INDIRIMBO ZIRYOSHE Z'ITORWA BY CERCLE SAINT PAUL GITEGA BUJUMBURA VOC VOLUME 3

  Рет қаралды 92,292

EKATO TV

EKATO TV

Күн бұрын

Ntugende udakoze like,subscribe na notification kugira ufashe ko youtube imenyekanisha izi ndirimbo kandi nawe uze umenyeshwa zishasha zigiyeho

Пікірлер: 53
@BowasiNDAYIZIGAMIYE
@BowasiNDAYIZIGAMIYE 9 ай бұрын
Hallelujah YESUKRISTO ashimwe muhezagirwe n'UHORAHO.
@ekatotv.
@ekatotv. 9 ай бұрын
Urakoze muvukanyi
@NdayisengaJeanBosco-u2s
@NdayisengaJeanBosco-u2s 8 ай бұрын
Muradufasha kwiyegereza imana dukoresheje amagambo Ari murizo ndirimbo tubahoza ku❤
@ekatotv.
@ekatotv. 8 ай бұрын
Urakoze no gushima. Hezagirwe
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Aman Amen warankuze ntarabaho mukama nzokenguruka ntahegeshanya nico ciza mbona imisiyose
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 Жыл бұрын
Uburyo bwiza ibyiza byo kuba mu Imana.
@jonathanburikukiye506
@jonathanburikukiye506 Жыл бұрын
Mukomere kubutumwa bwiza mundirimbo nziza zimana
@EzechielMugisha-n6b
@EzechielMugisha-n6b 9 ай бұрын
​@@jonathanburikukiye506❤qq
@floribertkayoya5524
@floribertkayoya5524 Жыл бұрын
Uzokwama uri umusaserdoti nka melchisedeki.Amen
@ninahkamilah
@ninahkamilah Жыл бұрын
Nanjwanyitorentararemwa ahabwicubahiro mañana yanje Amen
@marieclaire6535
@marieclaire6535 8 ай бұрын
Amen, numva umutima wanje wuzuye amahoro kubera amajambo ari mwizi ndirimbo.
@DomithilaButoyi
@DomithilaButoyi 4 ай бұрын
Amen amen❤
@Rukerandangasadick
@Rukerandangasadick 5 ай бұрын
Ndakunda cane utwo uturirimbo tworoshe nkutwo twar catholique !!!
@JuvenalBizumukama
@JuvenalBizumukama 9 ай бұрын
Amina Iban nabayo
@JeandeDieuNdikumana-qq7yl
@JeandeDieuNdikumana-qq7yl 4 ай бұрын
Uturirimbo twubaka , murakoze cane ese ukuntu dusona neza.
@nshimiyimanaviateur7764
@nshimiyimanaviateur7764 Жыл бұрын
"Amen wankunze ntaranabaho Mukama." Abateguye izi ndirimbo mwakoze akazi keza
@nduwumukamaelie6037
@nduwumukamaelie6037 Жыл бұрын
Turahimbarwa cane
@ndayishimiye745
@ndayishimiye745 Жыл бұрын
Imana ikomeze kwitorera mubana bayo,abayikorera
@HermesNishimwe
@HermesNishimwe Жыл бұрын
turahimbarwa cane
@pascaziabucumi9488
@pascaziabucumi9488 9 ай бұрын
Abamarayika bandanye kubazunguruka
@NahabandiJoselyne
@NahabandiJoselyne 10 ай бұрын
Komeza kuguma kw'ibanga ntore z'Imana
@fidelanimpagaritse663
@fidelanimpagaritse663 Жыл бұрын
Amen
@JeanBlaiseSindaharaye-fn9uc
@JeanBlaiseSindaharaye-fn9uc Жыл бұрын
Birahimbaye cane gode.
@gabrielniyondiko872
@gabrielniyondiko872 Жыл бұрын
Amen amen
@NdayishimiyeGerarad
@NdayishimiyeGerarad Жыл бұрын
❤vyiza cane imana igume ibazigama
@fabricndikumwenayo7662
@fabricndikumwenayo7662 Жыл бұрын
Imana ibandanye kubazigama
@JuvenalBizumukama
@JuvenalBizumukama 9 ай бұрын
Amina
@KubwimanaThomas-ng5sj
@KubwimanaThomas-ng5sj Жыл бұрын
Turabakunda.cyane
@MboninyibukaSylvie
@MboninyibukaSylvie 10 ай бұрын
Amen Amen
@abajenezasolange6811
@abajenezasolange6811 Жыл бұрын
Dawe shimwa kuko wabitoreye Amen
@NiyonsabaInnocent-c7g
@NiyonsabaInnocent-c7g 9 ай бұрын
Amen ❤
@KenedMwanza-sk9jg
@KenedMwanza-sk9jg Жыл бұрын
Zabmiyai gusipeo
@FabriceIradukunda-it4xx
@FabriceIradukunda-it4xx Жыл бұрын
Vyiza cane
@delphinedeltahatungimana3114
@delphinedeltahatungimana3114 Жыл бұрын
Hezagirwa ntumwa z'umukama
@AnnociateBizoza-jf3wm
@AnnociateBizoza-jf3wm Жыл бұрын
Amen Imana yarankunze kandi yarangabiye
@JeanMarieVianneyBizimana-yw1xk
@JeanMarieVianneyBizimana-yw1xk Жыл бұрын
Abisunze impuhwe zakristi
@EmmanueliqueIrakozekungabira
@EmmanueliqueIrakozekungabira Жыл бұрын
Ekeziya izokwama ari nyerand kwe
@floribertkayoya5524
@floribertkayoya5524 Жыл бұрын
Ndabarungitse nkintama mumabingira.Amen
@Desire-zx6st
@Desire-zx6st 3 ай бұрын
Imana ininahazwe hose
@alinentihabose
@alinentihabose Жыл бұрын
Amana amena
@desirensengiyumva6289
@desirensengiyumva6289 Жыл бұрын
🙏
@louismurere9356
@louismurere9356 7 ай бұрын
Birahimbaye kwibonera abatoranye kuja kwigisha ijambo ry'Imana.komera kw'ibanga mw'isi iguma ihindagurika .
@ariellainamahoro1795
@ariellainamahoro1795 10 ай бұрын
Nice song
@vitalniyokwizigira906
@vitalniyokwizigira906 Жыл бұрын
Ndayishimiye wewe washize izi ndirimbo nziza kuri KZbin. Ziributsa ibanga ry’Ubusacerdoti n’ubwihevyi
@ekatotv.
@ekatotv. Жыл бұрын
Amahoro neza Nyakubahwa Patiri Vital. Imana ibandanye ibadukomereza mw'ibanga. Mubandaye gusukurira igihugu c'Imana.
@DomithilaButoyi
@DomithilaButoyi 4 ай бұрын
Amen amen❤
@mugisha6615
@mugisha6615 Жыл бұрын
Nivyiza cyane
@DelphineNDAYIVUGENEZA-qw3rk
@DelphineNDAYIVUGENEZA-qw3rk Жыл бұрын
Amen Amen
@FabriceIradukunda-it4xx
@FabriceIradukunda-it4xx Жыл бұрын
Vyiza cane
@gabrielniyondiko872
@gabrielniyondiko872 Жыл бұрын
Amen amen
@JuvenalBizumukama
@JuvenalBizumukama 9 ай бұрын
Vyiza gos ❤
@ericndikumana-i3x
@ericndikumana-i3x Жыл бұрын
Amen❤❤❤
@ekatotv.
@ekatotv. Жыл бұрын
thanks for your comments
Twaje Mana
9:49
Michel HABIMANA
Рет қаралды 360 М.
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Денис Кукояка
Рет қаралды 8 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 15 МЛН
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57
Uray Agaramidtayo ti Nasayaat, Adda Latta Dagitay Mangdadael | Ilocano Homily | Fr. Rufo Abaya
27:59
Inkuka y’Imisa mu kirundi
34:38
Olga lorie official
Рет қаралды 3,9 М.
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA MBERE
52:30
TWIGISHANYE TV
Рет қаралды 141 М.
Semerera Uhamagare Yezu - Patiri Aimé Irakoze
50:50
AMANI Angels
Рет қаралды 295 М.
Kyrie+Gloria (Messe en Kirundi)
9:26
Patiri Lambert Riyazimana
Рет қаралды 846 М.
INDIRIMBO ZIRYOSHE ZA MUTIMA MWERANDA
33:58
EKATO TV
Рет қаралды 63 М.
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Денис Кукояка
Рет қаралды 8 МЛН