INGARUKA SERIES S8 EP 10 KO IJE ITAVYOROSHA BIRAGENDA GUTE?

  Рет қаралды 15,250

GN FILMS

GN FILMS

Күн бұрын

Ibintu birayangaye kweri sinzi iyo bizoherera.
‪@sabbasburundi2404‬
#sabbas #gnfilms #ingaruka #shoptherealdeal #love #burundi

Пікірлер: 506
@mukarugiravictoria4279
@mukarugiravictoria4279 6 сағат бұрын
Abantu mukunda King Saba's Diva Yvette mumpe Like 👍
@florbertniyonkuru6763
@florbertniyonkuru6763 5 сағат бұрын
Akira
@JollyUmugwaneza
@JollyUmugwaneza 5 сағат бұрын
Agatekerezo ubu ntakuntu twazakora group yabafana bingaruka ❤❤ abo tubyunva kimwe like plz
@evelyneirakoze-n7x
@evelyneirakoze-n7x 4 сағат бұрын
C'est une bonne idee❤❤
@KamikazeClaudine
@KamikazeClaudine 4 сағат бұрын
Hew nanj ndagushigikiy 🎉🎉
@mukaweragrace
@mukaweragrace 4 сағат бұрын
Yariho gus sinz ko ikihari ahubwo yadufasha nyamba ikihari yadushiramwo
@NgabirenzizaNoria
@NgabirenzizaNoria 4 сағат бұрын
Grp iraharii mwaracerewe ahubwooo
@mukaweragrace
@mukaweragrace 4 сағат бұрын
@NgabirenzizaNoria wandusabiye bakandushiramwo kuko nahoramwo WhatsApp ica irahera campindura numero
@GloriaNahimana-x8p
@GloriaNahimana-x8p 6 сағат бұрын
Umuntu atarambigwa niyifilime atapfuza kwihera tumenyane
@Cheillangabirano
@Cheillangabirano 3 сағат бұрын
Umusi nzobona banditse ngo final nzojamubitaro😅😅😅
@GloriaNahimana-x8p
@GloriaNahimana-x8p 34 минут бұрын
​@@CheillangabiranoMana kuvitangira nahigeze nagice kirancika❤❤
@gnfilms8582
@gnfilms8582 6 сағат бұрын
Muryoherwe
@CrescenceNKESHAMAHORO
@CrescenceNKESHAMAHORO 6 сағат бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@CrescenceNKESHAMAHORO
@CrescenceNKESHAMAHORO 6 сағат бұрын
Turaryohew Kabisa Sha muramvura stress kwer
@PhoibeNdayikengurukiye
@PhoibeNdayikengurukiye 5 сағат бұрын
Murakoz MWe nzobicabako kbx KK muranezera
@SelemaniNshimirimana-g3c
@SelemaniNshimirimana-g3c 5 сағат бұрын
Nivyiza cane vrmt iyi film vyasaba iherane na 100 k kabisa kuko iratesa
@SalamaNiyibikora
@SalamaNiyibikora 5 сағат бұрын
Ndashima lmana ko uzabana na diva umusi menyako mutavukana nararize yewe ubu ndimubisubizo
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 6 сағат бұрын
Waoooh 💃💃 welcome ingaruka séries abari murukundo niyi séries abari bayirindiranye igishika nkanje abaza nyuma musige like muri gwarukundo nyene murabizi ❤❤❤🎉🎉🎉
@Francus1609
@Francus1609 6 сағат бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série INGARUKA muze hano tumenyane.
@DesireHavyarimana-s9k
@DesireHavyarimana-s9k 4 сағат бұрын
Abantu mwamaze kubona ko kingi yageze muri yanyubakwa yarota muri zanzozi bakande hano❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 5 сағат бұрын
Waooooo uyumusi ndazindutse pe mbaye mubambere Abaza nyuma mwese mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj muraba mukoze ❤❤❤❤
@EugenieLarson-f7r
@EugenieLarson-f7r 3 сағат бұрын
😂nanje bandemere rwose😂😂😂
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 2 сағат бұрын
​@@EugenieLarson-f7rhahaha nawe wahageze😂😂😂😂😂😂😂😂
@NiyimpayeJoselyne
@NiyimpayeJoselyne 4 сағат бұрын
Ababonako itoherera kwiyi S8 mukuba mukund King Diva Yvette muz tumenyan muri rwarukundo dukunda kumw iyifilm mimp like ❤❤❤❤❤❤
@JohnIrakiza
@JohnIrakiza 6 сағат бұрын
Ndakunda cane iyi filme yingaruka ntakuntu mwoyiduha kumusi kumusi
@gloireininahazwe
@gloireininahazwe 3 сағат бұрын
Ndabakunda cane, film ikomeza kwi renouvelant. LOVE from Gloire to GOGO LOVE OFFICIAL ❤❤❤
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 2 сағат бұрын
Mukhama🤭ingaruka ikomeje kuba ingaruka,ariko rero hamwe ivyumuvyeyi avuga umenga birumvikana,ariko ahandi naho kwatoco bapfana je simbona igituma tubiharirako urubanza nirutegugwe,bavyanse nugucisha ahanyu ikizoba munwe umuti🇧🇮🇰🇪👍👍👍ariko waduhaye Gato bana.
@DidienneIrankunda-h6r
@DidienneIrankunda-h6r 2 сағат бұрын
Iyi film uwubna kwitazigera ihera ansigir akantu
@elianehavugimana4789
@elianehavugimana4789 5 сағат бұрын
Ingaruka ibaye ingaruka pe.diva nshigikiye wew hako bakubuza king genda urondere abavyeyi kumbure uzobabona
@Alinehabonimana4
@Alinehabonimana4 4 сағат бұрын
King hejuru cane ndakwipfuriza KO twogera le1/1/2025 wakwije 100k
@UWAMARIYAOlive-k6y
@UWAMARIYAOlive-k6y 3 сағат бұрын
Ubundi king Sabbas na Diva mubikora neza cyane ndabakunda cyane❤❣️💋
@GrâceMUHOZA-c9l
@GrâceMUHOZA-c9l 4 сағат бұрын
Waouh !!!sije mbonye aka gace ndakabony!!!nari numva soif yokukabona ndabakunda bakinyi beza banje
@UwingabireRuth-xp1ub
@UwingabireRuth-xp1ub 2 сағат бұрын
Diva iyo ushavuye birambabaza 😭😭😭😭 arko umwanzuro nuwo komera ku mahitamo yawe King sabass ❤❤❤❤💗💞💜❤️
@JamesNtakirutimana-f8x
@JamesNtakirutimana-f8x Сағат бұрын
Turabashimira cane knd turabakunda💕💕💕💞
@JadanOg
@JadanOg 6 сағат бұрын
Abakunzi bingaruka nimundemer twatuntu🎉🎉🎉
@Virginie-up4fo
@Virginie-up4fo 4 сағат бұрын
Sabbas reka amarangamutima y'abo bavyeyi. Cikana umwana wiyubakire urwawe rugo hama ubandanye umunezero na Diva
@UwinezaDiane-c3x
@UwinezaDiane-c3x 4 сағат бұрын
King ndagushyigikiye na diva p ❤❤❤❤❤❤ mumbabarire mwongere iminota p bigerahobiryoshye ikaba iraheze thx ❤❤❤❤
@Joslyn123-pu3cw
@Joslyn123-pu3cw 4 сағат бұрын
Muraz kuzinduk giramahoro😅😂gus king sabbas wubahwe na team yose kwizi nyigisho dukuramwo🎉🎉🎉🎉🎉❤
@NgabirenzizaNoria
@NgabirenzizaNoria 4 сағат бұрын
Abantu bazindutse nkanje mundemeree🎉🎉🎉 Ingaruka my lovely film❤
@florencekwizera9769
@florencekwizera9769 5 сағат бұрын
Waoooooh❤❤❤❤❤ diva nukwo nyene bimeze
@HenrietteNellyNishimwe
@HenrietteNellyNishimwe 4 сағат бұрын
Bagabo benedata ibi bintu birakomeye, 😱namba hariho imiryango bimaze kubamwo bihangane ,ariko kandi twese twirinde kuzokwega ingorane nk izi mumirango🙆
@NaziluRamadhan
@NaziluRamadhan 4 сағат бұрын
Diva Na Saba's mnaendana sana mmefanya kitu kizuli sana ndani ya episode 10
@rahimaksa4422
@rahimaksa4422 5 сағат бұрын
Yooooooo😢😢😢😢😢nukuri kingi cumucikana muherekezwe Nibikere nimibu kuko Abobavyeyi ntibipfuza komwogirumunezero Ejo mucemushirako igice gikurikira ntitugere kuwa2hose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@EugenieLarson-f7r
@EugenieLarson-f7r 3 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ati baherekezwe nivikere nimibu 😂😂😂😂😂
@ChanelleKezakimana-h8d
@ChanelleKezakimana-h8d 4 сағат бұрын
Waooo vyiza cane muhezagirwe bagenzi imanibakuze mugere kure kuko murashoye❤❤
@annociateniyakire40
@annociateniyakire40 3 сағат бұрын
Waaauuu Diva ahejj neza cane. Reka arondere abavyeyi biw. Alphonsine ugabe utabamurondej muzobipfa
@JetronNifasha
@JetronNifasha 4 сағат бұрын
Wow vyiza cne narindindirany igishka mwubahw beza banj ni jetron nifasha abakurikirana ari Nairobi Kenya 🇰🇪 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@methodnkundumukiza6367
@methodnkundumukiza6367 5 сағат бұрын
Ivyo bintu Papa sabass asiguye umeng birimwo agatego. Ibi bintu birimwo ibibazo nubwo abantu badashak kwibaza.
@user-Hellondineikuzwe
@user-Hellondineikuzwe 4 сағат бұрын
Mbega 😮😮😮 cyaze narimfite amatsiko cne yokubona uko Maman Sabass ar bubyakire🎉🎉🎉❤❤❤❤
@BeatriceUwamariza-s1h
@BeatriceUwamariza-s1h 4 сағат бұрын
Sabas ahubwo mwe nimushake ababyeyi ba divan umugeni uzamubona naho ubundi urikugerageza papa wawe
@CedrickMuhimpundu
@CedrickMuhimpundu 5 сағат бұрын
Abakunda 💞ingaruka kanje mumpe twatuntu♥️♥️♥️♥️💐🌹
@NKkg-et1ec
@NKkg-et1ec 5 сағат бұрын
Sabasi na Diva ndabakunda uwabanyereka amaso kumaso❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@AliceCuki
@AliceCuki 5 сағат бұрын
Ingaruka hejuru ese mwaretse Diva akashingiranwa na king so nda❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@AgnèsNitanga
@AgnèsNitanga 3 сағат бұрын
Mwirambiree imanaa ibakomezee❤❤❤❤❤❤
@NizeyimanaChantal-ug7wc
@NizeyimanaChantal-ug7wc 6 сағат бұрын
Murakoze cyane nari fite amaziko meshi😊
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 4 сағат бұрын
Harabavyee ingaruka kuyindi mpwemu idasanzwe❤❤❤❤❤❤
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 6 сағат бұрын
Guys abakunzi b' ingaruka séries abakunzi ba film ndundi munkandire kuga foto niba atagatima kabi ❤❤❤🎉🎉🎉
@Jacquesbigirimana-m1f
@Jacquesbigirimana-m1f 6 сағат бұрын
Number one ingaruka hejuru🎉🎉🎉
@CyuzuzoSandrine-uy4ht
@CyuzuzoSandrine-uy4ht 6 сағат бұрын
Sebas nukuri uringabo murwanda turagukunda
@AliceSIHIWACU
@AliceSIHIWACU 4 сағат бұрын
Sabasi big up sana
@KwizeraGirberthe
@KwizeraGirberthe 5 сағат бұрын
Reka turabe uko bije bishushe ingaruka hejuru cne❤❤❤❤❤❤❤
@stitore2388
@stitore2388 5 сағат бұрын
Umwanditsi wubahwe king sabbas n'a team yawe courage Diva ubirimwo neza ndabakunda cane gose muranyubaka mukanyuzuza
@MediB-o7v
@MediB-o7v 6 сағат бұрын
Ndazinduts uyumus mbaye uw10❤❤❤🎉🎉🎉
@LithianeNiyera
@LithianeNiyera 5 сағат бұрын
Turabakundaa mbega film yubutamu Diva na sabbas mugum kurugamba abobavyeyi mubarek mwibanire
@scokmedia
@scokmedia Сағат бұрын
Groupeeeee y'ingaruka Plz❤❤❤Ababishak nkanj ntimwigirish😊😊😊😊
@Ngabiranoelnassif
@Ngabiranoelnassif 6 сағат бұрын
❤❤❤mundemere mbaye uwambere vrt 😂😂😂
@PhilbertHabonimana-o1z
@PhilbertHabonimana-o1z 5 сағат бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉barekebibanire kuko nawe ntiwamureze king sabass rero bareke bibanire diva arazizinaryanyinawiwe
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 5 сағат бұрын
Waooo nahonacerewe nahageze Ingaruka itera iryoha sishakako izohera nukur😂❤❤❤❤🎉🎉
@LeaButoyi
@LeaButoyi 3 сағат бұрын
Bety yigira intare yingore kabisa king n'a diva mwubake kuko ntimuvukana
@audilonicitegetse5070
@audilonicitegetse5070 4 сағат бұрын
King sabasi na diva wawe ndabakunda cane❤❤
@CiellaIRAMBONA-z4x
@CiellaIRAMBONA-z4x 6 сағат бұрын
Nubwamber nzinditse❤❤❤❤
@OliproNdayikengurukiye
@OliproNdayikengurukiye Сағат бұрын
Ingaruka ibandanya iba ingaruka najewe ndashigikiye king na diva ❤❤❤bubake rugume 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@DushimeOrnella-l3n
@DushimeOrnella-l3n 6 сағат бұрын
Mbayuwambere mutwe utwotuntu twanj❤❤❤
@NdayishimiyeEsperance-zb2os
@NdayishimiyeEsperance-zb2os 5 сағат бұрын
Rekambanze nicare ivyonarimwo ndahevye hejuru canee ingaruka
@WwddffDdssaa-rq3xu
@WwddffDdssaa-rq3xu 4 сағат бұрын
❤❤❤❤❤❤abiwacu makunda kubi pe❤❤❤
@Dianeicishatse
@Dianeicishatse 6 сағат бұрын
Number one nda❤mumpe like ndabafis bnj❤
@tuyisengezuzu
@tuyisengezuzu 5 сағат бұрын
Ibikomeye izabyorosha beza banjeeeeeeee
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana 5 сағат бұрын
Ingaruka😢❤❤❤❤Sha papa sabbas ivyavuga nivy😂sabbas nah atac mupfan mumaraso ntabwo mukwiy kubana😮gabany mapenz kwl
@MucoInes-hb9hr
@MucoInes-hb9hr 37 минут бұрын
Uvuze ukuri kuvukan s'amaraso peee mbega KO sabass yarezwe n'a patricie akaca aguma ahamagara Rémi na égide KO bavukan
@FeliciteKezakimana
@FeliciteKezakimana 4 сағат бұрын
Courage nukuri murakina neza cane
@BeatriceNimfasha
@BeatriceNimfasha 5 сағат бұрын
Nukur papa Sabas ivyavuga birumvikan kuko ntamwana yareze akamenya ko atarumwan wow yakuze ham ngo abe umukazana.sabas narinderere ahandi
@igiranezaliesse284
@igiranezaliesse284 4 сағат бұрын
Naanj mbona ivyavuga bitahuritse kuko nubundi aguma arumwana wiwe
@niragirabrabraniragira-ek4bz
@niragirabrabraniragira-ek4bz 6 сағат бұрын
Number one ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 4 сағат бұрын
Nari nabivuze naho king na diva badasangiye amaraso ,ntivyokunda ni bagume ari sister and brother 😂😂 lngaruka ni fire 🔥
@Sylviegahwekazi
@Sylviegahwekazi 4 сағат бұрын
Iyi film irarengeje muguhanura
@Amna-rf7el
@Amna-rf7el 6 сағат бұрын
Waaa❤❤❤🎉🎉
@EmeKezakimana
@EmeKezakimana 4 сағат бұрын
Muyiduh mutevy abar murukund ingaruk munder👉🌹🌹🌹🌹🌹
@BazuweraBernisse
@BazuweraBernisse 5 сағат бұрын
oooh my God rek aban baban
@AliceBellaHagabimana-hx8wy
@AliceBellaHagabimana-hx8wy 2 сағат бұрын
Aho sha Diva mukaso ukamwemeza urumva ngo ntiwoban❤na King sabbas
@UwimanaAlida-g2j
@UwimanaAlida-g2j 4 сағат бұрын
Ewe king amagorwa ntasigayandi😮😮😮😮😮 ayubonye siyo komesumutima
@yamfashijejulienne6592
@yamfashijejulienne6592 2 сағат бұрын
Good 👍👍👍👍 king na diva❤❤❤❤❤❤ mukunda biraryohera cyaneeee 💗💗💗💗💗
@egideciza6412
@egideciza6412 5 сағат бұрын
Courage ndakund diva na King bakin neza cane.
@ingezotv9813
@ingezotv9813 Сағат бұрын
Waaaaaa diva komera ntibakurenganyee kiwo wakunze🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@scokmedia
@scokmedia Сағат бұрын
Waaaoooo diva ufash inging nzizaaaaaaa gose genda ubahige ❤❤❤
@NiyongereAlice-lx6nq
@NiyongereAlice-lx6nq 5 сағат бұрын
Eka ningaruka nyene kobitoroshe
@johannesndayisenga9007
@johannesndayisenga9007 4 сағат бұрын
Muagani waba sokuru mubikora neza ❤🎉
@MuhozaRe
@MuhozaRe 5 сағат бұрын
King papa wawe aravugukuri
@claudinenigaba2176
@claudinenigaba2176 6 сағат бұрын
Number1 rek ntore agateb
@BonheurNishimwe
@BonheurNishimwe 4 сағат бұрын
Courage 💪 💪 💪 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@charlottehavyarimana9308
@charlottehavyarimana9308 5 сағат бұрын
Iyiheze sigarababaye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@OctavieNIYUHIRE-zh5lx
@OctavieNIYUHIRE-zh5lx 2 сағат бұрын
Ndabakunda cane Diva gumako n'a king Sabas umugisha nuwanyu
@VIOLETTENTIRAMPEBA-i8z
@VIOLETTENTIRAMPEBA-i8z 6 сағат бұрын
Rwaryoshe mwa sabbas❤😂
@NshimirimanaAline-ye9pk
@NshimirimanaAline-ye9pk 2 сағат бұрын
Film y,ubwenge kwel.sabbas 😘😘
@Diane-i4r
@Diane-i4r 2 сағат бұрын
Diva urakoze kwiryo jambo ubabwiye😂😂😂 iyi filme mba nshaka kwisohoka buri munsi❤❤❤
@holidendacasaba824
@holidendacasaba824 3 сағат бұрын
Iyi film irimwinyigisho ikomeye kumiryango .🙏🙏🙏courage Sabbas❤
@EvelyneNimpagaritse
@EvelyneNimpagaritse 2 сағат бұрын
Diva afashe icemezo co kbxa .courage beza banje❤
@florencenibitanga
@florencenibitanga 2 сағат бұрын
Iyo film izotuma mvyibuha ❤❤❤ham Yvette na diva ,umusi batazokina sinzoyiraba😂🎉
@EdigeNiyurukundo-s2c
@EdigeNiyurukundo-s2c Сағат бұрын
Courage cane turabakunda King and diva
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 5 сағат бұрын
Ingaruka nahishikiye 💪💪💪 courage
@RoseRose-cb6qq
@RoseRose-cb6qq 23 минут бұрын
Nukuri. Diva. Urintwari. Kukintu. Wiyunviriye. Gukora. Ufashingingo. Hageze. Ndabakunda. Canemwese🎉🎉🎉😢🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ClaudeNshimirimana-o8n
@ClaudeNshimirimana-o8n 5 сағат бұрын
Aahaaa ingaruka zirakomeza
@HatungimanaBabesi
@HatungimanaBabesi 2 сағат бұрын
Diva ndamushikigikiye niyigire Ave muwo muryango niho bizomworohera kwibanira nuwo. Yakunze
@Salsa-salvatorniyongabire
@Salsa-salvatorniyongabire Сағат бұрын
Firme nziza can turabakunda muguwe mudutamwo nkuk nyen Arik sabbas utwongere iminota
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 2 сағат бұрын
Courage cneeee ndabakunda mwese ❤❤❤
@MagnifiqueIrakoze-s9i
@MagnifiqueIrakoze-s9i Сағат бұрын
🎉🎉❤❤❤❤
@NdikubwimanaAluberti-o4j
@NdikubwimanaAluberti-o4j Сағат бұрын
Ndabashigikiye div na kingi sabbas niba namwe mumushigikiye mubahe lik yiwe.❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Adelinemuhizi
@Adelinemuhizi 6 сағат бұрын
Mu minota cumi nkaba ndahagez🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
@developpementpersonnelburu2431
@developpementpersonnelburu2431 Сағат бұрын
Ikibazo kiragumy basha sabass vyamukomerey 🎉🎉🎉🎉
IBANGA EP283: Queen ahuye na Nyirabukwe🔥🔥
32:26
Miss Nyambo
Рет қаралды 22 М.
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 52 МЛН
PIZZA or CHICKEN // Left or Right Challenge
00:18
Hungry FAM
Рет қаралды 15 МЛН
INGARUKA SERIES S8 EP9 IBINTU VYAKOMEYE
26:23
GN FILMS
Рет қаралды 44 М.
Can you learn English without studying? | English learning tips
15:33
Daily Native English
Рет қаралды 4,9 М.
🔴DORE ABANYESHURI BATSINZE NEZA KURUSHA ABANDI/ #NESA YATANGAJE AMANOTA
27:08
INGARUKA SERIES S8 EP 8 IBINTU BIRAKOMEYE CANE.
27:01
GN FILMS
Рет қаралды 51 М.
KILLAMAN PART 629:MY HEART 504:❤️❤️❤️❤️❤️❤️
53:14
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 52 МЛН