IHONYABGOKO No 1: ABAHAKANYI B’IHONYABGOKO RYAKOREWE ABAHUTU B’UBURUNDI MU 1972-1973

  Рет қаралды 800

Ikirundi C’Abarundi

Ikirundi C’Abarundi

Күн бұрын

Пікірлер: 13
@RUKWAVU
@RUKWAVU 2 жыл бұрын
Ndagukengurukiye cane mwubahwa, Ariko ntankeka Leta mvyeyi vuba irashiraho ayo mategeko! Ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka!
@gabindya13
@gabindya13 2 жыл бұрын
Mwiriwe. Nta nkeka iyo Leta mvyeyi izoteba ifate ingingo. Kuko nta buryo buriho bgo guhakana ihonybgoko ryakorewe abana bawe uri umuvyeyi. Bizogara umwanya bitwara mugabo ababikoze bazohanwa mu burundi habe « Kirazira». Gwira.
@bakamecomedian
@bakamecomedian 2 жыл бұрын
😥😥😥😥😥😥
@gabindya13
@gabindya13 2 жыл бұрын
Mwubahwa uko ni ko vyagenze. Si wewe gusa urira. N'abandi turi ukwo. Ni ibintu bitangaje kandi bibabaje cane rwose. Gwira
@cadiadesgrandslacs
@cadiadesgrandslacs 2 жыл бұрын
Ntanuwurabihanigwa
@gabindya13
@gabindya13 2 жыл бұрын
Ego twobifata ukwo mugabo barayamze bati: « Ico utarabona ucerekwa n'ukuramba ». Bazogeba bakubitwe intahe mu gahanga. Ku myaka 102 hariho UmuNazi (naziste ) aherutse gucirwa ububanza! Gwira.
@mutabazieric9571
@mutabazieric9571 2 жыл бұрын
Birababaje😪😥
@gabindya13
@gabindya13 2 жыл бұрын
Mwubahwa si ukubabaza gusa n'akandi karimwo. Hanyuma ugasanga aha muri Canada bariko baravuga ko ata cabaye! Burya hariho abantu bubahuka. Gwira.
@samsonbushasha7298
@samsonbushasha7298 2 жыл бұрын
Amina
@gabindya13
@gabindya13 2 жыл бұрын
Ego cane nta kindi gikwiye kuvugwa atari ico! Gwira.
@Oscarnimpagaritse24
@Oscarnimpagaritse24 2 жыл бұрын
Wubahwe
@gabindya13
@gabindya13 2 жыл бұрын
mwiriwe! Na wewe wubahwae kuko wipfutiza ineza umuntu nta ko utayironka nawe. Kuko Imana yabikwoheje iba iba muri wewe! Gwira.
@JohnMukiza-m7j
@JohnMukiza-m7j Ай бұрын
None kugira biganze bafise inguvu izihe? Vyankirahe?
Why This Country Was Erased From History
16:50
Johnny Harris
Рет қаралды 1,7 МЛН
人是不能做到吗?#火影忍者 #家人  #佐助
00:20
火影忍者一家
Рет қаралды 20 МЛН
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
The lie that invented racism | John Biewen
18:22
TED
Рет қаралды 1,1 МЛН
5 Ways to Handle People Who  Don't Respect You | STOIC PHILOSOPHY
29:24
James The Stoic
Рет қаралды 1 МЛН
Africa's North Korea
19:09
hoser
Рет қаралды 3,4 МЛН
Россия атаковала Украину более 100 дронами
1:11
Euronews по-русски
Рет қаралды 61 М.