INKWAVU zangize UMUTUNZI//8.000.000 ndazironka mu mwanya muto//AMAGANGA yazo atuma

  Рет қаралды 39,186

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

INKWAVU zangize UMUTUNZI//8.000.000 ndazironka mu mwanya muto//AMAGANGA yazo atuma
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#diaspora #inkwavu #ubuzima

Пікірлер: 173
@bulezebuleze3239
@bulezebuleze3239 Жыл бұрын
Birahimbay kumva ko uburimyi n'ubworozi buriko buhindurira ubuzima bw' abantu bize kaminuza. Merci Just Gael kubiganiro uduha. Biratwubaka ❤
@muhayiofficialchannel4202
@muhayiofficialchannel4202 Жыл бұрын
Muntara yanje,yacu ,love you just from Russia 🇷🇺
@NyiransabimanaSophie-l7g
@NyiransabimanaSophie-l7g 4 ай бұрын
Murakoze cyane mpereye mu Rwanda njyiye korora inkwavu. ❤❤❤
@babundafarm2076
@babundafarm2076 Жыл бұрын
Merci bcq Gael ku biganiro vyawe,warakoze kungendera ugume uhezagigwa
@gygygyslaine4712
@gygygyslaine4712 Жыл бұрын
Nawe courage mukazi ukarimwo neza guma waguka cane nanj ndakundabantu nkamwe😘😘
@nibarutaevrard2474
@nibarutaevrard2474 25 күн бұрын
Thx bro big up
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 Жыл бұрын
Mbaye uwa mbere ❤❤🎉
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Жыл бұрын
Gaël Wewe urumuntu nemera caaaane kWl urumunyempan kind umwuga uwukor nkuwuwuz rék mvug nt courage bro
@richard-kellymbonimpa9237
@richard-kellymbonimpa9237 Жыл бұрын
Félicitation madame. Imana ikuje imbere muri projet yawe sha
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 Жыл бұрын
Gaël big up cane kuyindi mpemu idasanzwe. Madame nawe Imana igume imuteza imbere cane
@charleskubwimana2577
@charleskubwimana2577 Жыл бұрын
Asante Juste Gaël. Kubiganiro vyawe bituganisha kwi terambere. Tuzokugw'inyuma.
@donbenifredor4937
@donbenifredor4937 Жыл бұрын
Uyu mukobwa nakarorero keza ku Burundi bwejo kandi Imana imufashe na Reta y,uburundi ivyo yasavye bizuvirwe hama inzozi ziwe zizobe impamo nkuko avyifuza nawe turagushimira Juste Gaël kumvu zawe nawe ubawakoresheje mukuduha ibiganiro vyiza nkibi bitwungura ubumenyi✌️✌️✌️
@adriennijimbere9475
@adriennijimbere9475 Жыл бұрын
Vous êtes un bon modèle Pour vôtre élevage On entend vôtre contact
@ERNESTINMOUSSA
@ERNESTINMOUSSA Жыл бұрын
WELL DONE MY FREIND
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Жыл бұрын
Hama S.E yaguha ikiganiro bakavuga ngo fye fye hari ahandi ndabona ibiganiro nkibi bikangurira ugwaruka kwitezimbere nkuku 'wubahwe musaza ndakwemera sana 'kandi sans blague umaze kumfungura mumutwe.
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Harabavuze ngo fye na fye k umengo bose barabishimye?
@NizeyimanaAlexis-ut7nb
@NizeyimanaAlexis-ut7nb 4 ай бұрын
❤❤❤ hello ndagusuhuje cyaneee urikufasha kuva na kumenya kbx waza kusubiza nkunda Ibinganiro byawe
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Big congratulations @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌👐👐👐,keep going bro 🤜🤜🤜,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@thierryirakoze2626
@thierryirakoze2626 Жыл бұрын
Murakoze cane kukiganiro, ni icigwa gikomeye Ku kamaro k'ubworozi bw'inkwavu
@FaustinMinani-ye1tk
@FaustinMinani-ye1tk 9 күн бұрын
KWer
@edouardbabi1166
@edouardbabi1166 Жыл бұрын
Félicitations madame. Tu es super
@NSENGIYUMVAPaul-u4n
@NSENGIYUMVAPaul-u4n Жыл бұрын
Bonne idée
@emekaikee3676
@emekaikee3676 Жыл бұрын
Wowwww❤
@alexismunezero9552
@alexismunezero9552 Жыл бұрын
Big up sana Gaël
@blaiseniyifasha5731
@blaiseniyifasha5731 Жыл бұрын
Bro ndakunda ukuntu ukora ibiganiro vyaw. Urumvamwo ko bikorwa n'umuntu afis impano y'umunyamakuru atari iciga ngeso. Ndaguteye intege
@niyongere-omar
@niyongere-omar Жыл бұрын
Kuyindiii mpwemu idasazwee❤❤❤
@nsengiyumvacelestin9067
@nsengiyumvacelestin9067 Жыл бұрын
Courage mukenyizi nange ndirwanda...noroye inkwavu 200
@excellentnimubona9824
@excellentnimubona9824 Жыл бұрын
Imbere niheza canee🚀🚀🔥🔥
@felicienniyubuntu7861
@felicienniyubuntu7861 Жыл бұрын
Juste mpereza contact y'umuntu yonyigish korora inkwavu neza 👏👏👏
@ChristopheNahumuremyi
@ChristopheNahumuremyi 8 ай бұрын
Umukubito umumomoro big up sana
@silvernizi7790
@silvernizi7790 Жыл бұрын
Very encouraging
@NzayisengaJeremi
@NzayisengaJeremi 6 ай бұрын
Turabakunda
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 Жыл бұрын
Neza cane ntakugaya akazi❤
@ManirakizaOswald
@ManirakizaOswald 4 ай бұрын
Murakoz can
@ManirakizaOswald
@ManirakizaOswald 4 ай бұрын
Ndabaramukij mwirambir
@ManirakizaOswald
@ManirakizaOswald 4 ай бұрын
Nipfuza kuyag namwe kubworozi bwikwavu
@akimanaesther7535
@akimanaesther7535 Жыл бұрын
Gael komera kabisa Imana yaguhaye ubwo bwenge bwose ishimwe Hama uwo mudame n'akomere kabisa ndamukeje Imana imuje imbere
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 8 ай бұрын
Imana imbere nabandi bagirukonyene ubuzima sishure gusa
@Keiwatsa
@Keiwatsa Жыл бұрын
Wibagiye kumuha take five😂 ariko big up gael ibiganiro vyaw ni ngir kamaro
@BaziraPascal
@BaziraPascal Жыл бұрын
Courage mama nanje ndashaka impan nkiyo
@munezeropapias208
@munezeropapias208 Жыл бұрын
Very determined and courageous lady!
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 Жыл бұрын
Muduhe numéro ziwe.kugira tumenye Aho twomusanga
@DonationNzoyisaba
@DonationNzoyisaba Жыл бұрын
Bora komera kwibanga reka tworore inkwavu twiteze imbere dutezimbere nigihugu cacu
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 Жыл бұрын
Imana igume ihezagira
@nahimanajohnson2221
@nahimanajohnson2221 Жыл бұрын
Murakoze kunyigisho zanyu ❤❤❤❤❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Icobita kwiyungunga entrepreneria entreprise rispict sister ❤🇧🇮❤🥰🥰🥰💞💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊✌✌
@sarrahmuhoza
@sarrahmuhoza Жыл бұрын
Courge madame
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Жыл бұрын
ndakunda ibiganiro nkibi cane🙏🙏🙏
@NishimwePacifique-fs2uo
@NishimwePacifique-fs2uo Жыл бұрын
Urantey appetit zokorora inkwavu
@emmanuelntakarutimana8966
@emmanuelntakarutimana8966 Жыл бұрын
Félicitations madame. Tu es un modèle à imiter. Es-tu prête à partager votre expérience avec des jeunes scolarisés de notre pays ?
@babundafarm2076
@babundafarm2076 Жыл бұрын
Oui je suis prête
@ShemaBuhirike
@ShemaBuhirike Жыл бұрын
​@@babundafarm2076l kmmm
@ndayishimiyeyves2932
@ndayishimiyeyves2932 Жыл бұрын
Good
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD Жыл бұрын
Turagukeje. Ariko ikintu kimwe mpanuura ingo nyinshi, nuko umugabo iyo umubwiye igikenewe mu rugo ntabwo uba umusavye kuko ivyo afise muba mubisangiye, ntabwo ari ukumusega namba kandi ntibiteye isoni. Ikindi nuko mu buzima ata muntu yobura ico akora mu gihe ashize umutwe ku gihe agakura amaboko mu mpuzu. Abatambukanyi bacu twebwe abagabo ntitubafate nkuko umengo bategerezwa gusega hagize ico bakenera, ivyo tuba dufise biba ari ivya twese. Abagore bosoma Bibiliya mu gitabo c'Imigani 31: 10-31
@nakinteje7172
@nakinteje7172 Жыл бұрын
Sanga mber❤🎉🎉🎉
@ThierryManishimwe-hn8po
@ThierryManishimwe-hn8po Жыл бұрын
Congratulations
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Жыл бұрын
Courage bro
@kamutvshow
@kamutvshow Жыл бұрын
Uduye idée mukombwa mwiza
@dimitrinahayo5321
@dimitrinahayo5321 9 ай бұрын
Justin womfasha ukandonsa numéro yuwu mukenyezi
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Ati umumomoro ndabakunda❤❤🎉
@bigirimanadesire2795
@bigirimanadesire2795 Жыл бұрын
turakwemera musaza, ejo niheza nampamvu yo kwidodomba tuve hasi dukore
@MunezeroBlaise-xd2ky
@MunezeroBlaise-xd2ky Жыл бұрын
Courage CN umukubito
@merchiorkarenzo4793
@merchiorkarenzo4793 Жыл бұрын
Gaël nukuri gumiza ngaho
@jeanpaulmurekambanze2766
@jeanpaulmurekambanze2766 10 ай бұрын
Gusa Bola urimwiza waciye usa neza kubera ukora ibintu vyiza
@Bahoamagaramazima
@Bahoamagaramazima Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@Hashamunikoyandavye
@Hashamunikoyandavye 17 күн бұрын
Ndabaramukije zamuduha inomero zabo bantu baduha ibiganiro
@kadidine151
@kadidine151 Жыл бұрын
Amahoro cane. Umuntu yoronka contact yu wu mudamu ? Mwoba mukoze.
@desiremajambere6182
@desiremajambere6182 Жыл бұрын
Bola hejuru caane,ariko ndakeney Aka numéro kawe plz,ndashaka gukora uwo mugambi wa cunuculture
@maritinuwimanimpaye2232
@maritinuwimanimpaye2232 Жыл бұрын
Wamubyeyiwe urakoze kunyigisho nzizapee imana ikomeze ikwagure
@erickhussein5960
@erickhussein5960 9 ай бұрын
Asaba numéro yuyu mupfasoni nanje ndashaka kworora ariko ndabura ukuntu ntangura ariko umutahe ndawufise
@naybizzo6173
@naybizzo6173 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz Жыл бұрын
Mama we Gaël kuyindi pwemu kuruhagarik iyo mood yarirenze😂😂😂
@rosearakaza1378
@rosearakaza1378 Жыл бұрын
Tworonka numero za bora gute?
@ElyseNiyonkuru
@ElyseNiyonkuru Жыл бұрын
Courrag madem
@felicismehacimanafefe7463
@felicismehacimanafefe7463 Жыл бұрын
Vyiz cane vrt
@imvuraproduction990
@imvuraproduction990 Жыл бұрын
Urakoze kunyereka muhira nari ndahakumbuye
@BenjaminNkurunziza-o3v
@BenjaminNkurunziza-o3v 2 ай бұрын
Ndakeneye Numero yuwo mwigeme
@papabitangazaofficialtv638
@papabitangazaofficialtv638 Жыл бұрын
Kurikirana CUKUMBURA UKURI TV
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Courage cane take five 😂😂🎉😂❤❤❤
@anithandayisenga2086
@anithandayisenga2086 Жыл бұрын
Ndagukeje madame ariko ndasavye umpe numéro yawe.
@veronenizigama2717
@veronenizigama2717 Жыл бұрын
Courage Abo mu cibitoke duza ibiganza tumenyane🤝
@japhetndayishimiye
@japhetndayishimiye 3 ай бұрын
Ndimuntarayarutana shakakumenya uyumworozi mbegamadam nigute bigenfakugira imiswi ikureneza idapfacan?
@manishimwechatal1582
@manishimwechatal1582 Жыл бұрын
Ndasavye numéros z'uwo muntu
@veronenizigama2717
@veronenizigama2717 Жыл бұрын
Gaël duhe numéro yiwe ukeney urukwavu arurinka vyoroshe
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Umuhushuro umumomoro hejuru cane udakurikiran ibiganiro vyaw yarahomvye
@ZeburonBufurz
@ZeburonBufurz Жыл бұрын
Nanje ndashimye icokiganira nuwokugendegwa
@NathaSMART
@NathaSMART Жыл бұрын
Iyomajambo utangura kuvuga aranyica nanj ndiko nubaka inzu yzo ngaha Rugombo courage vuba ndaza kugura
@alexisberry6542
@alexisberry6542 Жыл бұрын
Duhe contact ziwe tuyage nawe Hari abakeneye kworora
@yollandenicimpaye3705
@yollandenicimpaye3705 Жыл бұрын
Ni baziduhe.
@simbarakiyedamien7775
@simbarakiyedamien7775 Жыл бұрын
Ntaco norenzako akazi ukarimo neza cane. Courage!!!
@arakazashabani3295
@arakazashabani3295 Жыл бұрын
Sha uriko uratwigisha,komera.
@niyogushimaoscar9248
@niyogushimaoscar9248 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza mwoshobora kumfasha numero yuwu mu Dame?mwoba mukoze
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
Hushura none
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 Жыл бұрын
Courage bola🙏🙏🇧🇮🇧🇮
@babundafarm2076
@babundafarm2076 Жыл бұрын
Merci
@babundafarm2076
@babundafarm2076 Жыл бұрын
Merci
@bonfilsakezakimana8642
@bonfilsakezakimana8642 Жыл бұрын
@@babundafarm2076 turipfuza numero yanyu nimba vyokunda
@UNITYGROUP-dp8pv
@UNITYGROUP-dp8pv 10 ай бұрын
Tworonka numero yuwo mudame kugira tugire ubumenyi tumusaba? wozituronsa woba ukoze cane
@aloysbutoyi9405
@aloysbutoyi9405 Жыл бұрын
Uyomugore ampe numero nzozendasilbirayo kwitorera akomfungura
@ciatt9587
@ciatt9587 Жыл бұрын
Mpa numéro yuyu muvyeyi Gaël
@deniseharerimana9750
@deniseharerimana9750 Жыл бұрын
Gaéli umutubarize inimero ziwe harivyo twomwibariza
@nshemezimanajeanclaude7326
@nshemezimanajeanclaude7326 Жыл бұрын
Umuntu yoronka numéro yiwe gute? Bora
@alexisYvette-v7p
@alexisYvette-v7p Ай бұрын
Akazi karaheze nukwiyungunganya!!!!! Amashure yubu ninganda zikoraba bachomeurs
@prudenttuyisabe5324
@prudenttuyisabe5324 Жыл бұрын
Just umukama abandanye kubahezagira mukazi kanyu muratwigisha neza
@MUNEZEROKevin-tk3py
@MUNEZEROKevin-tk3py Жыл бұрын
impwemu idasanzweeee
@jonathanndayishimiye4952
@jonathanndayishimiye4952 Жыл бұрын
Gaël ndakeneye numéro yawe mwoba mukoze
@emmanuelntakarutimana8966
@emmanuelntakarutimana8966 Жыл бұрын
None utazegereye biroroshe ko bitera imbere?
@ernestmanirakiza7
@ernestmanirakiza7 Жыл бұрын
Gusa ntimwaduhaye numero yiwe kugira twiyizire kugura tutazimagirika
@emmanuelntakarutimana8966
@emmanuelntakarutimana8966 Жыл бұрын
Mpa numéro yawe.
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 Жыл бұрын
Duhe numero yiwe ampe uwo kwubaka
@امنهالسناني-ث4س
@امنهالسناني-ث4س Жыл бұрын
Nivyiza najewe ngiye kuzorora kweli
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,2 МЛН
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,3 МЛН
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 26 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 507
Uburyo bune bwo gutabiza amase n'amaganga y'inkwavu mu mirima
13:16
Ukuri Magazine
Рет қаралды 2,1 М.
لماذا تحريرها كلها ممكن؟ - بودكاست مع تميم
3:46:56
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,2 МЛН