infection vaginal yakuzengereje niwanywa uru ruvange izohera Burundu.

  Рет қаралды 20,662

Jeanine TV

Jeanine TV

Күн бұрын

Пікірлер: 252
@gisellentabudakeba4739
@gisellentabudakeba4739 Ай бұрын
Unatubwiye igihe umuntu abikoresha wabukeze Woman of God
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
naho hoba iminsi yose
@ClarisseNshimirimana-rz3wu
@ClarisseNshimirimana-rz3wu 8 сағат бұрын
Maman ❤wazadushakiy YES WB nakantu kazan ububobere ako kanya ugir urangur amabanga yabubatse ❤thank you my mom ❤
@EvelyneBigirimana-y3k
@EvelyneBigirimana-y3k 23 күн бұрын
Merci bcp!
@KanyamboGyslaine
@KanyamboGyslaine Ай бұрын
Ndagukunda Jeanine inyigisho zawe ziranyubaka
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nanje ndagukunda muntu wanje❤️
@Mugishavava
@Mugishavava 8 күн бұрын
Asha ndimwo rek ndagutege amatwii mwiza twahawe na rugira imana iguhezagire jewe iyo nabonanye numugabo ndavyimba kumishino cane
@jeaninetv
@jeaninetv 7 күн бұрын
mpore ngira ntugira ububobere bukwiye ❤️
@jeaninetv
@jeaninetv 7 күн бұрын
canke ayikubita cane Niko novuga
@TharcisseHavyarimana-zg8mv
@TharcisseHavyarimana-zg8mv 20 күн бұрын
Hariho abashakashatsi bavuga ko har'imiti kama ivura umugera wa SIDA
@kevincandy3488
@kevincandy3488 Ай бұрын
Imaniguhumugisha ,uzotubwire umuti wokuja mubutinyanka jewe ndasimba nkukwezi nsinjeyo canke abiri hama nkasubirayo sinzi impamvu uzomfash
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ni sicle yawe yahindutse waragiye kwa muganga
@ClaudineNiyimbona
@ClaudineNiyimbona Ай бұрын
Bnjr!nashak kubaz kuwukoreshej uduti twa karafu ayishiramwo utungan GT?kuber poudre jew ahondi narayibuze
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
koresha iyufose
@ClaudineNiyimbona
@ClaudineNiyimbona Ай бұрын
Mumbabarire nashak kumenya utwumuntu atek mumazi ukotungan kuber nkoresh uduti
@UwamahoroNicole-j9h
@UwamahoroNicole-j9h 16 күн бұрын
Yewe waturangira aho twakura ayo mafu yandi icanoneka ni amazi tungurusumu nigitumguru gs
@DelphineIrakoze-e8c
@DelphineIrakoze-e8c 5 күн бұрын
Nne ga mma wcu uwomuti wowukoresha wibungenze?
@jeaninetv
@jeaninetv 5 күн бұрын
wibugenze urazokwocara muri bimwe nabereka
@mamakonkimamakonki4901
@mamakonkimamakonki4901 Ай бұрын
Urashobora kubisya mu kamashine ama ukabibika muri frigo ukaza wiha dukeduke ?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nibazako atangorane ariko vyiza ukora ivyuwo munsi
@PhilbertHabonimana-o1z
@PhilbertHabonimana-o1z Ай бұрын
Ariko iyo carafu ntabwoyarikurangira isanabwaburungo
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
muba diventiste
@niyonkurumerci
@niyonkurumerci Ай бұрын
Wo kagira Imana we mbabarira umbwire uburyo nahura nawe unyihere iyo miti kuko maze igihe kirekire pee ntarabasha kubona umuti unkiza kd ndi kubona harimo amafu ntabasha kubona!! Nukuri nazabitura pee.
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
Ndiho agukize
@devotejacquelinebampangeze2807
@devotejacquelinebampangeze2807 Ай бұрын
Urakoze cane mukunzi. None cure ni ibirahuri bingahe ?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
cure nikugeza wumvise kumeza neza
@Manirakizasadrine
@Manirakizasadrine Ай бұрын
Oe umunt yobinyw igih kinganagt?
@TUYISHIMESolange-bs4ch
@TUYISHIMESolange-bs4ch Ай бұрын
Cloudegerofe ibahe? Igura angahe? Murakoze kukiganiro kiza muduha.
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
iba muba diventiste wobaza
@olavearakaza6265
@olavearakaza6265 Ай бұрын
Turangir Aho mubadiventiste tuzoze turigurira mwigisha mwiza
@UwimanaAngelique-ho2zm
@UwimanaAngelique-ho2zm Ай бұрын
Imana iguhe umugisha kubw'inyigisho utugezaho
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
amen amen🙏💯❤️
@sandrineinamahoro2478
@sandrineinamahoro2478 Ай бұрын
Murakoze cane hama umuntu yowukora misi yose? Cank harihukuntu bikogwa
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
n'umuti mwisemaine urumvuko umez ukareka
@JeanineNshimirimana-e1f
@JeanineNshimirimana-e1f Ай бұрын
Twashak mutubwire ahantu twogurira cou dejehove yifu twebw twarayibuk iramajahe? Aha ibujumbura
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
original iri kwisoko rya kamenge hepho y'umuryango wa mbere uvuye centre jeune
@HuguetteIzereHugues-qd2wl
@HuguetteIzereHugues-qd2wl Ай бұрын
Hama aho uvuga ko ushbora kuwisiga navyo bigenda gute?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
navuze ni ivyo wisiga novyunywa nikimwe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kora ivyo 'hama ivyo ntavyo narababwoye vyo kwicaramwo
@TuyishimireMariette
@TuyishimireMariette Ай бұрын
❤❤❤
@GiritekaJessicaBelix-y5c
@GiritekaJessicaBelix-y5c Ай бұрын
Ok muganga nn se uwo muti wamazi ya tungurusumu hamwe nuw wudufu bigugwa gt? Umuntu yobifata igh kinganik ga muganga?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kabiri kumusi ukareka wumvise wakize
@gentiirakoze4177
@gentiirakoze4177 Ай бұрын
MBE JEANI IMIRIMO YA MISI YOSE UKORERA HE I BUJUMBURA?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kuberiki ga ncuti yanje❤️
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nizumamwo
@UwimanaAngelique-ho2zm
@UwimanaAngelique-ho2zm Ай бұрын
Ubikora iminsi ingahe?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
gushika ukize ni cure
@Annociatte-h8q
@Annociatte-h8q Ай бұрын
None iyo felle de lolie twoyironka gute ? Haraho woyiturangira twoyironka?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ubahh muba diventiste ziriyo original
@Nshimirimanaignace
@Nshimirimanaignace Ай бұрын
Urakoze caneee ariko iyofu sinatahuye izina ryayo
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ya clou de girofle kakarungo c'icayi
@janathykamariza
@janathykamariza 5 сағат бұрын
Karafuu
@munezerosylvane3442
@munezerosylvane3442 Ай бұрын
Murakoze
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
namwe✍️❤️🙏
@UwamahoroNicole-j9h
@UwamahoroNicole-j9h 16 күн бұрын
Yewe na carafu sinyizi
@SalathielSEMBEYE-q7e
@SalathielSEMBEYE-q7e Ай бұрын
Aksanti mganga unasaidiya wa mama wengi, Ila ulizo ni hii dawa hii inaomba kuitumiya mu Siku ngapi? Je ni mpaka mgonjwa amesikiya maumivu imekwisha?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
mpaka usikiye bien mumuwili🤣
@evelynekamariza6296
@evelynekamariza6296 Ай бұрын
Uwo muti,uwukoresha igihe kingana gut?ifu ya clou de girofe kur cotebu irahar?Imana ibahezagire
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
amen uyikoresha kugeza ukize
@SinayobyeJeanpierre-t1g
@SinayobyeJeanpierre-t1g Ай бұрын
uzatuzanire lbiti ukuraho ayo mafu benshi ntago turi kumva ikirundi
@EvelyneNduwimana-ws4nm
@EvelyneNduwimana-ws4nm Ай бұрын
Iyo fu yoboneka gt?muvyeyi murakwiy gutanga numéro bobatorako
@jeaninetv
@jeaninetv 28 күн бұрын
62435218
@trinitendayizeye1469
@trinitendayizeye1469 Ай бұрын
Slt!nn ubuz iyo clou de geroffe ntakindi coyisubirira???
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
romarin basi
@trinitendayizeye1469
@trinitendayizeye1469 Ай бұрын
@@jeaninetv mr6 bcp
@HabinezaIssa
@HabinezaIssa Ай бұрын
Merci
@umukizaliliane5868
@umukizaliliane5868 Ай бұрын
Wabitubwira mucyongereza cyangwa mukinyarwanda uko byitwa ko tutazi igifaransa muzaba mufashije abaturage nkatwe murakoze
@Nsabiyumva-l7h
@Nsabiyumva-l7h Ай бұрын
None umuntu yobifata igihe kingana gute
@jeaninetv
@jeaninetv 29 күн бұрын
gushika ubonye resultat
@JajajeanineNifasha
@JajajeanineNifasha Ай бұрын
Urakoze mazina wanje ❤️
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
murakoze gushima mazina ❤️
@leillalyly368
@leillalyly368 Ай бұрын
Numugabo ayirwaye infection wobimukorera ntaco bitwaye ga mama wanje?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
none burya umugabo ararwara infection vaginal?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
niba ayirwara yobinywa'ariko nivyo ariyagaza yayandijwe n'umugore wiwe ayirwaye nivyo.
@mukamanajosephine8349
@mukamanajosephine8349 Ай бұрын
Iyofu ubanjemo twayikurahe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
muba diventiste
@ClarisseNyirabizeyeimana
@ClarisseNyirabizeyeimana Ай бұрын
Mma we uroze
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
✍️
@IrakozeCeline-qh6kg
@IrakozeCeline-qh6kg Ай бұрын
Wiriwe neza mami iyo urikocyera mujyitsina biterwa nicyi
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
yooo mpore Inbox biva kuri vyinshi
@UwizeyimanaValentine-u8w
@UwizeyimanaValentine-u8w Ай бұрын
Yurabakunda
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
waouh
@MarieRoseNdacyayisenga
@MarieRoseNdacyayisenga Ай бұрын
None umuntu urwaye infection vaginal ashobora gutwita?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
bivana benshi biranka uca wivuza bilwiye
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
erega ningwara mbi
@MarieRoseNdacyayisenga
@MarieRoseNdacyayisenga Ай бұрын
ok
@cypriengahungu
@cypriengahungu Ай бұрын
Urakoze cane muganga?ese nko kumuntu yibungenz nta conséquence bifizana?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
urabaza muganga agukurikirana
@FrédéricNTAHORURI
@FrédéricNTAHORURI Ай бұрын
Urakoze kutwigisha pe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
murakoze gushima
@NkurunzizaDivine
@NkurunzizaDivine Ай бұрын
Jewe nshaka umuti wamaribori yanyononeye amaguru
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
sawa
@musabyimpumbyaroselyne2705
@musabyimpumbyaroselyne2705 Ай бұрын
Iyo fu ya clou de girofe mu Kinyarwanda yitwa ngwiki?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
sinzi akarungo k'icayi
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
cloves'clou de girofle'karafu nuko mundimi
@irankunda-zq8dl
@irankunda-zq8dl Ай бұрын
None ubifata igihe kingana gute ?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
gushika wumvise wakize
@JeanneNiyonsaba-p6n
@JeanneNiyonsaba-p6n Ай бұрын
Urakoze Jeanine uzuraduha imiti Yesu aguhezagire none woduha numéro yamyu
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kuri Jeanine tv ziriko
@NadègeINARUKUNDO
@NadègeINARUKUNDO Ай бұрын
Clou de girofle utayirose ifu ugakoresh bury butete harico?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ntangorane bikora kumwe ucubanza kutiteka
@PhocasIrankunda-zl6wm
@PhocasIrankunda-zl6wm Ай бұрын
Alllo
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
Hama reka kuba ukoza ikiyiko gikanye mwifu kuko uyibitse ica izamwo ubukanye (humidité).
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
murakoze kuriyo mpanuro ncuti Ndiho aguhe umugisha 🙏
@EmmanuellaNshimirimana
@EmmanuellaNshimirimana Ай бұрын
Murakoze cane muganga. Jewe nukuri iranzengereje cane noba maze kugura imiti ya 100 000 ariko vyarase. Mudusigire numero zanyu
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
Ndiho agukize 62435218
@godsonrlybrave3496
@godsonrlybrave3496 Ай бұрын
Urakoze
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
namwe murakoze gushima🙏❤️
@ingabireclaudine201
@ingabireclaudine201 Ай бұрын
Abarwayi b'igifu c tungurusumu ntacyo yadutwara mama❤
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
eeeee mpore
@GalagalaUpwa
@GalagalaUpwa Ай бұрын
Mubidukorera neza muhezagirwe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
amen murakoze gushima
@BobuFINA-bd1ux
@BobuFINA-bd1ux Ай бұрын
Aliko wibukeko abakunzi bawe bose batumva igifransa ujyutubwira mukirundi bas kuko nkumunyarwanda ugukulikiye yabasha kukumva
@UweraMugisha
@UweraMugisha Ай бұрын
Ibyo bikoresho haribyotutarikumenya ntango twumva icyirundi
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
egome cane ntagifaransa nkahh hezagirwa❤️
@MinnerveNyandwi
@MinnerveNyandwi Ай бұрын
None ivyo ukoresh ntaho ubiturangiye ndasavye nimero yanyu mwoba mukozz
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
mubadiventiste bivana nahuri❤️
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
Hama numéro zanje mubadiventiste ziriko
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
None nawe urayigwaye ga Jeani ?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
narayikize peee ariko ndawunyoye ntangorane kandi nibindi vyose bitamez neza mu mubiri bica bihera
@AnithaIrankunda-jv3gz
@AnithaIrankunda-jv3gz Ай бұрын
Murakoze cane jewe niho nkivyuva nuvise tuguru summer nigituguru gitukura arikibindi sinabimeny
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
umviriza neza vidéo
@AishaBanyiyezako
@AishaBanyiyezako Ай бұрын
Jewe gwaye umugongo nunva bihumira mumugongo ugaca ucikamwo ibipande bibiri uraraba unfashe ncut yanje
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
waragiye kwa muganga ga ncuti wongere uzurasenga muri kanguka mpora numva intahe benshi barakira
@AlidaNDUWAYEZU
@AlidaNDUWAYEZU Ай бұрын
Mrc Jeanine wanj
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
de rien ❤️🙏💯
@ClemenceMWEMA
@ClemenceMWEMA Ай бұрын
Warisukishije wabaye mwiza cyane
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
murakoze❤️🙏💯
@MukashyakaJanete
@MukashyakaJanete Ай бұрын
Urakoze cyane
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
amen 🙏💯
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
urabizi ntangorane
@gentiirakoze4177
@gentiirakoze4177 Ай бұрын
Numero yawe nayirondera ngo nkubwire uko baprononca karafu nta katuzo kajako merci
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
clou de girofle
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
karafu
@KaburaOlene-hx5ip
@KaburaOlene-hx5ip Ай бұрын
Karafu mucongerez witw gut​@@jeaninetv
@AlidaIrakoze-v4c
@AlidaIrakoze-v4c Ай бұрын
Cloves​@@KaburaOlene-hx5ip
@sadjidibrownbanda2415
@sadjidibrownbanda2415 Ай бұрын
Cloves
@EdithNimpaye-s4h
@EdithNimpaye-s4h Ай бұрын
Ako ga paudre washizemwo kitwa gute
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
🤣✍️🤣
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nashizehh
@MukarukundoJanviere-m6v
@MukarukundoJanviere-m6v Ай бұрын
Kano gafu ntitwakamenye washizemo nyuma
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nifu ya clou de girofle
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
Hariho abiyagaza hejuru batiyagaza indani
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
eeeee ariko aba ari début ntiba irakara.🙏
@MunezeroAlice-m8p
@MunezeroAlice-m8p Ай бұрын
Duhe umuti wimvi zo mumutwe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ndiko ndawurondera wizewe
@ClaudineNishimwe-i7d
@ClaudineNishimwe-i7d Ай бұрын
Karafu yifu twayibona GT?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
mubadiventiste
@AnnickNiyonkuru-vy2mo
@AnnickNiyonkuru-vy2mo Ай бұрын
Aba diventiste bakorera he ? Umuntu yabona he?
@AnnickNiyonkuru-vy2mo
@AnnickNiyonkuru-vy2mo Ай бұрын
Mbega uwusanzwe atayizi yayipenya gute?
@Mukandimurwangochantal-y8v
@Mukandimurwangochantal-y8v Ай бұрын
Ese ubigurira ahanuhose bibabihari
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
egome❤️
@Ndayishimiye-z2x
@Ndayishimiye-z2x Ай бұрын
Komeza
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
amen
@ElyseeIrankunda-f6c
@ElyseeIrankunda-f6c Ай бұрын
Mwiriw iy fou twoyikurah
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
mu ba diventiste❤️
@IRANDAGIRAULEDI
@IRANDAGIRAULEDI Ай бұрын
Uyu musi watudomeyeko turashimye
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
waouh🙏❤️💯🤝
@Beatrice-d1p
@Beatrice-d1p Ай бұрын
Uwamuti wagafu ukirindi bawita bate? Nanuwo wabanjemo uneze nkibibabi bitubwire mukirindi
@jeaninetv
@jeaninetv 28 күн бұрын
✍️
@LydiaBayubahe-n4j
@LydiaBayubahe-n4j Ай бұрын
karafu ntayonzi iyofu bayigurra heh
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kakarungo kicayi
@MarieRoseNdacyayisenga
@MarieRoseNdacyayisenga Ай бұрын
Munyishure pe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
simbona ico wambajije
@chantalTwizerimana-v5c
@chantalTwizerimana-v5c Ай бұрын
jewe ivyo kwiyaga vyaraheze ariko birya bintu vyera bikaguma biza rimwe na rimwe nkore gute??
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nukubanza kuraba toilette ujamwo umez gute n'ibindi
@GentilIrumva
@GentilIrumva Ай бұрын
Mwaduhaye nimero yanyu
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ziriko kuri Jeanine tv
@niyonkurumerci
@niyonkurumerci Ай бұрын
Ntabwo ziriho pee hubwo udufashije waziduha
@GilbertHakizimana-i3x
@GilbertHakizimana-i3x Ай бұрын
ok
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
okey❤️
@godsonrlybrave3496
@godsonrlybrave3496 Ай бұрын
Uzodushakire umuti wa hépatite B
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
egome cane
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
inbox
@ClaudineNiyukuri
@ClaudineNiyukuri Ай бұрын
Murakoze Can non ubikora kagahe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kabiri Ku musi
@LydiaBayubahe-n4j
@LydiaBayubahe-n4j Ай бұрын
nashak num zae tanti hariconshak kukwibariz
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kuri Jeanine tv ziriho
@Florencedushime-pl9qp
@Florencedushime-pl9qp Ай бұрын
Murakoze cane ❤❤
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
namwe murakoze gushima❤️💯🙏
@VestineHASABUMUTIMA
@VestineHASABUMUTIMA Ай бұрын
Vyiza cane
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
amen❤️✍️💯
@JeanetteIngabire-i2d
@JeanetteIngabire-i2d Ай бұрын
Murakoze muganga narinishimye kuko umugenzi wange arazirwaye cyane ariko ibyo bibabi ntitwabibona hano muri Uganga
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
murakoze gushima'hama feuillet de l' aurier niyo atayo
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nace akoresha bimwe vyambere
@JeanetteIngabire-i2d
@JeanetteIngabire-i2d Ай бұрын
@@jeaninetv yooo yarabikoze byaranse aguma yishima
@YvonneYihamashi
@YvonneYihamashi Ай бұрын
Fer de le lien sitwatuntu twutubabi bashira munyama keshi?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
egome no mugukaranga ibiharage
@ElysabethIyamuremye
@ElysabethIyamuremye Ай бұрын
Ni feuille de lerien
@PhilbertHabonimana-o1z
@PhilbertHabonimana-o1z Ай бұрын
Tungurusumu yifunayo ntikora
@MarieNYIRANDAYAMBAJE
@MarieNYIRANDAYAMBAJE Ай бұрын
Cou je de rofe. Ni iki njyeingeze habi
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
benshi bakita karafu
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ça kirungo ciczyi
@nkengurutsedamascene4522
@nkengurutsedamascene4522 Ай бұрын
igurigwahe tubwire
@RoseMinani-x7m
@RoseMinani-x7m Ай бұрын
Ukoresh umwany munini
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
nukugabanya murakoze❤️
@Fitina-f6e
@Fitina-f6e Ай бұрын
Mersy nzobikora
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
courage
@MugishaTeoneste-en3iy
@MugishaTeoneste-en3iy Ай бұрын
Nanj ingejeje kure nukrii ndiyagaza bikwiye
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
uriyagaza cane indani canke?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
urafise frigo
@Annociatte-h8q
@Annociatte-h8q Ай бұрын
Maman turashimye ukuntu utwitaho mukutuvura jewe irimukunyica
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
bogaragez uzombwira
@devotejacquelinebampangeze2807
@devotejacquelinebampangeze2807 Ай бұрын
Uraturangira umuti w'amakonera nawo.
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
Sawa ntangorane❤️
@kazobagorapolycarpe1998
@kazobagorapolycarpe1998 Ай бұрын
1:13
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
1:19
@GentilIrumva
@GentilIrumva Ай бұрын
None nkumudamu ufite inda ntangaruka wamutera
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
umuntu afise inda abari fragile urabaza docteur ariko ntaco abujijwe
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
tungurusumu none ntuhora uyirya
@اوليفانياندوي
@اوليفانياندوي Ай бұрын
Uzuturagoreumutiwolujamukwezi
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
wokujayo waragiye kwa muganga
@InamahoroJeannette
@InamahoroJeannette Ай бұрын
Umudamu afise inda yowunywa ntaco vyica
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
urabaza tunguru sumu koyemewe
@BelyseBelyseirakoze
@BelyseBelyseirakoze Ай бұрын
Iyo fedoreriy mukirundi.nik nikakaungo kibabi ? Bashira munyam
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
egome cane❤️❤️❤️
@MichelineAkimana
@MichelineAkimana Ай бұрын
Feuille de le rien niki ntabwo twatahuye
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
umushengesha
@PhocasIrankunda-zl6wm
@PhocasIrankunda-zl6wm Ай бұрын
Ako gafu kagurirwa hehe?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
muba diventiste
@nkengurutsedamascene4522
@nkengurutsedamascene4522 Ай бұрын
mubadivantist nihehe
@MukarukundoJanviere-m6v
@MukarukundoJanviere-m6v Ай бұрын
Clou de gerofe nikise mama
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
kakarungo bashira mucayi umenga ni tête kurabura
@nadineirambona247
@nadineirambona247 Ай бұрын
shalom wewe utwitaho uko bukeye uko bwije, none umuntu yonsa yobikoresha?
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ntangorane pe
@MugishaFranck-r9c
@MugishaFranck-r9c Ай бұрын
Court de gerove niki mukirundi
@jeaninetv
@jeaninetv Ай бұрын
ni kakarungo k'icayi kamotesha
@AlineIhorihoze
@AlineIhorihoze Ай бұрын
Ni clous de girofle
@IsaieBigirimana-pi7eh
@IsaieBigirimana-pi7eh Ай бұрын
None iyo irakura birya bintu vyera biva muri sex
@jeaninetv
@jeaninetv 29 күн бұрын
iba yaratengeranye
Dore uko wakwivura Infection Wibereye Murugo👌🏻
43:55
ROSE TV SHOW
Рет қаралды 219 М.
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 47 МЛН
Wait for it 😂
00:19
ILYA BORZOV
Рет қаралды 11 МЛН
ROSÉ & Bruno Mars - APT. (Official Music Video)
02:54
ROSÉ
Рет қаралды 317 МЛН
CINNAMON: Mudarasini, ikirungo-spice itangaje! Menya byinshi kuriyo utangire uyikoreshe!
18:07
Nutri-MediPlus (Nutritionist Leah)
Рет қаралды 45 М.
Ikingire kutarogwa, umenye uwukuroga ukoresheje umunyari
21:46
Jeanine TV
Рет қаралды 116 М.
DORE IBICE  UKORAHO KU'MUGABO AKANEZERWA CYANE AKAGUHA BYOSE💌
27:21
RWANA INTAMBARA NZIZA by Chris NDIKUMANA
59:35
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 16 М.