INDIRIMBO ZIFASHA UMUTIMA /ijwi ry'impanda choir

  Рет қаралды 10,399

Ubutumwa Bwiza bw'amahoro

Ubutumwa Bwiza bw'amahoro

Күн бұрын

indirimbo ZIFASHA UMUTIMA
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
/ @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

Пікірлер: 18
@bukuruMarieClaire
@bukuruMarieClaire 7 күн бұрын
Urukundo mbakunda ntirufite umupaka muramfasha cyane ❤😊
@user-ky7uz6vl5p
@user-ky7uz6vl5p 3 ай бұрын
Ijwi ry'impda tukabakunda nimuduhe Indi album nayo tuyumve❤❤❤❤
@DierserWalker-z8y
@DierserWalker-z8y 4 күн бұрын
Lockman Landing
@MajambereStephen
@MajambereStephen 3 ай бұрын
Good song ever
@DonnaRodriguez-s9y
@DonnaRodriguez-s9y 4 күн бұрын
Flatley Keys
@JeanBigirimana-ks3tl
@JeanBigirimana-ks3tl 3 ай бұрын
Ni message nziza caneee nari narahomvye, Yesu akomeze kubaganza
@SleepyHockeyPlayer-oi2jp
@SleepyHockeyPlayer-oi2jp 3 ай бұрын
Imana ibashyigikire muri byose
@GloriIni
@GloriIni Ай бұрын
Izindirimbo benezo baragiye mubihugu bitandukanye none Uwushaka wese yitorera iyakunze ashira kuri cano yiwe😂😂
@user-lg9pl3mv8f
@user-lg9pl3mv8f 9 ай бұрын
Imana ihabwicubahiro
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 7 ай бұрын
Abantu barihe ngo baze kunviriza indirimbo nziza! Aho usanga bahugiye mubindi.
@MukamyiAlexis-jo4zz
@MukamyiAlexis-jo4zz 5 ай бұрын
Imana ibahe imigisha
@MajambereStephen
@MajambereStephen 3 ай бұрын
Imana ishimwe cane
@MajambereStephen
@MajambereStephen 3 ай бұрын
100%
@murimatv4448
@murimatv4448 4 ай бұрын
Mukomere cane
@innocentbigirimana5960
@innocentbigirimana5960 7 ай бұрын
Iyo ndirimbo ndayishaka yanditse
@MukamyiAlexis-jo4zz
@MukamyiAlexis-jo4zz 5 ай бұрын
Ariko ndazikunda bacuu
@NZIRORERAJeanpaul-wu6os
@NZIRORERAJeanpaul-wu6os 7 ай бұрын
Ntimugacogore kurubu butumwa bwiza,nafashijwe
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 7 ай бұрын
Indirimbo nziza cane!
Indirimbo za chorale gihanga
1:01:59
Ubutumwa Bwiza bw'amahoro
Рет қаралды 40 М.
IMFATIRO Z'UMUKIRANUTSI BY IJWIRYIMPANDA CHOIR 22 février 2020
7:03
Upendo Sedrick
Рет қаралды 19 М.
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 123 МЛН
Alat yang Membersihkan Kaki dalam Hitungan Detik 🦶🫧
00:24
Poly Holy Yow Indonesia
Рет қаралды 11 МЛН
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 35 МЛН
Umufasha By Ijwi ry'Impanda
4:59
Ijwi ry Impanda choir
Рет қаралды 7 М.
SANASANA IGICANIRO UMURIRO UBONE KWAKA/pasteur salvator
1:15:24
Ubutumwa Bwiza bw'amahoro
Рет қаралды 518
Umuraba by Ijwi ry'Impanda Choir
5:34
Ijwi ry Impanda choir
Рет қаралды 8 М.
Indirimbo zo mugitabo with Lyrics|Non stop worship songs
52:56
Rwanda Worship Tv
Рет қаралды 182 М.
NYIR'URUREMBO by Beulah choir Official Video
10:48
Beulah Choir ADEPR Gatenga
Рет қаралды 291 М.
indirimbo zifasha umutima
38:58
Ubutumwa Bwiza bw'amahoro
Рет қаралды 3 М.
Ni iki watanze by Chorale abagenzi
5:27
JST360 Ch2
Рет қаралды 369 М.
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 123 МЛН