Hari ibanga bategerezwa kwibikira kuko bavuze apparemment leurs diverses expériences vécues. Nibiyumvire comment elles revivront cette émission après 5 ou 10ans? 😢😢
@Sindamug2 ай бұрын
Turacari duto kandi ni n'ututãya!! Turi na fière y'ivyo dukora.Apparemment expérience dufise iruta Kure n'iy'abubatse😢😢😮
@LysechrissaIngabire-ov2qe2 ай бұрын
Mana imbabaz zawe kubantu bawe nizo dukeneye gusa 😢
@nijimbereaimable99472 ай бұрын
Anaïs est intelligente et presque fidèle. Courage Juste❤
@kamilgadobvs81122 ай бұрын
Ndumva notanga ukuri ariko biriko birandusha kime reka nihangane but experience is the difference ababasto uriko urabasaba ama ideal ariko ukuntu bagusubiza biraboneko ari ama true story yibyababayek.
@ClaudineNshimirimana-m9e2 ай бұрын
Ikigaganiro ciza cane très intelligente . Gaël grand merci
Ihenembi ntawuyizirikaho iye, namwe mwatangiye kwigana abanyarwanda gusebya igitsina gore
@NdimuLyne-be4nf2 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢bavyeyi mwavyaye muraheka.mpore
@dorciekeza44852 ай бұрын
Abantu murik mubona nabi bano bigeme sindabumva ,la réalité blesse et ça c’est la réalité de certaine fille dans notre société,ni sujet iri tabou ham chose à savoir le sexe pour certaine ni identité uwuciy umbwenge aratahur identité siy gucafuz kuwubon agacir .nivy novuga pour ma part😌
Kuva ku munota wa 25:50,abo bakobwa baratubesheye ngo twebwe abahungu ni twe twanka gukoresha udukingirizo....ubwo se nta dukingirizo tw'abakobwa tubaho ku buryo umuhungu atakambaye,umukobwa ahita yambara akiwe ?
Ivyo wavyize hé ? La pilule du lendemain (ou contraception d'urgence orale) peut être prise dans les 5 jours (120 heures) suivant un rapport sexuel non protégé, pour prévenir une grossesse. Plus elle est prise rapidement, plus elle est efficace. Il est recommandé de la prendre dans les plus brefs délais, idéalement dans les 24-72 heures après le rapport non protégé. Son efficacité diminue avec le temps. ✍️✍️