Imitegekere yose y' u BURUNDI by MWANAFUNZI na MUNANA

  Рет қаралды 81,543

RedBlue JD

RedBlue JD

6 жыл бұрын

Please subscribe|| KORA SUBSCRIBE USOBANUKIRWA ISI N' IBIYIBERAMO BYOSE.
KANDA HANO: goo.gl/z9bWao
Facebook page:goo.gl/D66E5k
Twitter: goo.gl/MPQ4i8
Instagram: goo.gl/ATdt2a
Produced by MUHIRE MUNANA na MWANAFUNZI as owner property Uploaded by RedBlue JD all right reserved

Пікірлер: 42
@ByiringiroOlivier-wf7jm
@ByiringiroOlivier-wf7jm 6 ай бұрын
Mbakunda cyane kumakuru mumpa
@konde24ful
@konde24ful 5 жыл бұрын
Mukorijoro numutaga kugirango mwandikishe amateka ya Jenoside yakorewe abatutsi Muburundi kimwe muvyatumye Presida wanyu kagame Anaheba akayitegura ifitaniye isano niyo yakoze Mugihugu ciwe ariko abarundi bagifatanye munda ntibizoshoboka
@karimshaban6887
@karimshaban6887 4 жыл бұрын
Mwarimufise vyinshi mwovuga ariko ntimwobivuga ntimworonka ahomutaha
@ndyisenganazaire8246
@ndyisenganazaire8246 Жыл бұрын
Noronk nim yuw mugab gut
@twitehoivyiwacuburundi4631
@twitehoivyiwacuburundi4631 5 жыл бұрын
Vuga ivyiwanyu.rekana nivyo iburundi.nous sommes unis.si nkaho iwanyu.vuga sha ivyabahutu ukuntu bahohotewe Aho iwanyu urabe iyo bagucisha Ariko twebwe ino ntakibazo tubivuga uko dushatse.democratie irakwiye
@niyonzimagodefroid1477
@niyonzimagodefroid1477 5 жыл бұрын
Ariko abarundi wagirango ntabwenge mugira!!ariko nako birashoboka ko ntabwo!!ubuse ibyo avuze byose warubizi?!nibase warubizi abandi barabizi?!umunyamakuru yandika inkuru kugirango ikurikirwe nonese ko avuga ibya america akavuga ibya Israel wari wumva ba claiming ngo avuge ibyiwabo?!ubundi iby'Urwanda warabishatse usanga ntabyo yavuzeho?mwebwe mufite Urwango mwanga Urwanda rwabamunze rubabuza kumenya nibyiwanyu mugahora mwifuza kumenya iby'Urwanda gusa!!Esubundi Urwanda Ruramutse rutariho ibibazo biriwanyu byaba bishize?!Mujye mugabanya Ubwenge buke mushake icyakwubaka igihugu cyanyu aho kwirirwa mu Rwango rutagira aho rubageza!! Ubundi reka nkubwira Ntabwo wakwimika Ikiyeri ngo wumve ko Watekereza neza!!mugabanye ubusinzi bwanyu maze mubyaze umusaruro ibyo mufite!!
@mugabekazichimene750
@mugabekazichimene750 5 жыл бұрын
@@niyonzimagodefroid1477 gaswere nyoko ivyacu ntibibaraba ahuvuga ngabarundi turabasinzi ntibantwera ayayo . ahubwo ufisubwenge buke uzukuntu namwe abanyarwanda murindaya musambana kuryakwinkoko muragapfa . harivyotwaritwamusavye atubwire aburakuvuga ibibera iwanyu mwohonimwe mworohewe
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 5 жыл бұрын
Ivyu Rwanda ubivuze wogira ikibazo.zurivugira ivyuburundi nihohari democrasi umuntu avuga ivyo ashaka
@vincentmutaganda4246
@vincentmutaganda4246 5 жыл бұрын
Apuu abivugaho iki ivyanyu numwanda
@twitehoivyiwacuburundi4631
@twitehoivyiwacuburundi4631 5 жыл бұрын
Ahubwo ni hatari.red bul vuga ivyiwanyu
@innocentrukundo2888
@innocentrukundo2888 5 жыл бұрын
Nduwayo Abel Official n
@sammyluckyboy
@sammyluckyboy 4 жыл бұрын
Nihatar
@gerarduwimana3486
@gerarduwimana3486 4 жыл бұрын
Ngo muburundi ntabutabera buhari hhhhhh ngo twishe benshi mama hhhhhh sha ntagihugu cica kikica nabakorer'Imana atar'urwanda ha murica mukavuga ngo biyahuye none ngo muburundi reka kujuragirika rondera ukundi muri fake kbsa
@irankundaelvis8175
@irankundaelvis8175 5 жыл бұрын
Tworonka président nka Bagaza uburundi bwosubira kuba igihugu nkibindi.
@lupinamathiasikopowakitale6771
@lupinamathiasikopowakitale6771 5 жыл бұрын
Mukama naho utakihari warintwari ntatusi bariho canke abahutu
@konde24ful
@konde24ful 5 жыл бұрын
Ukuniko Paul kagame yatangije Jenoside murwanda Arinako yagomba kuyitangiza muburundi 1994 Indege ya Presida wurwanda yararashwe na RPF kwitegeko rya Kagame bavuye mumasezerano yamahoro ikampara nyuma imyaka mike kuva 1990 bakora ibitero kubutegetsi bwugwanda nokwica rubozo abanyarwanda bikitirigwa reta, none 2015 Ategura ibisa nivyo kuburundi aho Prezida wuburundi yari Tanzania Mubiganiro bahenura ubutegetsi birapfuba umutego uko bawuteze siko wagenze pura nimwe yomuri 1994, abo bari bitezeko Petero Nkurunziza aribuze nindege umwanya wariwo wose ngo iraswe niryo shavu Rya kagame aca atangira kubasomborotsa ukundi mugutambisha indege ya gisirikare Muburundi abonyeko umugambi upfuye guys gende buke
@ezechielndayishimiye6631
@ezechielndayishimiye6631 2 жыл бұрын
Eg wavuz nez mugab kutavuga ivyiwanyu mu RWanda
@geladkhaled7460
@geladkhaled7460 2 жыл бұрын
Bwambarangwe,kibazi
@stevenhabonimana5507
@stevenhabonimana5507 2 жыл бұрын
Ameteka yawe aratuma tumenya vyishi cane
@15centerckz60
@15centerckz60 5 жыл бұрын
Mutama ntavuganabi mutegerezwa gukorankabagaza camwe nka gwasore mwunake uburundi
@nelsoniranyibutse3833
@nelsoniranyibutse3833 4 жыл бұрын
Jew ntakumvirij numv ntavyuburundi uzi nib uvugako abatutsi bishwe muburundi kur ziriy ntwaro kurusha abahutu numv nta politique y'uburundi uzi! ikind niyogwanda yanyu uvug iyo génocide yemejw kubwuko abatutsi arib bar kubutegetsi kk havyarimana amazw kugandagugwa abahutu bishwe n'ibeshi cn rr abategets b'ugwanda iturufu bafis ubu niyuko bemej génocide y'ikinyoma! Es NDADAYE yishwe nande!? Ivyuburundi vyihoze ntavyuzi neza!kndi ivyamoko nkivyo ubu sivyo bihanz abarundi ayomoko nib iyigwanda muyakuramwo inyungu muraz muyagumiza hiyo ino muburundi ntayodukney!kandi sindakubesh igihekimw mugwanda umuhutu azongera ayobora iyo turufu yanyungo ni génocide izokugwaho idakuweho hazemezwako habay ama génocide 2 guco cnk ivyama génocide vyab nabariy bikugweho bazbashiraho umus wokwibuka burumwe yaburiw murburiya bwicanyi twumva bwatanguy neza indeg y'umukuru wiguhug havyarimana ikorowe!KIZITO muvyoyazizw muvy yavuz mundirimbo iraho ntiyavuzko nabarah bakwiy kwibukwa kuk nab arabantu nkaband akabahimiriza ko imber yavyos ko hozahabanz ndumunyagwand esmugiy muvugango kwibuk abapfiriy mungwan yomururiy mwak murisusang mwibazko mutob murko mutorra inzir abana banyu bahazoza bazosang ubutegtsi bwarahinduts! Mwebw rr bandany nivyigwanda ivyin mubirk muges ubwiy ubwino ntibura NB:ikind mwebw hiy nimukor ivyomushak kubahutu kuk nyen imbugita nuwuyifs ikirind arik igih mimuzobon abahutu babats ikirind kiraho muzomenyeko ivyovyos mudendekany hiyo bizohinduk .ahanokubarr vyish kur politique y'uburundi ariko ngejj aha uruwumv yumvish.
@regispaul3933
@regispaul3933 5 жыл бұрын
muratubwira ivy urwanda navyo
@christianeuwihoreye9378
@christianeuwihoreye9378 4 жыл бұрын
Arikmuzi gutokora agatotsi kari mu jisho ry'abandi ariko umugogo uri muryanyu ntimwakoraho.
@ndabarushimanamanasse8899
@ndabarushimanamanasse8899 5 жыл бұрын
Muzaduhe izindi nkuru z'uburundi guhera 1961
@euphremnduwayo7842
@euphremnduwayo7842 5 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂 .bene wacu babanyagwanda .muraryohera .muratinya kuvuga .ivyanyu kubera .mutagira aho muvugira .mukivugira ivyuburundi icakora .murifitiye ururimi rure rure .muburindi .turisanzura .turishira .tukizana .urageraraeza .umusi umwe ugire .icunenga kitagenda neza kuriyo ntwaro yakagame .urabe ayo bakuburira .😂😂😂😂 .
@stivenimfasha315
@stivenimfasha315 3 жыл бұрын
T0ka
@uwaseannyuwase8361
@uwaseannyuwase8361 4 жыл бұрын
Hhhh guys nimba ariko amateka amaze mugomba kuyemera nkuko natwe twemera amateka yacu
@jamalyirou5863
@jamalyirou5863 5 жыл бұрын
Hhhhhh komwibagiye abishwe 1965 na 1988 nabishwe guhera 1994 gushika 2003 ivyuburundi nibirebire
@regispaul3933
@regispaul3933 5 жыл бұрын
babivuz
@berchmasnduwimana8246
@berchmasnduwimana8246 6 жыл бұрын
ivyo vyaraheze ubu abarundi turi bamwe aho abarundi bihendey barahabonye
@zackmugondo4076
@zackmugondo4076 5 жыл бұрын
Mukomereze aho Barundi muri munzira nziza.
@twitehoivyiwacuburundi4631
@twitehoivyiwacuburundi4631 5 жыл бұрын
Caaaaaane
@Amidangirente
@Amidangirente 5 жыл бұрын
Ngo nta DNA yubuhutu nubututsi 😄😁
@gabrielmanirakiza9217
@gabrielmanirakiza9217 4 жыл бұрын
Ivyo murwanda na Kagame ko mutabivuga mukibanda kuburundi?
@uwaseannyuwase8361
@uwaseannyuwase8361 4 жыл бұрын
Igihe cabyo nikiragera navyo tuzobivuga
@nkeshimanaemmanuel5031
@nkeshimanaemmanuel5031 6 жыл бұрын
Ariko yigamba ngo nta sentare, ariko ni vyo
@kirimwamahorochristophe8557
@kirimwamahorochristophe8557 5 жыл бұрын
Prono
@kirimwamahorochristophe8557
@kirimwamahorochristophe8557 5 жыл бұрын
Je
@kirimwamahorochristophe8557
@kirimwamahorochristophe8557 5 жыл бұрын
Promo et
@nambajimanapascal5546
@nambajimanapascal5546 5 жыл бұрын
@@kirimwamahorochristophe8557 ok ntabutungane nyabwobuba muri est fricoin
@emelynentakarutimana3627
@emelynentakarutimana3627 5 жыл бұрын
Ivyabarundi biragoye kuko ntabwo abarundi turabana beza
Uko wakirinda GUPFA by ISMAEL Mwanafunzi: sobanukirwa neza
28:11
RedBlue JD
Рет қаралды 124 М.
How Many Balloons Does It Take To Fly?
00:18
MrBeast
Рет қаралды 175 МЛН
Amazing weight loss transformation !! 😱😱
00:24
Tibo InShape
Рет қаралды 55 МЛН
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 13 МЛН
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
UBUGAMBANYI BUKAZE BWA PAPA KURI HITLER (Papa Pius)
24:00
RedBlue JD
Рет қаралды 23 М.
Umugabo utinyitse mw' isi by Mwanafunzi na MUNANA
28:00
RedBlue JD
Рет қаралды 105 М.
Әділет Жауғашар & SUNDET MUSLIM - Бір оқиға [M/V]
3:05
Әділет Жауғашар
Рет қаралды 117 М.
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 128 МЛН
akimmmich (feat. Turar) - UMYTTYŃ BA?| official lyric video
2:54
akimmmich
Рет қаралды 3,9 МЛН
지민 (Jimin) 'Who' Official MV
3:28
HYBE LABELS
Рет қаралды 22 МЛН
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 558 М.
Sadraddin - Jauap bar ma? | Official Music Video
2:53
SADRADDIN
Рет қаралды 16 МЛН
Jaloliddin Ahmadaliyev - Kuydurgi (Official Music Video)
4:49
NevoMusic
Рет қаралды 7 МЛН