Jewe mbona nimiburiburi ni mukwa gatanu. 01/05/2025
@ericnsengimana12395 күн бұрын
Murabe neza nibaza ko standands za CAF / FIFA zisaba ko stade iba couvert 100%
@kubwimiofficial41128 күн бұрын
Waaaaaouh kabisa ni sawa uri umuntu atahura Kandi azi ivyo akora ariko muzokurikirane nukuri ntimuzosubire kwemera ko ko bavugirizamwo ingoma ikibuga kibungabungwe Hama cane musabe utubuga dutoduto mutwubakwe abadufise batume bemera aba privet bashiremwo amahera ikindi mairie irimwo Ishaka kwubaka ahantu hose ariko bibagira aho abantu bokinira utubuga mbona twofasha munyakabiga mwahavuze saint Augustin kwa buyengero kiriho kibuze ubwatsi hama harya kuri saint Gabriel naho Hari ikibuga cojamwo umusezero Kandi cokwinjiza amahera harya kuri ETS hokwubakwa utubuga twinshi cane muri campus mutanga kuri ccinga mukamenge haruguru ya Ave Maria ni vyinshi kabisa muhimirize abafise inoti bizotuma nabana baronka aho gukinira
@anicetnsengiyumva70319 күн бұрын
Sûr yuko côté d'ivoire tuzoyakirira ahiwacu.
@Ndereyimana-w8d8 күн бұрын
Var bazoyishira hehe ngaho?😂
@UMMA_TV18 күн бұрын
None ahazoba hari amakamera hoho ko mutahubaka??????
@GerardKwizera-mk4sn9 күн бұрын
Nn nomwijoro tuzokina🤣🤣
@PatrickKaramuheto-ip7tu8 күн бұрын
Ko mutayisakaye se?kasa bien
@BYRepresenter8 күн бұрын
Ariko abarundi twaragowe koko ,..ubu iki nico kibuga mwagumye musaragurika nkabanyamakuru ngo nikibuga gikaze?