#imbonerakureday2024

  Рет қаралды 40,790

Cndd-Fdd - TV

Cndd-Fdd - TV

Күн бұрын

Пікірлер: 104
@ndagijimanasam2772
@ndagijimanasam2772 4 ай бұрын
❤❤❤❤viver Burundi 🇧🇮 vivee Rwanda 🇷🇼 igihe kimwe Imana izongera iduhuze sekibi nitumara kuyirukana
@d.r.5350
@d.r.5350 4 ай бұрын
Abarundi muri abantu b’abagabo. Evaristo urabona ko atemba ituze n’umunezero ❤️❤️💪🏾💪🏾🙏🏾🙏🏾 Muzabashiririze ndabashyigikiye
@Jddmutunzi
@Jddmutunzi 4 ай бұрын
Yewe nibyo bazi nu Burundi burashiririye koko 😂😂😂
@RichardNdikumana-q2y
@RichardNdikumana-q2y 3 ай бұрын
Abunvako iyo ndirimbo kirenze bampe like
@antsaeric
@antsaeric 4 ай бұрын
❤❤❤ imbonerakure ramba ! Cndd fdd komera , Imana nibandanye kuduhezagira twese hamwe birashoboka
@godymbanyi1878
@godymbanyi1878 4 ай бұрын
Much love from Dar es salaam! We wish all the best our brothers and sisters
@johnnikunkuru1038
@johnnikunkuru1038 2 ай бұрын
@kahunguCyprian
@kahunguCyprian 4 ай бұрын
Imbonera kure murababaje, abobakuru bavyinagira imbere yanyu bavyinagira kugiceri ca banyagihugu namwe mwasize muhira bayagura ni mutaha beshi mumutima uko biza kugenda nti mubizi ico muzi nugushiririza aho mworondeye gukemura ibibatandukanya nabo mushaka gushiririza ngo twubake uburundi tuticura umwansi mwebwe mukomeza ugwanko gwo gushiririza imana ntishiririza ishaka kowewe ubona wereka mugenzawe inzira nziza sugushiririza❤
@godeliveniyongabo
@godeliveniyongabo 4 ай бұрын
Ariko kubera iki abantu twama tubona amoko , ubwicanyi , kuri burijambo umuntu aba avuze ! None turi bantahomfatwa !? Inzigo yica nyeneyo , Kandi nimba umuntu yishimye Jewe mbona ntakibazo !
@Fote40
@Fote40 4 ай бұрын
Namenga nukonyene abo bashiririza harinaho usanga banabivuyemwo
@NsengiyumvaDionese
@NsengiyumvaDionese 3 ай бұрын
Turabakunda abanyarwanda 🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼
@Rashinfo94
@Rashinfo94 4 ай бұрын
Mbaye uwambere mumpe like zanje💪
@helenehope1805
@helenehope1805 4 ай бұрын
Muzabashiririze rwose mubavanemo akanyaro👍🏽💪🏾😍
@dufatanyejeanpierre-v2o
@dufatanyejeanpierre-v2o 4 ай бұрын
Mbega indirimba nzira😂😂😂😂
@ShabaniLulimunzu
@ShabaniLulimunzu 4 ай бұрын
Ndabakunda cane mukomere yuri inyuma ya
@NdagijimanaJean-n7q
@NdagijimanaJean-n7q 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉❤
@NigenaMuhamadi
@NigenaMuhamadi 4 ай бұрын
Iyiniyo ndirimbo yigihugu cyiburundi
@rusakazatv7930
@rusakazatv7930 4 ай бұрын
Muzobashiririza
@CyriaqueNiragira
@CyriaqueNiragira 4 ай бұрын
Safi sana👊👊
@anicetumukozi
@anicetumukozi 4 ай бұрын
Nice song
@Korodeishimwe-me7tg
@Korodeishimwe-me7tg 4 ай бұрын
Ibinibisazi 😊
@ValelieMukamukunzi
@ValelieMukamukunzi 3 ай бұрын
Yego perezident turagukunda kbsa uri umusaza😊
@Nzambimana_y2i
@Nzambimana_y2i 4 ай бұрын
Komera!!!!! Jewe nihweje uyu mugambwe urashoboye!!! Kuko ntawundi mugambwe woshobora Gutwara Burundi ❤ wa Africa.aba bantu Bose ntanunwe yagiye muriryokoraniro kugahato kumwe abatwara uyu mugambw utaratangura Gutwara barinda kutwaka amasuka ngo tuje gusanganira abatwara.jeho ndavyibuka.Ramba.
@afazarimarcel1819
@afazarimarcel1819 4 ай бұрын
Murigutuma turibwaribwa💪💪💪
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
😂😂
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp 4 ай бұрын
oya humura gatambire aho uri Karinjira tu❤
@jeromemukiza-p6q
@jeromemukiza-p6q 4 ай бұрын
Komera mutama nyakubahwa mukuru wigihugu cacu ciza cu burundi
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
✊🏾🇧🇮
@Africansages
@Africansages 4 ай бұрын
👏👏👏👏👏👏
@Radioinganji
@Radioinganji 2 ай бұрын
Naho undi we nuguhora ahekenya amenyo ngo ni general, abantu imitima irenda kubavamo ngo bamwe ni abanzi b’igihugu, abandi ngo ni interahamwe. Eae ba shaaa😂😂😂
@ElysseMuhawenimana
@ElysseMuhawenimana 4 ай бұрын
Kabss
@VelonaInterior
@VelonaInterior 4 ай бұрын
Imbonerakure Day
@JemaliNduwayezu-di9xi
@JemaliNduwayezu-di9xi 4 ай бұрын
Ntawuzoduhagarara imbere
@dimitryibrahim2447
@dimitryibrahim2447 4 ай бұрын
Cyakoze abarundu muyobowe nikigoryi. Kandi ibi bintu biba bihishe ikindi kintu
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza 4 ай бұрын
Mukomere cane
@FIKRA-e3x
@FIKRA-e3x 4 ай бұрын
Iyavamwazana ivvyuka mwarimuzikwihagararako
@ProspereNiyonzima
@ProspereNiyonzima 4 ай бұрын
Nimwirambireee ebeshi turinyuma yanyu
@MsafiriValens
@MsafiriValens 4 ай бұрын
Ndo maana kiongozi hamna wallah
@jeanclaudendikuriyo5566
@jeanclaudendikuriyo5566 4 ай бұрын
Komera komera
@ruhashyabuganorobert4703
@ruhashyabuganorobert4703 4 ай бұрын
President wanyu azigire gukina comedy kuko nibyo ashoboye
@JoeKyllian
@JoeKyllian 4 ай бұрын
Nivyiza cane
@jeanmarie-viateurnsengiyum6557
@jeanmarie-viateurnsengiyum6557 4 ай бұрын
Umuvyeyi wacu yubahwe
@simeonndereyimana4143
@simeonndereyimana4143 4 ай бұрын
Komere!
@DiogeneKenese
@DiogeneKenese 4 ай бұрын
Ahumbo iryozina ryimbonerakure numvaga ahubwo ababishinzwe bazarihindura,bakazita imboneramafuti.
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 4 ай бұрын
Komera mazs😂😂❤❤
@hatungimanaaime
@hatungimanaaime 4 ай бұрын
Komera
@BagirigomwaJuvens
@BagirigomwaJuvens 4 ай бұрын
Nta president ugira morale nka Ndayishimiye ndabona 😅😅😅😅😅
@Inj.Florent
@Inj.Florent 4 ай бұрын
Ntanumwe azoduhagarara imbere tuzobahinyanyura!
@RubinNiyoyitungira
@RubinNiyoyitungira 4 ай бұрын
Komer mwese
@antoinehategekimana739
@antoinehategekimana739 4 ай бұрын
😢
@clementineningabire9698
@clementineningabire9698 4 ай бұрын
👍👍👍❤️❤️❤️🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇺🇱🇺🇱🇺
@fafari150
@fafari150 4 ай бұрын
Iyo uririmba yuko Imana yabarindiye mu bugararwa udashobora kugirira ikigongwe mwenewanyu Bunyoni ; ntituzohava tukwita indyarya? Turakwemera nyakwubahwa ariko vyiyumvireko ntube nka havyarimana Juvenal na kanyarengwe yaciye amuhungira mu nkotanyi
@afazarimarcel1819
@afazarimarcel1819 4 ай бұрын
Ngo muzabashiririza🤔🙆 bande se 🤷
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
InyankaBurundi 😉
@DiogeneKenese
@DiogeneKenese 4 ай бұрын
Iyindirimbo rwose imihigo irimwo baririmba nabwo ijyanye nigihe,hanyuma abayobozi bakayibyina?nigitangaza.
@NtamKiriroAlphred
@NtamKiriroAlphred 4 ай бұрын
Utazi umujinya wase Akoma kumabunoi yanyina
@Korodeishimwe-me7tg
@Korodeishimwe-me7tg 4 ай бұрын
Muzashiriza bande mwabigoryimwe Kandi mbona mwebwe mwara maze gushya
@jeromemukiza-p6q
@jeromemukiza-p6q 4 ай бұрын
Turagushimiye natwe turi USA
@rusakazatv7930
@rusakazatv7930 4 ай бұрын
Cndd fdd oyeeeeeee
@UzarambaBonavanture
@UzarambaBonavanture 4 ай бұрын
Muzobashiriza c 😂😂😂 twibuka umuronko utukura ntarengwa nyaboneka tutazabona nkako m23 yakoreye congo bata
@amedaabdori5991
@amedaabdori5991 4 ай бұрын
😂😂😂
@JeanMarieNduwimana-t9c
@JeanMarieNduwimana-t9c 4 ай бұрын
Ramba
@Africansages
@Africansages 4 ай бұрын
🦾🦾🦾🦾🦾🦾🙏
@bienvenurukundo7890
@bienvenurukundo7890 4 ай бұрын
Uyu mugabo se arigutamba gushiririza njye numvaga arakaririmbo keza karirimbiwe Imana ,none nizanzozi bahora barota ,hhhh ba president baragwira p
@fafari150
@fafari150 4 ай бұрын
None nyakwubahwa wemera gute yuko bagusamburana amasengero ugaceceka?,ntiwishinge kagame urya yarabaye ikivume mukarere
@KaburaNyawenda
@KaburaNyawenda 2 ай бұрын
Ó
@Ishd464
@Ishd464 4 ай бұрын
Imbonerakure ni bantu ki? Si bamwe bica abatavuga rumwe n' ubutegetsi
@Korodeishimwe-me7tg
@Korodeishimwe-me7tg 4 ай бұрын
Umuntu uzaboshya ngo muhangane nurwanda muza mfa mwex
@ndagijimanasam2772
@ndagijimanasam2772 4 ай бұрын
Ubuse kurinjiji wakagabo we u Rwanda 🇷🇼 warwumvise hano muriyi ndirimbo nuruhe akajiji gusa
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 4 ай бұрын
daftness is real. that's the perfect example of mixing stupidity and ignorance. Yesu kristo ati abantu bazohona kubera ubujuju.... ndabona namwebw muri inyuma yayo mabingira abahimbirako ahaz namwe mukabafasha kuvyina igikurikira nuko muhona....sinzi ko propagandes babagaburira ko haraho zizobashikana.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
😂😂😂 you Mountain Gorilla 🦍 Why don't you learn Kirundi instead of misunderstanding nd ridicule our President? Ni Kuki Ijambo Ry Ikirundi Ugushirira canke Ugushiririza ribuza Amahoro Abantu batumva Ikirundi??? Iyo ubaza Insiguro yaryo vyarikugutwara Iki? Ukubahuka ugakoresha Izina Yesu??? Do you know you are the most Ignorant Christian to call up on Jesus name???😢😢
@NdihorandiziFaida
@NdihorandiziFaida 4 ай бұрын
Ntago narinziko kwisi hariho umiperezida wokigoryi ubyina ibintu nkibi ninjoji nyuma yizindi zose nzabayeho
@S.T.OTV24
@S.T.OTV24 4 ай бұрын
Uragirango agende yibyimbije imbere yabaturage se
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
Eeh mwamaze Gushika muza gusuzugura abo mutatoye canke muhe Amajwi!? 😆😆😆 Nama nzi ko mutihanganira Abinezererewe😅
@JumaBararunyeretse
@JumaBararunyeretse 4 ай бұрын
Umutim uzoguturikan mugenz. Orosh mumutw shaaaah.
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp 4 ай бұрын
Uko umuntu yoyobora kose ,ico womenya n'uko nta muntu numwe yicara ku ntebe yubu peresida Imana itabisgatse, utwara nabi canke neza Uhoraho avuze ati jaho, biba bishize!! uko wogitwara kwose ni Uwiteka abikira, kumugaya rero canke kumukunda ntago bihindura ico Uwiteka aba yemeje! Burya Imana ikora ivyo ishaka! rero kuba Imana yakoze ivyo wewe udashaka Evariste ntumurenganye yagiyeho nk'abandi bagiyeho kandi nubu bakijaho ku jewe ubu naratekanye kuko uwojaho wese akoze neza sina shida kuko nta bwoko butagiramwo ibigoryi bose bahashitse bamera nkabandi .
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
@@NdayisabaPierreclaver-pg1rp None uremera nk Abanyarwanda ko ari Ikigoryi?? Nta Mu President afise Ubwenge nka NEVA n uko abo atwara bagoye!
@tumsifusemana2629
@tumsifusemana2629 4 ай бұрын
Cet homme est fou!! Il danse seul?!!
@emmanuelntirushwa346
@emmanuelntirushwa346 4 ай бұрын
Iyi ndirimbo numvaga ari Gospel nne birangiye hajemo gushiririza abantu! hhhhhhhhhhhh
@vm-qo1jr
@vm-qo1jr 4 ай бұрын
Harya uwavuze ngo tuzobamesa we si uwabo? Yasize ameshe bangahe harya? Ibyo muri Edeni Nako kanani ndabona bikomeje gufata indi ntera ! Umunsi umwe ati mana y'abarundi undi munsi ATI nzabashiririza amasengesho ye niyindirimbo buriya biriguhura se?
@kahunguCyprian
@kahunguCyprian 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😅​@@vm-qo1jr
@kahunguCyprian
@kahunguCyprian 4 ай бұрын
Kwiyambika urusato rwintama 4:46
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 4 ай бұрын
Gushiririza bisigura kubajijura binjire muri cndd-fdd
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
For the Cheap Sits: All Rwandans nd Violence lovers : Mutazi Ikirundi ko mutabaza aho kuza mwigaragaza Imitima Mike Yuzuye Imyobo??? Kuva ryari Gushiririza ari Ijambo ribi??? Kirundi is not Ikinyarwanda 😴😴😴 Aho niho muburira ubwenge. Mu Kirundi Gushiririza Ijisho bisigura *kugona Uri maso *Gukanura wibangiriye *Gukanura wama ugavye *Ukudasamara *Ugukerebuka *Ukwiv Inyuma Bivamwo Imboberakure Abanyarwanda barahinduye Ikirundi bakigira Ikinyarwanda knunguvu Iwanyu mu Rwanda Gushiriza Amaso bisigura Guturira ukoresheje Amaso canke ibindi... that's Kinyarwanda Kirundi is not Kinyarwanda birasana ntibisa! Why you always think of Violence??
@PascalNinteretse-s8z
@PascalNinteretse-s8z 4 ай бұрын
Nugharur gusa ntakindi
@muzerwainnocent5356
@muzerwainnocent5356 4 ай бұрын
Bazashiririza abanyarwanda hari abandi bavuga se?
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
Ivyo wabikuye he🤔🤷🏽‍♂️ 😂😂😂
@NiyibikoraCharles-jx4xo
@NiyibikoraCharles-jx4xo 4 ай бұрын
Murabicanyi
@erasmemanirambona5007
@erasmemanirambona5007 4 ай бұрын
kiragusoka yamara inkona ntiyaruzwa kirazira
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
😊😊 Les detracteurs ne dorment jamais🤔😆
@ndagijimanasam2772
@ndagijimanasam2772 4 ай бұрын
Bishende
@Simvura
@Simvura 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 ba murata umwanya muzoshiririza bandeee ????? Ba muriremesha
@BenoitCitegetse
@BenoitCitegetse 4 ай бұрын
Vyumva banyene kuvyumva
@Lock940
@Lock940 4 ай бұрын
😂😂😂😂 uyu ni umupagasi si Président
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
Gupagasa s ukumenja.ntangorane Umututse neza cane😊😊 Gupasa Oye✊🏾 NEVA Fun Club ❤✊🏾🇧🇮
@hatangimanagodelive2197
@hatangimanagodelive2197 4 ай бұрын
Uri igihoni bazabamanyure abarundi oyeeee
@Lock940
@Lock940 4 ай бұрын
@@hatangimanagodelive2197 genda was pumbafu we. Bari he se wa gicucu we, nushak uzaz ubaherekej uturutse mri Ayo mashyamba ya Congo.
@TrustInGod1331
@TrustInGod1331 4 ай бұрын
Ngo muzoduturira??? Igihugu mwaramaze kugisubiz'inyuma ngo muriko murahinyanyura ivyo muhinyanyura😢
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
Ivyo Guturira ubikuye he???? Utazi Ikirundi ba ubaza wirinde kugaragaza ako kababaro wuzuye😊
@olli542
@olli542 4 ай бұрын
😂Burundi kweli😂 Ninde bazoshiririza c jye kontari kumva neza iyi ndirimbo😂😂
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 ай бұрын
For the record: Kubantu b InyankaBurundi nkawe mutazi Ikirundi. Hashirira Ijisho Gushiririza Ijisho ni Ugukanura ubangiriye atakiguca mu ryahumye Mu Congereza: ."Observe Thoroughly" Imboberakure ikanura Ishiririje. I don't understand why you Peaple always think of Violence????? Hari uwundi Munyarwobo yavuze ngo Ugushirira Ni Uguturira😢🤔🤦🏽‍♀️ Where do you Peaple get that Why are so Wicked. N iki mwankira Abarundi babatwaye baze bakibarihe! Muradusuzugurira President,muraryoza,Atwenze,nikijuju,Aririmba Ni injiji Abwira Abarundi muraribwa. None President si Umuntu mubandi? Ntatwenge;ntatambe, ntatarurimbe nk uko iwanyu aba presidents bakoroka kwvIjuru atari abantu bameze nkabandi😢 Abanyarwanda ni abaraba Ivy Rwanda Abanyrwobo ni Abisuka mu biraba Abarundi. Ba Mubaza mureke kugaragaza Imitima y ububi ataco dupfa😉
@GgzfVcxgv
@GgzfVcxgv 4 ай бұрын
Komera
@DiogeneKenese
@DiogeneKenese 4 ай бұрын
Ahumbo iryozina ryimbonerakure numvaga ahubwo ababishinzwe bazarihindura,bakazita imboneramafuti.
“Don’t stop the chances.”
00:44
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 62 МЛН
BAYGUYSTAN | 1 СЕРИЯ | bayGUYS
36:55
bayGUYS
Рет қаралды 1,9 МЛН
Quando A Diferença De Altura É Muito Grande 😲😂
00:12
Mari Maria
Рет қаралды 45 МЛН
#Burundi: Mbega ''Ubumwe bw'Abarundi'' bwifashe gute uyu munsi?
2:54:16
IKIGANIRO N'IBIMENYESHAMAKURU
43:14
Cndd-Fdd - TV
Рет қаралды 18 М.
Amakuru ya BBC Gahuzamiryango uyu munsi taliki 28/1/2025
30:25
GWANEZA TV RWANDA
Рет қаралды 449
“Don’t stop the chances.”
00:44
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 62 МЛН