын
ngiyo democracy
@muranisalim3572
@muranisalim3572 2 жыл бұрын
Wow amazing
@valensliverpoolputin1791
@valensliverpoolputin1791 2 жыл бұрын
Yo disi ndayishimiye arimukuri
@aronhabarugira6646
@aronhabarugira6646 2 жыл бұрын
Ivyo muvugira imbere yabanyagihugu sha izo shengera zirakwiye kurwagwa.bavanga portique nivyi mana.mana uturindire igihugu nabeneco.
@mutavu
@mutavu 2 жыл бұрын
Urumva ukuntu asubiza president kweli ndayishimiye aritonda pe namukora agashya akumirwa
@truthbytruthsimba1810
@truthbytruthsimba1810 2 жыл бұрын
Abarundi bacyeneye president urwanya ruswa mubayobozi. Ruswa mu burundi iteye ubwoba.
@saidiballack9523
@saidiballack9523 Жыл бұрын
Nukuri vermt bacumugani mukirundi ababifa nababisangiy nkaho. Nkumunyagihugu. Twagwa. Ukobachaka
@mrpeaceofficial1330
@mrpeaceofficial1330 2 жыл бұрын
Numviseko yangaga uRwanda cyane nahame yishyure amabi yakoze.
@multimilliardaire5589
@multimilliardaire5589 2 жыл бұрын
Uri ikigoryi
@mrpeaceofficial1330
@mrpeaceofficial1330 2 жыл бұрын
@@multimilliardaire5589 kutukanase wowe yariso? Ihangane basi.
@hopeministry2267
@hopeministry2267 2 жыл бұрын
Nuyu wamusimbuye yanga urwanda
@multimilliardaire5589
@multimilliardaire5589 2 жыл бұрын
Ninde yorukunda?ntan'umwe
@mrpeaceofficial1330
@mrpeaceofficial1330 2 жыл бұрын
@@multimilliardaire5589 🤣🤣🤣 ishyari rizabica muratwanga tukabasiga mumpande zose, ubundix dupfiki kotwahoze turabavandimwe?! Dukundanye twaterimbere twese kurushaho.
@aronhabarugira6646
@aronhabarugira6646 2 жыл бұрын
Arabaza Goriyati ayo yabonye yigize igihangange imber yabana bimana.urakoz udukuyek uwo mugabo.nukumucungira hafi ntabacik.biyubakish amaz agerets kuvyofashij ifpivy na bafpakazi.iman iduvungir igihugu cacu 'aben gihugi
@mugishapeter3959
@mugishapeter3959 2 жыл бұрын
Ndayishimiye baramuziza gushyira ibintu kumurongo abarya ruswa alarengane abakomeye bakorera barubanda ruto ruswa nibindi
@bizmitch9598
@bizmitch9598 2 жыл бұрын
Prime Niyongabo apana Niyomugabo kandi Prime na Ndayishimiye ntibava kugatumba kamwe…umwe(Prime) avuka iMuramvya uwundi (Ndayishimiye) iGitega,be mubanza gutohoza neza amakuru yanyu imbere yokuyavuga…ivyo vyose bicaa vyerrkana ko ivyo wavuze vyinshi ari ububeshi nuko gusa tudafise ingene twokubeshuza
@ngabovalenshassan4559
@ngabovalenshassan4559 2 жыл бұрын
Ese ibyo avuze byose wari ubizi mwagiye mureka kwiyumva
@bizmitch9598
@bizmitch9598 2 жыл бұрын
@@ngabovalenshassan4559 iyaba nari ndabizi narikumubeshuza ariko rero bivanye nutwo dukeya yabeshemwo bica vyerekana ko vyinshi ari ikinyoma nuko gusa tutabizi
@damasbizima9943
@damasbizima9943 2 жыл бұрын
Abanzi bafrika nitwebwe banyafrika ubwacu
@emmanuelndikubwimana8343
@emmanuelndikubwimana8343 2 жыл бұрын
Ndayishimiye numuyobozimwiza
@nahimanaleonce5717
@nahimanaleonce5717 2 жыл бұрын
Aratanguye kwerekana ko ashoboye turabimushimiye
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Ikintu cose n'umwanya waco
@adrienbutoyi6612
@adrienbutoyi6612 2 жыл бұрын
Gentil wari wasesanguye kabisa. Ivyo uvuze vyagenze ukwo nyene. Gusa ivyiyisi n'amayobera je sinarinzi ko vyoshika General Alain Guillaume Bunyoni agashirwa hasi.
@biziyaremyeaimable9512
@biziyaremyeaimable9512 2 жыл бұрын
Bunyoni yarayobye
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Turagukunda Gentil Gédéon ukuntu utanga inkuru.
@brownimranan2349
@brownimranan2349 2 жыл бұрын
Si Prime NIYOMUGABO ni Prime NIYONGABO Kandi wihenze nabwo Prime ava hamwe na President ahubwo avuka hamwe na First Lady
@hategekimanapatrick8645
@hategekimanapatrick8645 2 жыл бұрын
Ark wasubiza president gutyo nta kwice cg nta kwirukane uwo aba ari Genelar cy president
@asiimwestevo8494
@asiimwestevo8494 2 жыл бұрын
GGO urumugabo kabisa tukurinyuma
@theophilentirandekura3374
@theophilentirandekura3374 2 жыл бұрын
Anaitwa General Niyongabo si Niyomugabo
@landry_theboss2567
@landry_theboss2567 2 жыл бұрын
GGO✅✌️
@sherifmozembizi2050
@sherifmozembizi2050 2 жыл бұрын
Ahubwo asabe Imana bere kumufunga!
@mugabekaziblandine9610
@mugabekaziblandine9610 2 жыл бұрын
Ubwose ariwowe wamukoreriki? Ahubwo agire amahirw ntibamukorere nkibyo yakoreyeye abandi. Guffungwa nibisanzwe.
@sherifmozembizi2050
@sherifmozembizi2050 2 жыл бұрын
@@mugabekaziblandine9610 haha
@onespajay2579
@onespajay2579 2 жыл бұрын
Ni Prime Niyongabo
@emmanuelndikubwimana8343
@emmanuelndikubwimana8343 2 жыл бұрын
Uhite umufungakugirango date za igihugu akajagari
@biziyaremyeaimable9512
@biziyaremyeaimable9512 2 жыл бұрын
Siburiwese ukora coup d'état
@havyarimanainnocent1378
@havyarimanainnocent1378 2 жыл бұрын
Please dukorere ibyi jisho rya 3 please gentil
@bedetwambazimana945
@bedetwambazimana945 2 жыл бұрын
Birabaye!ubutungane imbere!
@KRO170
@KRO170 2 жыл бұрын
#kwizeraRwandaOfficial nihatari mubaturanyi
@joelnaja9935
@joelnaja9935 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣 Bwana Gedeon ukwo kuntu usoma iryo zina rya NDIRAKOBUCA uzobizira🤣🤣🤣🤣 Prime ni NIYONGABO🤣🤣🤣 si NIYOMUGABO
@ntirenganyajeandedieu2074
@ntirenganyajeandedieu2074 2 жыл бұрын
A bizira kubera iki?
@joelnaja9935
@joelnaja9935 2 жыл бұрын
@@ntirenganyajeandedieu2074 oya ni blague urabona ko nashizeko 🤣 muburyo bwo kwerekana ko bisekej Ntago yitwa uko ngo NDIRAKOBUCA uko Gedeon abisoma hoya,,,,kuko uvuze uko uba usobanuye ibindi,,, Kimwe niryo rya prime SI NIYOMUGABO ahubwo ni Prime NIYONGABO
@hatangimanaolivier3373
@hatangimanaolivier3373 2 жыл бұрын
Yakozumuti president gukura Bunyini!
@gitegatvshow
@gitegatvshow 2 жыл бұрын
#GGO MUCH RESPECT✍
@nshimyumuremyijoseph9192
@nshimyumuremyijoseph9192 2 жыл бұрын
Ntabwo bavuga minister wintebe numushyikiranganji wa mbere Mukuru mukirundi
@Mariam-ev8ei
@Mariam-ev8ei 2 жыл бұрын
yabivuze mu kinyarwanda
@rutayisireleog74
@rutayisireleog74 2 жыл бұрын
Byose nicyimwe nuko yabivuze mukinyarwanda
@ikazetv2192
@ikazetv2192 2 жыл бұрын
None se numurundi? Arabivuga mukinyarwanda icyangombwa nuko fonction wayumvise ari PM
@protaisnijimbere2450
@protaisnijimbere2450 2 жыл бұрын
Uvuga amakuru neza
@kiranukatv388
@kiranukatv388 2 жыл бұрын
Mamaa Charlene 👉 Imana iramwibutse 👉 Papa Charlene ntazamutanga gukora ubukwe 😭 ubuhanuzi bwihutirw byumve neza👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇 kzbin.info/www/bejne/nKSsh5eIapyBqpI
@julesbizimana1552
@julesbizimana1552 2 жыл бұрын
Ni Prime NIYONGABO si NIYOMUGABO
@BernardHavyarimana-kf6hg
@BernardHavyarimana-kf6hg Жыл бұрын
Nihh
@afrolinetv250
@afrolinetv250 2 жыл бұрын
Ntakintu cyambabaje nko kubona Hari abarundi benshi bagaragaje Kuma postes amwe namwe ko baribashyigikiye coup d etat 😰😰 Ubukoko ntibibuka imfu ,impunzi,inkomere ....nibindi bibi byaturutse kuri coup d etat yarigiye gukorerwa Nkurunziza🤔🤔😰
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 2 жыл бұрын
Good
@roboticsburundi2315
@roboticsburundi2315 2 жыл бұрын
C Prime Niyongabo et non Niyomugabo...
@jadoandyoweri2837
@jadoandyoweri2837 2 жыл бұрын
Umwuka umezute hagati ya China na Taiwan 🇹🇼 ubu CNN_news 18 iri live kuri yo KZbin yerekanako byakomeye na Taiwan iri mu myiyereko yitegura ibitero by ubushinwa
@richardndayihimbaze1579
@richardndayihimbaze1579 2 жыл бұрын
A corriger.Prime NIYONGABO et non NIYOMUGABO
@bashirnkunzimana7745
@bashirnkunzimana7745 2 жыл бұрын
Urarenz muta ukur kuzuye kbs
@gabbynzoyisaba9207
@gabbynzoyisaba9207 2 жыл бұрын
Samurarwa yubahwe cane
@mufaumecobracobra4611
@mufaumecobracobra4611 2 жыл бұрын
Giyome nta bu pasiteri bwe ahubwo buriya yashakagako abarundi bazarya bamusenga kuko amaze kwiyumva
@nyiranshutilaurence894
@nyiranshutilaurence894 2 жыл бұрын
Inkuru watanze ntabwo wayitohoje neza !nkako wavuze ko prime niyongabo na evariste ndayishiye bavuka kugasozi kamwe ivyo nububeshi kuko evariste avuka I gitega hama prime akavuka I muramvya!!so nivyizako inkuru wozurayitohoza neza kandi harimwo nibindi ntavuze wavuze ariko atarivyo!!
@princetsay4957
@princetsay4957 2 жыл бұрын
Uvuze ubusa, niyo wicecekera!
@astononline8845
@astononline8845 2 жыл бұрын
The way Burundian politics always be with bible and Christianity 😂😂😂
@jeanmarievianneyirakoze6690
@jeanmarievianneyirakoze6690 2 жыл бұрын
In Burundi we gave first place to God.
@chimamandamosesoffice8109
@chimamandamosesoffice8109 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣 leave my pastors 🤣🤣
@ngangaannick6879
@ngangaannick6879 2 жыл бұрын
Hhhhhhhh by the way it's like that in Burundi😅😅😅😅😅 ngo ni paster wumugenerali 😂😂😂😂 seriously
@mirryanniellansengiyumva
@mirryanniellansengiyumva 2 жыл бұрын
@@ngangaannick6879 hhhhhhhhh nihatali
@ikimanukaikimanuka655
@ikimanukaikimanuka655 2 жыл бұрын
so ntakwanga ahubwo akwita nabii ni bunyonii nyine numunyoni hhhhhhhhhh
@doniteka5594
@doniteka5594 2 жыл бұрын
Ni Prime NIYONGABO et non NIYOMUGABO
@gasimbaemmanuel4139
@gasimbaemmanuel4139 2 жыл бұрын
Ariko bunyoni siwe ndayishimiye yagize marchal?
@augustinnzohabonayo4783
@augustinnzohabonayo4783 2 жыл бұрын
Oya
@gasimbaemmanuel4139
@gasimbaemmanuel4139 2 жыл бұрын
@@augustinnzohabonayo4783 oh sinari mbizi
@beberwandaofficial6319
@beberwandaofficial6319 2 жыл бұрын
Mana koko abarundi mwavuye muri iyi mwanda yamakimbirane kweli
@reginedusenge5480
@reginedusenge5480 2 жыл бұрын
Ntamwami ugishs inama
@alexismanirakizaofficialam1042
@alexismanirakizaofficialam1042 2 жыл бұрын
Correction : ni Prime NIYONGABO si Prime NIYOmuGABO
@mgetvrwanda
@mgetvrwanda 2 жыл бұрын
Akinyuma ya DORIMBOGO:kzbin.info/www/bejne/iHLLh5aCirJ2Z9E
@rwandafocus8731
@rwandafocus8731 2 жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/nZO2iH6Fir5qrq8 wa mugore wo muri RHA wasuzuguye PAC social media ziti umwanya yawunye yatanze ruswa y'igitsina
@alexisnimubona3801
@alexisnimubona3801 2 жыл бұрын
Kosora. niyongabo apana niyomugabo
@mugishadanny5409
@mugishadanny5409 2 жыл бұрын
ni plume niyongabo si niyomugabo
@mutavu
@mutavu 2 жыл бұрын
Bunyoni = kayumba nigisambo kibi nabagenzi umuntu ujya kuri tv yubundi akavuga ibintu nkibyo ngo abafise imiduga mugende namaguru 🤣🤣
@emmanuelkagorora8241
@emmanuelkagorora8241 2 жыл бұрын
A
@rukoranyangabo9128
@rukoranyangabo9128 2 жыл бұрын
Nkunda ukuntu utegura INKURU. Bunyoni nta Pasteur umurimo n'imbaga yabantu yarimbaguye. Niba y'ibwiragako akunzwe ubu araje abone ukuntu yanzwe n'amoko yose. Gen. Ndayishimiye ntanubwo ari umunyamoko iyo atabawe ntamututsi wari gukira. Ubu inama nagira Red Tabara nugishyira hasi Intwaro bakitahira kuko umwicanyi yagiye.
@vincentkayihura892
@vincentkayihura892 2 жыл бұрын
B
@kigalisunshinetv
@kigalisunshinetv 2 жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/rmitoGiLrdKDl7c kzbin.info/www/bejne/rmitoGiLrdKDl7ckzbin.info/www/bejne/rmitoGiLrdKDl7c kigali sunshine tv kanda nahano 🔥🔥🔥😊kzbin.info/www/bejne/rmitoGiLrdKDl7c
This dad wins Halloween! 🎃💀
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 58 МЛН
MAGIC TIME ​⁠@Whoispelagheya
00:28
MasomkaMagic
Рет қаралды 37 МЛН
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 19 МЛН
When u fight over the armrest
00:41
Adam W
Рет қаралды 11 МЛН
#WARAMUTSE_RWANDA: Ni ayahe maherezo y'ibibazo bya DRC?
1:19:31
RwandaTV
Рет қаралды 322 М.
This dad wins Halloween! 🎃💀
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 58 МЛН