No video

#igifyoti_madebari

  Рет қаралды 15,310

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Ай бұрын

Genève : ihonyangwa ry'agateka ka zina muntu riguma ryiyongera mu Burundi
Kuva kuwa 18 Ruheshi, inama iraba ibijanye n'agateka ka zina muntu ya Nations-Unies yari iri mw'ihuriro ryayo rigira 56. Izohera kuwa 12 Mukakaro. Mu ndwi iheze, Uburundi bwari ku rutonde rw'ivyigwa kandi uwujejwe gutanga amakuru wo mw'ishirahamwe mpuzamakungu Onu yamenyesheje ko bibabaje kubona ibijanye n'iyubahirizwa ry'agateka ka zina muntu muri ico gihugu biguma bisubira inyuma. Asaba ko abamenyeshamakuru n'abahurikiye mu mashirahamwe yigenga borekurwa. Ku ruhande rwiwe, uwuserukira Uburundi muri ONU yamirira kure ivyo birego.
IAbajejwe imigenderanire muri ONU basubiriye kuvuga cane. Mu gihe yariko aragira ico ashikirije ku musi wa kane uheze, Fortuné Gaétan Zongo yerekanye ko agateka ka zina muntu gahonyangwa cane mu Burundi.
"Mu Burundi hari umutekano umara akanya gato, ukudahana kwiganziye igisata c'ubutungane, ukutihanganiranirana ku bijanye n'ihonyangwa ry'agateka ka zina muntu, cane cane ku bikorwa n'urwaruka rw'umugambwe uri ku butegetsi (Imbonerakure)", ni ko yashimangiye.
"Rimwe na rimwe urwo rwaruka rusubirira inzego zijejwe umutekano mu bice bimwe bimwe mbere rugahagarika abantu, rukanyuruza rukanatera ubwoba abanyagihugu, hatibagiwe ibikorwa n'igipolisi n'abakozi b'igendereza", ni ko yashimangiye ku cicaro gikuru c'inama ya ONU ijejwe agateka ka zina muntu.
Iyo ntumwa idasanzwe ya ONU ku Burundi yarananeguye umwanya uhabwa abanye politique kubw'icegeranyo ciwe, "urubuga rwa politike rurugaye kandi abatavuga rumwe n'ubutegetsi ntibemererwa gushikiriza ivyiyumviro".
Ku bijanye n'ibimenyeshamakuru, Fortuné Gaétan Zongo arifatanya nabo.
"Abamenyeshamakuru beshi n'abajejwe agateka ka zina muntu barahagarikwa, bagapfungwa vy'agasakisaki, bagakubagurwa bakanaterwa ubwoba", ni ko amenyesha.
Uwo mutegetsi wo muri burkinafaso yibukije ipfungwa rya Floriane Irangabiye hamwe na Sandra Muhoza.
"Ni abakenyezi babiri bapfunzwe bagirizwa ibibi batakoze, ariko vyarementanijwe: guhungabanya umutekano w'igihugu n'ukwitwaza amacakubiri", ni ko amenyesha imbere yo gusaba ko borekurwa vyihuta kandi ata gisabwe.
Ubuzima buzimvye...
Ku ruhande rw'ubutunzi, Zongo arababazwa "n'ubutunzi burangwa n'iduga ry'ibiciro hamwe n'ifaranga ry'Uburundi riguma rita agaciro,... bigatuma imiryango igira ingorane mu vyo kubaho".
"Kuri ivyo hiyongerako ingorane zijanye n'ibitoro, isukari, amazi hatavuzwe icikagurika ryisubiriza ry'umuyagankuba", ni ko yerekanye.
Arashima n'ubwo biri ukwo iyugururwa ry'urubuga mpuzamakungu n'ubwo utunenge tutabuze.
"Uburundi busa n'ubwuguruye ariko ntiburakorana n'uwujejwe gutanga amakuru, ntiburugurura kandi imigenderanire hagati y'ibihugu bihana imbibe", ni ko abisigura.
Mu gihe Uburundi bwatorewe kurongora umurwi ugira gatatu w'inama nkuru ya ONU mu kiringo co kuva muri 2024-2026, uwo ajejwe gutanga amakuru kuri ako gahugu gatoya ko muri Afrika y'Ubuseruko afise icipfuzo kimwe:
"Ico cicaro kizofashe Uburundi kwisuganya buje ku rugero mpuzamakungu mu vyo gukingira agateka ka zina muntu cane cane bwerekane ugushaka mu vyo gukingira agateka ka zina muntu k'Abarudi n'Abarundikazi bunafate n'ingingo zibereye zituma hagabanuka amabi akorwa muri ibi bihe himirije amatora".
Inyishu z'abungere zivanze ibitutsi...
Nk'uko bimenyerewe, uwuserukira Uburundi i Genève ntiyatanzwe kwiyamiriza ico cegeranyo asa n'uwutukana.
"Uburundi burababajwe n'ico cegeranyo gihengamye harimwo n'ibinyoma, gisuzugura Abarundi, gifatiye ku gasuzuguro k'inzego za leta n'abanyagihugu bose", ni ko vyiyamirijwe na Elisa Nkerabirori.
"Mu vy'ukuri ni ukugomba kwica inzego kandi nkana ku mvo atari izindi atari iza politike", ni ko yaciye urubanza.
Uwuserukira Uburundi i Genève agaruka ku rugendo rwa Gaétan Zongo mu Rwanda rwamaze imisi cumi aho yashitse mw'ikambi y'impunzi ya Mahama mu buseruko bw'ico gihugu.
"Ubwa mbere iki cegeranyo cabonetse inyuma y'urwo rugendo rwiswe 'kugumya umwizero' ni igitutsi", ni ko avuga.
"Ni gute hovugwa icizere ku bantu bari mu buhungiro, ubuzima bubi bw'impunzi mu gihe izo mpunzi zafashwe mpiri mu myaka cumi yose iheze kandi ziguma zisaba gusubira mu gihugu cabo c'amavukiro bikanka", ni ko yashikirije.
Kubwa Gitega, ikambi ya Mahama ni ikibanza co kwegeranirizamwo abagwanyi.
"Ukwinjiza impunzi mu murwi w'iterabwoba Red-Tabara urongowe n'abagize uruhara
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 63
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
Oyaaaàh nukutubesha bamubwiye Abivuge kugira basamazebantu 😮😮😮😮
@Dieudonné-y5q
@Dieudonné-y5q Ай бұрын
Nn madebari kwataco aziga mumatora
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Ntamatora ahari nukuri madebari wenyene arindire tuzomusambura narindire
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Uwuraho tuzahurirayo bagenzi aheza mw,ijuru mumbabarir sij nayiyiririmbye yihangane.
@user-kn5vy1bj1u
@user-kn5vy1bj1u Ай бұрын
Urantwengeje ngo mabubwe.therme yakera nkirikwishuri
@sharonshaz-lw9qj
@sharonshaz-lw9qj Ай бұрын
jewe ijwiryiwanje ridugira muri cnl naho boryiba mumutima ndiwe
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
Oya Rwasa ntakore uwundi mugambwe, Yitoze ku giti ciwe kuko CNL si Rwasa hubwo Rwasa ni we CNL!
@alinemiami9135
@alinemiami9135 Ай бұрын
Oya reka
@IsmaelNzoyikorera
@IsmaelNzoyikorera Ай бұрын
Amatora yarahez Man icara hasi waza kudabaga umugaambw ngo harico uzohanoba kweli ubuho ntamushingamateka numw uzoronka harya ntibatora CNL batora Rwasa
@NkunzimanaJonathan
@NkunzimanaJonathan 2 күн бұрын
Akakantu muzekugashira Kiri facibook
@AudaceBukuru-oi5qg
@AudaceBukuru-oi5qg Ай бұрын
Iyonimitwe Ddddd yaramutamistijambo
@NdayizeyeNoel
@NdayizeyeNoel Ай бұрын
Iyo mimitw ariko aravuga ivyo bamutumumye kigire ahuvye amakungu
@SakubuQ-um3hc
@SakubuQ-um3hc Ай бұрын
Najujute Ico gihemu ngo nimabubwe
@DesireNdikumana-r5q
@DesireNdikumana-r5q Ай бұрын
Muri ceci ho ntanumw uzoronka wew wabikoze ubuzi muga weho ntugow bazogoha hagow abowahenze bakuja inyuma ubahenda ngo uzobashira muma cepi n'a ceci
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Ivyo nukuri mugisha
@NihorimbereEsperance
@NihorimbereEsperance Ай бұрын
Ewe made bari sha igikogwa waragihejeje Ryama worohe ntakindi uzohanoba
@user-jm6kr4oq4r
@user-jm6kr4oq4r Ай бұрын
None ntiyosaba kobobaha abahagararira amatora
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 Ай бұрын
Ahumbwo uyo niyuda yopfuma apfa
@MunezeroHyguette
@MunezeroHyguette Ай бұрын
Uyo ari muri babahutu bicibababo abahutu icenda nagatutu nn nkico ntibogitera umwampiiii wo mumavyaaa nyakigwariiiiii
@user-td1li1qj9c
@user-td1li1qj9c Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@DenisKabirigi
@DenisKabirigi Ай бұрын
Aka namadebarinyene
@RizikyPoro
@RizikyPoro Ай бұрын
Ibipfu aho gupfa birarwira yemwe ehe ngo ararekuza uwaribinwa
@user-te6lo8ns9o
@user-te6lo8ns9o Ай бұрын
Ivyo Nivyo yatumwe
@prosperiamani
@prosperiamani Ай бұрын
haaaaaa urarimarima shaaaa
@TheonesteNkunzimana
@TheonesteNkunzimana Ай бұрын
Araboniki rero
@DesireHenk-pr8qp
@DesireHenk-pr8qp Ай бұрын
Aho nibindi azobibona niwe yavyikwegeye ntarumva isosi ya cndd fdd
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
*Iyo mvugo ni tactique yo gushaka guhuvya aba CNL!*
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Ай бұрын
Curika curika karanyanyaye😂😂😂😂😂😂
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
Ukwo si no kudebagura ni ukwangatwa, Je numva ata bindi yari kwangatwa ni ivyo nyene ! Kandi jewe mbona ivyo Uburundi biri mu gukemuka kuko: 1)Naho bokwiba amatara manda ntizohera abahutu s'il vous plaît abahutu bataragumuka,bakabasarana! 2)Neva niyujuje kuko umuntu. ari président agomba kuba azi neza impamvu umukuru ashobora gutanga imihoho !
@NdayambajeMoise-ep3bz
@NdayambajeMoise-ep3bz Ай бұрын
CNL oyeee
@EzelightManirampa-ji9vh
@EzelightManirampa-ji9vh Ай бұрын
Ngo curika uncurure aho reo ngo kirerekanye ko kitari musi ya dd natekane mbabajwe nabarya yabeshe batazosubira kumotera ubushinga mateka
@user-kx1hh3fc1v
@user-kx1hh3fc1v Ай бұрын
Ukwonukwiririsha hoho bobaha benshi bobamaririki ivyo nivyobapanze kwavuga
@user-ll8wc5ff9q
@user-ll8wc5ff9q Ай бұрын
Ico gifyoti nkumunsi twohura nahimvye iganja notera ndamufyonda umuhogo ico kirofa kiriko kiratwononera umugambwe
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 Ай бұрын
Nimubi afise ibinwA bibi
@user-zz4vo8ms1r
@user-zz4vo8ms1r Ай бұрын
Ivyonivyobamutumye
@user-zz4vo8ms1r
@user-zz4vo8ms1r Ай бұрын
Ivyonivyoyigirisha''iconikirofa
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Ай бұрын
Madebari kireke casame 😂😂
@DavidNdavyorabona
@DavidNdavyorabona Ай бұрын
Komeza utohoza amakuru ndagutey intege nsesanguye niwe utanga amakuru yukuri atagira ubu beshi nkabandi tugire cnl
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b Ай бұрын
Arakaruswa nkakuvumwa numukama😂
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Ntareko guta amajambo harumugambwe waew urongoye nyamba Atari abo ba DD baguhaye Aho ni Ndikuriyo yamubwiye avuge ivyo kugira bone ngo niwe ngo arongoye umugambwe turazi uwurongoye umugambwe CNL ni Nyakwubahwa Agathon Rwasa niwe president wumugmbwe nayo wewe Ngirukushaka reka guta umunwa ntamugambwe ufise
@NdabagiriyeElie
@NdabagiriyeElie Ай бұрын
Haaa rekaguhuma amaso amakungu zamuratora udukorotse muzopfankifu yimijira
@FeliciteNibogora
@FeliciteNibogora Ай бұрын
Batamutoteje duca tumenya ko ari amayeri yabo kuko twarabamenye
@leopoldndizeye7028
@leopoldndizeye7028 Ай бұрын
Kwigirisha
@user-mh4xu7nm9o
@user-mh4xu7nm9o Ай бұрын
Rekana Nuyo Muhemu
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 Ай бұрын
Ugeze kuri Reverie Sanze natwenze yaduhe ayomakuru atarikwivumbi
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o Ай бұрын
Iryoshano ngo ni manwa
@user-ry7il6bz6w
@user-ry7il6bz6w Ай бұрын
Bantu bimana sinziko hariho abameze nkanje? Jewe nzanarihevye kuko ntacombon cayo matora non gamana. Twakoziki kuburyo utodukura ko Cndd fdd mana ivyaha twakoze udukureko uyomusaraba uremerey abarundi
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
We sha Madebos ! 🤪
@BBruce-qk3eh
@BBruce-qk3eh Ай бұрын
Urikigugu ntamumenyesha makuru ahengamira kumugabwe nawe ueikigugu
@BahatiJean-uy5hs
@BahatiJean-uy5hs Ай бұрын
Uyu mugabo nikijuju cambere kweli
@handsome737
@handsome737 Ай бұрын
Ntaco wobona, awa 😂
@felickabura6328
@felickabura6328 Ай бұрын
Nakome ntibamenyerwa
@user-gw1kg4wy6r
@user-gw1kg4wy6r Ай бұрын
Uyo nimadebari koko iyo cnr avuga ngo ikwiye igihugu cose afise abanwanyi bangana gute.umuntu atazi nukuvuga ngo yotwara cnl.ndanamutwenze nanje.ipu uyo aeopfa nka pasteur apfuye atigita agwamaguru.nawe azorangiza nabi.
@RogerNinziza-lq9ys
@RogerNinziza-lq9ys Ай бұрын
Reka icogihemu kireke kudusamaza.mbga abo ba CNL avuga nibande barikumw naweee?
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n Ай бұрын
😂😂😂😂
@abdullahalzwid1669
@abdullahalzwid1669 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@mundabireson6721
@mundabireson6721 Ай бұрын
Iyo ni pusi 😂
@MoiseIgirimbabazi
@MoiseIgirimbabazi Ай бұрын
Yatumwe kweri birumvikana jew nama ndababwir baze barabaza paster habimana cdd izovako kurusoro kandi muzobwira
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg 29 күн бұрын
kugila umenye ahantu halamavyi wunvakanuko uyolelo ntitwoleka kumumenya kuko ntahobitaniye nakakanuko kuvyovyese avuga
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Nibasubire muri senel gwasa ntakibazo numuvyeyi😃😃
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 Ай бұрын
Nichokituma bamwita madebari nimubikabisa
@maraym1118
@maraym1118 Ай бұрын
😂😂😂😂😂
@NiyibitangaAmos
@NiyibitangaAmos Ай бұрын
😂😂😂😂😂
No empty
00:35
Mamasoboliha
Рет қаралды 12 МЛН
If Barbie came to life! 💝
00:37
Meow-some! Reacts
Рет қаралды 52 МЛН
Mme INGABIRE Victoire avuze ku irahira rya H.E Paul KAGAME n'abandi
11:09
IMBARUTSO YA DEMOKARASI
Рет қаралды 116 М.