Пікірлер
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 9 сағат бұрын
Himba uhishe sha ubuzima burarutana.None uhabera iki kandi wumva ugowe ntiwoja iyo wumva uronka ivya gusa. Ngo iyo umuntu ahaze yidahisha urugongo.
@IngaLauriellaGateka
@IngaLauriellaGateka 9 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@omernshimirimana
@omernshimirimana 10 сағат бұрын
Ntamahera borongora gte?umuntu ava kwishure ashika aguma mugira ntakazi none umugore numugabo nsinoti kweli??atanoti ntabuzima ntarugo ntanakimwe gikoreka
@lionnelmugisha7003
@lionnelmugisha7003 10 сағат бұрын
Iyi ni propagande mwoduha assurance ko ayo mahera muzoyagarura ou ejo ntibazohava bayiturira ko mbona politique économique atari stabre. Hezagirwa
@tygauzy
@tygauzy 10 сағат бұрын
Ibi biganiro vyabantu baca intege abandi bamureka😂kubatumiraaa vrt non kwavuga k abayeho nabi akagumayoo😢 jew imba Germany ariko sinohava ncintega abandi bafise inzira zokuva mugihugu jew mbayeho😂nezaaa caaane kuruta uko nabayeho buja
@VyetteMarry
@VyetteMarry 10 сағат бұрын
Jewe mba American ariko ubuzima bwaho ntiwobugereranya nubwo hiyo Muburundi so abaza hiyo barabesha cane Kandi Imana ize ibabarira
@Sandrine-t2c
@Sandrine-t2c 10 сағат бұрын
Abarundi beshi bumvise ko uri hanze yigihugu bibaza ko abaheta tuba turi kuyora arak ntibibaze ko udakoze atacuronka 😂😂😂😂
@Kiraka-x9j
@Kiraka-x9j 10 сағат бұрын
Muraraba mutuzanire na rimwe umurundi vyaciyemwo aba hanze!!muzoba mukoze kbs
@dianenishimwe8846
@dianenishimwe8846 10 сағат бұрын
Tuyisenge
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 10 сағат бұрын
Big up brother Gael mais ako kibiraro karateye amakenga?
@MédiatriceNiyonahabonye
@MédiatriceNiyonahabonye 10 сағат бұрын
Barazimesa i sous vmt ntakaroge karimwo n'urukundo.
@Visionstv-f5v
@Visionstv-f5v 10 сағат бұрын
Mubazungu ntabwo horoshe, imicyo yaho amategeko yaho ubuzima burahenze.
@Bapfunya
@Bapfunya 10 сағат бұрын
Titre siyo kuko ntamagorwa afise niba yubaka ibiraro
@Bapfunya
@Bapfunya 10 сағат бұрын
Isi nimwe ntimwebeshe
@umukubito257
@umukubito257 11 сағат бұрын
Murashobora gukurikorana indirimbo nshasha MAWE by T JOY kzbin.info/www/bejne/rXXOaouoa6qimK8 kzbin.info/www/bejne/rXXOaouoa6qimK8
@surprisetv2015
@surprisetv2015 11 сағат бұрын
Number 1
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 11 сағат бұрын
Ahubwo nibayazane nico coshoboka kuko kuyahindura impapuro ntaco vyahinduye kuri economie yigihugu ariko bayazanye biraza guhinduka
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 12 сағат бұрын
Mbega nibabiduza ningorane zanke bizoha akazi incuti zacu 😢 nagira bubatse iburundi nagira niryo terambere? 😮
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 12 сағат бұрын
Ikindi nacu , twoyatanga akagomba agaherayo ikubakwa twoba duhonvyiki ??? Ahubwo ayomahera atangwa ntayandi manyungu tuzoba tuyagombako , ahubwo abavuka burundi tugomba gukora tutarondera inyungu .inyungu vyoba vyiza ibaye iyosokonyene .
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 12 сағат бұрын
Ndagarutse , nimba bazoba bayivye ntibayasokane kuyagura amazu kuma mer ikibazi kirihe ?
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 12 сағат бұрын
Rufyiri ni vyiza ko utubera maso ukatubonera ivyo tudashobora kubona ,ariko ugerageze wigumye uyo Imana yahaye imbono akore . Wigumye wigore ahubwo iyombono yawe nimba imaze 11 ans atari bwokore atari kuvuga gusa . .
@PhoriskamberisdbGirukwisha-w1q
@PhoriskamberisdbGirukwisha-w1q 12 сағат бұрын
IMANA iguhe kuramba Mr Fablice
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 12 сағат бұрын
Jewe ngiranti bagombe bayibe nibubake gusa😢😂😂😂
@nibatutaClaude
@nibatutaClaude 12 сағат бұрын
Saw saw
@NiyonkuruFranck-e8v
@NiyonkuruFranck-e8v 12 сағат бұрын
Turaryohetw nindirimb zaw
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa 13 сағат бұрын
Kuvangana nichwa yumuntu kand ntavyinguvu kuko ntawomutegeka icatashatse eee
@revocatekankindi4374
@revocatekankindi4374 13 сағат бұрын
Les prix svp
@nizigiyimanakennedy5427
@nizigiyimanakennedy5427 13 сағат бұрын
❤❤❤ abarongozi bigihugu baturindire cane bano batama nukr ❤❤❤😊
@japhetntirandekura
@japhetntirandekura 14 сағат бұрын
Nn nkaho😂😂 nn amahera avahe ?? Reka twiyubakire isoko kura mwamajambo
@estellaniyonkuru5084
@estellaniyonkuru5084 14 сағат бұрын
Mb yemwe fabrice numusore??? Cnk ? Nac agir numugambi wo kurongora Imigambi yindi mbona ari vyiza caaane
@EricNdihokubwayo-be2rh
@EricNdihokubwayo-be2rh 14 сағат бұрын
Wirambire mtama 🇧🇮
@lovepeace5460
@lovepeace5460 15 сағат бұрын
Abagwizatunga babarundiiii bazwiho amanyanga nogupfukama igihugu munda
@lovepeace5460
@lovepeace5460 15 сағат бұрын
Yooo
@Bapfunya
@Bapfunya 15 сағат бұрын
Nivyo Rufyiri naha nuku ufise amahera meshi urayasigura iyowayakuye
@HamisiSupuyamawe
@HamisiSupuyamawe 15 сағат бұрын
Ibei nagahe
@ManoOsvaldo
@ManoOsvaldo 16 сағат бұрын
Ese mumahanga ko ama leta yaho atatubaza aho dukura amahera kandi turi abanyamahanga?Guterimbere i burundi ntibishoboka.
@ManoOsvaldo
@ManoOsvaldo 16 сағат бұрын
Kubaza umuntu aho yakuy amahera?
@ManoOsvaldo
@ManoOsvaldo 16 сағат бұрын
Gabriel iburundi bicagoy
@digodieudonne6389
@digodieudonne6389 17 сағат бұрын
Man iyi channel turayubaha ariko utanguy ibiganiro vyuburofa ubwo bukobwa butagira indero wapi kabisa higa ama content asobanutse apana ubwo bukobwa bwamamaza ubusambanyi!
@MushimiyimanaAmiediane
@MushimiyimanaAmiediane 17 сағат бұрын
Walda risobanura iki??
@abdoulbigirimana-n9t
@abdoulbigirimana-n9t 17 сағат бұрын
Ako turakazi musite iwacyu mu kajaga kinyinya kamye arakaraya rero ntibitangajye nakomeze muba papa nyene😂😂😂
@gimfilmsandseries
@gimfilmsandseries 18 сағат бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤
@yveslamyiradukunda2189
@yveslamyiradukunda2189 18 сағат бұрын
Oooooh Hallelujah 🙌🙌🙌🙌 Je ivyo mbona n uko Imbere ari heza n ukur Kuko abadukurira ari bo bavyeyi bacu ko batahuy k dukeney gushigikirwa n ukur bizoshoka knd tuzokora binini L'union fait la force 🤌🤌🤌
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
😂😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
❤😂❤😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
❤😮❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
❤❤❤😂😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
❤❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
❤❤❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 сағат бұрын
❤❤❤
@EzekielNahimana
@EzekielNahimana 18 сағат бұрын
Kabisa tukurinyuma.