Jewe na jewe ndagushimiye nivuye inyuma. Ndakunda abankunda ni uko tutarabonana gusa. Iciza ni uko dusenyera ku mugozi umwe. Uwo mugozi ukaba gukunda Uburundi.
@vincentbizimungu578920 күн бұрын
❤
@vincentrtnimubona723720 күн бұрын
Biragaragara ko muri intwari kuko mumaze imyaka myishi hiyo mukaba mutibagira ikirundi ahubwo arimwe muriko mugiteza imbere birahimbaye caaane uwo mu maman uti hezagirwa kwako gasabisho karimwo akanovera
@gabindya1318 күн бұрын
Ndamushikiriza ivyo vyipfuzo vyawe. Emwe nzohwera ndi Umurundi wo kw'itsitso kuko ndi hano hari uburyo sindabikore sinzi uwobikora. Ni ci Imana ishaka ko nkora ngaca ndagikora.
@vincentrtnimubona723720 күн бұрын
Felicitation Patrice Ntafatiro
@gabindya1319 күн бұрын
Nawe Vincent Nimubona ndagushimiye kuko unshimiye.
@vincentrtnimubona723720 күн бұрын
Mwubahwe caane
@gabindya1319 күн бұрын
Ndarengutse ko umpamagaye. Na wewe uri umwubahwa kuko ico wipfuriza abandi ni co uba uri.
@aheza25720 күн бұрын
Ndanagukunda
@gabindya1319 күн бұрын
nanje ni uko kuko umuntu akwumviriza akanakwandikira aba ari umukunzi. Uransanga aha tuvugane neza: [email protected]
Mes félicitations. Je n’ai pas eu l’occasion de suivre en direct mais je viens de visionner avec intérêt la vidéo. Grandes félicitations
@gabindya1319 күн бұрын
Mwubahwa Niyonizigiye Nicolas, urakaramba. Utancumvirije ikibiriraho kizima ucumvirije. Iciza ni uko ukunda Uburundi. Kandi nta nkeka ni aho hatoba uno musi, n'ejo ni umusi uzotuma dushikana ururimi rw'Uburundi ku kwubahwa!
ahubwo abo ba types ntibisonera.wumva bagara,bize ama secondaires hari concours national batoye,ntibigira kumanota yabanya karusi,Muyinga,Cankuzo n'izindi ntara zitari Bururi na Mwaro?
@User12358__4 ай бұрын
Akaririmbo k'inkoramutima ❤ Imana ibahoze, Dona tuzokwama tumwibuka