Iyo modoka ni Limousine ya Volvo ancien modèle. Kuva iguzwe haciye imyaka kandi ntabwo yaguzwe ari nshasha. Bayikuye muri Congo. Mukwiba bagura ivyaboze kuri prix neuf... Ikintu kitazigera gikoreshwa narrimwe
Iyo muvuga Angelina mube mubishiramwo niwe mugore w umukuru w igihugu ça Afrika kijuuju canyuma kimwe n' umugabo wiwe nibo bantu bambere bazwi nk abarwayi bo mumitwe batwara igihugu kw isi....