Uyu mujama The Son ndamwemeye vrmt, arazi kugira analyse ku mpande zose ataho ahengamiye. Kurya yabivuze, iyo mukint hariko harazamwo aka beaf, vyerekana ko ico kintu kiba kiriko kiratera imbere. Umugani wiwe, films zaba bantu babiri ziriko zirarabwa ku rugero rwo hejuru ubu umwe wese akora ukwiwe. Kandi bizotuma umwe wese aca akoresha effort ishoboka kugira akore neza
@abelnduwayoofficial2 жыл бұрын
Ntavyonunvise.ndahaciye ndengana
@azilabikorimana84392 жыл бұрын
😂😂😂😂
@nsabimanalovelly77082 жыл бұрын
7wo mutumire ab8vugante ubweng kand birasobanuts big up
@dianekantabaze55442 жыл бұрын
Uvuz ukuri
@wre15652 жыл бұрын
Uvuze ukuri
@yusrairakoze39662 жыл бұрын
Ahubwo fani ivyokurira nabihebe yegere abel bqbiheze areke kwiduza ko yamaze kumenyekana kuko umugore numugore tuuu rero nivyabandanya tuzohava tureka kubashigikira kugira vyorohe nakaye nukutugaya twege abafana banyu😒😒😒😒😒😒😒😒
@diellairahoza4259 Жыл бұрын
Kuberiki Fanny ariw akwiy kwegera Abel?Abel wew ntibikenewe KO yokwegera Fanny?Ivy kuvugango umugore n'umugore uko biri kose umwe wese atunzwe n'ibikorwa vyiwe si question d'être homme ou femme
@clemantineniyomwungere10072 жыл бұрын
Uyumuhungu avugukuri nkumugabo ntaho ahengamiye
@user-pp4dt4ir8c2 жыл бұрын
Fani ikintu novuga nuko mwosubiza hamwe na Abel gukomantaza umutima sivyiza nimuze murafashanya kugira imana ibahezagire
@tecquistenina23782 жыл бұрын
Oya rek Fanny afisamarira arihaf sukuvuga ngoyarabbaayeee vya Caneeee😂
Ivy Fanny na Abel nibavyiherez bonyene twebwe abafana ntibituraba ariko turabakunda
@adiellejoellesimbizi35662 жыл бұрын
Yavuz vyinshi uyu mu type nibidakenew, hama vyari bikenew ko Libert avuga ko ariw ari Nsoro??? film arayihejj, hama!! Izo nsaku niziveho Abel yiyakire nimba Fanny atagishaka ko bakorana kuko ni droit y'umuntu gukorana nuwo ashaka, hama nimba ari ibntu biri personnelles bapfa nibabihez ubwabo nk'abantu bakuz barek kubizana kuri réseaux sociaux, hama uyo mu typw benichou watumiy ya concluwe ibntu naw atari sûr, ico ca vision yakivuz muri sens yaho yavuz ko ataho arashika kuko Abel yavuga ngo yaratey imbere Fanny aca arareka ko baba abagnzi, hama naw ati "vision zanj zigera kure,si yibaza ko natey imbere" so dukeney ibikorwa vyabo gusumba insaku...uyo mushitsi waw yahagaz caneee kuri Abel yamuvugiy cane umengo yavuz ibiri sûr mais akaza aravuga ngo nivyo yibaza😂😂😂
@fabiolasilyvain88802 жыл бұрын
Jewe mbona abel arumuntu mwiza nukuri fanny nawe agaca aguma yiriza amosozi amarira yabagore turayazi fanny arigarisha ngo yaramenyekanye agacashaka kugara kuri abel ;ndabivuze mushaka muntuk muma comentairw
@meshoalqahtani3942 жыл бұрын
Oya ntawogutuk uvuzukuri kweri
@tecquistenina23782 жыл бұрын
Ukuri kuzuy,hakanzw naryamarir yiririshij naj nubunyen mvuz ndir amosoz yoz yiruka azayivugish ama nonsense😏nyine Fanny asigay yigarish birabonek ningen arib bamuzamuy
@AminaAmina-fl5yp Жыл бұрын
Urumuntu wumugabo nturi muribabandi baza gutumwany wokuvuga ibitubak
@neza96652 жыл бұрын
Jw icombona nkumu fans abel niyikorame fanny nakore ivyiwe kungira umwu mwe wese arabe ahinguvu ziwe zinger kandi turabakunda bose jw fanny ndamwemera abel ndamwemera kandi ihikogwa vyono ndabibona bose iconobahanura rero fanny niyikoran abel uko niho sa ariko ubungezi bungumeho
Uyumuntu niwe vrt.uri muribake uvugana ubwenge kd uri umunyakuri.hama vrt Fanny numva ndamutahura cane.kd amurek uyu araduhay umuco.fanny ndamukunda Can kd ndamutahura.mumurek ntibikenew KO vyose Amena ibanga.luravyumva namwe
@wichouiratubona94582 жыл бұрын
nta nsoro!seulema jew kubiganiro maz kubona Abel mur w ntiyashoboy kwakira iteramber rya Fanny.kuko iriko urabiraba fanny aza ubwamber bisigura ko abel afis jalousie ko Fanny ariko aramusumvya
@hakizimanageorges87532 жыл бұрын
Béni iryo vya Fanny na abel winjiyemw woshak wobirek kuk urik uratuma abantu banka abakinyi ba film bigatuma abafana ducika intege rero béni vamurivyo bintu winjiyemw kuk nabone bari bihorey babivuz kubera wagiy kubavuguruz
@fulgenceneema6612 жыл бұрын
Abel nafanny turabakund barigukoran baratunezer nibasubizibikogwa hamwe batsindishavu nibodufit mumareresi
@hakizimanageorges87532 жыл бұрын
Arik Fanny yaravuzek at'ampembo ashak nyuma
@munozimimibahati27162 жыл бұрын
Uyo mu tipe arantwengej🤣
@doucineigiraneza9332 жыл бұрын
Nimurek izo nsaku,ntazibana zidakomanya amahembe bazotunganya bihere,TW tubasa k bogum kumurimo bakaduh ibimez neza,Ivy vie privée vyab ntitwar dukwiy n kubimenya
@akimanajoselyine83192 жыл бұрын
Emwe vyabintu birakaze kabisa yezuu weee.ariko ntuvuge caane kuri libert kuko iyo Fanny adashima gukorana nawe ntiyari gu força jewe numvanibintu bigoye kweli nibugurure imiryango Fanny akine kwa Abel be na nsoro Hama Danny na Abel bakine muri film yokwa Fanny na nsoro Hama tubakurikiranire ibikorwa vyabo .barekivyishari vrma .aturuko tuzobareka nibisaku vyanyu twirabire kwa rukundo TV,inkinzo TV,nsabasi TV ,mutama Gérard TV,mwibazako TV ziriko ama film yabarundi atari nyishi ? Btb TV ,ninyishi izonizo nibutse zicako film hari nizindi zaba marvela, etc.... Nimwumvikane mukuzanye nivyo vyiza.nyamba vyukuri hatarimwo mwibinti vyenyegeje inyuma tudashobora kumenya
@uwimana85842 жыл бұрын
Jew abarundi ndabazi bihagije urabafasha munyuma mukugutera akagere bigera hejuru ni benshi bamaze kubingira, rero na fany namubonye mwabobantu gusa biracanintege pe Abel yihangane
@aburahma24212 жыл бұрын
Non wew k uvug uko uraz ivyo abel yafashish fanny?mbeg ndakubaz fanny yar umukoz wa abel mbe yar yasiny contrat kwa abel ereg bos barafashany abel yarakin mur film za fanny na fanny agakin mur film za abel rer ntiyar umukoz wiw sinumv igitum uvuz uko
@aburahma24212 жыл бұрын
Gusa je ndiko ndabirab fanny yaravuz k igih yagomb kuj mu rwanda akabimubwir abel yaciy ac ku ruhande avug k fanny atomutang kuj mu rwanda urumv harimw agashari mber irya award fanny yatahany abel vyaramubabaj ntivyamuguy neza
@aburahma24212 жыл бұрын
Urumva rer wew uvug k fanny yamenyekany kbra abel!