INDIRIMBO ZA CHORALE NGOMA - ISHENGERO RYA PENTEKOTE RYO MU GASHIKANWA

  Рет қаралды 35,516

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Жыл бұрын

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 132
@JeanMarieHABONIMANA-nw4fo
@JeanMarieHABONIMANA-nw4fo Жыл бұрын
Impwembi tuzifiseko ububasha tuzitegekecaane MWIZINARYA YESU
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@DenisIriv
@DenisIriv 3 ай бұрын
Amen
@user-yv1pd8hj2y
@user-yv1pd8hj2y 6 ай бұрын
Ndafashwa nunvirije indirimbo za chorale ngoma yesu azoje abaha umugisha mwishi
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@jeanbaptisteharagakiza1823
@jeanbaptisteharagakiza1823 6 ай бұрын
Imana Ihe umugisha aba bantu bazanye izindirimbo à la porte de tous. Ndafashijwe pe🙏🏻
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@Elie-dg8pc
@Elie-dg8pc Жыл бұрын
YESU abahezagire kandi azobahe iherezo ryiza korar ngoma Aho nikumavukiro yanje
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@NathanaelMugisha-ej4hk
@NathanaelMugisha-ej4hk 3 ай бұрын
Amen❤❤❤
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 Жыл бұрын
Yesu abonger'umugisha mwinshi,Imanai izobahe iherezo ryiza! Murakoze
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-mn6sf2im4g
@user-mn6sf2im4g 8 ай бұрын
Imana ibahezagire mugume kugikorwa cokwamamaza ubutumwa bwiza
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen 🙏💖
@samuelnkunzimana69
@samuelnkunzimana69 10 ай бұрын
Iman ibonger'amavuta 🙏🙏
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@JeanMarieHABONIMANA-nw4fo
@JeanMarieHABONIMANA-nw4fo Жыл бұрын
YESU ASHIMWE cane kandi abahe umugushi chorale gashikanwa muraduhezagira caan Sinduhuka kumviriza ubutumwabwuza buri murizino ndirimbo Nimuhezagirwe caane
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖 Namwe Yesu Kristo abahezagire!
@user-zo6vd5ke2s
@user-zo6vd5ke2s 4 ай бұрын
Yesu abahezagire kabisa
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-ky9pv5lb8q
@user-ky9pv5lb8q 8 ай бұрын
Imana izobahe kurangiza neza bakunzi b'lmana.muragahezagigwa
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen 🙏💖
@niyongereniyongerebrigitte5738
@niyongereniyongerebrigitte5738 Жыл бұрын
Yesu ahezagire iyi chorale, kandi azabah iherezo ryiza
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@rebeccandikumana68
@rebeccandikumana68 Жыл бұрын
Yesu Abahe umugisha,chorale Ngoma,ndabibuka cane Pasteur Esaie yabatumiye mu Ngagara q4,ndanezerewe kusubira kumva izo ndirimbo nziza z'amavuta,benshi muri mwebwe umenga ndiko ndababona
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-mw1zn3ku6g
@user-mw1zn3ku6g 5 ай бұрын
Amen mudufashije cane
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@signola647
@signola647 11 ай бұрын
❤ mwongerwe umugisha n'a Kristo Yesu Umwami wacu
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏💖
@JoselyneNduwamariya
@JoselyneNduwamariya 8 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
🙏💖
@ericnduwimana6962
@ericnduwimana6962 11 ай бұрын
Amene tuzokwak nkinyenyeri zokwijuru imana ibahezagire
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏💖
@ErnestButumagu
@ErnestButumagu Жыл бұрын
Imana izobiduhe gusangira ubukwe bwo mwijuru
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@emmanuelniyobuhungiro4470
@emmanuelniyobuhungiro4470 3 ай бұрын
Imana ibahezagire❤❤❤
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@GkfkfkDkdkfk
@GkfkfkDkdkfk 7 ай бұрын
Amena
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@bienvenumanirambona2422
@bienvenumanirambona2422 Жыл бұрын
Chorale nkunda cane
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@theodorenkhoma7442
@theodorenkhoma7442 Жыл бұрын
Merc❤
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@YvanNiyogushima
@YvanNiyogushima Жыл бұрын
Indirimbo ziratwunguruza caane ndabipfurije iherezo ryiza
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@Igr-official
@Igr-official 11 ай бұрын
Waouuh old songs 😊😊
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
🙏💖
@aloyskwizera9002
@aloyskwizera9002 10 ай бұрын
Murakoze cane ,mugume mwezwa.
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@JaencloudeShimirimana-uk6kc
@JaencloudeShimirimana-uk6kc 6 ай бұрын
Imana ibahezagire cane
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@niyibitangajerard
@niyibitangajerard 7 күн бұрын
Chorale ngoma
@meirratv
@meirratv 7 күн бұрын
🙏💓
@languideniyonshima6866
@languideniyonshima6866 9 ай бұрын
Amen Amen Amen
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
@DiegoAbizeyimana
@DiegoAbizeyimana 2 ай бұрын
Imana ibahezagire
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@Uzzias
@Uzzias 7 ай бұрын
Ameeen
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-ze5fy1ez2v
@user-ze5fy1ez2v 4 ай бұрын
Ngoma mukomere mumwami imana ibahezangire kundirimbo za nyu vyukuri hazo gera igihe vyukuri yesu abongere amavuta
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen Amen 🙏💖
@user-hj2kq7gi7c
@user-hj2kq7gi7c 3 ай бұрын
❤❤❤
@user-hj2kq7gi7c
@user-hj2kq7gi7c 3 ай бұрын
🙏🙏 amen
@AlbertSabushimike
@AlbertSabushimike 4 ай бұрын
Yesu abongere inkomezi kandi mushishikare muvuga ubutumwa biciye mwizi ndirimbo
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 💖
@ProsperNdayishimiye-xx9jt
@ProsperNdayishimiye-xx9jt 2 ай бұрын
YESU ashimwe bantu b, Imana imana yomwijuru ibahimbaraga ndikwumva indirimbo nkumutima uraremye izinaryanje iyo murigusenga murishiremwo
@ProsperNdayishimiye-xx9jt
@ProsperNdayishimiye-xx9jt 2 ай бұрын
Kuko nipfuza kuba murimwe nipfuza kuba mumugabane wanyu kuko barabimana nanje ndipfuza kwambikwa inkomezi na yesu yanesheje mukomere mumwami
@ElisabethNIZIGAMA-nx8nu
@ElisabethNIZIGAMA-nx8nu 5 ай бұрын
❤❤❤
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
🙏💖
@user-zo6vd5ke2s
@user-zo6vd5ke2s 4 ай бұрын
Aaaaamen
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-tp8nn2lq8g
@user-tp8nn2lq8g 9 ай бұрын
Imana izobuhagira uburuh muhira mutubwira ubutumwa ubwobutame subwubusa mumwami🙏🙏
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
@DeoNkamagira-gz4mk
@DeoNkamagira-gz4mk 3 ай бұрын
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-lc2ks7je5g
@user-lc2ks7je5g Жыл бұрын
Yesu abahezagire cane kubw'izi ndirimbo zuzuyemw'amavuta ya Mpwemu kandi azoduhe kubana mwijuru
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-cb2py1kl4t
@user-cb2py1kl4t 7 ай бұрын
Muhezagirwe cane
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@nzeyimanaaudace5013
@nzeyimanaaudace5013 11 ай бұрын
Amen amen
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-mx6ed7kl5y
@user-mx6ed7kl5y 6 ай бұрын
Yesabahzagr can
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@ALINENIJIMBERE-oo4vd
@ALINENIJIMBERE-oo4vd 3 ай бұрын
Ariko mana❤
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
🙏💖
@user-xk9yf6ky5c
@user-xk9yf6ky5c 10 ай бұрын
Imana ibakomeze bene data
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@merveillejeannettewitonze6752
@merveillejeannettewitonze6752 Жыл бұрын
Jewe nzokwama numviriza izi ndirimbo za choral ngoma gushika ibihe bidashira 🎉
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-ze5fy1ez2v
@user-ze5fy1ez2v 4 ай бұрын
Ndabipfurinje kungiri herezo ry'iza
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-fs4zz3gi5i
@user-fs4zz3gi5i 7 ай бұрын
Murimake dukeneyimfashanyo yamasengesho kuko sataniyaragerageje kuturwanya nubu akiriko ariko turikumwe nuwanesheje nubu turacabandanira ubwami bw'lmana
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@Uzzias
@Uzzias 7 ай бұрын
Thanks
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@bimenyimanamartin9568
@bimenyimanamartin9568 4 ай бұрын
Impano ziwacu.zirahimbaye
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💖
@emmanuelniyobuhungiro4470
@emmanuelniyobuhungiro4470 3 ай бұрын
Hallelujah ❤❤❤❤
@neillamutoniwimana7571
@neillamutoniwimana7571 9 ай бұрын
Yesu abahezagire
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-tg1pz2hq6v
@user-tg1pz2hq6v 8 ай бұрын
Amen Amen
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen🙏💖
@signola647
@signola647 11 ай бұрын
MEIRRA TV tubashimira ingene mwitanga mukatuzanira ibitwubaka muburyo bw'Impwemu
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏
@mechackniyonkuru3271
@mechackniyonkuru3271 Жыл бұрын
Ameeeeeeeenn!!!!!
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@bienvenumanirambona2422
@bienvenumanirambona2422 Жыл бұрын
Amen.Indirimbo nziza cane zifasha imitima kwegera Imana no kwiyumvira kugikorwa kidasanzwe Yesu Yakoze ❤.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@ErnestButumagu
@ErnestButumagu Жыл бұрын
Imana ibongere amavuta ntimwihenze akokigori mugira mutubwira ubutumwa muzobihererwa ingero
@dickandyishimwe8504
@dickandyishimwe8504 Жыл бұрын
Vema kusikia Nyimbo za Kiroho
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@CyprienRUBERINTWARI
@CyprienRUBERINTWARI 8 ай бұрын
Amen❤😊😅😅😅😅😅😅❤
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen 🙏💖
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 Жыл бұрын
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@terencebanter967
@terencebanter967 Жыл бұрын
Amajwi meza, amajambo aremesha agafasha imitima. Meirra murakoze cane ku gikorwa co kudugezako ubutumwa bw'izi ndirimbo.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@Gift-vn4sn
@Gift-vn4sn Жыл бұрын
Ameen chorale gashikanwa Yesu abahezagire cane na Meira TV Yesu abankomereze tuzagurire mw'ijuru turabakunda ❤️❤️
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Murakoze cane 🙏💖❤️
@AlainpenielNcutinamagara
@AlainpenielNcutinamagara 14 күн бұрын
😂
@meirratv
@meirratv 14 күн бұрын
🙏
@user-ve7cg9rr5z
@user-ve7cg9rr5z 7 ай бұрын
Yyy 8:22 yyyyyyyyyyyyyyyyyyyyy 8:26
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
🙏
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 Жыл бұрын
Yesu abonger'umugisha mwinshi,Imanai izobahe iherezo ryiza! Murakoze
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@siniremeraanicet7851
@siniremeraanicet7851 11 ай бұрын
Muhezagirwe cane
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-cx3mz5oo8r
@user-cx3mz5oo8r 9 ай бұрын
Amen amen
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,4 МЛН
Best father #shorts by Secret Vlog
00:18
Secret Vlog
Рет қаралды 22 МЛН
Sigma Kid Hair #funny #sigma #comedy
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 32 МЛН
Cool Items! New Gadgets, Smart Appliances 🌟 By 123 GO! House
00:18
123 GO! HOUSE
Рет қаралды 17 МЛН
Indirimbo za chorale gihanga
1:01:59
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
Рет қаралды 37 М.
INDIRIMBO: ABO MU RUVYARO RWA NOWA [UBUTUMWA BWIZA MU NDIRIMBO]
5:55
KWIZERA WORSHIP TEAM
Рет қаралды 1,6 М.
Indirimbo za chorale ya 2 yo mwishengero rya Pentecôte kamenge
35:11
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
Рет қаралды 3,4 М.
Meilleures Chansons et Louanges  Religieuses Africaines
3:42:29
RY cam
Рет қаралды 3,2 МЛН
Jaloliddin Ahmadaliyev - Kuydurgi (Official Music Video)
4:49
NevoMusic
Рет қаралды 6 МЛН
Erkesh Khasen -  Bir qyz bar M|V
2:43
Еркеш Хасен
Рет қаралды 667 М.
akimmmich (feat. Turar) - UMYTTYŃ BA?| official lyric video
2:54
akimmmich
Рет қаралды 3,3 МЛН
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 123 МЛН