Fanny Lavine. Je suis entrain d'écouter ton vibrant témoignage sur le KZbin de ma télé. Tu es une perle de femme. Wahuye n'ibintu bitoroshe. Ukiri muto cane. Mais. Tu gardes ton sourire sublime et ton courage. Je suis fière de toi. Tu travailles fort. Tu es une bonne actrice de cinéma. Tu es sincère. Tu as un cœur d'or. Tu es toujours belle et tu resteras toujours belle. Tu es le rayon de soleil de ton entourage n'aba fana bose bawe. Turagukunda caaane gose. ❤❤❤❤
@samuelniyokwizera937810 ай бұрын
Vraiment !! Courage Lavine
@nshimyimanavenant696110 ай бұрын
❤
@ellamuganga292910 ай бұрын
1gerrer#t#
@user-fg6ke7cm3v4 ай бұрын
Pole sana!ntivyari vyoroshe fanny ham ndagukund film zawe ukina nez canee
@AloysBukuru-yp1js2 ай бұрын
Je suis fière de toi Fanny❤❤❤
@user-no1xu7vy8o10 ай бұрын
Yoooo!!! Pol sana Fanny birababaje ariko wihangane lmana mbona iguma igutwenza❤❤❤❤🎉🎉💐
@lydinoirakoze318410 ай бұрын
Ndakwibuka kabisa niga primaire 'nahora inca kukuraba muri magasin iwanyu atakintu nakimwe inje kugura .so pole sana ❤❤.
@AnithaIrankunda3 ай бұрын
Vrt ntababeshe Nukuri fanny nuwambere Arazi gukina film Cyane Kandi film ziwe ndazikunda cane cane goseee Nukuri Courage ❤❤❤❤
@angemugisha705610 ай бұрын
Fanny Humura uyo Yesu avuga azokurerera maa ! Be strong , uri toujours belle 🌹❤️❤️❤️
Courage Fanny tu es une femme forte ,ntivyoroshe kubandanya ukora nama obstacle umuntu agenda aracamwo , urintwarikazi kandi uzogera kure nkuko ubivuze ushaka kubabaza umuntu akwanka ukora cane kugir uter imbere tu es une meilleure actrice vraiment de ma part tu es mon préféré ❤❤ je t'aime trop 🥰🥰🥰🥰
Gsa abavyeyi bakwiye kwiga ubuzima gushasha har utuntu bokwongerako, aho barabikomeje cane kurusha uko vyategerezwa, Ubundi no ku vy'inda zindaro hakwiye ama limites de tolérance kuk vyizweko neza nta muhinga kuri izo affaires kawaida