Ihangane ntutwenge kunyishu abanyeshure batanze muri Bujahit Quiz Part 1

  Рет қаралды 90,467

Bujahit Tv

Bujahit Tv

5 жыл бұрын

Iyi ni Bujahit Tv igarutse kwishusho ryayo rya kera aho yahora ibashikiriza amakuru atandukanye ajanye n'abaririmvyi nabatari abaririmvyi babarundi. Please subscribe to this Chanel and leave your comment down there. Watch more on www.bujahits.com
LIKE, COMMENT AND SHARE

Пікірлер: 192
@ngaboheritier7752
@ngaboheritier7752 5 жыл бұрын
abarundi ndabakunda kbsa like from rwanda murasobanutse cyane peeeeeee!!!!!!!
@sharmilaniyonkuru8264
@sharmilaniyonkuru8264 5 жыл бұрын
Walai muransekeje
@EdrissiaDeJah
@EdrissiaDeJah 5 жыл бұрын
Katia ndashaka bultin yiwe kabisa!!!!ndamwemereye coaching kweri hahahahhahahahaha she is courageous kwemera buko mumucamera ni hatari.... she is the best
@noelntaki2073
@noelntaki2073 3 жыл бұрын
Buja hit, namwe ntimuzi Uburundi, Bururi ifise henshi hari amashuha.
@carlostijos
@carlostijos 5 жыл бұрын
QGitega hariho amashuha mugiheta. Kandi mwige kuvuga ikirundi cuzuye mureka ivyo kuvanga indimi.
@imanayesuimana.nsengiyumva4648
@imanayesuimana.nsengiyumva4648 3 жыл бұрын
Ikiganiro cagenze neza ni intangabumenyi ntahurabenyi : ico ndi muri vyinshi
@khadijauwimana2357
@khadijauwimana2357 4 жыл бұрын
Pasi buterere wabitoye vyose
@veevava9083
@veevava9083 5 жыл бұрын
Mamawe magufuri ntarahonyora muburundi
@methodmethoddaniel7561
@methodmethoddaniel7561 5 жыл бұрын
Ola turasavye uwo muhungu kweli atuviremwo ntavyiwe
@legend7dn407
@legend7dn407 5 жыл бұрын
Kabizi gitega harihamashuha urabaza niyuva mugiheta pti
@thitylovelatroptop2585
@thitylovelatroptop2585 5 жыл бұрын
Hahahhahahaha biri trop top vraiment ,courage bujahit tv
@Timeside..
@Timeside.. 5 жыл бұрын
abahutu barazi gushinyika aho yicaye mumodoka ari wenye urwinyo yamanitse ashinya nkumusazi uwapfuye yagiye kare basi atabonye aho abahutu bashinya izuba riva ntihagire uwumutabira mumatama.
@yvangahimbare1220
@yvangahimbare1220 5 жыл бұрын
Erega amashuha arahari ibuta hariho ahantu ari nokumugara rero
@olivierniyibitanga2654
@olivierniyibitanga2654 5 жыл бұрын
Ewe kabizi sha urikuramwo ubwoba kwli
@alisss9757
@alisss9757 5 жыл бұрын
jewe uyomugabo muriko mwirukana womumodoka jewe ndamukunda aratwenza cane gose
@floragloria1206
@floragloria1206 5 жыл бұрын
Ikiganiro kiraryosh ariko uwo mugabo wo mumodoka mumukuremwo arabibisha
@colombeakimana2855
@colombeakimana2855 5 жыл бұрын
Kabisa uramvungiye ibintu .. Arabe abikore neza at least
@Nininahazwe
@Nininahazwe 5 жыл бұрын
Niw abiryosha
@ntakirutimananadine5628
@ntakirutimananadine5628 5 жыл бұрын
Bururi hariho amashuha muri rutovu kabizi naw
@didilove1054
@didilove1054 3 жыл бұрын
Waaaaaaa rumong ooooyeeeeee
@kwtkwt4158
@kwtkwt4158 5 жыл бұрын
Rumonge kabisa
@elvisininahazwe1901
@elvisininahazwe1901 5 жыл бұрын
John Magufuli ntitumuziiii, nawe urasarishaaa
@samuelnimbona5768
@samuelnimbona5768 5 жыл бұрын
Uwo mugabo wo mumuduga mumugumizemwo niw atuma dutwenga arabiryosha can
@sherlsentertainment2824
@sherlsentertainment2824 5 жыл бұрын
Aho nize 👌👌👌 CEPBU
@lionelbayubahe7458
@lionelbayubahe7458 5 жыл бұрын
Uwo mujama avugiramwo muzomukuremwo arabibisha
@Byondorujulika17
@Byondorujulika17 5 жыл бұрын
Safi sana.
@issandayegamiye8029
@issandayegamiye8029 2 жыл бұрын
Ni Bururi hariho amashuha ,muri zone Munini commune Bururi
@justasindayigaya1752
@justasindayigaya1752 5 жыл бұрын
Amashuha ntabwo Ari I Rumonge ( kumugara) gusa. Hariho nahandi I Burundi
@colombeakimana2855
@colombeakimana2855 5 жыл бұрын
Nivyo arahari I Gitega n'i Bururi
@kbwadady4739
@kbwadady4739 4 жыл бұрын
Amashuha no muntara ya CIBITOKE ariyo muri commune Rugombo, aho bita kuruhwa kumupaka w'Rwanda n'Uburundi
@augustinndayikengurukiye1088
@augustinndayikengurukiye1088 5 жыл бұрын
Bururi Nayo irafise amashuha
@leonidasndayizeye3377
@leonidasndayizeye3377 5 жыл бұрын
Nobasaba mukazoza kur LYCÉE SOS HG
@ish_ano1899
@ish_ano1899 5 жыл бұрын
waouuuuuu🔥🔥🔥émission ya bieeeen sanaaaaaa,,,,
@seifkhamissi1175
@seifkhamissi1175 5 жыл бұрын
Bururi hara mashuha muzobaze neza
@MegaAlexison
@MegaAlexison 4 жыл бұрын
Izina kwanZa hosy hariho abashaka kukumenya u know you’re doing a wonderful job
@bmailbusokoza7335
@bmailbusokoza7335 5 жыл бұрын
Uyo mugabo wo mumodoka muzomukuremwo arabisha ibuhazo
@letsevolve4907
@letsevolve4907 5 жыл бұрын
Nanje nivyo nabonye kabisa...sinzi nukuntu bamushizemwo!! Bashatse kwigana aba west-africains!!!
@claudelbunyundo8687
@claudelbunyundo8687 5 жыл бұрын
Bmail Busokoza arahara atazi nuko igitega hariho ammashusha agaca aja ngaho agatwenga nkuko umengo ahari hose yarahatohoje hahahaha
@simeonndereyimana3310
@simeonndereyimana3310 5 жыл бұрын
Oya arabiryosha muramugumizemwo!
@lamartineakeza887
@lamartineakeza887 5 жыл бұрын
Bmail Busokoza 😂😂😂😂 ni w abiryosha vraiment😂😂
@vivistewart4111
@vivistewart4111 5 жыл бұрын
Kumashuha iwabo na Arnovic ni Rumonge
@fleurymunezero7770
@fleurymunezero7770 5 жыл бұрын
Good
@sharmilaniyonkuru8264
@sharmilaniyonkuru8264 5 жыл бұрын
😃😃😃😃😃😃😃
@gilbertntirandekura9065
@gilbertntirandekura9065 5 жыл бұрын
Sinzosubira kuza ngaha kuri buja hits atamagara nigirir yo gutwenga
@strongimagination6001
@strongimagination6001 5 жыл бұрын
Petit big up! Good job.
@EmeryG
@EmeryG 5 жыл бұрын
Uwo muntu ari mumuduka arabibihije cane
@kindsontalent8994
@kindsontalent8994 5 жыл бұрын
kabizi boris le comédien ➡ mumodoka👌👌
@nzohabonayoelicane1865
@nzohabonayoelicane1865 5 жыл бұрын
Bujahit TV bonsoir!hari abantu bariko bishura KO ku mashuha ari muntara y'a Bururi,ni vyo!précisément à Rutovu,non loin de la pyramide et source du Nil.(colline Rwamabuye).
@technologytv257
@technologytv257 5 жыл бұрын
Iki kiganiro ni Ciza cane
@keisclone1690
@keisclone1690 5 жыл бұрын
Harayandi mashuha ari kumuhweza wa Bururi. Amashuha naabiri
@sindhamuscat7209
@sindhamuscat7209 2 жыл бұрын
Burya nagitega irimwo amashuha
@kellydaniellamugisha7095
@kellydaniellamugisha7095 5 жыл бұрын
plus d'émission plz,ndatwenze nubu sindaheza 😂😂😂 bn travail team bujahit
@iirkz8994
@iirkz8994 5 жыл бұрын
Kuri 2:10, umwana ntiyabeshe kuko I Bururi hariho amashuha. Ari muri commune Rutovu. Precisely ku Muhweza.
@irakozedivine8690
@irakozedivine8690 5 жыл бұрын
Idriss Irakoze nivyo arahari
@nduwimanayvanfleury2616
@nduwimanayvanfleury2616 4 жыл бұрын
Egooo ahubwo n abanyamakuru ntavyo baba bazi neza
@dieudonnenzambimana9920
@dieudonnenzambimana9920 4 жыл бұрын
ubu ntabwenge bwabana biki gihe! ic kiganiro mwagiteguye nez cn! komeza mubumve imitwe yabo aho igera!
@kaykayigor8568
@kaykayigor8568 5 жыл бұрын
Could have been more fun if the dude in the black jacket wasn't part of this😐 Like seriously He's not funny..... Disliked.
@ellacelia6002
@ellacelia6002 5 жыл бұрын
True he shouldn't be laughing... It s annoying.... He can do better than that
@robertngendandumwe9024
@robertngendandumwe9024 5 жыл бұрын
Gitega nivyo hariyo amashuha gusa nuko atubakiy nkuko mu rumonge yubakiye, knd saho honyen no muntara ya cibitoke exactement muri komine Rugombo kuri frontière yuburundi nirwanda
@gervaisniyoyitungira2634
@gervaisniyoyitungira2634 5 жыл бұрын
Amashuha ari mu Rumonge, Bururi n'a Cibitoke. Iyo muriko murabaza muse muraba ivyo mubana n'inyishu zose zikwiye kuko uwutabizi yohava agumana izo nyishu zonyene kandi zidakwiye
@bmailbusokoza7335
@bmailbusokoza7335 5 жыл бұрын
Courage nababwira iki gusa mukuremwo ibidajenew
@MANING41
@MANING41 5 жыл бұрын
Hahahahahaha😆😆😆😅 JPombeMagu!!!! Umukuru wabasanii muburundi!!😨😨😨
@johnstars6775
@johnstars6775 5 жыл бұрын
😂😂
@jeanclaudendihokubwaho2772
@jeanclaudendihokubwaho2772 5 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane abanyeshure bo kuri CEPBU n'abandi bumve ko hariho ibintu tubona nka bito mbere tukanagaya ariko umusi umw tugasanga arivyo bitugoye gukora canke kwishura Maze bame bitwararika kwumva no kumenya ibigezweho
@bigirimanajeanclaude161
@bigirimanajeanclaude161 4 жыл бұрын
Menya ahar'amashuha ko ari henshi: Kibimbi muri komine Bururi (Bururi); Zone Mugara (Rumonge); Rukana Ku Ruhwa ( Rugombo-Cibitoke); Gishuha-Giheta musi y'umusozi gisagara (Gitega). Hashobora kuba hari n'ahandi ntazi
@gacutibenigne959
@gacutibenigne959 5 жыл бұрын
Yoooohh ngo atwara ibintu vyumuziki muburundi magufuri .....ndapfuye 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@giftdumaboi9018
@giftdumaboi9018 5 жыл бұрын
#kabizi ntukomeye wewe 😀😀😀😀😀
@stevenfundi4610
@stevenfundi4610 5 жыл бұрын
uwishuye ko igitega hariyo amashuha yagitoye kuko hariho nimugiheta hakaba hegeranye na gishora iwabo wingoma muze mutembera cane
@elvispresleythefixer9112
@elvispresleythefixer9112 5 жыл бұрын
hhahhahahahahah so good
@crownrema5599
@crownrema5599 5 жыл бұрын
Hahahahaha Nice
@adelinenimubonna7116
@adelinenimubonna7116 5 жыл бұрын
Uyooo muntu aratwenza
@gasanaelyse1284
@gasanaelyse1284 5 жыл бұрын
Thanks Guyz
@timymiga2248
@timymiga2248 5 жыл бұрын
We need more
@jimmymartin9773
@jimmymartin9773 5 жыл бұрын
I Gitega hariyo amashuha muri Giheta. Hamwe na Cibitoke mu Rugombo.
@annyb697
@annyb697 5 жыл бұрын
Muranyishe kabsa nabataz président wa Tanzanie barabaho
@pauljeanniyonzima3429
@pauljeanniyonzima3429 4 жыл бұрын
At least they are trying,here in South Africa,students are like in another planet,they even think Burundi is one of the province in Mzansi (SA).
@tatiya6883
@tatiya6883 5 жыл бұрын
Ariko abavuze Bururi barageragj kubera kera yarintar
@izobtv4466
@izobtv4466 5 жыл бұрын
Bandanya nuko biraryoshe
@shmshamd2041
@shmshamd2041 5 жыл бұрын
Vyiza cane
@cedricknkurunzizapnb6955
@cedricknkurunzizapnb6955 5 жыл бұрын
Neza cane Mukomeze kuduha nibindi
@elyse-fabricengabirano1850
@elyse-fabricengabirano1850 5 жыл бұрын
Mwabarenganije amashuha ari rumonge kumugara i Bururi kumuyange no murutovu, Knd ni gitega ariyo i buraza
@benjaminhavyarimana8556
@benjaminhavyarimana8556 5 жыл бұрын
Ikiganiro ca bien
@rretro2042
@rretro2042 5 жыл бұрын
Basha Kabizi urabiryosha kwel!
@urufunguzotv4243
@urufunguzotv4243 3 жыл бұрын
Ndagukunda urampe.4ne yawe guranje tuvugana
@eugeneniyungeko4863
@eugeneniyungeko4863 5 жыл бұрын
Amashuha ari henshi mu burundi si mu Rumonge gusa. Bururri (Munini), Gitega (Giheta) nahandi!
@BujahitTv
@BujahitTv 5 жыл бұрын
Murakoze
@Nsadis
@Nsadis 4 жыл бұрын
Abo bamenyeshamakuru babaza ivyo nabo batazi. N'i Ngozi mu Kanyeregeta hariho amashuha!
@EdrissiaDeJah
@EdrissiaDeJah 5 жыл бұрын
mubabarire abakobwa ntibababazi ibintu vyamamatch,!!!!!
@Maxvibeofficial
@Maxvibeofficial 5 жыл бұрын
Ni bururi ariyo man
@nzitondaantoine6315
@nzitondaantoine6315 5 жыл бұрын
Ikikiganiro ni swa kbsa🤣🤣😂😂ndatwenze vyahatarii😂
@irenendayikeza9211
@irenendayikeza9211 5 жыл бұрын
Uwo ngo "my God ndasavy unyakire mu bwami bwaw" hahahaha kubera intwengo gusa yisabira ngo imwakire hahahaha
@nduwimanayvanfleury2616
@nduwimanayvanfleury2616 4 жыл бұрын
Mugihugu hari amashuha agera kuri 6 kandi ntihenz Rumonge hariho amw yonyn yo kumugara !! Bururi hari 2 n ayandi n ayandi !! Comme conseil abamenyesha makuru imbere yo kubaza muzohore mubanza kugira recherches zikwiy kuko umuntu ashobora kwishura ibintu azi ari vyo namw mukavyank kuko avuze ibitandukany n ivyo mwaje mwashize mumutwe!!
@MrNiyonsenga
@MrNiyonsenga 5 жыл бұрын
None nawe utwenga abandi mumodoka yawe kandi ataco ubasunvya kumenya. Naho bayigabuyemwo kubiri amashuha aracari menshi i bururi. Ayambere ari musi wumusozi wa kibimbi muri zone ya bamba aho bita Muruvumu. Ayandi ari Kumuhweza.
@rukundotv8030
@rukundotv8030 5 жыл бұрын
Haha kabizi ngo muntara yagitega ntamashuha ariyo!uzobaze mugiheta
@zpii9317
@zpii9317 5 жыл бұрын
Gitega hariy amashuha exactement à giheta
@hatangimanahassan483
@hatangimanahassan483 5 жыл бұрын
Haaaaaaaaa buj hit nisawa kweli to
@emmytwizeyimana8090
@emmytwizeyimana8090 5 жыл бұрын
Abo bana babkobwa byabaniye 2
@richardngendakumana2871
@richardngendakumana2871 5 жыл бұрын
Kbs atwara music mu burundi😃😃😃
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 3 жыл бұрын
👌👌👌❤🇧🇮
@rukundoolivier3918
@rukundoolivier3918 5 жыл бұрын
nukur muzokorer mum cot yos yam art hhhhhh barateyison ibiganiro nibik cane muzob mukoze vrt
@remyndikumana4722
@remyndikumana4722 5 жыл бұрын
C'etait bon
@amiecarellemuhoze7439
@amiecarellemuhoze7439 5 жыл бұрын
Uyo muntu wo mu modokaa arabihish ibintuzz!!!kandi na la fille il faut k aba anthousiaste en posant les questions!!
@niyoscartech
@niyoscartech 5 жыл бұрын
Cane goooooose!
@samsonnzeyimana6295
@samsonnzeyimana6295 5 жыл бұрын
Amashuha i Gitega ariyo nahone.
@isidireyezunkiza2982
@isidireyezunkiza2982 5 жыл бұрын
Gitega mugiheta hariyo amashuha ahubwo namwe ntavyomuzi
@akbardasilva2028
@akbardasilva2028 5 жыл бұрын
abo banyeshure nibari update babaze ivyo mwishure gusa 😂😂😂
@emmanuellairambona7839
@emmanuellairambona7839 5 жыл бұрын
😂😂😂ewe sha kabizi abavuz Bururi babitoy bah amanota yabo😂😂 nubwo bayigabuyemwo kubiri hariyo ayandi mashuha
@akimanamandine7990
@akimanamandine7990 5 жыл бұрын
egoo mu rutovu
@charleskaro777
@charleskaro777 4 жыл бұрын
Cane. Bururi ariyo, rumonge ariyo na Cibitoke
@wamaholoemanuel1030
@wamaholoemanuel1030 5 жыл бұрын
ahaaaaaaaaaaaaa
@Byondorujulika17
@Byondorujulika17 5 жыл бұрын
Kipindi hiki kimenifurahisha hadi nikajihisi nipo nyumbani(AFRICA).
@mohameda.i.baranyikwa6551
@mohameda.i.baranyikwa6551 5 жыл бұрын
Iki kiganiro niciza Ariko muzogerageze guhanura uwo musore aba guseka abandi nawe abanze gukora ubushakashatsi. Ntiyari guseka umwana yavuzeko i Gitega habaho amashuha. Uriya mwana azondondere muhe agashimwe kko yarabitoye: amashuha menshi arahari akomoka mumusozi Gishora, umutumba wa Gishuha, commune Giheta, province Gitega, hafi yikiraro kiri kuri Ruvyironza aho commune Giheta ahanira urubibe na Commune Bugendana. Ayo mashuha washaka ngo afise agaciro kurata amashuha yose mufise mu Burundi kuko abantu baturuka muntara nyinshi bizerako ayo mazi ngo yoba avura imibembe, ibinyoro, uburuhe, depression ngo nizindi ndwara. Mugomba rero gukarisha ubwenge mu menyesha ntara yigihugu canyu.
@nduwimanayvanfleury2616
@nduwimanayvanfleury2616 4 жыл бұрын
Baza batagize recherches !! Ni bururi arahari 2
@armeldavyiriho8589
@armeldavyiriho8589 5 жыл бұрын
Gracia aranyishe
@bsc4177
@bsc4177 5 жыл бұрын
neza can mubandanye ibikogwa nkivyo
@MegaAlexison
@MegaAlexison 4 жыл бұрын
We have missed you hosy
@niyubahweaudrichou169
@niyubahweaudrichou169 5 жыл бұрын
😊😊
@jean-paulruberintwari6111
@jean-paulruberintwari6111 5 жыл бұрын
Bon,ndakunda izo video mais uwo mu tupe aza aracamwo atwenga,atangara,agira commentaire,...sinvuze ko yobireka seulement je n'aime pas. I'm sorry for this
@k2k512
@k2k512 5 жыл бұрын
Nabireke kko arabihije video🙄
When You Get Ran Over By A Car...
00:15
Jojo Sim
Рет қаралды 13 МЛН
WHO DO I LOVE MOST?
00:22
dednahype
Рет қаралды 80 МЛН
МАМА И STANDOFF 2 😳 !FAKE GUN! #shorts
00:34
INNA SERG
Рет қаралды 4,4 МЛН
NERF WAR HEAVY: Drone Battle!
00:30
MacDannyGun
Рет қаралды 44 МЛН
Umwanya wo gutwenga | Bujahit Quiz Part 8 Na Run town Deejays
15:51
小丑女太帅了 #小丑#shorts  #天使
0:46
好人小丑
Рет қаралды 7 МЛН
Эмоции💫 | Тгк: D1ashenka✨
0:22
D1ashenka
Рет қаралды 4 МЛН
Парень со странностями помог мальчику 🥺 #фильмы #сериалы
1:00
DixyFilms - Фильмы и сериалы
Рет қаралды 3,5 МЛН
В поисках семьи😢😱
0:56
Следы времени
Рет қаралды 9 МЛН