INDIRIMBO ZOSE ZA CHORALE NGOMA/ISHENGERO RYA PENTECOTE GASHIKANWA

  Рет қаралды 22,738

Gospel of Peace Tv

Gospel of Peace Tv

Күн бұрын

indirimbo zose za chorale ngoma gashikanwa, indirimbo zifasha umutima
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
/ @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

Пікірлер: 41
@EliezelNiyukuri
@EliezelNiyukuri 3 ай бұрын
Amen amen. Yesu abahezagire. Ngo Twari abavukanyi none nigiki gituma turyarukana.......?❤❤❤
@MediatriceWizeyimana
@MediatriceWizeyimana 6 күн бұрын
Amen.imana ibongerinkomezi murugendo cuti zumusaraba.
@Elsa-w1s
@Elsa-w1s Ай бұрын
YESU ABONGERE AMAVUTA BAKUNDWA
@ntihemukagilbert9874
@ntihemukagilbert9874 Ай бұрын
Ndazikunda
@MustafaAbbey
@MustafaAbbey 10 күн бұрын
Amen,ubutumwa bwiza bwari bukwiye kuvurwa, Matayo 3:1-2 ; Matayo 4:17
@ArakazaOdrick
@ArakazaOdrick 3 ай бұрын
❤🎉❤❤🎉 Amen
@MediaIteriteka
@MediaIteriteka 2 ай бұрын
Yooohoooo mbega abera wee? Muzagire iherezo ryiza
@ndayisabanehemie
@ndayisabanehemie 2 ай бұрын
Gashikanwa Yesu abahezagire
@NiyonizeyeChristopher250
@NiyonizeyeChristopher250 2 ай бұрын
Yesu abahezagire kand abakomez azaduh iherezo ryiza .Amen.
@AlineNishimwe-q9y
@AlineNishimwe-q9y 3 ай бұрын
Imana ibahezagire umugish mwarahezagiwe ndafashijw
@peacehorimbere
@peacehorimbere Ай бұрын
HALLELLUAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAA URAKOZEEEEEEEEE CAAAAAAANEEEEEEEE GOOOOOOOSEEEEEEEEEEEEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
@IrishuyeSimeon-n8p
@IrishuyeSimeon-n8p 4 ай бұрын
Amen amen.kand muragahezagigw
@Eva-rz9gf
@Eva-rz9gf 2 ай бұрын
👍👍👍❤
@TaizeyimanaSlivel
@TaizeyimanaSlivel 2 ай бұрын
Good
@UwinezaBlandine-q7x
@UwinezaBlandine-q7x 2 ай бұрын
Murakoze cyane nshuti za Yesu Kristo,kubwo kudukumbuza,Ururembo rwera Sioni yo Mwijuru, tuzahurirayo,twese abajejwe n,Amaraso ya Yesu Kristo Umwami wacu,
@رهفالحربي-ر7ظ
@رهفالحربي-ر7ظ 5 ай бұрын
Amen😅
@ChadrackNiyongabo-c5m
@ChadrackNiyongabo-c5m 5 ай бұрын
Umwami yesu abahezagire kand azobah iherezo ryiza
@Claudine-l8f
@Claudine-l8f 4 ай бұрын
Korare ngoma Imana ibahezagire
@Joselyneirankunda-r5g
@Joselyneirankunda-r5g 6 ай бұрын
Amen muragahezagigwa muri nimpano nziza ❤❤❤❤❤❤ndabakunda caane ramiriza kandi mbipfurije ijuru
@NdayikezaMagnifique
@NdayikezaMagnifique 5 ай бұрын
Nukuri murampezagira uwiteka abongererezamavuta
@Eva-rz9gf
@Eva-rz9gf 2 ай бұрын
Ndafashijwe.ubugir.kand
@ericuwizeyimana154
@ericuwizeyimana154 8 ай бұрын
Chorale Ngoma Ndabakunda
@ndayambajejeandedieu
@ndayambajejeandedieu 4 ай бұрын
Imana ibagure ibahe umugisha ndafashijwe
@violettemyongere7769
@violettemyongere7769 4 ай бұрын
Amen chorale Ngoma , Imana ibahezagire
@JustineIRADUKUNDA-h9y
@JustineIRADUKUNDA-h9y 3 ай бұрын
Komerezezaho bagenzi umwami YESU KRISTO abakomeze
@EmmanuelineNdayikengurukiye
@EmmanuelineNdayikengurukiye 4 ай бұрын
Murakoze can mwahanura ahomwagera
@julestwagirayezu
@julestwagirayezu 7 ай бұрын
Amen
@NdayizeyeGeorges
@NdayizeyeGeorges 2 ай бұрын
Dusabe umuriro wa mpwemu yera
@BayubaheclaudineClaudine
@BayubaheclaudineClaudine 6 ай бұрын
Amen amen
@NibitangaCecile
@NibitangaCecile 6 ай бұрын
amen
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 8 ай бұрын
Amen Amen Amen !!! UHORAHO abongerereze amavuta
@ClaudineNdayiragije-bz4nt
@ClaudineNdayiragije-bz4nt 8 ай бұрын
Mukomer mumwami yesu
@divinediv5826
@divinediv5826 6 ай бұрын
Ndabakunda beza
@emmanuelniyobuhungiro1
@emmanuelniyobuhungiro1 8 ай бұрын
Muhezagirwe 😮😮😮❤
@IsaïeNiyonkinzo
@IsaïeNiyonkinzo 4 ай бұрын
Mwarahezagiwe n'a ntakubahwa YESU
@NiyonizeyeChristopher250
@NiyonizeyeChristopher250 2 ай бұрын
Yesu abahezagire kand abakomez azaduh iherezo ryiza .Amen.
@NdayikezaMagnifique
@NdayikezaMagnifique 5 ай бұрын
Nukuri murampezagira uwiteka abongererezamavuta
@SamriaAbidrashid
@SamriaAbidrashid 7 ай бұрын
Amen
@SylvaneNiyikiza
@SylvaneNiyikiza 5 ай бұрын
Amen
@NiyomukunziWilliam
@NiyomukunziWilliam 4 ай бұрын
Amen
@ButoyiJean-w1y
@ButoyiJean-w1y 3 ай бұрын
Amen
She made herself an ear of corn from his marmalade candies🌽🌽🌽
00:38
Valja & Maxim Family
Рет қаралды 18 МЛН
Support each other🤝
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 81 МЛН
INDIRIMBO ZA CHORALE CENTRALE KAYOGORO Eglise Pentecote
59:54
Gospel of Peace Tv
Рет қаралды 16 М.
TOP 20 NADINE BEST SONGS
2:24:01
Nadine_Alpha T.Studios
Рет қаралды 57 М.
Indirimbo zakunzwe mu Rwanda nahandi hose kw'isi vol4 & Vol5
1:42:03
Abiyemeje Choir Maendeleo SDA Church
Рет қаралды 83 М.