Ingénieur wa STADE INTWARI ngo mu mezi atatu ikibuga azoba yakirangije

  Рет қаралды 18,049

Indundi TV

Indundi TV

Жыл бұрын

Ingénieur wa STADE INTWARI ngo mu mezi atatu ikibuga azoba yakirangije

Пікірлер: 63
@pierregahimbare1383
@pierregahimbare1383 Жыл бұрын
Nugukubitinzu ibifunsi isakagwe hose ryobariteka kuri Reta Mvyeyi kandi Nkozi
@niyomwungereclaude7861
@niyomwungereclaude7861 Жыл бұрын
Amahor none kuki batagize ikibuga gisakay hose nkakurya kwa stade amahor yo mu Rwanda ?
@niyongabojules3784
@niyongabojules3784 Жыл бұрын
Merci Ufise amasanamu meza.
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 Жыл бұрын
☆ None uzi ko uvuga amakuru nabi ☆ mha!a mhemm mhe'amm
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@mizeroarnaud6874
@mizeroarnaud6874 Жыл бұрын
Nanje numiwe😅
@mizeroarnaud6874
@mizeroarnaud6874 Жыл бұрын
Nanje numiwe😅
@havyarimanajoseph3963
@havyarimanajoseph3963 Жыл бұрын
Gerageza uvuge ibishoboka reka turindire finishing niho tuzomenya ko uburundi bwateyimbre nayivyo uvuga ntavyo tubona turarindiriye ingene kizoba kimeze
@flavioduhayimana6763
@flavioduhayimana6763 Жыл бұрын
Non indundi tv mukoresha abantu nkaba hama mukeneye vues knd arimwe muvyitera raba abantu bazi gutanga inkuru
@isaacntunzwenimana3996
@isaacntunzwenimana3996 Жыл бұрын
Ntegerezwa kuhinjira nambay ijezi yintamba
@ntakirutimanaabdulazizi7778
@ntakirutimanaabdulazizi7778 Жыл бұрын
Vive Burundi
@niyonizeyeremy199
@niyonizeyeremy199 Жыл бұрын
Oya vraima kizosakarwe cose , kidasakawe ntakintu, twopfuma turindira ntakamaro ko kwihutagiza . Dukore ikintu citeka kabisa.
@jayextra0
@jayextra0 Жыл бұрын
Aaah eeeh aaah ninyinshi sana mwijwi rya journalist eeeh eeh what for ? Speak
@emmanuelmpawenayo2878
@emmanuelmpawenayo2878 Жыл бұрын
Ww wigiye hehe itangazamakuru?
@newbusinessvision2013
@newbusinessvision2013 Жыл бұрын
Good
@nouhnouruibnyamin7206
@nouhnouruibnyamin7206 Жыл бұрын
Stade si vital ub carw inter star bro 😃😃
@ivyimanafranck786
@ivyimanafranck786 Жыл бұрын
Huuuu batanguye kuvyikurako_murondere Uwo wundi nawe twumve ingene asigura
@innocentsubiza2124
@innocentsubiza2124 Жыл бұрын
Wapiiiii....
@didiernkurunziza3167
@didiernkurunziza3167 Жыл бұрын
Gusantace akoresha ababtu bufuninabuho
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 Жыл бұрын
Journalist bagigimiza ntibakwiye kuba abanyamakuru kandi gukora inkuru za murakoresha za Drone
@hm3190
@hm3190 Жыл бұрын
Mbe nta ntebe zizoshirwaho?
@didiernkurunziza3167
@didiernkurunziza3167 Жыл бұрын
Komera
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 Жыл бұрын
Asante sana Mbega bazohasakara hose?
@niyondikoemile4018
@niyondikoemile4018 Жыл бұрын
Ikibuga kidasakaye ntabwo arikibiga none umuntu azorih amahera yiwe ngwaje kurorer umupira akubiywa nimvura ?
@MrTop-wj7no
@MrTop-wj7no Жыл бұрын
Amafaranga FIFA yatanze yikibuga ko atayo mwigera muvuga?? Ayatanze abagwizatunga Nama bank kumusi wibikogwarusangi yose ko mutatumenyesha ico ariko akora?? Kurayomahera uvuze ugereranije nayatanzwe ataho bihuriye
@nintunzedieudonne8010
@nintunzedieudonne8010 Жыл бұрын
Shops
@iradukundavenuste9246
@iradukundavenuste9246 Жыл бұрын
Ivyo bintu urabina uzabishobora?
@macruufxaajidahir8887
@macruufxaajidahir8887 Жыл бұрын
Bazogisakare hejuru hose ntituzonyagirwe abafana
@MrTop-wj7no
@MrTop-wj7no Жыл бұрын
KO uvuze ngo bariko bakora finissage mbe ubona bisa nuko kizosakagwa? Cank bizoba vyabindi vyo gutwara imitaka?? Be mujana nisi Aho igeze, mbe ko baduterereje intererano abagwizatunga bagatanga amafaranga nayazokubaka ikindi kibuga cank? Kuko ayikibuha FIFA yarayatanze yoba yagiyehe??
@jajasoldado198
@jajasoldado198 Жыл бұрын
Kumenga Bonheyeko Niveau?
@fidelemanirambona2329
@fidelemanirambona2329 Жыл бұрын
Idasakawe azoba atakintu duhinduye kbs mumvura ntamitaka ikeneweyo ndasavy😂
@pacifiqueakimana
@pacifiqueakimana Жыл бұрын
Ushak iyisakaye bamureka kwidahisha urugonga xha hary wabony camp nou isakaye?
@MrTop-wj7no
@MrTop-wj7no Жыл бұрын
@@pacifiqueakimana urigipopi wew abantu turirira ibintu bisa neza wew ukaza udahwa?
@pacifiqueakimana
@pacifiqueakimana Жыл бұрын
@@MrTop-wj7no ukeney ngir bakwubakire Santiago Bernabéu canke Allianz Arena? Ntawudashak ibint vyiza gus urarab nirwego uba ugezeko kugire ushobore gukora ibintu bisaneza
@jonhp1625
@jonhp1625 Жыл бұрын
Uyu avuga aya aya makuru nu murundi !! Afise ubumuga mumuhogo?
@hassanjoo4771
@hassanjoo4771 Жыл бұрын
Nta kirundi wovuga kirusha icuyo mu journalist nivyiza ko woreka akagaye.
@jassinnshimirimana6844
@jassinnshimirimana6844 Жыл бұрын
Irafise etage?
@hosewebtv77
@hosewebtv77 Жыл бұрын
Ego
@MrTop-wj7no
@MrTop-wj7no Жыл бұрын
@@hosewebtv77 igombe iyigire idasakaye nka pneus ntaco mukoze
@yvonavry2482
@yvonavry2482 Жыл бұрын
Bubatse stade ya fek kandi biraboneka ko bariye amahera
@fatirakumutimadominique4970
@fatirakumutimadominique4970 Жыл бұрын
Ndabira ako kamaramaza ngo ni stade mpuzamakungu bubatse ku rwego rw'igihugu
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
🤣🤣 Mbe Abarundi mwama mubona canke murondera Amakosa gusa?! Kugira gusa mutyoze ...🤔 Ntirahera ariko utunenge mwatanguye kudutoragura😴
@feregiz2479
@feregiz2479 Жыл бұрын
@@fatirakumutimadominique4970 imboni zawe zihushanije n'umuhinga wa FIFA n' uwa CAF. Uwuruta abo ni wewe. Uzoje gutanga ubwo bumenyi wiszngije muri FIFA n'a CAF
@feregiz2479
@feregiz2479 Жыл бұрын
Ugizr uti BITABONEKA... Tubwire ayo bafunguye uko WABONYE angana.
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 Жыл бұрын
Mushime nivyo bike🙏🏽🙏🏽
@songamberetv2219
@songamberetv2219 Жыл бұрын
Umunyamakuru wa fake kabisa ikindi indundi mwarabuze drone? Ntushobora gukora inkuru yikintu kinini nkico ufise camera portable
@ruudvan4311
@ruudvan4311 Жыл бұрын
Journaliste ni fake saaaana pe
@bobicjr
@bobicjr Жыл бұрын
Ngo Finissage 😂🤣
@justinndayiziga838
@justinndayiziga838 Жыл бұрын
Terimbere shaa journalist imisiyose ibinebwe nivyoo bica intege abari kukazii courage 💪 don't give up
@karorerozidane3649
@karorerozidane3649 Жыл бұрын
Eshope😆😆
@hosewebtv77
@hosewebtv77 Жыл бұрын
None utwenziki?eshop ni icumba kitarajamwo ibidandazwa,shop iba yuzuye ibidandazwa
@gihetatv7604
@gihetatv7604 Жыл бұрын
Journaliste Fake saaaana
@ruudvan4311
@ruudvan4311 Жыл бұрын
Journaliste ni fake saaaana pe
Isanganiro: Amakuru yo ku wa  31  Mukakaro 2024
15:58
Isanganiro
Рет қаралды 2,7 М.
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 7 МЛН
Iron Chin ✅ Isaih made this look too easy
00:13
Power Slap
Рет қаралды 36 МЛН
Sigma Kid Hair #funny #sigma #comedy
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 37 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 34 МЛН
Ibikorwa vyo kwubaka stade intwari vyoba bigeze ku ntambwe iyihe?
3:58
Вилка для консервов 🥒
0:51
Сан Тан
Рет қаралды 3 МЛН
IQ Level: 10000
0:10
Younes Zarou
Рет қаралды 4,4 МЛН
Did you see the photo?
0:20
Women Power
Рет қаралды 20 МЛН