Ingaruka Z'ubuhemu Part 6

  Рет қаралды 61,947

INCUTI - FILMS

INCUTI - FILMS

Күн бұрын

Ni film y'umuhungu atize yigisha umukobwa akanamuhigira akazi azi kwariwe bazoca bubakana ariko nyina wumukobwa aca yankira umukobwa wiwe kwadashobora kurongorwa numuntu atize baca batangura guhemukira uwo muhungu munyuma yuguhemuka uwo muryango utangura guhura ningaruka Z'UBUHEMU...

Пікірлер: 106
@hahajah7189
@hahajah7189 8 ай бұрын
Nukuri ndabakunda ndarize kubera inyigisho ziyi film courage arilp mwari kuyibandanya nukuri irigisha cane gose mwubahwe ndabakunda amede na Lina mwubahwe
@NadineNizigiyimana-ho3hs
@NadineNizigiyimana-ho3hs 4 ай бұрын
Amédée kina andika izindi nyigisho ❤❤❤❤❤❤
@michelinensabimana9826
@michelinensabimana9826 5 жыл бұрын
yemwe yemwe film yigisha caaane kbsa knd amaronko menshi aziba amatwi
@henriettemukarugwiro1316
@henriettemukarugwiro1316 6 жыл бұрын
Mbega! ningaruka zubuhemu kbs.
@methodalex2735
@methodalex2735 5 жыл бұрын
kuva narorera film zac. imberey iya 1. mur selieux vraiment
@user-sm8ok1zj9e
@user-sm8ok1zj9e 4 ай бұрын
Nimuduhe ibindi bice pee.turabakunda cane
@mushotsiemile9936
@mushotsiemile9936 6 жыл бұрын
Oh my goodness,what good film maker!I really like your movie ,ndabakunze cyane ,Nibwo bwambere ndebye movie yanyu arko irandyoheye,munsuhurize linah cyane azi gukina
@nyarwakagentille8088
@nyarwakagentille8088 6 жыл бұрын
Mwakinye neza
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 6 жыл бұрын
Mushotsi Emile thanks alot turizer ko nizid muzozikund can na linah tuzomubasuhuriz
@manirakizajimmy8506
@manirakizajimmy8506 2 жыл бұрын
Nukur muranryogey cane Ndiho abane namwe
@josephudushakugasozi3178
@josephudushakugasozi3178 3 жыл бұрын
Nukuri iyi group murashoboye mukomr
@kwizerains8774
@kwizerains8774 6 жыл бұрын
Amédée wakinye neza cane sha , uwuguheneye ntumuhenere akwita ikibura nyo.cheilla nawe guguta nta ntakundi.
@oprahoprah1005
@oprahoprah1005 6 жыл бұрын
Kwizera Ins 😂😂😂😂😂😂
@user-sm8ok1zj9e
@user-sm8ok1zj9e 4 ай бұрын
Izozose ni ngaruka zubuhemu guhemukira uwo ariwewese sibyiza murakoze kutwigisha ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@safiaramadhan7027
@safiaramadhan7027 6 жыл бұрын
kbsa mwarabiryoheje pe....ninziza...well organised.. keep it up.....
@francinenizigiyimana9390
@francinenizigiyimana9390 6 жыл бұрын
Basha ndabakunze cyane, murashoboye pe, courage vraiment
@egydeiradukunda-ve7yi
@egydeiradukunda-ve7yi Жыл бұрын
Courage murashoboye vtm
@AtsSlider216
@AtsSlider216 6 жыл бұрын
Mwarakinye neza cane muterimbere nk'umuzinga
@gaposhoismael796
@gaposhoismael796 5 жыл бұрын
Murakoze cane harimwo inyigisho zikomeye muduhe utundi Linah ndamukunze cane mu mubdamukirize
@kwizerains8774
@kwizerains8774 6 жыл бұрын
Amédée raba tuzanire iyindi vuba kuko musigaye mukina neza filme zikwiye pe , harimwo inyigisho nzima .tubarindiranye igishika.
@janetgaaj2705
@janetgaaj2705 4 жыл бұрын
Mukina neza caneee
@xavierndxava2655
@xavierndxava2655 5 жыл бұрын
Nimuduhe ibindi bice pe! Iraryoshye cyane nakunze ka lina ukuntu kakinnye neza karabizi cyane lina komerezaho hamwe na Amede.
@lilianendayiziga7836
@lilianendayiziga7836 5 жыл бұрын
muragerageza pe nurikomuraza courage courage
@celinensabi7049
@celinensabi7049 6 жыл бұрын
Akazi keza kabisa, amashi menshi. Iyi movie harimo amasomo menshi kabisa, nimukomereze ahongaho 👏
@m.ornellahimbarwa8663
@m.ornellahimbarwa8663 5 жыл бұрын
Wow wow.....mwakinyn neza mwes jvs flicite bck muterimbere
@fannytumukunde3328
@fannytumukunde3328 5 жыл бұрын
Film nziza cne mwakinyeneza kndi yahez neza ingaruka yubuhemu kweri guhemuka ntanyungu bifise bibere isomo kuri beshi irimwo inyishisho pe ndabakunze courage
@nyirasionielisabeth304
@nyirasionielisabeth304 5 жыл бұрын
Oh murakoze muzaduhe ikindi gice
@melancebarutwanayo582
@melancebarutwanayo582 5 жыл бұрын
Mukiny nez cn
@djmico2508
@djmico2508 5 жыл бұрын
yawe iyi filme inteye emotion nubwambere amarira amanutse kubera ubutumwa bwiza mbonye muriyi filme
@dusabejossy3067
@dusabejossy3067 4 жыл бұрын
mwakinye neza caane nipfuj kuzobona linah anezerew na Amede nonger mbobe amaherrzo ya David komeza
@wimanamarysendengeyajw3531
@wimanamarysendengeyajw3531 5 жыл бұрын
Oulala mama sheilla ndabona byaramufashe pee!! Mubandanye pee bacu mufise movies ziryoshe
@bebika8106
@bebika8106 6 жыл бұрын
Merci bcp naziravye zose c'est super bien
@stanyitangishaka8558
@stanyitangishaka8558 6 жыл бұрын
Mbega film nziza ! Ndabipfurije gouter imbera kandi muze mubone ivyamwa vyibikorwa vyanyu
@kwizerains8774
@kwizerains8774 6 жыл бұрын
Courage , nukuri mwakinye neza caneee,
@niyo1tv187
@niyo1tv187 6 жыл бұрын
Ohhhh mbegaweee Nukuri film irafise inyigishonziza cane gose
@enocknzambimana9118
@enocknzambimana9118 6 жыл бұрын
film ni nziza cane ,irimwo inyigisho zibih vya none,
@patricknduwayo1988
@patricknduwayo1988 5 жыл бұрын
Murashoboye kwl
@belysenshimirimana6419
@belysenshimirimana6419 5 жыл бұрын
Murashoboye, histoire nziza cane, courage.
@all-in-One452
@all-in-One452 6 жыл бұрын
Sha Amédée urashoboye kbx
@racheltuyisenge6820
@racheltuyisenge6820 5 жыл бұрын
umubyeyi gito gusa Imana iraguhannye kbs,gusa musore uzigukina peee
@ndayikezadancille267
@ndayikezadancille267 3 жыл бұрын
Film nziza cane yigisha
@mukarugwizavarentine2902
@mukarugwizavarentine2902 5 жыл бұрын
Ewanamukinnye nezakbs murashoboyepe muduhenibindi bicebikurikira
@twagirayezujoselyne1600
@twagirayezujoselyne1600 5 жыл бұрын
Wow mwarakoze ikintu ciza cane David niyihangane 💕💕💕💕💕
@relaxedsounds8894
@relaxedsounds8894 6 жыл бұрын
Wow nice kbs kp it up
@elyseeiradukunda45
@elyseeiradukunda45 5 жыл бұрын
jew muranryohey pe
@pamelanjeri2756
@pamelanjeri2756 5 жыл бұрын
Murakoze ndajyohewe
@ghjhggui2561
@ghjhggui2561 5 жыл бұрын
Amede ndakwemeye urakina neza mukomeze muduhe ibindi bice.
@user-xd1qs1qn6t
@user-xd1qs1qn6t 4 жыл бұрын
Inyigisho ikwiye kuko ivyo bibaho muri beshi
@Iteritekaivonvi
@Iteritekaivonvi 4 ай бұрын
Mukomer ncuti mutanze inyigish kuri bensh murakoze
@nsavyimanaprime8572
@nsavyimanaprime8572 5 жыл бұрын
NICE FILM
@laneuvekaburungu3620
@laneuvekaburungu3620 6 жыл бұрын
Nice movie
@emmanueltwizeyimana3452
@emmanueltwizeyimana3452 5 жыл бұрын
wow! mwarakoze ikinti ciza cane!
@NatachaNaty-rj6du
@NatachaNaty-rj6du 4 ай бұрын
Vrt inyigish mwatanz niz kbx ninzoza cne
@alairadukunda8719
@alairadukunda8719 6 жыл бұрын
Histoire nzira
@thefufuretv4214
@thefufuretv4214 5 жыл бұрын
Ndi kigari mu Rwanda mukina neza cyane
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 3 жыл бұрын
Bavuganti amunguranka niyo mazituvya
@ThierryNitereka
@ThierryNitereka 4 ай бұрын
Vyiza caane
@LaurentineLolo-vd2sn
@LaurentineLolo-vd2sn Жыл бұрын
Ndabakunz cn kuk vyigish besh
@mwinyijaa8741
@mwinyijaa8741 5 жыл бұрын
muduhe izindi biraryoshe
@mal3742
@mal3742 4 жыл бұрын
Murashoboye imanibajimbere
@divineirakoze8591
@divineirakoze8591 5 жыл бұрын
ayiweeeeeee mbega cheila urazibandwa uzerekeza hehe hhhhh
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 4 жыл бұрын
Hhhhhh gusa mama wa cheilla araberewe nokuba umusazi kabisa
@marieclairemusavyimana66
@marieclairemusavyimana66 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@cindymutesi7231
@cindymutesi7231 6 жыл бұрын
courage vmt mwakinye neza cne
@technologytv257
@technologytv257 5 жыл бұрын
Amede Imana iguhezagire warerekanye umutima mwiza
@ClaudeNdagijimana-ib2yb
@ClaudeNdagijimana-ib2yb 7 ай бұрын
Kuberiki mutabandanije nibice bikurikira
@josentir3124
@josentir3124 6 жыл бұрын
Mukomereza aho kbsa murashoboy ndabankuze xana
@shimilas7474
@shimilas7474 5 жыл бұрын
Ndabashimiye cane muratwereka nibindi bice bikurikira
@shimilas7474
@shimilas7474 5 жыл бұрын
Turashaka kubona umwana mwavyaye
@emileniyongabo6530
@emileniyongabo6530 4 жыл бұрын
Amede merci sana urazi gukina kandi uranezera cane komeza imana ikujimbere vrm
@loverypamela9054
@loverypamela9054 6 жыл бұрын
This true story movies love u guys
@irakozeegide2395
@irakozeegide2395 6 жыл бұрын
ndabakomeye amashi kweri murashoboye
@aminabangisibano9919
@aminabangisibano9919 5 жыл бұрын
Irakoze Egide
@user-wq5qz4ls7z
@user-wq5qz4ls7z Жыл бұрын
Kombona uduce duke
@gilbertndayikengurukiye5971
@gilbertndayikengurukiye5971 2 жыл бұрын
nimukomere
@thaddeebakundukize777
@thaddeebakundukize777 5 жыл бұрын
Salut,je vous remerci,continuez à donner des coseils mais les parents parents devraient comprendre leur rôle dans l'education de leurs enfants,car on dit en kirundi"URERA NABI UGATUKWA NABAKWE" on dit aussi"IMBUTO ITEWE NIYO IMERA".Nous attendons la partie suivante.
@HomewoodTVBurundi
@HomewoodTVBurundi 5 жыл бұрын
Maman nakubali kbs uraz gusara vrmt
@muhorakeyemadina3824
@muhorakeyemadina3824 6 жыл бұрын
Olala!!! Neza cne courage
@loverylovery4514
@loverylovery4514 Жыл бұрын
Live California
@ntabareshyafrancoise9414
@ntabareshyafrancoise9414 5 жыл бұрын
murarenze rwose
@DinaDina-pq9eb
@DinaDina-pq9eb 6 жыл бұрын
Yoooo Nimukomez Muyiduh yose Irigish cn
@user-ri7ns2ts3u
@user-ri7ns2ts3u 5 ай бұрын
Nimuzane part7
@user-wq5qz4ls7z
@user-wq5qz4ls7z Жыл бұрын
Jewe uduce twos ntatwo mbonz biva kuk
@francinenizigiyimana9390
@francinenizigiyimana9390 6 жыл бұрын
Muraduha izindi film
@mukangarambeadela4822
@mukangarambeadela4822 5 жыл бұрын
Mbega disi isomo rukomeye we
@user-hc1jk6lr8v
@user-hc1jk6lr8v 2 жыл бұрын
Cuorage
@uwimanakareza9554
@uwimanakareza9554 5 жыл бұрын
Next part please
@hahajah7189
@hahajah7189 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@mukagajudusabe2142
@mukagajudusabe2142 5 жыл бұрын
Linah slm
@asiaasia-pl4fl
@asiaasia-pl4fl 5 жыл бұрын
👏👏👏👏👏👏👏👏👏💯💯🔥👍💣
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 3 жыл бұрын
🇧🇮👌👌👌🌹❤😘😘
@ddssddsss7616
@ddssddsss7616 5 жыл бұрын
jameni tupeni maendelezo 7,8.....ila ninzuri sana
@stfaniauwimana9948
@stfaniauwimana9948 6 жыл бұрын
7 plz
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-ft6mk4zw9e
@user-ft6mk4zw9e 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
@angeirakaza197
@angeirakaza197 6 жыл бұрын
Namateka p
@manikaka2039
@manikaka2039 6 жыл бұрын
isomo nkuyemo nuko uwishe umuntu cg uvukije umuntu ubuzima byanze bikunze abona inyishu yabyo.
@bitibiti6945
@bitibiti6945 6 жыл бұрын
akandi none7
@irumvachristairumvachrista9326
@irumvachristairumvachrista9326 6 жыл бұрын
nukr mwakiny neza can
@salimamisigaro1524
@salimamisigaro1524 3 жыл бұрын
Muraryohewe caaane kuko nkuyemwo inyigisho idasanzwe,Imana ibakomeze,
@mukangarambeadela4822
@mukangarambeadela4822 5 жыл бұрын
Mbega disi isomo rukomeye we
@user-ft6mk4zw9e
@user-ft6mk4zw9e 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
ICIZERE Part B
35:21
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 14 М.
IKIGERAGEZO CY ' UBUZIMA PART 1
26:32
Sandrine Gamman
Рет қаралды 244 М.
Мы сделали гигантские сухарики!  #большаяеда
00:44
Or is Harriet Quinn good? #cosplay#joker #Harriet Quinn
00:20
佐助与鸣人
Рет қаралды 46 МЛН
Ingaruka Z'ubuhemu Part 5
19:59
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 64 М.
GITORO
21:28
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 4,5 М.
UKURI MOVIE EP 2
11:19
I E TV
Рет қаралды 2,9 М.
BURUNDI movie: aha kw'isi n'ukwitonda (part1)
36:52
delphin nintunze
Рет қаралды 128 М.
Ingaruka Z'ubuhemu Part 1
20:25
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 129 М.
MURAMUKAZI WANJYE (EPISODE 11) Film nyarwanda - Rwanda movies 2024
18:37
OfficialCouple1
Рет қаралды 392 М.
IBIGERO VY'UMWIGEME Full Movie [4K]-Burundian Movie
1:11:52
Moriah Channel Tv
Рет қаралды 75 М.
Ingaruka Z'ubuhemu Part 2
19:40
INCUTI - FILMS
Рет қаралды 78 М.
Девушка Воровка 😱🔥
1:00
Смотри Под Чаёк
Рет қаралды 2,7 МЛН
РЕШЕТО!!! (Эпизод из фильма "Не валяй дурака")
0:59
ЮМОР из СЕТИ 👍 АНЕКДОТЫ
Рет қаралды 628 М.