Amafaranga kw’ISOKO NKURU ya Bujumbura uko azotangwa..|Fablice MANIRAKIZA ||ama Banki azotunganya...

  Рет қаралды 8,408

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 20
@arnaud_dong6076
@arnaud_dong6076 2 ай бұрын
Waouh Icigwa ciza caane gusa nosaba ko hokorwa Application (App) izoshobora kwereka capital movement canke Igafasha nomugihe ukeneye kuba umunywanyi bidakenewe gushika muri bank. Fabrice ndakwemera caane iyo application nuyigeko kuburyo na Diaspora bitworohera kwiyandikisha canke kwongereza umutahe tutarinze kugorana kumaterefone Merci beaucoup
@dariusniyonkuru303
@dariusniyonkuru303 2 ай бұрын
Iciyumviro ciza cane
@Eaglesrecords
@Eaglesrecords 2 ай бұрын
Share holders rights need to be made clear as well as what happens and the promoter what percent profit is he taking?? and the bank as well??
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 2 ай бұрын
Le promoteur peut-être défaillant à court ou à long terme azokurwa azokosorwa,azokwemera guha abanyamitahe uburenganzira bwo gutora uyundi yohagarikira inyungu...... Haracarimwo vyinshi vyoguhinyanura
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 2 ай бұрын
A souligné que le projet ari nziza kandi cane ariko abarundi turazinanye Kenshi haragera igihe le promoteur igikorwa akigira rwiwe gusa alors que le projet est devenu nationale Nukuraba ivyo vyose monsieur Fabrice si non ndaguteye intege
@dariusniyonkuru303
@dariusniyonkuru303 2 ай бұрын
Uwo muvuduko muriko urarenze kabisa,Gusa Fablice acungerwe gooose kuko abansi b iterambere ntibamwerekwa kuko barabona ko uburundi buciye kuri we buzotera imbere kubera ivyiyumviro vyiza vyiwe bigatuma abarwanya ubutegetsi babura aho baca murazi ko banatanguye kumuvuga nabi .
@OlivierBIKORIMANA-n4m
@OlivierBIKORIMANA-n4m Ай бұрын
Reka dérangement basha Amajambo yanyu Ageze ahantu gabanya mugwize ibikogwa
@jambonettv9431
@jambonettv9431 Ай бұрын
Borasaba ko dusigurirwa neza urwo rupapuro ruha umuntu uburenganzira bwokwinjira mwico kigega,,kuko numva izo bank zibiri, arizo zari zikwiye kwica kwiyo document ukuntu yoba imeze hama umuntu aje gushira ayo mahera kurirya compte batanze,,bank ikamenyako icimuha urwo rupapuro akagenda arushizeko umukono..bakamuha copie atwara niyo basigarana nkuko babikora kuri bordereau de versement
@NgaramaZebedee-q3m
@NgaramaZebedee-q3m Ай бұрын
None hokorwa iki kugira bumve ivyo muvuga?
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 2 ай бұрын
Uyo mugambi uratomoye pe.
@NgaramaZebedee-q3m
@NgaramaZebedee-q3m Ай бұрын
Bibwire abarundi.nimureke ubwobujuju mukoresha mugushikiriza I jambo abarundi
@NgaramaZebedee-q3m
@NgaramaZebedee-q3m Ай бұрын
Nasanze amajambo muvuga ashika kubanyamahanga gusa ariko abarundi atanakimwe bumva kubibera mugihugu
@anithanishimwe9421
@anithanishimwe9421 Ай бұрын
Jeshaka kutanga umutahe ariko sizi egeni nobingenza
@NgaramaZebedee-q3m
@NgaramaZebedee-q3m Ай бұрын
Banza mworoshe, murose KZbin, Facebook, x,...bizimbutse kugira muvuge mwumvikane kubarundi.
@neemanecoda1677
@neemanecoda1677 Ай бұрын
Fabric manirakiza ndurabe abakoyegusa Urabe nabamugaye kowavuze ngoimana niyoyakurungise ndamahera tukusaba ariko utufashe ingene twoshirayo umutahe uzobaukoze nimana izokuhezangira
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@neemanecoda. Uyu mugambi usaba gusa ko uba ufise n'imiburiburi amafaranga ibihumbi 103 vy'amafaranga y'amarundi canke amadolari 103, jewe simbona ivyo woba usaba ngo akufashe ingene woshiramwo umutahe.
@francoisnsengiyumva1175
@francoisnsengiyumva1175 Ай бұрын
Uwo mugambo mwiza twese turawushigikiye cane twese tuzobamwo
@NgaramaZebedee-q3m
@NgaramaZebedee-q3m Ай бұрын
None hokorwa iki kugira bumve ivyo muvuga?
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@Ngarama. Hari aho numvise Fablice avuga ko hari akarwi k'abajeunes bagenda mw'ibarabara bavuga ivy'uyo mugambi. Kandi ndizeye ko abariko barategura uwo mugambi bazoguma bawugirira publicite muburyo bwose bushoboka. Mugabo jewe sinemera ivya bamwe baca bazanamwo slogan ya patriotisme bakaja kuyivanga n'ivya investissement. Umuntu ashora amahera yiwe aho yiyumvira ko amahera yiwe azomwungukira gusumba. Nka jewe niyumvira ko ivyo bavuga ko Reta izoca yisubiza ico kibanza hamwe n'inyubakwa zihari ARI KUNYAGA ABANYAGIHUGU kuko un marche moderne/shopping mall yo kuri niveau international ntabwo iri mumigambi ibindi bihugu vyoshira muri Build-Operate-Transfer contract. Sinzi ko n'uwuzoza kubaka hotel au bord du lac Tanganyika Reta y'Uburundi izomubwira ngo inyuma y'imyaka 20 iyo hotel izoca ifatwa na Reta. www.investopedia.com/terms/b/botcontract.asp#:~:text=A%20build-operate-transfer%20%28BOT%29%20contract%20is%20a%20model%20used,both%20build%20and%20operate%20the%20project%20in%20question.
КОГДА К БАТЕ ПРИШЕЛ ДРУГ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 7 МЛН
У вас там какие таланты ?😂
00:19
Карина Хафизова
Рет қаралды 20 МЛН
Elza love to eat chiken🍗⚡ #dog #pets
00:17
ElzaDog
Рет қаралды 21 МЛН
Human vs Jet Engine
00:19
MrBeast
Рет қаралды 189 МЛН
PAPA SAVA EP1090:MUMBYINIRE WE!By Niyitegeka Gratien(Rwandan Comedy)
33:11
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 285 М.
КОГДА К БАТЕ ПРИШЕЛ ДРУГ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 7 МЛН