ICAMAKE Y'INGINGO ZAPFUNDITSE N'INAMA YA KOMITE NKURU Y'UMUGAMBWE CNDD-FDD

  Рет қаралды 8,310

Cndd-Fdd - TV

Cndd-Fdd - TV

Күн бұрын

Inyuma y'imana ya Komite Nkuru y'umugambwe CNDD-FDD yabereye i Ngozi ku magenekerezo ya 22 na 23 Ndamukiza 2024, Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yaragiranye ikiganiro n'abamenyeshamakuru. Imbere y'ico kiganiro ng'iyi icamake y'ivyapfundikiwe mu nama ya Komite Nkuru yabanje kubashikiriza.

Пікірлер: 16
@egidenijimbere7237
@egidenijimbere7237 5 ай бұрын
Ijambo ryiza cane,harambe umugambwe CNDD FDD
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 5 ай бұрын
Kabsa ijambo ryoza cane❤❤❤❤❤
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 5 ай бұрын
Neza cane umugambwe wabenegihugu
@LeonidasNdayikeza
@LeonidasNdayikeza 5 ай бұрын
CNDD FDD niwewe twizigiye usubiziteka abarundi ugwanyikinyoma n'akarenganyo,akagaye be noguhemuka,iragi twasigaramye nincungu za Democratie,RwagaSore na Ndadaye biguz'abarundi Bose muze mwese tubigendere.rero ngonvye kwishura uwo yagize commentaire avuga amoko ngo abatutsi canke abandi,uwo bigaragarako atari umu CNDD FDD vyukuri kuko umugambwe wacu mwiza ntiwubakiye kumacakubiri nkuko nivyivugo mururirimbo ruhayagiza umugambwe bitomoye.❤CNDD FDD abarundi isinzi tukurinyuma amoko yose bava muntara zose.merci
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 5 ай бұрын
Iyo muntu yanditse titre nahindure gato incamake y'ingingo zafunditswe apana incamake yingo
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Jewe ivyo simbona ko bizoshoboka Nyakwubahwa. Mbega ko hariho ingingo y' ukutavunjira amadolari mw' ibarabara: aravunjwa? Mbega ko vyari vyarabujijwe kugurira esansi mu bibuni,vyarahehwe? Izo ngingo zose ,mwari kuzishira mu ngingo imwe canke zibiri: kugira ngo igihugu c'Ubutundi gitere imbere ni uko abarundi bose boba mu bisagara. Mugategura neza ibisagara ( viabilisation),: nta buryo bwinshi uwo mugambi wotwara.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Nta gihugu cateye imbere abanyagihugu bakiba mu mashamba,mu bimanga....
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain 5 ай бұрын
Urukwavu ryovamwo iki cotunga umuryango
@Bimenyibimenyi-vk1cd
@Bimenyibimenyi-vk1cd 5 ай бұрын
Turabaphan mugabo
@JohnjohnZulu-j7q
@JohnjohnZulu-j7q 5 ай бұрын
Mwubahw caan mutam
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 5 ай бұрын
Nasaba abatutsi bakoreshwa na ba KILLING MACHINE mafiya kureka kuribwamwo umurete, kugirwa ibikoresho. Abana ba alexis nduhije canke ba kagame Paul, museveni ,kabarebe,godfroid niyombare,barimwo birira neza ba nyagupfa bapfa canke baborera mu busho
@ariarisi5038
@ariarisi5038 5 ай бұрын
Kandi koko neva yoherej abana be congo
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Abo bihoze.Ntawerekwa umuriro hakanye Cungera imipaka y' igihugu gusa,uwinjiye gutera mumukosora.
@SteveOfficial-v1t
@SteveOfficial-v1t 5 ай бұрын
Muduhe ikiganiro cose nabamenyeshamakuru,Kuki mutari souples vraiment ???turinde kubibasaba?nkubu cari guca kuri you tube live,Hama ngo murashaka dutere imbere kandi namwe muturongoye mudatahura ibigezweho!!
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 5 ай бұрын
Iyo muntu yanditse titre nahindure gato incamake y'ingingo zafunditswe apana incamake yingo
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 1,7 МЛН
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 1,7 МЛН