Umwanya wo gutwenga | Bujahit Quiz Part 8 Na Run town Deejays

  Рет қаралды 8,834

Bujahit Tv

Bujahit Tv

5 жыл бұрын

Tubasavye gukora Subscribe (S'abonner) Kugira ntimucikwe n'ibiganiro vyacu vyaburimunsi. Mwongere mucishe ijisho kuri website yacu www.bujahits.com/ mwironkere amakuru mashasha agezweho
#BurundianMusic
This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
LIKE, COMMENT AND SHARE

Пікірлер: 64
@uwayezujmv6375
@uwayezujmv6375 Ай бұрын
Ndabakunda ncane
@uwayezujmv6375
@uwayezujmv6375 Ай бұрын
Jasumuni abahe ndamukunda cyane
@technologytv257
@technologytv257 5 жыл бұрын
Hosy twari tugukumbuye nama émission yawe aryoshe
@mr_tubane_neza
@mr_tubane_neza 5 жыл бұрын
😀😀😀😀😀
@sibonibo324
@sibonibo324 4 жыл бұрын
Muranryoheraaaa!!!!
@alaune8386
@alaune8386 5 жыл бұрын
Hosy waruberewe🥰
@enockado9040
@enockado9040 5 жыл бұрын
Hahahahahahaaaah, ikiganiro cari kiryoshe. Hama Hozy welcome back, twaritugukumbuye trop
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 5 жыл бұрын
🤣🤣🤣ntakinsekeje ngo umwami wanyuma ni Charles Nditije Mukama sibintuuuuu🤣🤣🤣 Bujahit TV.tubuze Hosy yocibiha.
@KESH250
@KESH250 5 жыл бұрын
Ndabakunda cane from rwanda.. Cane cane wewe ukora ikiganiro..
@irely2153
@irely2153 5 жыл бұрын
@BujaHit go ahead.. BujaQuiz💥❤
@rodrigueigiraneza6799
@rodrigueigiraneza6799 5 жыл бұрын
Hozy turagukumbura xana bureka kuduheba nkub naheruka kugoror imbavu ker ibint vyaramafif ham cakir turakurindiriy p6&love
@deejaymario9963
@deejaymario9963 5 жыл бұрын
mukama wanje😄😄😄😄😄😄😄
@floraflora9622
@floraflora9622 2 жыл бұрын
Uyumuhungu widrede murmure yirabura aboneka nkuwufise vyishi mumutwe umungagatumba nawee
@floraflora9622
@floraflora9622 2 жыл бұрын
💯💯💯💯💯
@ngundachris7598
@ngundachris7598 5 жыл бұрын
Charles nditije wallah, uburundi bwikukiye hataragera.abanyagihugu baracugaye mumitwe. wibazako umuntu waruguru mu mwonga niveau yiwe imeze comment si abigira hatali bameze comme ça!
@jean-paulruberintwari6111
@jean-paulruberintwari6111 5 жыл бұрын
Merci ko wamugabo atwengera mumuduga mwamukuyemwo,il le fait maintenant d'une autre manière,hama umwami wanyuma ni NTAREV,izina ryiw ni NDIZEYE Charles. Sinzi rero why wamugabo yabitwenze cane,j'ai reconnu sa voix. Merci pour l'émission
@inessinzinkayo8278
@inessinzinkayo8278 5 жыл бұрын
😂😂😂😂😂4*2-2*1 nyene!!!! 🤣🤣🤣🤣🤣buja hit qwiz izonkurahoo
@sherlsentertainment2824
@sherlsentertainment2824 5 жыл бұрын
Hanyuma azogir 4*2-1*2 kizotora bake 😂😂😂😂
@nzobakengaesperanza2832
@nzobakengaesperanza2832 4 жыл бұрын
Wewe rero uraryohera nka Isaac uraturonsa udukuru dutwenza gose
@bucuminyabenda4482
@bucuminyabenda4482 5 жыл бұрын
Gusa uyo mukobga wa BujahitTv ndamwikundira cane muzamundamukirize cane nkunda uburyo yisekera
@jjproductions9538
@jjproductions9538 5 жыл бұрын
Intro ngufi! 👍🏽.
@nishimagizwelambert8113
@nishimagizwelambert8113 4 жыл бұрын
Ku cerekeye umwami wa nyuma w'Uburundi ni Charles Ndizeye Ntare V. Hariho uwagitoye ico kigabo gitwengera muri karya gatwe kirabihakana, bisigura ko na we nyene atavyo azi!
@fundi_feli6299
@fundi_feli6299 5 жыл бұрын
Abo bagangi ntakintu ndaq hahahaa Nukuvyimbavyimba gsa
@zaackoficial2269
@zaackoficial2269 5 жыл бұрын
Kbs vyari vyiza
@victormutabazi1910
@victormutabazi1910 5 жыл бұрын
Hozy Big up yourself uz ico gukora 👍👍👍 Hama abo ba type🤦🏻‍♂️komez ubigishe
@blaiseirakoze9682
@blaiseirakoze9682 5 жыл бұрын
😂😂 wee wee 👉👉 Ir c ps bon kutuvunagura imbamvu but I appreciate u😂😂 ati Ls illondere😂😂
@cizungulawi6425
@cizungulawi6425 5 жыл бұрын
hahahahahahahaha journaliste, many people are able to say subscribe.. you are a wonderful teacher, big up Bujahit tv, i m following you from DRCongo
@kionfilms2427
@kionfilms2427 4 жыл бұрын
Equation rero nizo zigoye
@victormutabazi1910
@victormutabazi1910 5 жыл бұрын
Ngo ntare V ngo ni Charles nditije 🤣🤣🤣 nkunda buja hit Tv caane. Hosy ufis akazi gakomeye.
@fellowyordyrabbi
@fellowyordyrabbi 5 жыл бұрын
Hahaha DJ patman....uzokwame ugatumira...hahahah ni funny murasa ahubwo ....miss
@patricepajo2682
@patricepajo2682 5 жыл бұрын
Uwomu kat nimbari cat harabavye ndake😂
@FiftyD
@FiftyD 5 жыл бұрын
inyishu mwibagiye kuzitanga.
@alichouirakoze5931
@alichouirakoze5931 5 жыл бұрын
Zenobi wew ntabura ivyo agum ahekeny😅
@festonelee8509
@festonelee8509 5 жыл бұрын
Muzohore mukoresha ubwo bu EMOJI apana wa mu tigisi adekona ari mumodoka
@djcb_257
@djcb_257 5 жыл бұрын
Yaahh😂🤣
@stevennzeyimana6111
@stevennzeyimana6111 5 жыл бұрын
😂😂😂😂😂mazee kudadadekiii.. ngo charles nditije?!😆
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
PatMan ng intamba ni les hilonde😂😂😂
@Dj-Kuniskis
@Dj-Kuniskis 5 жыл бұрын
😆😆😆😆 Damn , Basha jew abantu bo kuri Bujahit Tv, Big Shout Out to u guys 😆😆😆 muraryohera ntimwokwibaza
@lionelniragira5083
@lionelniragira5083 5 жыл бұрын
Umwami wanyuma wiburundi ni Mwambutsa Bangiricenge
@festonelee8509
@festonelee8509 5 жыл бұрын
HOZZY,Nice make Up
@jean-paulruberintwari6111
@jean-paulruberintwari6111 5 жыл бұрын
Hama mworaba ukuntu ababa bananiw n'ibibazo mubaha inyishu nziza kugira ntimubagumize hahandi
@dianeclaudinne9248
@dianeclaudinne9248 5 жыл бұрын
😅😃😅
@ahmedalenezi7771
@ahmedalenezi7771 5 жыл бұрын
Uwonaw ngo je pense😂😂😂😂😂😂
@darlenenyambikiwe7985
@darlenenyambikiwe7985 5 жыл бұрын
Ati Mozambique hariho Tanganyika😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@dmkirezi
@dmkirezi 5 жыл бұрын
Turakunda ico kiganoro ariko muragarukana wa mu comédien hanyuma muze murabikora buri musi
@hamadmutlaq4702
@hamadmutlaq4702 5 жыл бұрын
4×2-2×1=birase bandanya🙈🙈🙈🙈🙈🙈😂😂😂😂😂😂😂
@romeontahuba7279
@romeontahuba7279 5 жыл бұрын
Yayayaa imbavu zanje😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ngo ? 😂😂😂 Jesuuuuuu
@nadinemanirakiza7917
@nadinemanirakiza7917 5 жыл бұрын
Hosy urakoze gusa inkumbu.com Bibi guhebana ndakwikundir diii
@chadryarcelkarire9232
@chadryarcelkarire9232 5 жыл бұрын
Hosy none nkubaze kidogo umwami wanyuma ninde si ndizeye charles ntare v???
@afhd7079
@afhd7079 5 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@hadijasalimu1808
@hadijasalimu1808 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@patricepajo2682
@patricepajo2682 5 жыл бұрын
Uwo kat nimba cat harabavye ndake😂
@burengo
@burengo 5 жыл бұрын
Urakayege wamukobwawe muga urafysha ifipindi
@burengo
@burengo 5 жыл бұрын
Uwmwani wanyuma ni nkurunziza
@egliseemmanuelkinyovu6954
@egliseemmanuelkinyovu6954 5 жыл бұрын
Noe komutaduh inyishi erega natw ntavy tuzi
@iratuloveelisemlife5847
@iratuloveelisemlife5847 5 жыл бұрын
😂😂😂😂😱😱😱
@MegaAlexison
@MegaAlexison 4 жыл бұрын
Mwebwe mwiziko me badregi usanga ngo wize scientific bwana na 4x2-2x1=
@Dj_Alpha_Brown
@Dj_Alpha_Brown 5 жыл бұрын
Hahaha caje n'ubwato #hirondelles 😂😂😂
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
😂😂😂😂Indege
@Dj_Alpha_Brown
@Dj_Alpha_Brown 5 жыл бұрын
@@hosyirakoze ipuuu indege nizavuba
@bebika8106
@bebika8106 5 жыл бұрын
Kuber'iki NTARE 5 ariwe Charles Ndizeye mwamwanse??
@floflokanya3512
@floflokanya3512 5 жыл бұрын
Hi Buja hit musubizemwo wamu type yaza aratwenga bananiwe apana ivyo bi face vyibi robot
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 5 жыл бұрын
Abamenyeshamakuru bibujumbura reka ivyo bintu vyutugenegene kora akazi neza nkabo mugihugu kibanyi bagerageza gukorera hose mubarwayi, mubakene, mubakeneye ubufasha bwaba kwivuza cnk kubaho...etc hariho abatagira uko bobonwa bagafashwa nabamenyeshamakuru, so next time changement kko nkibi ntanakimwe bifashije abanyagihugu
Always be more smart #shorts
00:32
Jin and Hattie
Рет қаралды 47 МЛН
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01
ICUBAHIRO NIC'IMANA  IDUHISHIYE VYINSHI TUTARAHISHURIGWA.
7:05
EYES OPEN TODAY TV
Рет қаралды 19 М.
Funny video entertainment, good entertainment, short films #704
0:10
Entertainment Girl
Рет қаралды 3,2 МЛН
Скажи арбуз😂@I_SpongeBobSquarePants
0:27
МишАня
Рет қаралды 2,4 МЛН