Intahe y'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye mu rugendo rwo kurondera amafaranga kuva mu bwana

  Рет қаралды 6,817

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 29
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 6 сағат бұрын
Imana Ikuduhezagirire Wigishije ikintu kinini mubuzima bwabenegihugu ❤❤❤❤❤Imana ibandanye igukoneza muntwaro yaweee mutama
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 3 сағат бұрын
Ibice 98%tukwemera❤❤❤
@NcutinanabagenziIsmail
@NcutinanabagenziIsmail 9 сағат бұрын
Komera cane muzehe wacu,nibajaho bagutwenge ariko intumbero niyo kwikiza inzara kandi ico muburundi ndizeyeko tuzocikemurira Abo banyonyezi bareke kutubesha👊🫡🫶♥️ndababazwa nabarundi bakija inyuma yaba zungu bumva amabwire yabo 😢barundi barundikazi muze twese hamwe twigishanye uburyo twoza turiteza imbere twebwe nyene tutitaye kurizo ngurane zabo barozi bifuzako dupfa nabi🧏🙏
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 7 сағат бұрын
Hari Imyaka irimbere NEVA Abarundi tuzomwibuka nk Incungu y ukwikukira kw uButunzi bw uBdi❤😊 🎩 ✊🏾🇧🇮
@FabriceFrommurengeza
@FabriceFrommurengeza 17 сағат бұрын
Turakwemera cane nyenicubahiro
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 5 сағат бұрын
My president is humble
@AaronNzoyihaya
@AaronNzoyihaya 5 сағат бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np 11 сағат бұрын
Mbega. Umuvyeyi mwiza. Shimwa mana wamuduhaye Ushimwe
@EspéranceKANYANGE-i3p
@EspéranceKANYANGE-i3p 2 сағат бұрын
Yakubahwa président ndabashikiye 💯% kuko Aho mperereye muri Europe abarimyi nibo badutunze.komera Mutama
@SibomanaCélestin-j5f
@SibomanaCélestin-j5f 3 сағат бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@GoldienVyizigiro
@GoldienVyizigiro 10 сағат бұрын
Uravuze ukuri kwuzuye vraiment.
@MweraSilas
@MweraSilas 9 сағат бұрын
🎉komera samuragwa!ahaturikwishure pe!
@LaulentiEzekiel
@LaulentiEzekiel 4 сағат бұрын
Amajambo meza cane mutama
@ELOGERUHIMBASA
@ELOGERUHIMBASA 14 сағат бұрын
Umujama wacu turi inyuma yawe Imana iguhe umugisha 🤲🏽🤲🏽✊🏽
@BugoyeJohnlucky-z6b
@BugoyeJohnlucky-z6b 10 сағат бұрын
Aaaah Aho rero aravuz amajambo meza kabisa Imana iri mu Burundi kabisa
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 4 сағат бұрын
Sha Yama avuga Amajambo Meza ngira uba udashaka kuyategera ubutumwa burimwo!
@jamaryribson3165
@jamaryribson3165 14 сағат бұрын
Nyakubahwa president Nukuri nasanze abazungu badusumvya gukora bakoresha imashine aho bikenewe nukuri batojwe gukora bakiri bato umwana wumuzungu yigishwa gukora afise imyaka cumi 13 ntaho ibicikira kuko niprograme yishure rero nikuri twige gukora kandi twigishe nabana bacu gukunda ibikogwa❤
@landrynshimirumukiza8481
@landrynshimirumukiza8481 3 сағат бұрын
Uvuze ukuri cane gose ntibatwigishije gukora
@Issac-t9e
@Issac-t9e 9 сағат бұрын
❤❤❤❤❤
@francoissemana2529
@francoissemana2529 5 сағат бұрын
Ibi nibyo Rwose abakoroni nibo batumye tujya mu macakubiri. Birakwiye guhinduka.
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 6 минут бұрын
Icyo,nicyo ngukundira numutima wanjye wose umunyakuri ntanyegeza kahise kiwe!!
@JapheteSumbe
@JapheteSumbe 7 сағат бұрын
Mutama irijambo niryukuri uba wamaze kwiyakira urakoze ukirimuto ntibikunda.c, est vrai
@IsidoreNgezahayo-p8z
@IsidoreNgezahayo-p8z 9 сағат бұрын
Ariko Neva ko yakize abenegihugu akapfinyanya - uwo mugozi yaboshe abarindi kwibohora turabona ari gukora za Comidiens cane 🎉
@KevinNdagijimana-x5b
@KevinNdagijimana-x5b 3 сағат бұрын
President wacu yubahwe
@furahabyadunia6544
@furahabyadunia6544 13 сағат бұрын
❤❤❤❤❤❤ ❤ 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Ndayizeyemelance
@Ndayizeyemelance 6 сағат бұрын
Wubahwe mutama ariko MPOX ninzoya zirayigwaye nazo zasambany nand?
@EspéranceKANYANGE-i3p
@EspéranceKANYANGE-i3p 2 сағат бұрын
Turime dutunge nkibindi bihugu vya Europe,turiko turugurura amaso dukorere igihugu cacu.
Enceinte et en Bazard: Les Chroniques du Nettoyage ! 🚽✨
00:21
Two More French
Рет қаралды 42 МЛН
人是不能做到吗?#火影忍者 #家人  #佐助
00:20
火影忍者一家
Рет қаралды 20 МЛН
Umukuru w'igihugu abamwifatiye mu gahanga  ibi nivyo bamuziza
39:34
AMAKURU YA SAA SABA | Tariki 11.01.2025
33:13
RwandaTV
Рет қаралды 1,3 М.
LIVE🔴 MUKURA VS RAYON SPORTS
MAX TV
Рет қаралды 1 М.
Enceinte et en Bazard: Les Chroniques du Nettoyage ! 🚽✨
00:21
Two More French
Рет қаралды 42 МЛН