Ngo ngwiki ?? Ngo kuncuro ya mbere ?? Reka ayo matiku sha
@LydiaNiyomwungere-ch9gu10 күн бұрын
Komera
@SinzabatohanaVital-yl7gi9 күн бұрын
Mukomere batama
@user-lw7oz2rb5w9 күн бұрын
Ariko murinyuma koko ubwo kumanuka mu mutaka murumva aribintu bitangaje😂😂😂, na sendagara yasetse pe😂😂😂😂,ntakidasanzwe gose 😂😂
@user-jw4wx8yd1b9 күн бұрын
Non nkubu wew uwo bikubarira ubikore wobikora jew abanya rwanda muranwenza kl kuki mwama mwishira hejuru cane iyimana ibaha igihugu canyu kikaba kinini mwomenya kwi tanyurura ikindi iyo gisa nka dubai canke nka omani canke nka saudia nta wobakize kbx jew hari bintu muvuga bika sesema ngenda urabe kenya uko hameze canke tanzanie ariko nta musi numwe basuzugura uburundi ariko mwebwe ijambo ribi riva iwanyu mura sesema numutima wanje wose
@user-jw4wx8yd1b9 күн бұрын
Mukanwa kanyu havayo amajambo mabi kbx hari umusi ubwo bwibone mufise buzohera ndakurahiye ura ngenda urabe kenya uko yabaye umusaka namwe nihirya yejo nti wiganyurure ngo na sendagara yatwenze ko muvuga ko kagame ashoboye vyose uramubarira abaduganire tanganyika iyo ntuntu yindagara ihere mwa mikomamwe