INDOTO 7 UZIBONYE UKWIYE GUCA WISONZESHA

  Рет қаралды 7,062

KING DIEUDONNE APOSTLE

KING DIEUDONNE APOSTLE

Күн бұрын

Пікірлер: 114
@claudinemukanyonga4886
@claudinemukanyonga4886 Жыл бұрын
Amen
@OlivierIcoyishakiye
@OlivierIcoyishakiye 3 ай бұрын
Shalom shalom.ham nashaka nanj musobanurire iyi iyi nzozi.mfise umukunzi wanj akund kurota dufise abana benshi ariko tukaba dukenye.ham Jew nkaza ndamubwira at nzigira ndamusige wenyene.murakoze
@ndagijimanacallixte7120
@ndagijimanacallixte7120 2 жыл бұрын
Ndabashuhuje cyane Yesu ashimwe mukozi w'Imana ,muzasobanurire kurota uri ku ishuri kd muri primaire scool kd utakiga ,ukabona uri kukigo wizeho nubundi urikumwe nabagenzi bawe,
@DianeNISHIMWE-t5b
@DianeNISHIMWE-t5b 19 күн бұрын
Amen mushishikare kutwigisha ivyimpwemu
@dufisimanalahairoynaomi9043
@dufisimanalahairoynaomi9043 2 жыл бұрын
Amen 🙏 ndafashijwe cane Imana yamahoro ibahezagire
@AnnociatteMukeshimana
@AnnociatteMukeshimana Ай бұрын
Amen amen mukoz wimana i'mana iguhezagir
@fidelitenishimwe245
@fidelitenishimwe245 2 жыл бұрын
Amen.urakoze cn mukozi w'lmana
@inezaliliane9430
@inezaliliane9430 Жыл бұрын
Amen vyarashikiye nivyo kabisa
@fidelebakunda339
@fidelebakunda339 2 жыл бұрын
Mukozi w'Imana ndatahuye vyinshi Ameeeen
@JeanneRemesha-yp4nv
@JeanneRemesha-yp4nv Жыл бұрын
Amen,murakoze turiko turafashwa cn rwos hm uronse winjira mubwato navyo bisobanura iki ? ndasavye uzonsigurire inonzozi, murakoze cn.
@AlineNsengiyumva-h6w
@AlineNsengiyumva-h6w 7 ай бұрын
Apôtre jewe ndashaka amasengesho munsengere
@uwizeyeghyslaine5468
@uwizeyeghyslaine5468 2 жыл бұрын
Shalom, shalom apôtres nagire mbaze iyo urose urikwica inyenzi canke ukumva umwana ariko ararira cane
@ntuyahagavenerand7781
@ntuyahagavenerand7781 Жыл бұрын
Amen anj nashak munsigurir indot yanj naros ngir mariyaj bisigura ik?
@yvonnetuyishemeze4192
@yvonnetuyishemeze4192 Жыл бұрын
Merci Papa
@ericuwimana8327
@ericuwimana8327 Жыл бұрын
Amahoro neza! Sobanurira! Nabony umugenzi, yambay agahira kiwanj; acaryam kumavyi! Sobanurira
@ElisabethNAHIMANA
@ElisabethNAHIMANA 7 ай бұрын
Amen amen Hama urose wambaye ibirato bidasa naho
@AlexandreNdayambaje-ck9bv
@AlexandreNdayambaje-ck9bv Ай бұрын
Bnjr Duhe contact tuzobarondere mudusengere King
@نببكنفف
@نببكنفف Жыл бұрын
Namahoro nkunda Kurota n ndikwishure
@PascalineNiyuhire-g2s
@PascalineNiyuhire-g2s 6 ай бұрын
Amen mukozi wimana
@adidja4329
@adidja4329 Жыл бұрын
Ameeen iyurose intozi zigutondera Cank ikinyabwoya kigutondera bisigura iki?
@EricNahimana-k4p
@EricNahimana-k4p 2 ай бұрын
Thank you dady🙏🙏🙏
@JoselyneAkimana-p9r
@JoselyneAkimana-p9r 6 ай бұрын
Yes ashimw nkund kurot ndi kwishur kandi nkig simeny
@immaculeenyandwi8198
@immaculeenyandwi8198 Жыл бұрын
Wow amen
@NtireElijah
@NtireElijah Ай бұрын
Jewe nkunda kurota umwana wanje mukuru yapfuye😢😢 Kandi nkakunda kurota mbona banyica bancumita,canke nkabona umuntu aza anyirukako hama nkabona aza antwara ubwenge.ahandi,mbona abana banj babiri,baza boga mumazi arimwo ivyondo,bisiguriki mukozi wimana
@AnnociatteMukeshimana
@AnnociatteMukeshimana Ай бұрын
Munsenger mukoz wimana nama ndota muga sindavyibuk mumfashe munsengere
@MinaniFrederick
@MinaniFrederick Ай бұрын
Musengere narose Inka inyica
@BahatiBahati-o5x
@BahatiBahati-o5x Жыл бұрын
Amen amen 🙏🙏🙏🙏
@remynibitanga9830
@remynibitanga9830 2 жыл бұрын
Be blessed
@NzohabonimanaSlyvie
@NzohabonimanaSlyvie 6 ай бұрын
Yesu ashimwe nanje ndabakunda nashaka munsenger naronse namutoyi wanje tugwa mubasuma baratuvisha maraso hama ducaturiruk hacahazabasoda bakomeye cane bafise inkoho zitwa mitrayezi bacabarabafata barabapfunga natwe bababaraduki'giye ndabasavye munsengere nkundakurota nabi ahandi naronse ngiyekugira mariage nambayimvutano niro zitukura uwotwayigirana yari umugabo nsanzwenzi wokugatumba ariko narambaye ngumandamurindiriye akagumambwirango ndaje tugende ariko ntiyigez aza ndasavye munsengere indoto zanje zos ndota nimbi gusa
@osiaspharesnkurunziza2778
@osiaspharesnkurunziza2778 2 жыл бұрын
Amen ,Amen!
@francinezaninka8442
@francinezaninka8442 2 жыл бұрын
Amen munsobanurire kurota ubona uri ahantu mwari mutuye keraaaa bisobanura iki?
@carlesbelyse8036
@carlesbelyse8036 2 жыл бұрын
Shalom shalom daddy
@nasladusabimana-nc1wi
@nasladusabimana-nc1wi 9 ай бұрын
Shalom iyuros ubona mama wawe asoma nturi naho biba aribiki?
@niyonzimafaina2901
@niyonzimafaina2901 2 жыл бұрын
Ameeeeen
@olgahagenimana1723
@olgahagenimana1723 2 жыл бұрын
Amen amen
@syueyu2996
@syueyu2996 2 жыл бұрын
Amen, ndafashijwe
@angeliquenigaba3551
@angeliquenigaba3551 Жыл бұрын
Ewe wandotowe mbi Mana ntabara ndakunda kurota inzoka😢😢😢
@NtireElijah
@NtireElijah Ай бұрын
Amen.
@AdidjaNiyonkuru-nu6em
@AdidjaNiyonkuru-nu6em 5 ай бұрын
Nnj munsengere narose inzok intarukirako
@ntakirutimananaomi7593
@ntakirutimananaomi7593 6 ай бұрын
Turabakunda Apostle
@AaBb-d3l1g
@AaBb-d3l1g Жыл бұрын
Sharomuu.arikouyafise.muntoki.sivyiza.amazirantoki.ukojendavyunva
@ShakaryimanaancillegmailShakar
@ShakaryimanaancillegmailShakar Жыл бұрын
Halleluyaa ,iyinumero jewe ndayanditse ariko ntibanyerek kwariya watsap je ndikenya,nagerageje nokuraba kontihenze ariko ntiza muri watsap
@joellaniyonkuru8908
@joellaniyonkuru8908 2 жыл бұрын
Exactly true 90%ivyuvuze ni true
@teginezajosephine9880
@teginezajosephine9880 2 жыл бұрын
Musengere naros inzoka irya
@alaininzamba2572
@alaininzamba2572 2 жыл бұрын
Uko nukuri king
@DianeNISHIMWE-t5b
@DianeNISHIMWE-t5b 19 күн бұрын
Nitwa ndayikengurukiye iconsaba abakozi bimana nukomwomfasha kunsengera kuko nasubiyinyuma mugakiza ndipfuza gusubiraa kumurongo
@francinendihokubwayo2191
@francinendihokubwayo2191 Жыл бұрын
Ndafashijwe
@divineirakoze7343
@divineirakoze7343 2 жыл бұрын
Mukoze w'lmana urakoze kudusobanurira inzizo hama jewe nagize inzozi mbona turahano hatemba vyabonekako ari kugasozi kuko hatemba cane nabinye imirwi ibiri abantu benshi bakuze vyabonekako benshi ari corale hama nabonye abana bato bato benshi kandi mbona ndiko ndasenga babana bariko baradahwa ibintu bisaba nabi bariye inzozi zirangiye mbonye wamurwi wabakuze harimwo umwigeme n'umusore bakoze marriage bambaye imyamboro yubukwe abandi babaririmbira. Nabuze ico bisobanura
@vanessauwimana5212
@vanessauwimana5212 Жыл бұрын
Amen amen mwarahzagwe
@dominicmuema2367
@dominicmuema2367 Жыл бұрын
Ndakundakurotandikondarobsmaficankendikondagurukandakundakurotaugwimondakundakurotandikondaryinyamazibisezikamfatamumenyo
@tuyikezepamella9520
@tuyikezepamella9520 6 ай бұрын
Amenaaa
@irampayeoliveliesse4378
@irampayeoliveliesse4378 2 жыл бұрын
Urakoze daddy kudufasha
@kumutimaflashcarine1922
@kumutimaflashcarine1922 2 жыл бұрын
Paster mumfashe gusenga
@annonciateirankunda6637
@annonciateirankunda6637 Жыл бұрын
Merci
@MouriseNduwimana
@MouriseNduwimana Жыл бұрын
Yes yes
@ntirenganyajeanclaude7937
@ntirenganyajeanclaude7937 2 жыл бұрын
Nararonse napfuye bisiguriki
@AdidjaNiyonkuru-nu6em
@AdidjaNiyonkuru-nu6em 5 ай бұрын
Jenayirose intarukirako bisigur iki???
@bugingoedouard6624
@bugingoedouard6624 Жыл бұрын
Kurota uyora ibishyimbo bivuga iki?
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 2 жыл бұрын
Mbega gukunda kurota ugiye kwishure,ugasanga nishure wahejeje nkubu bagusubij secondaire kandi warahejej birafatany niyo ?
@ShakaryimanaancillegmailShakar
@ShakaryimanaancillegmailShakar Жыл бұрын
Jewe nkunda kurota ndikondakora examen Kandi ngeze imberbe yikibazo ndabura ivyonandika ukamenga sinigeze niga
@chantalnahimana5005
@chantalnahimana5005 2 жыл бұрын
yoo,nukuri Appotre mumfashe gusenga izo ndoto zirakunda kunshikira cane mbona uruyoka runini runyirukako kandi bikunda kunshikira keshi cane
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 2 жыл бұрын
Turabasengeraaaa
@roselyneniyonzima2591
@roselyneniyonzima2591 2 жыл бұрын
Amen.
@uwamaliyaseleya-qs6np
@uwamaliyaseleya-qs6np Жыл бұрын
Amene
@NkunzimanaEzéchiel
@NkunzimanaEzéchiel 7 ай бұрын
Iyurose urikuraroba ifii naho bisigura ikii cank ukarot uryibigori vyokeje cnk ukarot urikunwa ikiyeri knd ukijijwe bisigurikiii
@olgahagenimana1723
@olgahagenimana1723 2 жыл бұрын
Mukozi wimana kurota Naho wica inzoka ntipfe navyo bisoba urik?
@kumutimaflashcarine1922
@kumutimaflashcarine1922 2 жыл бұрын
Amen ndakumva
@Kaburorichard314
@Kaburorichard314 2 жыл бұрын
nama ndota ndimwushure kandi narenze ndetse naranahagaritse amasomo
@AaBb-d3l1g
@AaBb-d3l1g Жыл бұрын
Nivyomumpumu.witegurencutii
@DusabemariyaPetronile
@DusabemariyaPetronile 5 ай бұрын
Kurota intare igusoma bisobanura iki
@nduwimanaeric5557
@nduwimanaeric5557 2 жыл бұрын
Iyo. Urose. Uriko urarya. Amazirantoke. Naho ?
@sharonrrrnnkala7136
@sharonrrrnnkala7136 2 жыл бұрын
Ameeeen ameeeen
@calebniyondiko7972
@calebniyondiko7972 2 жыл бұрын
Kurota 7 fois ndiko mvugana n,'umu président w'igihugu ntarinze kuvuga izina. Busobanura iki,? 2. Kurota woga( to swim in the deep sea) bisobanura iki ? Shalom, merci
@ericuwimana8327
@ericuwimana8327 Жыл бұрын
Emen
@umuringagoreth184
@umuringagoreth184 2 жыл бұрын
Wiriwe mukozi wimana twasabaga ko mwadusobanurira ibijyanye na mata yaba ishushu cg ikivuguto
@niyoeddy4131
@niyoeddy4131 Жыл бұрын
Nigez kurot ndiko ndary inyam
@nzisabirajules650
@nzisabirajules650 2 жыл бұрын
Amen
@valeriembonimpa2591
@valeriembonimpa2591 2 жыл бұрын
Amen amen
@yvonnetuyishemeze4192
@yvonnetuyishemeze4192 Жыл бұрын
Merci Papa
@CizaPatrick
@CizaPatrick 4 ай бұрын
Amen
@CimpayeBeatrice-yx3kd
@CimpayeBeatrice-yx3kd Жыл бұрын
Amen
@florenceirakoze7445
@florenceirakoze7445 5 ай бұрын
Amen
@rebeccantacobaryita5390
@rebeccantacobaryita5390 27 күн бұрын
Amen
@LilianeIrankeje-j7c
@LilianeIrankeje-j7c 3 ай бұрын
Amen
@ancilenifasha9091
@ancilenifasha9091 3 ай бұрын
Amen
@FaousieNiyongere
@FaousieNiyongere 4 ай бұрын
Amen
@ChantalNDAYISABA-p6j
@ChantalNDAYISABA-p6j 5 ай бұрын
Amen
@NkurunzizaClovis
@NkurunzizaClovis 6 ай бұрын
Amen
@lysenininahazwe
@lysenininahazwe 6 ай бұрын
Amen
@sososoniaofficial7717
@sososoniaofficial7717 Жыл бұрын
Amen Amen Amen
@ChrisostomeNdayikengurukiy-e7v
@ChrisostomeNdayikengurukiy-e7v 8 ай бұрын
Amen
@ShakaryimanaancillegmailShakar
@ShakaryimanaancillegmailShakar Жыл бұрын
Amen
@jeremymbonihankuye7773
@jeremymbonihankuye7773 Жыл бұрын
Amen
@JeanNdayisenga-dc6xg
@JeanNdayisenga-dc6xg Жыл бұрын
Amen
@paternemutimukeye1868
@paternemutimukeye1868 Жыл бұрын
Amen
@angeliquenigaba3551
@angeliquenigaba3551 Жыл бұрын
Amen
@sandrenciza7688
@sandrenciza7688 Жыл бұрын
Amen
@chachandayikeza1381
@chachandayikeza1381 Жыл бұрын
Amen
@manirabonajeanclaude1265
@manirabonajeanclaude1265 Жыл бұрын
Amen
@lilianegahimbare6924
@lilianegahimbare6924 Жыл бұрын
Amen
@nsavyumuremyicelestin7507
@nsavyumuremyicelestin7507 Жыл бұрын
Amen
@vincenthitimana
@vincenthitimana Жыл бұрын
Amen
@jocelynemazuru4734
@jocelynemazuru4734 2 жыл бұрын
Amen
@aminailav2788
@aminailav2788 2 жыл бұрын
Amen
Explore The Solar System: 360 Degree Interactive Tour!
4:41
CrashCourse
Рет қаралды 1,8 МЛН
ЗНАЛИ? ТОЛЬКО ОАЭ 🤫
00:13
Сам себе сушист
Рет қаралды 2,6 МЛН
Это было очень близко...
00:10
Аришнев
Рет қаралды 6 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 132 МЛН
INDOTO 7, ZEREKANA  IMPWEMU  YUBUKENE MU BUZIMA  BWAWE, BIMENYE UBISAMBURE
12:00
KING DIEUDONNE APOSTLE
Рет қаралды 6 М.
INSIGURO  Z'INDOTO  WIGEZE KUROTA
12:44
KING DIEUDONNE APOSTLE
Рет қаралды 3,7 М.
TESTIMONY// NIWUMVA UBU BUHAMYA URASUBIZWAMO IMBARAGA
19:55
grace room ministries
Рет қаралды 75 М.
UGUCECEKA KW'IMANA, Iyo Imana yihoreye menya bino bintu 3
1:44:32
KING DIEUDONNE APOSTLE
Рет қаралды 3,8 М.
ЗНАЛИ? ТОЛЬКО ОАЭ 🤫
00:13
Сам себе сушист
Рет қаралды 2,6 МЛН